Intahe y'UMUNYAMULENGE avuga ivy'UBURUNDIn'URWANDA//i KIGALI inzara iratumaze/Abarundi mwarahiriwe

  Рет қаралды 24,806

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Пікірлер: 466
@DieudonneNininahazwe-vd1px
@DieudonneNininahazwe-vd1px Ай бұрын
Le Burundi c'est un beau pays.
@emilerojoh1379
@emilerojoh1379 Ай бұрын
Umurundi Ari Ngaha Ishireho ibender 28:44 a ry’uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@josianeniyokwizera-ly3wd
@josianeniyokwizera-ly3wd Ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 Ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@estherchou2899
@estherchou2899 Ай бұрын
🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤🌹🌹🌹❤
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@NDUWARUGIRACome
@NDUWARUGIRACome Ай бұрын
Gael wew niwe dusigaranye apana bamwe baza gutunga micro ba koresha umwanya birata uko bahanye ama pasi kundaya merci knd courage
@CyriaqueNiragira
@CyriaqueNiragira Ай бұрын
Ndamwemeye cane. Uwo mutumire
@samueltwizerimana5890
@samueltwizerimana5890 Ай бұрын
Ndakunze cane uyu mutumire Imana Imumpezagirire.Impeezagirire na Gaele wacu yamutumiye✌✌🙏🏽🙏🏽🙏🏽🤎🤍❤🤍
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k Ай бұрын
Waaaauuuuu, le fruit burundais y'umunyamurenge ! Imfura , très reconnaissant, kandi ivyo atanga comme conseils ni très importants pour les burundais en l'intérieur du Burundi.
@TwizerimanaEvode-ms6dt
@TwizerimanaEvode-ms6dt Ай бұрын
😢😢amacakibiri nimabi weeeee, ikibabaje nuko kubikemura byoroshye cyane Cyane, ariko bikananirana kubera Ababa Bashaka kubyungukiramo. Gus amacakubiri yamoko ntamusaruro numwe numwe atanga🙏🙏. Iyo channel ninzizza PE pepp❤❤❤
@turibamweali8661
@turibamweali8661 Ай бұрын
Mu Rwanda ntabwo amoko avugwa ariko niho biri kandi bibi cyane
@PierreKajiburundi-m5t
@PierreKajiburundi-m5t Ай бұрын
Uyu muhungu Giste Gaël.uyu ndamubonamwo umugisha kuburundi uyu tumushigikire mubikorwa akora vyo kwamamaza ivyiza vy'igihugu cacu.Juste Gaël ndakwise juste kabisa.much respect
@Urucabanaofficial
@Urucabanaofficial Ай бұрын
Sha ndumu Nyarwanda ariko nkunze uyu Mugabo mwatumiye rwose👏gusa wamuhaye iminota mike.
@MuseveniPatrick
@MuseveniPatrick Ай бұрын
Uyu numunyarwandalenge s'umunyarwanda
@IrakizaBienvenu
@IrakizaBienvenu Ай бұрын
@@MuseveniPatrick ivyo uvuga ntibibaho bavuga Umunyamulenge
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Ай бұрын
Gaèl ukomeze kwereka igihugu cau dukunda ndarabonye ko abasi bigihugu bagukwirikirana baraba ivyo chafuza igihugu cacu ciza cuburundi🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@LaetetieUyisenga
@LaetetieUyisenga Ай бұрын
courage kubarundi bariko barubaka uburundi, n'abarongozi bakora ibikwiye kugira abarundi bagere kw'iterambere, abakora amanyanga nabo bamaramare bikosore! gusa urwanda baraturenze tuvyemere! ahubwo twenge akaguvu tubahamvye!
@VincentMulume
@VincentMulume Ай бұрын
Thank sana
@jeromendikumana8692
@jeromendikumana8692 Ай бұрын
Ok Vraiment.......
@MELCHISA229
@MELCHISA229 Ай бұрын
Murakoze cane jw nkaguma nidoga nibazako muburundi tugiy komoka. Kumbe nitwe ubuzima buzimbutse. Ndaryohew
@SeukPiri
@SeukPiri Ай бұрын
Reka ibihugu turimwo kugira urye urumwe ni 30000😂😂😂uburundi Buri hejuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@NYANDWIAline
@NYANDWIAline Ай бұрын
Erega nivyo akanyoni katagurutse ntikamenye iyo bweze. Vyukuri utaraja mukindi gihugu nih uvuga ng mu burundi birazimvye mu Rwanda vyukuri si ukubesh ibintu vyaho birazimvye sana na z Uganda nuko ibintu vy ibiryo birazimvye cane. Ubuzima ugereranij n ahandi muburundi biracoroshe.
