Intahe y'Umwigeme yanse kugira MARIAGE//Abagabo baturondera ngo tubabere abahabara//Ingo zubu

  Рет қаралды 14,118

UMUKUBITO

UMUKUBITO

11 күн бұрын

Umwigeme w'umurundi yanse kugira MARIAGE//Abagabo baturondera ngo tubabere abahabara//Ingo zubu
‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Пікірлер: 183
@tantineirakoze1961
@tantineirakoze1961 9 күн бұрын
Ababonako uwo mukobwa afise depression yo kubura umugabo mumpe akantu aho munsi🇺🇲
@chefBlackbeauty03
@chefBlackbeauty03 9 күн бұрын
Hahhaha none iyo NDA yiwe niy' umukobwa.mbona ari mama wabana
@emanuellamanirambona2760
@emanuellamanirambona2760 8 күн бұрын
uvuze ukuri pe nanj nivyo nabonye akwiye thérapie
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 8 күн бұрын
Niki lesibiene😂
@BechouAkimana
@BechouAkimana 8 күн бұрын
Nanje mbona nayahandi ingo nziza zirahari kabisa
@elsabrendaakimana8273
@elsabrendaakimana8273 8 күн бұрын
😂😂😂😂😂
@nkurunzizahubert7011
@nkurunzizahubert7011 9 күн бұрын
Ntuzi ivy'uriko urahomba wangu. The best pleasure in this world is to have a child/family. There is always a cost for anything.
@diagfinamix1861
@diagfinamix1861 9 күн бұрын
Mushobora kubona abantu bigira aba analyst bikaboneka ko ukuri ari kwinshi muga nkuyu kubunini ndamubonana , nubushake sikirenga canke akaba atagifise namba ibaze ngo ararenza 30 ans none iyo marriage yarayifuje mpaka imyaka irahera iyi ni prolongation ngo aracari jeune, intwari tubibona kumwe murihooo😅. Caho hasi mukandeho
@georgeskwitegetse680
@georgeskwitegetse680 7 күн бұрын
Elle est intelligente même si sa logique n'est pas convaincante.
@blackseakboy1087
@blackseakboy1087 7 күн бұрын
Ohhhhh elle a 1000 fois raison 👍👍👍👍👍👍👍👍 je suis rwandais en diaspora c est la première fois que je vois une personne qui panse exactement comme moi 👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍
@GraceIrakoze-sv7kp
@GraceIrakoze-sv7kp 9 күн бұрын
Gaël ndagukunze cane Uzi kwishura.uyo mukobwa Nawe,Imana imukize ararushe.
@kwizeraanitha5281
@kwizeraanitha5281 9 күн бұрын
Ndakunda umuntu yifatira ingingo nivyiza gufata ingingo nkiyo mais ukirinda kuvyumvisha abandi.ikindi ntubeshe ingo nyinshi zibayeho juste kugira ziprotege abana babo.
