Intahe y'UMUSIRIKARE k'URUGAMBA//Bavuze ko napfiriye muri CONGO//Ibikomere duhura//Ivyo mutamenya

  Рет қаралды 27,576

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Пікірлер: 312
@ernstjumainemyampi7314
@ernstjumainemyampi7314 4 сағат бұрын
Avuga amagambo akomeye cane. Imana ikuje imbere cane kandi ikuzigame naho ukiri muto. Niwirambire, ukomere nkumuzinga! Uri intwari.
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 12 сағат бұрын
❤❤❤❤ Inyanka burundi z'irigwa zishusha uduhuha k'ungabo z'igihugu cacu c'uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 mukomere kumuheto ivyo murimwo mugufasha inzira k'arengane Imana Izobibahembera.
@Mashami-w5
@Mashami-w5 5 сағат бұрын
Igisirikare cy'uburundi cyitwa indagara , 🤣 namwe nimumbwire aho indagara zigerereza intare🤣🤣
@ndihorashid
@ndihorashid Сағат бұрын
@@abdallahjuma7997 uwubizi nuwahaburiye umuvandimwe.ariko ruriyabandi rutakwibagiye.uyu mugani uwucire na never sokuru waba genocidaire
@ndihorashid
@ndihorashid Сағат бұрын
@@Mashami-w5 igiporisi nacyo nisvaza
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 10 сағат бұрын
Uyu ndamufana 100% ndakunda indirimbo ziwe na koemere 👌
@pazasauti4207
@pazasauti4207 11 сағат бұрын
Irambire agati gateretse n'Imana ntigahenugwa numuyaga keep moving forward
@SindiDieu
@SindiDieu 11 сағат бұрын
Uwavuzeko waphuyé. Imane,ibimwishure.zamurabamwaza bavuge ivyobazi
@Bapfunya
@Bapfunya 9 сағат бұрын
Gael shira ko numéros ziwe yuyomuntu tumuhe félicitations
@estherchou2899
@estherchou2899 Сағат бұрын
Courage cane ngabo nziza y'igihugu cacu Imana ikurinde iguhe kuramba🫶🏽💪🏼🙏🏼
@mugenziyousoph8473
@mugenziyousoph8473 2 сағат бұрын
Uringabo yumwuga Kandi ufite akazoza kezaaaa pe nturi umusirikare muto nkuko ubivuga ❤❤❤❤
@jeannettemarora7601
@jeannettemarora7601 Сағат бұрын
Ndakwemeye ❤❤❤
@methodnkundumukiza6367
@methodnkundumukiza6367 12 сағат бұрын
Hari ibiganir usanga bigoye gukoresha bivanye nivyo woshaka kubaza ariko ntibikunde kubera usanga umeng ushaka kumenesha amabanga uwukoresha ikiganiro. Gaël courage
@KagambiteRambert-vf2ur
@KagambiteRambert-vf2ur 3 сағат бұрын
Uyu mu sirikare araketse cyane ni umu commando mwiza cyane
@ThierryNshimirimana-j1o
@ThierryNshimirimana-j1o 12 сағат бұрын
Mwubahwe cane uburund buzokira vyanka vyakunda
@cool-1-l5f
@cool-1-l5f Сағат бұрын
my soldier Sailor,keep it up and you are so smart when replying
@NiyimubonaJmarie
@NiyimubonaJmarie 12 сағат бұрын
Respect jewe ndakunda abasirikare kandi turakwiye gukunda igihugu cacu
@mugenziyousoph8473
@mugenziyousoph8473 2 сағат бұрын
I really Love you you know how too ......❤❤❤❤ usubiza nkichabwenge ❤
@GerrardNdayikengurukiye-k1c
@GerrardNdayikengurukiye-k1c 46 минут бұрын
Mwubahw cane mucubahiro canyu hama nanje kweri ndakunda ingabo zigihugu kuko nizo ncabwenge nimvugakuri dusigaranye
@UwitijeDPatrick
@UwitijeDPatrick Сағат бұрын
Izo ndirimbo nizo inkotanyi waruyoya we reka kubeshya abarundi, warakopeye
@BerchimasBigirimana-do2sf
@BerchimasBigirimana-do2sf 13 сағат бұрын
Nkurunziza niwe yavuze ati isake iraye hanze icika inkware courage musirikare kanatsinda urazi icowarahiriye baryanabo numuzungu azoguma abaha komisio nkazirya muga ntamabanga yakiryagihugu arimwo umuzungu harya aramwitegereza akabura ubwoko bwigikoko muntu arimwo canke nimuvyara wagasuku
@nyiramuzika
@nyiramuzika 11 сағат бұрын
✊✊✊✊✊🤟🤘🤘🤘🤘🤘🤟🤟courage mugwane mutsinda kbx💯
@Ubumwe485
@Ubumwe485 21 минут бұрын
Abasirikare b'Igihugu bubahwe aho barihose.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮@ Gaël uzotumire " Kelly NKURUNZIZA " nawe.