@user-nono372
@user-nono372 Ай бұрын
​@@SeukPirijewe ryari bazanye ishu rifise agaciro kibihumbi cumi nindwi nararavye ngizati naho bavugango iwacu ibintu birazimvye Irishu woriguraya mahra ninkiryigihumbi iwacu
@Nshimirimana-g9n
@Nshimirimana-g9n Ай бұрын
Ikibazo c iwacu kwinjiza amahera n ivyo bigoye
@Bibonimanagilbert461
@Bibonimanagilbert461 Ай бұрын
Huuuuu, ngo mu Burundi ntanzara iryo!!!! Uwo mugabo nasabe ivyo asaba areka kwiyambika ibara
@ElieTwubahimana
@ElieTwubahimana Ай бұрын
Ndi umurundi arko uyumwanya sindi muburundi, nagira mbabwire umenya agaciro k'uburundi iyukivuyemwo Love you so much my beautiful country Bdi❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@MuseveniPatrick
@MuseveniPatrick Ай бұрын
Uyu numunyamulenge s'umunyarwanda
@user-nono372
@user-nono372 Ай бұрын
Urakoze kumvugira ibintu ntubeshe nagato iguhugu cuburundi kiraryishe kubamwo cane nindyazaho ziratandukanye nizo mumahanga
@turibamweali8661
@turibamweali8661 Ай бұрын
​@@MuseveniPatrickbyose ni kimwe nta mu nyarwanda nta munyamulenge kuko ku myaka yose waba waramaze muri Congo ariko abo ukomokaho nabanyarwanda nubwo mwaba mwarahawe ibyangombwa bya Zayire ariko natwe ubu twahawe ibyangombwa bya America ariko tuzi ko tudakomoka muri America rero namwe mu mitima yanyu muzi inkomoko yanyu
@cyprienhabimana1611
@cyprienhabimana1611 Ай бұрын
mujye mukura urwanda mukanwa kanyu mwabimaramwe niba uburundi buryoshye bwamaze kandi.igihugu giteye imbere ibiciro birazamuka ngaho fata ayo 100$ iyajyane in york USA cg ahandi muri Africa muzajye mukuraho uburyo asye
@user-nono372
@user-nono372 Ай бұрын
@@cyprienhabimana1611 genda uturire amangati kukusoni wambwebwewe toka chenzi
@Nandaise
@Nandaise Ай бұрын
Vraiment mutama wirambire kuko benewacu ntibatahura ubwiza bw'Igihugu Imana yaduhaye ndababwire umuntu atahura neza iciza wagiriwe utakibibona .
@ferdinandbacanamwo9028
@ferdinandbacanamwo9028 Ай бұрын
Excellente émission et bonne analyse de l' invité du jour
@jkay2826
@jkay2826 Ай бұрын
Bonne émission big up Gaëlle 🙏🙌
@MELCHISA229
@MELCHISA229 Ай бұрын
Binteye gukunda Uburundi caaane
@samsonjoseph4260
@samsonjoseph4260 Ай бұрын
Abarundi ikintu twisangije ni ukubana neza n'abandi. Haba no mu mahanga abarundi bitwara neza mu kibano. Abarundi usanga mu mahanga barizewe ni abantu b'intahemuka. Jewe aho mperereye abarundi barizewe mu kazi gusumvya na kavukire
@shibushami6388
@shibushami6388 Ай бұрын
Mu Rwanda harahenze Ni iwacu ibyo tubiziranyeho amafr family ikoresha mu Uganda yikuba inshuro 3 mu Rwanda
@HavyarimanaMethode-iq6nf
@HavyarimanaMethode-iq6nf Ай бұрын
Noe niyo mahigwe
@honorejeff8713
@honorejeff8713 Ай бұрын
Juste hejuru cane 🎉
@deetybucumi5815
@deetybucumi5815 Ай бұрын
Gaël,mpuyomupapa ndamwibarize. Duhuje amateka, arikokandi niwabo Congo niheza bivana nahuri
@dollarswiz257
@dollarswiz257 Ай бұрын
Wa mutumire we,Yesu aguhezagire,uri mwiza uhebuje ku mutima caane no ku mubiri Ugubwe neza mu BURUNDI Gaël,uri imfura y'igihugu,komerezaho mwana w'uburundi uri intwari
@amolam97
@amolam97 Ай бұрын
Salute to you gaël ubundi ubonakure
@DesireNsengiyumva-f7r
@DesireNsengiyumva-f7r Ай бұрын
Imana ihezagire umushici wacu afise umutima mwiza abanyarege bafise umutima wiza
@MechackNinziza
@MechackNinziza Ай бұрын
Umutumire wacu atubwiy ibintu bikomey cane kandi Imana imuhezagire,🇧🇮🇧🇮❤❤
@nduwimanafiston1189
@nduwimanafiston1189 Ай бұрын
Turabizi ko inzara murwanda iriyo uwutarajayo wenyene niwe atabizi
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy Ай бұрын
Umuntu ataraja mu Rwanda niwe yokwasama ngo ubuzima bwaho buraryoshe.
