Theojen kiukweli mi Ni mshabiki wako saaaaana''''niko Tanzania mwanza napenda Sana nyimbo zako nimekuwa siendi kanisani muda mrefu Ila kwa maneno yako haya narudi upya mungu yupo nyimbo zako zinaishi milele nataman nikuone:🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤❤👍
@philippendikumana8073 Жыл бұрын
Ndakwibuka utarater imbere cane tuyaga waje mu Kayanza ku Kirema (Église Pentecôte) wari uciye bugufi caaane. Uvyiyumviro ufise ni bizima kandi ni ubuzima bwa misi yose birumvikana ko ata buryarya burimwo Courage.
@BeatriceMukakabanda-t9f6 күн бұрын
Muzatubwire papa wawe nyuma yo kubanga Amaherezo ye kugeza uyu munsi Murakoze
Nahora nibaza igituma indirimbo za Théogene ari izo gucura intimba, kwihanganisha ababaye no kubaremesha. Ubu ndatahuye.
@alexntahiraja2974 Жыл бұрын
Uyu muntu naho atize ariko ni umunyabwenge. Si benshi bashobora kuvuga amateka yabo mabi. Kandi igihe umumenyashamakuru yari akoresheje ijambo ryigifarasa Theo ntiyigize nkuvyumva. Ahubwo yabaza ati ico gisobanura iki.