@violettendih...8452
@violettendih...8452 11 сағат бұрын
Yoooooo ubaye uwambere mwana wamama, Imana Ikutuhezagirire caaaaane, cane kuko nivyukuri uringabo yigihugu kuko ivyuvuganiri ahozoburi hose Imana Izokwame Ikuzigama haba ugeze mubikomeye no muvyoroshe turagukunze cane, cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤wangabo yacu y'Uburundi we urumunyabwenge caaane,cane amajambo akuvamwo na yubwenge Imana Ishishikare Ikuzitirira ahuzoburi hose,hose, hose uzokwipfuriza ikibi abariwe kizosubirako nawe wijandajandira muri Yesu kristo uwakwipfurije inabi nawe arikwaribonerako uwukwanka wese akwandureko kuko uwanka igihugu weeese aba yanka ubuzima bwiwe nivyiwe na biwe bose iherezo ryiwe ribaribi cane I love it my country so muuuch.❤❤❤❤❤❤❤❤ turagukuuuuunda cane, cane wa ngabo we yigihugu cacu ciza c'Uburundi tugushize mubiganza vyiza vyuhoraho Yaremye ijuru n'isi Yame Akutuzigamira ibihe vyose Akutuhere kuramba nkabakera tusoma muri Bibilia nizindi ngabo zigihugu zoba zivuga neza nkawe mengo twoguma twandika kubwumunezero kubwo harabeza ImanaYasigaje nkawe bakundigihugu.
@chantalmutega4005
@chantalmutega4005 8 сағат бұрын
Wow turirimbire, uririmba neza cyane 🙌🏿
@Sympholine
@Sympholine 12 сағат бұрын
Komera caane mon Sergent! IMANA niyo ikurema Kandi igutunga mukubaho kwawe.
@rayjuvent2465
@rayjuvent2465 12 сағат бұрын
Jw nakunze Ukuntu wishuye #imana izigame igisirikare cuburundi Dukomez guharanira amahoro
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 8 сағат бұрын
Araririmba indirimbo ya APR- FPR Inkotanyi transformée ikiri ku rugamba
@pichionerappeur2810
@pichionerappeur2810 2 сағат бұрын
Wishuranye ubwenge caaane mon artiste militaire ✅
@MosesIrakoze-p9j
@MosesIrakoze-p9j 12 сағат бұрын
Praise God
@NosaFamille
@NosaFamille 11 сағат бұрын
Sodja sailor salute u are really sodja uvuga neza
@raissairadukunda9292
@raissairadukunda9292 2 сағат бұрын
Sailo hejuru,nokwishure yaguma avugako azoba umusirikare
@IrakozeLeonard-l5y
@IrakozeLeonard-l5y 11 сағат бұрын
Ingabo zuburundi mukomere kwibanga mwahawe nigihugu mwakoze cane kudutegurira ikikiganiro 🇧🇮nitubimenye bitwubake
@RamahanHabyarimana
@RamahanHabyarimana Сағат бұрын
Utazi umurundi amurunda muziko
@AkimanaRachel
@AkimanaRachel 12 сағат бұрын
Brother respect ubereye kuba inkotanyi pe❤❤❤❤
@arakazaarakaza6056
@arakazaarakaza6056 20 минут бұрын
....Gaël ugomba wice umwuga wawe kweri ivyo biganiro wapi kabisa
@HinduKambi
@HinduKambi 12 сағат бұрын
❤❤ FDNB
@patrickdusabe1568
@patrickdusabe1568 12 сағат бұрын
Uyumusirikare wigihugu c'UBURUNDI yubahwecane
@demattt2736
@demattt2736 13 сағат бұрын
❤❤ ❤ Courage mon frère
@nzarambahenrylambert4903
@nzarambahenrylambert4903 Сағат бұрын
😂😂😂 Sha Inkotanyi zirayoboye tu. Uti narahimbye indirimbo cg warashishuye! Subira muri archives z'urugamba rwo kubohora igihugu, urasangamo izo ndirimbo n'abazihimbye.