@laurentroyce
@laurentroyce Ай бұрын
Gael komeza pee;kandi uratuvura neza caan.wish to have more people like you🤙
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana Ай бұрын
Ndumurundi MBA murwanda nukuri ubuzima ino burazimvye cane nkubu twebwe tumaze imisi 2 tudafungura kubwo kubura amafranga ntwarabuze nuwoduha amafranga ngo tugaruke mugihugu cacu uwodufasha na Dufashe turabasavye murakoze
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy Ай бұрын
Mugenzi,pore sana kl, Imana ibafashe ibakure murako kaga. Aho jew nagutahuy kare cane. I rwanda ubuzima bwaho buranka ukabura nuwuguha ikiraka
@niyonshutiandrew1561
@niyonshutiandrew1561 Ай бұрын
Mbwira aho Uba nkufashe.
@dengmabior504
@dengmabior504 Ай бұрын
Utamubesh ​@@niyonshutiandrew1561
@BonaneCanisius-t1s
@BonaneCanisius-t1s Ай бұрын
Nonese murafunzwe mwatashye?
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana Ай бұрын
@@niyonshutiandrew1561 gisenyi nihoturi
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Ай бұрын
Turabazi sha abarundi iyo mutavuze u Rwanda ntimucuruza 😂😂😂. N'akumiro pe ubanza u Rwanda rutariho u Burundi butabaho!!!
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id Ай бұрын
nukuri
@HabonimanaLeonce
@HabonimanaLeonce Ай бұрын
Ukuri kurababaza 😂😂😂
@laurent2003
@laurent2003 Ай бұрын
Nu munyamurenge kosora Title
@NsengiyumvaEvariste-q1k
@NsengiyumvaEvariste-q1k Ай бұрын
Hari umuswahili yavuzengo tembea uwone iyo uvuye iburundi ukajabuka ukaja mubindi bihugu basi tureka nugwanda kuko mr EA7 ugwanda nico gihugu ca1 ubuzima buzimvye ibindi bihugu vyo mr EA7 nukr ubuzima burazimvy cn gos ahusanga isahani yindya igura 5000mil yanyuma aho urarya ntuhage muguhe ayo 5mil iburundi ushobora kurya ijoro numutaga kandi ugahaga Vive Burundi
@farnouchenimbona1945
@farnouchenimbona1945 Ай бұрын
Kwel abatabizi nabataratembera kbsa kk nihucubonako twahezagiwe iwacu
@banderenbakojeanbaptiste5974
@banderenbakojeanbaptiste5974 Ай бұрын
Mpora numva umuntu atubwira pouvoir d,achat. Muzoduhamagarire umuhinga adusigurire. Hama hace haza abatumire bagenze mur EAc no mur sadec batubwire ukuntu babaho nuko barondera ibibabeshaho vyodufasha gutahura kurusha ivyo twibaza. Harahantu nzi umu maçon atahana umukate pain cupe amata deux kg yisukari iheze iyindi ibishitse . Umu city atunze uludyango abana abigisha prive umukate umwna arawudya na argent de poche umwana akayijana kwishure.murakze ijoro dyiza
@banderenbakojeanbaptiste5974
@banderenbakojeanbaptiste5974 Ай бұрын
Umwigisha wa primaire umukate haribihigu atadya umukate utarimwo amagi.confuture.akanyama mur frigo ntikabura ninkoko ntibura mur frigo.arashobora kugura imodoka .👍🤔
@banderenbakojeanbaptiste5974
@banderenbakojeanbaptiste5974 Ай бұрын
Harumurundi yigeze kuja ahantu bamuha icayi umukate imisi yose aratangara acavuga ibi bibaho?????