@user-ug1xz2gf6t
@user-ug1xz2gf6t 9 күн бұрын
Jewe nibazako iyo défense yiwe umuntu ashatse yomutahura. Warabuze utegerezwa kudevelopa ikintu ca légitime défense. Sinon numunyeshure abonyeko abize imbereyiwe akabona ntakazi baronse bohava baca babiheba ngo kwiga ntaco bimaze
@richardniyonkuru3650
@richardniyonkuru3650 9 күн бұрын
Wabuz'uwo muhuza reka reka ingo nziza zirahari
@jabedendayirorere726
@jabedendayirorere726 8 күн бұрын
ntawutabishaka niwemere ko wabuz
@TaylorKing-ye7hu
@TaylorKing-ye7hu 9 күн бұрын
😂😅 Ukwo nukwihagararako kuko Imyaka yaramaze kumujana ntiyoba akironk uwumutwara😂😅
@appolineniyonkuru9157
@appolineniyonkuru9157 8 күн бұрын
Nigake abantu bubatse neza bishirako kuri statut kuko mumutima wabo barabizi ntawobakeneye kwemeza kuri statut,wemeza umuntu ikintu kitahari .Aho urihenze gushirako statut uwomwubakanye sivyo vyerekana kumukunda,nifamille nyinshi ziri discrètes zikundanye caaane kuko ibintu vyiza ntibaguma bavyerekana,ahubwo abenshi bishirako nukwemeza kubera bubatse nabi
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 7 күн бұрын
🤛🏾🤝👊🏻
@Iteritekaivonvi
@Iteritekaivonvi 3 күн бұрын
Usanga arimaraya gaïl
@user-lm9bo4qd4v
@user-lm9bo4qd4v 6 күн бұрын
Urakwiye gutanguza association yitwa twirande bishonostse tubivemwo
@queenkellygateka7099
@queenkellygateka7099 6 күн бұрын
Hello Juste Gaël Merci kuri interview Je pense que chaque personne a l droit d’avoir son avis opinion Kandi elle a raison sur des points Gusa urumva ko ari perdue dans ce qu’elle dit Mais je crois yuko umutumire wawe afise des blessures de l’âme(kandi zikomeye)kandi heureusement izo zirab traités Merci
@kimana8818
@kimana8818 9 күн бұрын
Burya kurino si iyo ushizemwo ubweng bwinshi ntaco ushikako n'ijambo ry'Imana rivugariti abafis imitima imez nkiyabana bato nibo bazobon ubwami bw'ijuru. Ntanahamwe hatar ingoran nub utubatse ntazo ubuze. Kandi ingo nziza zirahari
@user-xt9cy8gu3c
@user-xt9cy8gu3c 8 күн бұрын
Gael…ndagushigikiye kuri décision yo kutazorongora. Ni choix yawe, abantu bose ntibazovyara, ntibazogira mariage. gusa hariho ingo zimeze neza. Problème, abarundi ntidushaka kuvugisha ikuri. Ivyo ariko aravuga vyinshi nivyo.
@HubertNisubire-vu9pt
@HubertNisubire-vu9pt 9 күн бұрын
Gaël mumbwirire KO hariho abubatse neza knd ndakurahiye n 'ijuru rito gusa uyo yaramaze kononekara mumutwe ngo ugiye mission 2ans ntiykwihanga mbega utararongor ntivyakunda mbega yemwe ndamuhanuye aseng Imana izi gutang izoguha Abo bagabo badafise izongeso knd bariho uvyumve
@benibertrandiradukunda8574
@benibertrandiradukunda8574 Күн бұрын
Titré wakoresheje sivyo yavuzemwo😊
@chefBlackbeauty03
@chefBlackbeauty03 9 күн бұрын
Nimba udakeneye kubaka nibisanzw kandi naho nyen stress nizibura.kuko stress urayifise kuko ubwa mbere niwikunda kuko umuntu yikunda akora aga sport.iyo nda siy 'umukobwa...
@benigne331
@benigne331 13 сағат бұрын
None yesu ko atarongoye ngo avyare aduhe akarorero😂😂😂😂
@benigne331
@benigne331 13 сағат бұрын
Abagore babanyafrica baragowe nta freedom bafise yukubaho uko babishaka. African society very judgemental😢 uriberaho uko ushaka very brave 👏
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 7 күн бұрын
Wirambire.sha nini nukonyene ntakuntu wohangayika uzikuriguhangayikira imwanumwe cank babiri hhh ukazubona azanye abandi ahonajewe sinomwemerera kwle so.amashugwe yawe 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@cheriewanje5415
@cheriewanje5415 7 күн бұрын
Jewe ndagukuze cane kuko ivyuriko uravuga birunvikana cane
@igiranezafernand974
@igiranezafernand974 9 күн бұрын
@UMUKUBITO umviriza twumvikane apana ivyo bintu baba bazana abo bantu bavuga ibintu vyabo bishakiye, uvuze ngo ntiwokwihangana agiye kumara deux ans muri mission, 👽kare mutarabana uba warubayeho gute??????????