@cadeauxmacadeaux3922
@cadeauxmacadeaux3922 Сағат бұрын
Henry,nawe wabibonye ko yashishuye? Ahubwo iyo ahindura injyana ntitwari kurabukwa.
@rukund-egume
@rukund-egume 5 сағат бұрын
Harya ngo abarundi ngimujye kwirukana abatutsi muribeshya cyane muzoshirira congo
@chantalngendanimana2757
@chantalngendanimana2757 Сағат бұрын
Hahahahaha. Urarushe caane. Hama ngo nt,amoko ikiba iwanyu!akari mu mitima yanyu,....,wewe ntuzopfe. Gabanya ishavu,uhe Imana ikibanza mumutima wawe.
@ndagijimanakibibi7381
@ndagijimanakibibi7381 6 сағат бұрын
Good mutama igihugu numubyeyi candi terimbere rwose
@EmmanuelNgezahayo
@EmmanuelNgezahayo 10 сағат бұрын
Imana ikuzigame
@alolaofficial670
@alolaofficial670 13 сағат бұрын
🤟🤟😍
@IrambonaOlykid-y9v
@IrambonaOlykid-y9v 11 сағат бұрын
Good
@HabonimanaEgide-z7l
@HabonimanaEgide-z7l 12 сағат бұрын
U Rwanda rwarabuze umutima ukunda Amahoro!
@Kantungoda
@Kantungoda 11 сағат бұрын
Gute se ?
@nkunzumuremyiphilemon9032
@nkunzumuremyiphilemon9032 50 минут бұрын
Komeramwa lmana izagunshygikira.abagucukurira urwobo nibobazarujyamo.
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 сағат бұрын
komera ngabo zigihugu cacu ciza cuburundi turabashigikiye kandi turabakunda cane mukora ibikora inka Bandanya mukingira igihugu cacu ciza mwongere mutabara congo tubarinyuma
@ndayikengurutseemmanuel50
@ndayikengurutseemmanuel50 11 сағат бұрын
Korer Igihugu ntakuramba kudapfa i respect.
@MurindaIbrahim
@MurindaIbrahim 12 сағат бұрын
Yego shahu, komeza wivugishe ibyo shaaa, reka bakurungike muri Kongo, uzoba umbarira!!
@feregiz2479
@feregiz2479 12 сағат бұрын
UBUTWARI si ivyawe, rekera intwaramiheto bigure igihugu. HIRWA , URYAME, UGONE, USURAGURE ...
@ProudB719
@ProudB719 8 сағат бұрын
Baakubwiye ko ku mpanda haryamye abasirikare bonyene?
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 сағат бұрын
abarundi ntiduterwa ubwoba muhu baraguhenze nimba wibaza kwiterabwo rikora kuri fdnb
@edmondnyambuga2794
@edmondnyambuga2794 2 сағат бұрын
Komera ngaho y'i gihugu cacu c'u Burundi.
@mugwanezainnocent8276
@mugwanezainnocent8276 10 сағат бұрын
Nibamwohereze ikongo 😉🤗😂
@BATUNGWANAYOOthiniel
@BATUNGWANAYOOthiniel 12 сағат бұрын
Sergent Nsengiyumva Komera ku muheto
@emmanuelmarafiki1022
@emmanuelmarafiki1022 2 сағат бұрын
Wowe uringabo nyakuri ngabo yu Burundi
@AstereNtirampeba
@AstereNtirampeba Сағат бұрын
Ingabo zuburundi hejuru
@Dreamer-s3d
@Dreamer-s3d 11 сағат бұрын
Ok sergent nsegiyumva
@protaisibyimana6994
@protaisibyimana6994 11 сағат бұрын
Muri gukina urukino rw'urupfu Mugende mupfe babahe amahera ndayishimiye yirire. Ahhh!!
@renechrissibomana2277
@renechrissibomana2277 9 сағат бұрын
Nawe ubeho uzopfe nkinkoko😂
@rukund-egume
@rukund-egume 5 сағат бұрын
Ko abasirikari buburundi kobashiriye muri congo murigupfiriki ?
@ahishakiyejules7083
@ahishakiyejules7083 3 сағат бұрын
Aburwanda Bose barazira iki nibe nabo bafitanye amasezerano gutabarana mubya gisirikare
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 сағат бұрын
aburwanda kobapfira muricongo bapfira iki?