@BonaneCanisius-t1s
@BonaneCanisius-t1s Ай бұрын
Nonese harubwo washatse gutaha iwanyu aho muhaga barakubuza?
@aaronbe9966
@aaronbe9966 Ай бұрын
Il est congolais(umunyamulenge) et américan, il l’a fait tout ses études au Burundi Donc il est beaucoup plus Burundais que Rwandais
@alvellaniyonzima4046
@alvellaniyonzima4046 Ай бұрын
Emission nziza cane. Benegihugu, barundi benewacu muze tuje hamwe twubake uburundi bwacu.
@julius875
@julius875 Ай бұрын
Ikikiganiro kiranyemeje kbsa courage Gael
@GahongayireEmmanuel
@GahongayireEmmanuel Ай бұрын
Uyu fred turamuzi yizihirwa no guharabika Urwanda najye avuga gehinomu yabo congo naho urwanda arureke ruramurenze naho uburundi ku Rwanda twabasize imyaka 30
@mugabojulesjames4351
@mugabojulesjames4351 Ай бұрын
Aka kagabo ni agatekamutwe... naze atware atware abo benewabo bagorewe mu Rwanda abajyane i Burundi aho byoroshye... Ngo babita abanyaRwanda???? Mwabikurahe se?? Komeza wivugire ibiryo buriya kuri wowe niryo terambere
@BonaneCanisius-t1s
@BonaneCanisius-t1s Ай бұрын
​@@mugabojulesjames4351ubundi umunyamulenge nabonye uvuga uRwanda neza numwe peeeee nyamara jyewe twaturanye ndeba tubanye neza ark iyo aguteye umugongo sugutukana yeeee
@FideliteHabonimana
@FideliteHabonimana Ай бұрын
Ngomwadusize imyaka ingahe🤣🤣🤣tegereza gato mwe muheruka mubibazo1994 uburundi turuhutse ubu mugihe gito mugiye kwumirwa nagasuzuguro kanyu
@niyonsabajeanrobert8435
@niyonsabajeanrobert8435 Ай бұрын
Le débat tres emotional je viens d'avoir un niveau encore plus d'aimer mon cher pays.
@DieudonneNininahazwe-vd1px
@DieudonneNininahazwe-vd1px Ай бұрын
Vive le Burundi ma chère patrie!
@BenoitNiyonsaba
@BenoitNiyonsaba Ай бұрын
uri umuntu w'ijambo ryinshi.Gusa uzonyereke ABAHIGA ni umuryango wanje nkomokamwo.Merci
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 Ай бұрын
Muzehe uri kuvuga ukuri kwuzuye ndi buryarya ushizemwo🎉🎉🎉
@LameckNgabo
@LameckNgabo Ай бұрын
Sha urwanda wapi kbx
@comendikuriyo8564
@comendikuriyo8564 Ай бұрын
Iyaba abantu bemera Imana bakaba Bazi ko ikigihugu Imana yakiduhaye kugira tuzokirage abuzukuru bacu bokwumviriza impanuro zuyu mutumire bakihesha icubahiro ntibabe bampemuke ndamuke kuko ivyo igihugu kibaronsa biba bibakwiye ako kamanyu kumutsima Nako karacafuzanya
@JuniorMulisa-jv1cy
@JuniorMulisa-jv1cy Ай бұрын
Rwanda rwabasize mureke ishyari nu rwango
@alinemunezero3227
@alinemunezero3227 Ай бұрын
Uwo mugabo si Umunyarwanda, nareke kubesha. Accents yiwe ni iy'Abanyamulenge. Kandi nimba yagiye muri America avuye mu nkambi y'impunzi mu Burundi, yoreka kuvuga neza gute u Burundi. Jewe mfise umuryango mu Rwanda, nimba hari igihugu co muri Africa gifata neza cane abanyagihugu baco hamwe n' impunzi = u Rwanda. Ikindi na co, u Rwanda si igihugu co kubamwo abanebwe n'abasongalele bakunda kurya badakoze nk'uwo mugabo ; mu Rwanda nk'ahandi kw'isi hose, ubwirizwa kwihiringa peee kugira uronke indya ushira ku meza.
@ELOGERUHIMBASA
@ELOGERUHIMBASA Ай бұрын
Avuze ukuri pe
@AiméIbereyishimwe
@AiméIbereyishimwe Ай бұрын
uwo mutumire ndamwemeye avugisha ukuri
@Victor-zk5uc
@Victor-zk5uc Ай бұрын
.ndakwemeye musaza
@NahayoIbrahimsalim
@NahayoIbrahimsalim Ай бұрын
Merci Gaël numutumire wawe avuga ukuri abatukana nabo baje gushinga chaîne yabo
@mugwanezainnocent8276
@mugwanezainnocent8276 Ай бұрын
Uyu ni Umunyamurenge ntabwo ari umunyarwanda. Namugira inama yogufata benewabo bose akabakura murwanda abajyane muburundi.