@xenabizindavyi6414
@xenabizindavyi6414 9 күн бұрын
Ubivuze nez "mutarabana uba war ubayeho gute?" Ntibari bwabane yar akir inkumi ntiyar bwaje kur fréquence y abubatse NB: sinshigikiye ubusambanyi mais raba umuntu w umwizerwa pour éviter les regrets mu nyuma
@igiranezafernand974
@igiranezafernand974 9 күн бұрын
@@xenabizindavyi6414 En fait, ibintu vyubu nuko vyamaze kwononekara, kwihangana ntaco vyari bitwaye vraiment. Gusa sinzi ko vyamyeho cank arivyubu bishasha. Ariko ntawuzi iyo bizoherera muze muhanura abana banyu si kizima mubibona
@alineniyomwungere3789
@alineniyomwungere3789 9 күн бұрын
Uyu mukobwa agira ukuri kwinshi gusa yahuye n'abantu babi yihuta gufata ingingo ariko kuko ubereye ivyiza , Imana izogushoboze gusohoka muri izo groupes iguhuze n'abantu beza barahari kandi ni benshi
@user-kf4gv9lx9f
@user-kf4gv9lx9f 3 күн бұрын
Wamukobwa we nibaza ko wakomeretse ,ingo nziza zirahari si ingo zose zibabaye
@valeriemanirakiza3070
@valeriemanirakiza3070 8 күн бұрын
Nta mafaranga akiri ho ya maison de passage
@orie-grettamunezero9320
@orie-grettamunezero9320 8 күн бұрын
Ndakwemera di Sister ❤❤❤
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 9 күн бұрын
Sha Gaël usigaye ukoresha ibiganiro bitubaka.usigaye utuvangira
@Allmediaworldvrf
@Allmediaworldvrf 9 күн бұрын
Uwo mukobga ndamushigikiye azoshike ku ndoto ziwe Bible nayo iremeza ko atari bose bazogira mariage Matayo:18:10-12 Gusa yigumye adasambana
@dianekamariza5174
@dianekamariza5174 9 күн бұрын
Vyiza canee.
@Diego83Official
@Diego83Official 8 күн бұрын
Uyo mukobwa Wumugore Azogora peeeee!!!!
@isidoniengendakuriyo4104
@isidoniengendakuriyo4104 4 күн бұрын
Ew Anniella sh😂😂urakoze kunteramisha
@aftapat5365
@aftapat5365 9 күн бұрын
big love ❤️ 🇨🇦
@akimanaomar9296
@akimanaomar9296 18 сағат бұрын
Kuyindi mpwemu
@EliotRUMURI-kh7tb
@EliotRUMURI-kh7tb 5 күн бұрын
Ikintu uvuze kitarico nuko atabantu bagumyibanga, baracariho baruzuye
@Floxa9030
@Floxa9030 8 күн бұрын
Urakoze kunyibutsa ko vendredi ndondera ahar akayeri gakanye n brochettes iri fresh😂😂😂
@EliotRUMURI-kh7tb
@EliotRUMURI-kh7tb 5 күн бұрын
Uvuze ukuri nuko tutazinanye nokuguriye akantu kuko urumunyabwenge
@thatburundianlady
@thatburundianlady 9 күн бұрын
Iyo exemple ya 500M niyo intahuje neza uwo uwariwe. Donc ari prête yokwidandaza pour le bon prix? Girl you need Jesus niwe wenyene yoguhaza.
@BrillantHarerimana
@BrillantHarerimana 9 күн бұрын
Uwo yabuze😢😢
@nnk8709
@nnk8709 8 күн бұрын
Hariho ingo nyinshi zubatse neza cane
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 9 күн бұрын
Ingo zubu nyinshi zarahukanye
@esperancehabarugira1706
@esperancehabarugira1706 5 күн бұрын
Mu kirundi bavuga ngo ntazibana zidakomanya amahembe n'abavukana birashika bagakubitana kandi basangiye ibere tureke uwo muba mwahuye mykuze. Ntace intege abigeme kwubaka si ingorane kuko nawe yavutse kubera abavyeyi biwe bubatse.
@mukasicomedian8357
@mukasicomedian8357 6 күн бұрын
L'unique fois que j'ai vu la fille, j'ai noté que son comportement ne lui permettrait pas de fonder un foyer🤷🤷
@baziruwihaezechiel7377
@baziruwihaezechiel7377 2 күн бұрын
Ugwo ruda nugwinkumiii ??