@EricNdorere
@EricNdorere 8 сағат бұрын
Wewe ubona atapfuye agenda...none barya banitse mûri congo baziriki
@JocelyneNahimana
@JocelyneNahimana 8 сағат бұрын
Toka mushenziiiiiiiiii wew ubona uwarikukugira UMUSIRIKARE utari kuca wiruka😂.mureke yikorere akazi
@Mashami-w5
@Mashami-w5 5 сағат бұрын
​@@JocelyneNahimanaIgisirikare cy'uburundi cyitwa indagara , 🤣 namwe nimumbwire aho indagara zigerereza intare🤣🤣🤸🤸🤸
@myhossain9354
@myhossain9354 3 сағат бұрын
Wewe usanga ukunda indagara niyompamvu ico ubonye cose ukibonamwo i dagara ntarindi jambo ufise atarizo 😮😮😮😮​@@Mashami-w5
@WilsonYakaremye-t2u
@WilsonYakaremye-t2u 6 сағат бұрын
Komera chane ngabo nziza Imana iguhezagire,mukunite izonyangabirama za kagame,wifuza kumara abarundi nabacongo
@mugabojeanclaude2280
@mugabojeanclaude2280 4 сағат бұрын
Reka ubugugu.ni mwebwe mwajabutse congo kugwanya umunyagwanda.ndabona Uzi kwifotoza.wabuze kuvugira benewanyu bari guhonera muri congo
@chantalngendanimana2757
@chantalngendanimana2757 Сағат бұрын
Bena wabo apana bene wanyu. Bikurya hehe?
@mugabojeanclaude2280
@mugabojeanclaude2280 Сағат бұрын
@@chantalngendanimana2757 jye nacyo napfana nibigugu byaba dd kdi bizapfa bishire
@alny1935
@alny1935 9 сағат бұрын
😮😮😮
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 сағат бұрын
ayamajambo yinkora mutuma.avuzwe niyingabo nzokwama ndayibuka ndayagendere
@habonimamadesire6815
@habonimamadesire6815 11 сағат бұрын
Ndagukuriyubwatsi uringabo ibushitse. Naho wopfa usize ijambo pe. Ntuzibagirwa mugihugu camavukiro
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 3 сағат бұрын
Umu Commando w'igihigu Sailo komera komera ngabo y'igihugu.
@christophenizigiyimana7941
@christophenizigiyimana7941 13 сағат бұрын
Vraiment!birababaje abantu bipfuriza inabi igihugu cabibarutse
@Issac-t9e
@Issac-t9e 13 сағат бұрын
❤❤❤
@emeryshalom7067
@emeryshalom7067 12 сағат бұрын
Ingabo yacu,numva izi no kuririmba neza
@ELOGERUHIMBASA
@ELOGERUHIMBASA 10 сағат бұрын
FDNB oyeeeeee✊🏽✊🏽✊🏽✊🏽
@luizfigo1133
@luizfigo1133 3 сағат бұрын
Imana ishimwe niba akiriho nawe urakoze kwinjira muri politic ngaho genda bose ubazane bamaze gupfirayo werekane ko ari bazima😂😂😂😂😊
@pichionerappeur2810
@pichionerappeur2810 3 сағат бұрын
Sailo juuu
@luizfigo1133
@luizfigo1133 3 сағат бұрын
Ahubwo muzasara uyu ninde wamuvuze ? 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ubundi niki kibabwira ko najyayo azagaruka 😂 intambara ni Intambara niyirambira rwose nicyo kiza
@kikievode7291
@kikievode7291 13 сағат бұрын
😭😭😭😭 Sha Ndababaye
@OrnelNishimwe
@OrnelNishimwe 11 сағат бұрын
Kelly nkurunziza niwe nishakira kumva sergent nawe nagend arase abazanye ibitoro iburundi😢
@Kantungoda
@Kantungoda 11 сағат бұрын
None Kelly NKURUNZIZA ari I Congo ?