@HabonimanaLeonce
@HabonimanaLeonce Ай бұрын
Reka ishari😂😂
@claudeniyongere9798
@claudeniyongere9798 Ай бұрын
Umunyamulenge n'abanyarwanda mur bamwe
@SydraSoso-r8j
@SydraSoso-r8j Ай бұрын
😂😂 reka kuvyegereza umutimq
@NIYOMUKIZZofficial
@NIYOMUKIZZofficial Ай бұрын
gabanya inzika
@nshimirimanaolive4965
@nshimirimanaolive4965 Ай бұрын
😂😂😂😂
@B.s3909
@B.s3909 Ай бұрын
Fyoto Fyoto gumana ayo bif yanyu hiyo mu Rwanda , wesha 100$ muburundi ntaco akimaze nibipapuro , Urwanda harazimvye kubera batera imbere no muri america harazimvye , Aba FDRL baciye baza kubwinshi , uyo ninzara afise ico agamije gusa asevye igihugu ciwe sema wakupe na carte yaba DD😂
@mutombopatrick1292
@mutombopatrick1292 Ай бұрын
Yaguzwe na Neva. 😂😂 Nkintwaro ya neva wayishima iki?mu Rwanda babyita gucinyinkoro. Gusa iyimvugo yiwe ni sawa kuko hakiri benewabo i burundi badasamirwa hejuru
@BonaneCanisius-t1s
@BonaneCanisius-t1s Ай бұрын
ahubwose ninde wamugize umuvugizi w' uRwanda wagisambo we, inda yasumbye indagu
@jeromeitangishaka2195
@jeromeitangishaka2195 Ай бұрын
Umunyarwanda hundred percent 👌👌👌vuga ukuri Hama nurangiza uce uhabwa uburenganzira bwonse bubaho bwo kwibera muri Edeni 🇧🇮🇷🇼🤞🤞
@ngabiremoses
@ngabiremoses Ай бұрын
Yavuzeko iwabo ari kongo bro numunyamulenge
@bwenge5332
@bwenge5332 Ай бұрын
😂😂😂uyu numunyamurenge numu congoman ntabwo arumunya rwanda 😂😂😂nonese ninde ubayobewe 😂😂😂😂
@BIGINAMfashingaboNdakanirwa
@BIGINAMfashingaboNdakanirwa Ай бұрын
Gukunda uburundi n'uburenganzira bwawe ariko ntibiguha uburenganzira bwo kuvuga ibyo idasobanukiwe cyane cyane Ku gihugu cy'u Rwanda
@joemac7463
@joemac7463 Ай бұрын
Iyobateye ibuye mubibwana vyimbwa ikimots nico kiba cakbisw ibuyye
@IBISUSADIVERSE
@IBISUSADIVERSE Ай бұрын
Uravuga ukuri
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd Ай бұрын
Nimuri Eden
@ICGLRGERARD
@ICGLRGERARD Ай бұрын
Amacakubiri y'amoko ni mabi ni mabi. Mu bihugu vyacu twige gusangira ivyiza vy'ibihugu vyacu Imana yaduhaye. Tugire imigenderanire myiza, ico ntafise nkakironka ahandi. ICo maze kubona co Abarundi barakira ingenzi neza cane. Umurundi yopfuma arara atariye ariko umushitsi akarya. Dukomeje gushira Imana imbere vyose bizogenda neza kuko ibintu vyose n'ivy'Imana.
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Uyu muvyeyi arandyoheye ndamukunze avuga ukuri kwinshi.Kaze mu Burundi ni Kalibu turaguhate ikaze.