@nadiavyukusenge4970
@nadiavyukusenge4970 6 күн бұрын
Reka sha warabuze uwo muhuza nkanje hamo😂😂😂.vugisha ukuri
@evelynejonsson8231
@evelynejonsson8231 8 күн бұрын
Très intelligente
@fracineniyimbona2965
@fracineniyimbona2965 9 күн бұрын
Aniella wanje ❤
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 9 күн бұрын
Aba nibamwe baguhenda ukamutwara afise 40ans yashika murugo ntanavyare kubera ama pulire meshi yanyoye murivyo wumva birirwamwo muma weekend aho naho atakwanduje imigera wapi abakobwa nkaba sibo izo philisophie baba basigura womenga nizo muga nuburozi kandi mwenabo ufise umwana wawe uzomurinde kugendana namwene aba bakobwa bafise izo nyigisho kuko birangira bamuhinduy mumutwe yumva umenga nivyo bikarangira umwana agupfuyeko ubusa naho yoba yari mwiza gute?none nkuyu womutwara ngo numugore utwaye aba naho umutwara ko adaheba ubuhehesi bamenyereye gutaha ijoro cank bukeye.Ipu.ivyo yavuz nutuntu twaba infidèle nkawe yagiye arafatirako muga si cas général kuko ingo nyinshi zubatse kandi zubatse neza ziriho tugize na rusasuma abo avuga sibo boruta abubatse neza badacana inyuma.
@TUYISABEGloria
@TUYISABEGloria 9 күн бұрын
Sha none uzocusazira iwanyu ngo wase stress ubu none nta stress ufise canke uzogira ufatewe numugabo sha mukobwa nimba utararonka uwomuvyunva kimwe niwiyakire mugabo ntuvuge ngo kurongogwa ni stress Ikidi ivyobigabo mwicarana bakanka kwitaba abagore babo sha ntibotuma murongogwa Ikidi nokubwira urongowe ukavyara abana umugabo naho yogutesa abana baraguha umunezere Hama ntiwigagarareko ngo usazire iwanyu ngo ntangonziza ziriho🥵
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 9 күн бұрын
Umwe wes nama hitamwo yiw
@cedricmpfukamedusenge361
@cedricmpfukamedusenge361 9 күн бұрын
Uwomukobwa baramwishe mumutwe! Donc ntavyiza nabimwe abona %%
@ndabakundamwese
@ndabakundamwese 8 күн бұрын
44:35 harakaze haaaa
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 9 күн бұрын
Genda wubake naho harengeranye ingo nziza zirahari
@user-ke6tm1ku7h
@user-ke6tm1ku7h 9 күн бұрын
Çanke warabuze niyo'ntuma. Uje kwiyerekana. Gira'uje kubaka
@user-zz1lj4mx8c
@user-zz1lj4mx8c 7 күн бұрын
Ivyuvuga wa mukobwa
@angeakeza6542
@angeakeza6542 9 күн бұрын
Unomus mbaye uwambere
@IcoyitungiyeTharcisse
@IcoyitungiyeTharcisse 8 күн бұрын
Iyo ni ndaya mbaya
@godsgrace6820
@godsgrace6820 6 күн бұрын
mpore sha sister n'uko utazi ingo zubats neza wari gucutahura ico wabuze
@montfortntungicimpaye732
@montfortntungicimpaye732 6 күн бұрын
Babu arasaze😅
@Jo-kx8le
@Jo-kx8le 8 күн бұрын
Afise UBUHANZA😮
@nahimanajadot
@nahimanajadot 9 күн бұрын
Ndamukunze uyu muntu 😅😅
@herveiratunga3656
@herveiratunga3656 9 күн бұрын
Hariho uturwara tumwe tumwe dutuma be nabo batubaka banka ko kwa muganga ngejeje aho
@christella5092
@christella5092 9 күн бұрын
None ko muvugako ubuzima buzimvye ntagitoro,ntamuyagankuba,izonzoga nizondaya abobagabo babigura amahera bakuyehe???????ko ivyovyose bidahagarara kandi ubuzima buzimvye nicogituma urumva bahitamwo kuryoherwa ntibakore ibikenew bihuye nuburyo bafise noneho bagahitamwi kwinezerezakubi murubwobuzima buzimye sawa nyene none ko mudahindura ubuzima mwarimubayemwo ngo nuko ubuzima buzimvye??nikibazo
@userk23456
@userk23456 9 күн бұрын
Iki kibazo mpora ndacibaza,kuberiki abarundi baguma bidoga ariko bakabandanya bwabuzima buzimvye. Gute harabagabo baguma mu ma bar,kumusi batanga amahera menshi,ariko munyuma ngo ubuzima burazimvye. Even na president arabivuga ariko bakamutuka,bavuga ngo ubuzima burazimvye ariko nibo bambere bonona amahera.