@AbraMbazumutima
@AbraMbazumutima 6 сағат бұрын
Komera cane afande wubahwe
@MacaireNjanywenayo
@MacaireNjanywenayo 12 сағат бұрын
Niyirambire cane naduhe urubuga gwiwe asohorerako indirimbo tuzikurikirane
@lavieClovis-rg7vu
@lavieClovis-rg7vu 12 сағат бұрын
courage
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 сағат бұрын
zirya nyaka Burundi ntamatwi tuziha Sailo
@shwaibunillan6025
@shwaibunillan6025 10 сағат бұрын
Sailo_soldier hejuru cane🎉🫡🏅 Wamye ukunda gukorera igihugu kuva kera🫡
@NdungutseElias
@NdungutseElias 13 сағат бұрын
vyukuri ndaryohewe caaaaaane kubamukoze kinokiganiro!!icipfuzo canje nashaka ko kinokiganiro kocoshikira babandi bohakurya yamazi batumwe nabasebuja babo ngobacafuze igihugu canyibarutse bongere bacintege ingabo zigihugu cacu mumugambi woguhasha inyeshamba zabanyarwanda biyita m23,,
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 12 сағат бұрын
Abarengero bakunda kuvuga gusumba kugwana
@KubwimanaPacific
@KubwimanaPacific 9 сағат бұрын
Mwubahwe can
@Mashami-w5
@Mashami-w5 5 сағат бұрын
Ingabo z'uburundi zitwa indagara , 🤣🤣🤣🤣
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu 4 сағат бұрын
uri ikigoryii jyana ubugoryi bwawe iwanyu kwa secyibi wa ngeruza we.
@Mashami-w5
@Mashami-w5 3 сағат бұрын
@NgaboJeanvier-iw4yu nabakomye mabere yabanyoko🤣🤸
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 сағат бұрын
​@@Mashami-w5genda uririre kwanyoko wakavyindiwe
@ndihorashid
@ndihorashid 10 сағат бұрын
aka gahungu bagakoresha nka kurya kisekedi akoresha ba masunzu.kazoje muri kongo kagaruke.
@songamberetv2219
@songamberetv2219 7 сағат бұрын
Genda wiyahure
@Mashami-w5
@Mashami-w5 5 сағат бұрын
😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤸🤸🤸
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 сағат бұрын
reka kwiriza iyiningabo yigihugu
@ArsenalArsenal-j9n
@ArsenalArsenal-j9n 2 сағат бұрын
Inyankaburundi mwagumutse bikabata kuwamazi nimunwe amazi birahera nayo uburundi ntaco muzobutwara. Genda murye intete mahama😂😂😂
@ndihorashid
@ndihorashid Сағат бұрын
@ArsenalArsenal-j9n inyankaburundi ni mwebwe murya benewanyu .reka ivya congo bihere namwe musogongere
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh 40 минут бұрын
Ingabo Komera
@Jeanine_8077
@Jeanine_8077 11 сағат бұрын
Ubu mwazatubabariye mukadutera hano mu Rwanda koko tukabona akazi
@janeruthazibwa8559
@janeruthazibwa8559 6 сағат бұрын
Uraza kwigana basi. Izo nizinkotanyi kabisa. Tugusengere Neva ntaze akurungike Congo, bazokujya iboro.😅
@prosperbirorimana5982
@prosperbirorimana5982 Сағат бұрын
Gaëlle tuba dushaka ibiganiro benibi
@kikievode7291
@kikievode7291 13 сағат бұрын
Sha kuba utari kuri
@rukund-egume
@rukund-egume 5 сағат бұрын
Ntabyo muzoshobora
@JaphetNiyonkuru-x2j
@JaphetNiyonkuru-x2j 11 минут бұрын
courrage
@nyamdwiJeanbosco
@nyamdwiJeanbosco 12 сағат бұрын
Pacific nahora ndamwizera Arko ndabonye nihovyo
@alexandremanirakiza-cl7ue
@alexandremanirakiza-cl7ue 10 сағат бұрын
Nyandwi urikijuju. Aha ntaco bikubwira
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 сағат бұрын
irya ninyankaburundi urya ntavyowaruzi
@hategekimanapatrick8645
@hategekimanapatrick8645 5 сағат бұрын
Uyu mupeti afite ubwenge kdi karemano afite n,amagambo ya politics yo gukundisha abandi igisirikare Nyakuba Never uyu mujdama musabiye capiteni kuko ni camirifu cyane kdi akda akazi ke
@ngendabanyikwalambert8389
@ngendabanyikwalambert8389 12 сағат бұрын
Songa mbere nuguhasha umwasi w'igihugu
@UYEIC
@UYEIC 11 сағат бұрын
Ningen avuga yishimangira birabonekako urumogi anywa rukaze.