@NiyimubonaJmarie
@NiyimubonaJmarie Ай бұрын
Muburundi ikintu kijanye nogufungura carakemutse inrya baraziterana iyo tugira ibitoro vyarikuba ibindi bindi
@habonimana
@habonimana Ай бұрын
Ndagukunze wamugabowe uvuzukuri kuzuye p❤❤
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
Nahonzoba ndumwe kuburundi simvako 💐💐💐🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤
@NkunzimanaPascal
@NkunzimanaPascal Ай бұрын
Uno musore ndamukunda kabsa. Musore munyamakuru courage. Nuyumusore miganira nti Big up
@NiyonkuruBosco-bk7gq
@NiyonkuruBosco-bk7gq Ай бұрын
Mu Rwanda dufite stade 3 zemewe na FiFa mwebwe nta nimwe mugira,mu Rwanda dufite Agence Aeriene ifite indege 21,Mu Rwanda ifaranga ry Urwanda rikubye irirundi ishuro 4 ,mu Rwanda nta nzu zibyatsi zihaba, mustantere wo mu Rwanda arusha umushahara ministre wi burundi,none ko avocat muri America igura 5$ mu burundi ikagura 100frb nukuvugako mubayeho neza kurusha muri America
@chrishenrwagasore8908
@chrishenrwagasore8908 Ай бұрын
Muta ivyo ikintu cerekeye infrastructure murakidusumvya,ariko ikintu cerekeye ubuzima bworohereza Abanyagihugu ico natwe turakibasumvya,kuko dufise Abantu benshi baguma bava hiyo mu Rda,Kenya,South Africa,etc baguma bagaruka kub'ino kuko ubuzima bwiyo bahora butoroshe.
@chrishenrwagasore8908
@chrishenrwagasore8908 Ай бұрын
Ego tubayeho neza gusumba abari muri America ariko ico America tuja kuronderayo,nubwo bumenyi Bwiza buri mu mashure,nubwo buvuzi Bwiza,hamwe nayo ma dollar yaho afise agaciro,kuko Umuntu ayarungitse ino acaba menshi Kandi agakora ibintu bizima.Iyaba Atarivyo nkubwiye,ndakurahiye Abarundi bari muri USA utobabona Bose batekeye bigarukiye.
@charlessadoc2203
@charlessadoc2203 Ай бұрын
Uri umunyabwenge musaza ❤❤
@Nathan44Nathan75-ti7we
@Nathan44Nathan75-ti7we Ай бұрын
Uburundi hejuru caaaaane!!!!❤❤❤❤
@bonhommea4506
@bonhommea4506 Ай бұрын
Nanjye ndakunda uburundi
@RuhagoRusengo
@RuhagoRusengo Ай бұрын
murakoze Hama ntimuvuge menshi nimumbaze njewe nsimbira murwanda rimwe na rimwe, ubuzima bwumuturage burazimvye hakurya , Hama turabasengera bene wacu babanyarwanda
@yveskayira3486
@yveskayira3486 Ай бұрын
Hindure titre yikiganiro kuko sumunyarwanda he said that is a congolese 100% murakoze kuba wamutumiye🙏 lets spread love
@estherchou2899
@estherchou2899 Ай бұрын
Proud to be 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 ❤❤❤
@kamenge
@kamenge Ай бұрын
😢😢😢 kabisa
@RugwiroHerve-v4v
@RugwiroHerve-v4v Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@deetybucumi5815
@deetybucumi5815 Ай бұрын
Uyumuvandimwe namuhaye 100/100 muvyavuze. Vyukuri iburundi ubuzima burazimbutse kwisi hose. Ikindi,ubutegetsi bwuburundi nibicarire ikibazo abarundi bafise, barekure amakinga yikorere mubisagara kuko ikingali rihari ntamodoka yogukanga mukuja ahushakahose mugisagara. Ningingonziza leta yafashe ndayishigikiye, ariko kwikena twarimwo ryigitoro barikakwiye gutezura niba batabifisemwo bamwebamwe inyungu. Ahandihoho uburundi,ni Paradisi kuriyisi yarurema. Uretse igitoro, uburundi nijuru ahimana yibera
@VyizigiroEric-z1v
@VyizigiroEric-z1v Ай бұрын
Uburundi kwisiyose nubwambere kubuzimabworoshe ukonukuri Kandi abarundi babayehoneza
@DieudonneNininahazwe-vd1px
@DieudonneNininahazwe-vd1px Ай бұрын
Burundi is the best.
@kanimary5642
@kanimary5642 Ай бұрын
Ngo mu Burundi birazimbutse. Abarundi ntabury bafise, amahera ntagaciro. Gusahari indya ziryoshe.