@PIDTeam-ln8my
@PIDTeam-ln8my 9 күн бұрын
Icogikobwa ko kizi ubwenge🎉
@christainc.5217
@christainc.5217 9 күн бұрын
Shaa nanje kuba nibereyeho atamugabo tubana😂😂birampamahoro gusumba3nkibana numugabo esukuntu yaryumutima😢😢
@user-vr9uh6uq5t
@user-vr9uh6uq5t 9 күн бұрын
Mpole mama😢😢😢
@LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu
@LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu 9 күн бұрын
Iyo ni mauvais choix du conjoint c'est tout reo mudashira hamwe ingo zose kuko hari abamerew neza muma foyer yabo
@valeriemanirakiza3070
@valeriemanirakiza3070 8 күн бұрын
Uri mwiza kandi, mugabo ugire spirt
@thierryniyomwungere5817
@thierryniyomwungere5817 9 күн бұрын
Uwo mukobwa nta bunararibonye afise. Avuga amarangamutima yiw. Aahobora kuba afise ikibazo cuko abavyeyi biwe naho bakibana, batabanye neza! Ntushobora gusigura ivy'ingo utabibayemwo, kuko ntavyo uba uzi. Ngo umugore adakora/ntaco amaze??? Uribaza gusigarana urugo ukaraba abana, ugatunganya urugo ingene bigoye? Abagore bubatse bubahwe!
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 9 күн бұрын
Hari mugore adakora abaho?kuguma muhira araba ivyurugo sa kazi?mureke yasame
@PrudenceTuyisabe-rc5ov
@PrudenceTuyisabe-rc5ov 8 күн бұрын
Wamukibwa nimba wew umubiri waw warakwankiye genda muvyawe reka abarose bubakane nimba wew utarashimwa buriyungiye ubucuti nicupa Hama ureke kubiba ivyiyumviro bibi mubandi ahubwo ninkuwagusize kuri runo rukuta.
@user-cp6tf2wq8l
@user-cp6tf2wq8l 7 күн бұрын
😂😂😂
@sindayikengeracelestin5444
@sindayikengeracelestin5444 9 күн бұрын
Ko uwo " mwigeme" asa n' umu maman; ni gute?
@jonathanndenzako7349
@jonathanndenzako7349 8 күн бұрын
Nibuyeri vyinshi, aho ntuca ubibona?
@Twese.01
@Twese.01 9 күн бұрын
Ikibazo nuko aba jeunes turabanirako naka ararongoye, turangana , twariganye ,etc. Familles zacu nazo zituma abana bihutisha mariage , uja wumva ngo uzotwereka umukwe/umukazana ryari? Abandi twiraba imyaka dufise ukamenga harengeranye,ntibihe akanya ko guhitamwo neza. Ikindi ntitwibagire abantu bakireshanya biba biryoshe ,ariko akarimi kakuresha siko kagutwara. Kandi umuntu amaze kwubaka vyinshi birahinduka. Nta formule y'urugo rwiza ndabona kiretse gusenga.