@thewisetv3989
@thewisetv3989 Сағат бұрын
NDAGUNDA NGABO Y'UBURUDI. NDATAHIJE IYANKABUUNDI PACIFIQUE NININAHAZWE ATACO ADAKORA MUGUCAFUZA INGABO ZIGIHUGU NOMUUGICANISHAMWO
@arakazaarakaza6056
@arakazaarakaza6056 17 минут бұрын
Je suis désolé Gaël pour cette music kuntambwe warugezeko vraiment!! Domage!
@YvesKaneza-yx3yz
@YvesKaneza-yx3yz 3 сағат бұрын
Niyitonde kandi anashime nimana ko akiriho. Kandi ntavuge nabi ntawuzi niyaja kurugamba ko azogaruka
@chantalmutega4005
@chantalmutega4005 8 сағат бұрын
Wubahwe, naba comrades banyu bose mwubahwe
@Mashami-w5
@Mashami-w5 5 сағат бұрын
Buriya indagara zirigushirira muri congo bazira iki🤣
@Nshizirungu9032
@Nshizirungu9032 3 сағат бұрын
Wa kabwawe urakoreshwa benewanyu baba maze
@myhossain9354
@myhossain9354 3 сағат бұрын
Urarushe
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 3 сағат бұрын
None nkaho umutukiyiki? Avuze uko abizi kandi avyumva uragenda uvug ivyawe nawe.
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 сағат бұрын
ingabo ziburundi zabatikuye muguma mwiriza
@myhossain9354
@myhossain9354 Сағат бұрын
@claudinendayizeye4619 noe ntucumenyako ari muribabandi bahereye Congo iryo nishavu amwumvira kuko basvye
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Сағат бұрын
@@myhossain9354 nukuri mbona abanyarwanda bafise ishavu ryinshi nkabura ikiribatera babonye ingabo zuburundi baca batangura gutukana nukwiriza none zabacumuyeko iki?
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu 4 сағат бұрын
za mujeri nizo zirirwa zibeshya ngo ingabo z'uburundi zapfiriye muri congo zarangiza abiyita red tabara bakira ngo n'ingabo z'uburundi zafatiwe kurugamba byose n'ukubeshya nta musirikale numwe w'uburundi uragwa kurugamba muri congo kandi naho yahagwa umuntu yagwa nahandi ahubwo kagame nibyihebe bye babajwe cyane n'ingabo z'uburundi kuko kuva zagera kurugamba m23/RDF bakubiswe incuro barabaribata cyane ubu kigali sick-bay huzuye inkomere nyishi asante sana SGT wewe ni jeshi la haki kabisa molali aendeleye H.E Never namuomba upate rank LT.unasitahili kuwa kiongozi.
@MukizaPaccy-k3v
@MukizaPaccy-k3v 3 сағат бұрын
Umva Muvandi mujye mureke ubu propagandist kuko uyu ntago yigeze ajya muri yamafato y'abapfuye gusa muzabaze ibyabereye I NGUNGU tariki 14/01/2025 kandi ni abarundi na Fdlr kumwe nabandi bose rero ubwo warangiza ukaza kubeshya abandi hano yewe namatekwa nyinshi Cyane jye ubishaka ambwire muha number za whtsp twandikiranye muhe ibimenyetso naho Sgt nubundi wahisemo ntiwavuganabi Leta Kandi uyikorera watumwe ariko ujye uvuga uziga ubuse za petit Masisi ntimwirutse amasigamana kugeza za Mushaki za Muremureho ntimuteze kuhibagirwa abarotse ndetse na Rubaya murabizi uko byagenze ese mwibuka ibyabaye NGUNGU ejo sawa uwushaka number zange ambwire noneho muhe ibihamya
@AmbitiousTheo
@AmbitiousTheo 12 сағат бұрын
Courage soja 🫡🫡🫡🇧🇮
@offriirangabiye9582
@offriirangabiye9582 10 сағат бұрын
Moral moral hapfu uwavutse ntakundi
@SteveOfficial-v1t
@SteveOfficial-v1t 12 сағат бұрын
Uyumujama arazi ubwenge cane na politique yoyishobora!!
GIANT Gummy Worm #shorts
0:42
Mr DegrEE
Рет қаралды 152 МЛН
She wanted to set me up #shorts by Tsuriki Show
0:56
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
요즘유행 찍는법
0:34
오마이비키 OMV
Рет қаралды 12 МЛН
NGUNGU: M23 NA FARDC BONGEYE GUKOZANYAHO
29:02
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 1 М.
GIANT Gummy Worm #shorts
0:42
Mr DegrEE
Рет қаралды 152 МЛН