@niyonsabajeanrobert8435
@niyonsabajeanrobert8435 Ай бұрын
Mu Burundi niho hari ibintu bizimbutse, niwaja ahandi niho uzobibona. Mu Burundi urashobora gufungura muri resto ugahaga ufise 2000f
@AstèrEden
@AstèrEden Ай бұрын
Yubahwe cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejur
@GahongayireEmmanuel
@GahongayireEmmanuel Ай бұрын
Ikinyoma gusa muburundi kubona ibiryo cyane cyane ibujumbura biragoye barya ifu y ibigori yaboze ngo ibiryo bya hehe uwo munyamulenge uvuga ubusa ntabwo Ari umunyarwanda abuze byose
@alexandremfuranzima
@alexandremfuranzima Ай бұрын
Nta nisoni ufise, Jew mba i bujumbura turi 3munzu ku kwezi 50$ izo ziradutunga nico umuntu anwa yanyoye ivyo ifu yaboze nayo nibazako arivyo wibwira wew nyen
@niyomwungerebienvenue7675
@niyomwungerebienvenue7675 Ай бұрын
Yewee ,,mbega umuntu mubi,,urabesha bigeze hiyo kweli??? Sha Indya ziri Bujumbura ni nyinshi nkanje nfungura 5000 milles umusi wose,,1000 mu gitondo ,2000 sasita 2000 mwijoro,,,,ubuzima buri hasi bwaduze gato caneee,,,nawe ngo ifu iboze?? ukarya umuceri,,ibiraya,ibitoke ,,ibijumbu,,inyama ,amafi ,imboga nibindi,,tweho sivyo bidutunze,,Kunda iwanyu
@ismangirabakunzi519
@ismangirabakunzi519 Ай бұрын
​@@niyomwungerebienvenue7675hhh murasekeje rwose ubu ngendeye kubyo uvuze Burundi bukize kurusha America kuko ibyo ntibabona ubwo x ucyeka ko urwanda ruretse kubaka imihanda, amashanyarazi,amazi urwanda rwose ubuzima bwakoroha ariko iterambere sukurya gusa
@BigirinteranyaSerges
@BigirinteranyaSerges Ай бұрын
Murwanda honyene murya ifu nifi bivuye iburundi Hama ukaazana ishari nkiryo?? Murwanda narahabaye ntitubeshanye pe murwanda imibereho irazimvye gusumba muburundi nnaratembereye kayonza,rwamagana,kabuga,musanze,rusumo,nyagatare,kamonyi,muhanga,Kigali yose urumva ndanahagusumvya réro gabanya ishari mwemere kwinzara ibamereye nabi😂😂
@ismangirabakunzi519
@ismangirabakunzi519 Ай бұрын
@@BigirinteranyaSerges mubeshye abatazi bujumbura shn none x njyew ko mwebwe mubayeho nkabanyacyaro ibaze
@ghislainehager
@ghislainehager Ай бұрын
Gaël wakoze kuzana umuntu avuga ibintu umunyafrika wese akeneye kumva. Iterambere ryukuri ritangurura mu kuduza no kworohereza ubuzima bwabanya gihugu. Kuduza ama étages kwanza niterambere à l'envers.
@Isa3th
@Isa3th Ай бұрын
Urumushingantahe wubahwe mutama 🙏🙏👋👋 abariko bandika bamusebya ntakinya bupfura bafise.
@megamind257
@megamind257 Ай бұрын
Umurundi yubaha umunyamahanga kurusha mwenewabo
@danielyusuph6528
@danielyusuph6528 Ай бұрын
komera musaza
@FrankeIgiraneza
@FrankeIgiraneza Ай бұрын
Kbs mukomere cane
@SalomonNdayikeza-f1q
@SalomonNdayikeza-f1q Ай бұрын
Uburundi buraryoshe kubamwo 100%
@Bigiritsibomukundwa
@Bigiritsibomukundwa Ай бұрын
Uyu Numunyamurenge sumunyarwa please hindura title
@lydi791
@lydi791 Ай бұрын
Babwire Mutama amasemerera ngo ubuzima buragoye mu Bdi nibaragenda mubindi bihugu barabe
@jacquelinenibizi388
@jacquelinenibizi388 Ай бұрын
Birarenze maze amezi make muri kigali arik ibintu birazimvye cane par rapport à bujumbura
@tygauzy
@tygauzy Ай бұрын
Nibamuhe ubwenegihugu iyo mvuga kuri yibere umuryndi❤️
@Musindi736
@Musindi736 Ай бұрын
Uburundi nibwiza kiretse ko hariho abashaka kubushafuza
@Vision2300
@Vision2300 Ай бұрын
Ni ukubera ubushobozi buke bwa cndd fdd, ntekefeza ko batize des grandes études !?