@aliceakimana1547
@aliceakimana1547 7 күн бұрын
Huuuuuuuum
@user-fv1gu1bz6v
@user-fv1gu1bz6v 8 күн бұрын
Ndiko ndarota 😂😂😂,uwo ni Aniella
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 7 күн бұрын
😂😂😂😂😂niyela wokwa venera imwaro kwle
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 8 күн бұрын
Bon d.une part ivyo uvuga vyuko wobanza kwitonda ,ukarondera birumvikana ariko sha kutubaka navyo avec le corps sinibaza ko utazisanga m.ubusambanyi!!,nibaza ko wosenga Imana irafise uko yateguye uko uzobaho Kandi sivyiza kurabira kubo vyashikiye nawe ugacuhita wibaza ko bizokubako.
@najmahnana5598
@najmahnana5598 8 күн бұрын
😂😂😂reka mbaze seke muko kombona washaje raba badi uvyare akana utazopfa atakana kakwiya mama kuko kwitwa mama biraryoha cyane jewe nkubu niyo norara mwigori ariko umwana akarara ariye nuva umutima wanjye unezerzwe ntakiryoshe nkokwubaka nokuvyara 😂
@alinenduwimana5859
@alinenduwimana5859 8 күн бұрын
Unywana inzaga nibirara vyindaya,nico uvuga ivyo
@user-zb9gs5qw7b
@user-zb9gs5qw7b 9 күн бұрын
Nivyakuzamwo ntuzobihagarika (I mean gushaka ).Ikindi Kandi ntuzohanure umuntu gushaka canke kwimuka. Ifatire ingingo ku giti cawe..
@richardniyonkuru3650
@richardniyonkuru3650 9 күн бұрын
Uwo baramurashe mumutwi
@ThamarNdacayisaba
@ThamarNdacayisaba 9 күн бұрын
Gt
@Bagenzi4life
@Bagenzi4life 9 күн бұрын
😂😂😂😂😂
@user-hf6zd4ni7x
@user-hf6zd4ni7x 9 күн бұрын
Intwarikazi zibah kabisa ako kanyuma nik gakaze mariage c'est une Ese ariko uwiwe ntaraza.😅😅😅
@PieredemptionMfurayimihe-mf2ql
@PieredemptionMfurayimihe-mf2ql 8 күн бұрын
Uzogire ubushakashatsi bwabo ba garçon manqué,niho uzotahura igituma badashaka kubaka,bubatse naho bagira umubabaro mu ngo, bavutse bafise ubwo bumuga.....hama nihanganishe abagabo bisanze bubatse naba garçon manqué,muri abagabo babiri munzu.
@vincentnyandwi6144
@vincentnyandwi6144 8 күн бұрын
Ikindi mwenabo bigeme namabandi uyo mumutwe wiwe ashaka kwisumamwo gusa ahura nuyu bavana kumugoroba ahurq nuyundi
@cheriewanje5415
@cheriewanje5415 7 күн бұрын
Abashakashatsi bavugaka ubwonko bwumuntu bura gushika 26 ansa wamuntu ushaka kueogogwa canke kurongora rindira urengeje 26 ans
@irakozechimene656
@irakozechimene656 7 күн бұрын
jew ic ngusabir nuko woja kuba mur Europe cnk America kuber ufis mind ziri hejur cn ikiindi jw ndagutahura cne pe
@nicaisenkurunziza3932
@nicaisenkurunziza3932 9 күн бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe
@kalisainnocent3
@kalisainnocent3 8 күн бұрын
Umukobwa wumukene umuhungu wumukene igihe ufite uwagukunze ari umukire ntakibazo ark niba mwese mukennye urugo wapi ntimurwemerewe
@PrincEloge
@PrincEloge 9 күн бұрын
Aho ntimushobora guhuza Gaël 🤣🤣😂😂hama jewe ico nibivugako kumuntu wese yaba uwutarongoye canke uwutarongowe canke uwarongoye cnk uwarongowe bose bafise choix yabo
@Twese.01
@Twese.01 9 күн бұрын
Jewe mbona yuko uyu mutumire ivyo avuga harimwo ukuri 90% . Kwubaka ni choix personnel , ni vie privée abandi bantu badakwiye kwinjiramwo . Kwubaka no kutubaka ntawo biba bikwiye kuraba . Abantu benshi bubaka kubera environnement social na pression sociale.