@LaetetieUyisenga
@LaetetieUyisenga Ай бұрын
Juste 100$ ni 135,000 Frw muburundi n'angahe kuri BRB, marche noir? uwo mugabo shaka gucafuza urwanda gusa, afise impamvu ziwe, adashobora gusobanura neza! murwanda ni hafi uzoze wirabire! abarundi ni beza ntashe. ntabeshe abandi buvugako bishwe n'abarundi mugatumba murabizi, kandi ntibatunganirijwe. muvyibuke!
@LaetetieUyisenga
@LaetetieUyisenga Ай бұрын
gusa abahe courage abacu bari muburundi batere imbere kandi birashoboka, gusa ntivyoro ata gitoro, nta mutuel y'abanyagihugu! n'izo mpamvu zituma uburundi buhanwa zikurweho abarundi batere imbere!
@ackleokwenda5959
@ackleokwenda5959 Ай бұрын
Yego pe
@NgabireyimanaJeovanisie
@NgabireyimanaJeovanisie Ай бұрын
Burundi bwwacu gihugu ciza ❤
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 Ай бұрын
Sha ntabeshe mu Burundi 🇧🇮 ni heza cane uburundi nubwambere kabisa gusumvya u Rwanda ubuzima bwacu burazimbutse gusumvya u Rwanda n'ibindi bihugu i gitoro kizoboneka Imana ituje imbere nicamara kuboneka ubuzima buzoruta kuzimbuka noneho nuko tutagira aba chefs boza bara circula mu maboutiques ngaha bofata abantu benshi baduza ibiciro nko mu Gasekebuye ibintu mu maboutiques birazimvye gose gushika kw'itabi nukuri badufashe barungike abantu ku rwenge batari abo murayo ma quartiers bigire abashitsi baze barabaza ibiciro bazosanga twarambuwe bikomeye inzoga zozo ntuvuge hariho abantu bazidandaza ku biciro birenze nko mu Bwiza mu gasekebuye eka n'ahandi ugasanga Amstels igugwa 5000 wibaze Royale 5000 ifanta eka nibarondere abandi b'ahandi baze kwibazisha ibiciro ku ma boutiques bazotangara ico nibagikora tuzoba mw'i paradiso noneho kandi babandanye babikurikirana bataruhuka kugira ntibasubire kuduza ibiciro Imana ihezagirire uburundi n'abarundi nukuri nyakubahwa yiteho kurico kintu azoba adufashije
@ismangirabakunzi519
@ismangirabakunzi519 Ай бұрын
Impamvu bizamuka x urayizi uburundi burakennye ahubwo muzisanga mwabaye zimbabwe nibiryo mwari musigaranye bihende economy yanyu ishingiye kubiryo gusa
@hakizimanajames-hm6xt
@hakizimanajames-hm6xt Ай бұрын
Uyu Mutama yubahwe ❤
@BIGINAMfashingaboNdakanirwa
@BIGINAMfashingaboNdakanirwa Ай бұрын
Gakunzi koko wagiye uvuga Abarundi kwaribo bari kuri level yawe. Hanyuma c ninde wakugize spécialiste mubyubukungu
@DesireNsengiyumva-f7r
@DesireNsengiyumva-f7r Ай бұрын
Afikanime utumire saze acabwenge imana ihezagire nawewe jusigaye turangukunda
@MishahiRukamwa
@MishahiRukamwa Ай бұрын
Oyaaa quand même, igihugu cawe uragikunda mugabo ntukunda ingene gitetswe!
@AsiaBeond-lo6gs
@AsiaBeond-lo6gs Ай бұрын
❤❤
@LovelyForestHills-vm2wy
@LovelyForestHills-vm2wy Ай бұрын
Jewndizeye kandindemeza ko ndavyahotwavuye. Nahotugez kumyaka 18 ukarabaukuntu abarindi bahinirizwa kwihangirimirimo vuba ivyamwa. vyayedenibi rasoromwa ndagukunda🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi Ай бұрын
Sha ibi uvuze nivyo muburundi nta dollars 100 worungikira family ngo bayamare kukwezi pe jw ndaribahaye hahera amezi arenga 3 batansavye ayandi pe
IGITOROSHI KININI MURI RBA, SANDRINE ARI MU KAZI?🔥🔥🔥🔥
22:53
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 9 М.
СОБАКА И  ТРИ ТАБАЛАПКИ Ч.2 #shorts
00:33
INNA SERG
Рет қаралды 2,1 МЛН
СОБАКА И  ТРИ ТАБАЛАПКИ Ч.2 #shorts
00:33
INNA SERG
Рет қаралды 2,1 МЛН