@ninetteba433
@ninetteba433 8 күн бұрын
Iryo jambo jew nama nabivuze yuko riremereye cane et cane mumahigwe no mumarushwa,benshi bapfa kurivuga bataryiyumviriyeko
@DalitsoPhiri-wb3hn
@DalitsoPhiri-wb3hn 7 күн бұрын
UW yarabuz nuwukimusab
@gahungualain-desire719
@gahungualain-desire719 9 күн бұрын
😂😅
@user-ry4yo1xq3o
@user-ry4yo1xq3o 8 күн бұрын
Reka gusukana we ahubwo warabuz kuko ingo zos ntizubats nabi
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 8 күн бұрын
Wamukobwa we Reka guharabika ingo di ingo nziza zirahari nyiishiii nambi nuko rero Rekana nubwo bujambo kwanza winjira gute muvyabubatse utubatse?jembona kwanza ugomba kumera nkulesibiene ariko sorry nimba atarivyo arivyo naho bivemwo utazoranduka kuko ivyovyiyinviro urimwo bisa nkibikuganisha habii
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 7 күн бұрын
Mwenabo Batinya mariage kubi hamwe ninda hamw na low battery ntakindi
@kalisainnocent3
@kalisainnocent3 9 күн бұрын
Niba uziko uri umukene ntampamvu yogushaka wowe ufite kuko nimwe mubyara abana bakurira mubuzima bubabaje bwo gusonza kutajya kwiga rwose niyo waba ufite 30ans marriage siyawe harira abamaze gushaka ibyibanze byabatunga bahembwa neza babasha kwigisha abana babo babasha kugaburira abana babo kd rwose harabantu bafite ingo nziza cyn ntago ingo zose arimbi zirahari nziza kd nyinshi ark rwose niba urumukene imenye wowe ubwawe wijya kwiyongerera ibibazo cg se banza ushake ubushobozi buringaniye simvuze ubukire bwinshi mvuze ibyibanze
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 8 күн бұрын
Jeune à + 30 ans? Kuvyara hariho imyaka ma chérie Kurera aussi ugishobora
@yvetteniyokindi3803
@yvetteniyokindi3803 9 күн бұрын
Mbe uwo mubibi nind yomurongora?ahubwo narondere amahera vuba azorondere agasore arongora ubundi abibereye mwijuru rito abarek bariho😂
@user-jz1bb4ti6j
@user-jz1bb4ti6j 9 күн бұрын
None nkawe utubaha amahitamwo yabandi wumva arivyiza?
@diagfinamix1861
@diagfinamix1861 9 күн бұрын
Imana Ikunda ingo ntikunda amahitamwo yabantu nkaba.
@ninetteba433
@ninetteba433 8 күн бұрын
Imana irubaha décision y umuntu kuko yatubwiy kwishizeho inzira 2 y ikibi n iciza umuntu ariwe wo kwihitiramwo
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 7 күн бұрын
gusa biraboneka kuyu mukobwa arikwicuza
@vincentnyandwi6144
@vincentnyandwi6144 8 күн бұрын
😂😂😂 nihatari mbe mukubito ndakwibarize gato ikikiganiro tucite icikirundi canke tucite ici gifaranca tucite ko cavuzwe muruhe rurimi????? Orrata
@ericnzambimana6875
@ericnzambimana6875 9 күн бұрын
Reka kubesha niba wewe kitaracamwo reka😂
ТАМАЕВ УНИЧТОЖИЛ CLS ВЕНГАЛБИ! Конфликт с Ахмедом?!
25:37
Did you believe it was real? #tiktok
00:25
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 56 МЛН
Я нашел кто меня пранкует!
00:51
Аришнев
Рет қаралды 4,7 МЛН
孩子多的烦恼?#火影忍者 #家庭 #佐助
00:31
火影忍者一家
Рет қаралды 51 МЛН
GIANT alligator was caught in line while eating a smaller gator 😯 || Jacob Landry
0:10
Jacob Landry (swamp People)
Рет қаралды 24 МЛН
Отомстила слепой сестре 👍
0:55
NKino
Рет қаралды 3,4 МЛН
- А что в креме? - Это кАкАооо! #КондитерДети
0:24
Телеканал ПЯТНИЦА
Рет қаралды 7 МЛН