Intahe y'urukundo rwa Pst Florian Na Gaëlla NGABONZIZA😍Urugo ruraryoshe/Ico namukundiye akunda Imana

  Рет қаралды 6,123

Burundi Gospel TV

Burundi Gospel TV

Күн бұрын

Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 69 249 867

Пікірлер: 23
@ngabonzizarusizana1935
@ngabonzizarusizana1935 Жыл бұрын
Congratulations Mazina Ngabonziza,nanjye niko nitwa rwose,imana ibakomeze Kandi mubandanye mugukorera imana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
😍😍😍😍
@vestinebuntubwimana7588
@vestinebuntubwimana7588 Жыл бұрын
Wubahwe caaane Maman pasteur uri Umuhanuzi mwiza❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 Жыл бұрын
Bashn Muraryoshe kubona muriko muratwenga❤ and Keep the Joy tho
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@celinenkurunziza6665
@celinenkurunziza6665 Жыл бұрын
Imana ibahe umugisha bantu b,Imana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏
@vestinebuntubwimana7588
@vestinebuntubwimana7588 Жыл бұрын
Imana ibanzigamire mwiza❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
😍😍😍😍😍
@wangodo192
@wangodo192 Жыл бұрын
Murakoze ku ntahe nziza n'impanuro muduhaye
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏
@emiliakaneza7569
@emiliakaneza7569 Жыл бұрын
Intahe nziza - mwakoze . Izofasha benshi 👌🏾🙏🏽
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@niyubuntualine233
@niyubuntualine233 Жыл бұрын
Gaga nahora ngukunda ukuntu uri femme courageuse,none ubuho ndabibonye ahukura ubwitonzi
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@anitakami643
@anitakami643 Жыл бұрын
Mbega ko mbona musa basha
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@pastaaronnshayeko6548
@pastaaronnshayeko6548 Жыл бұрын
Mbega mukorera mu ishengero rimwe canke umwe afise iryiwe uwundi iryiwe?
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Bakorera mw'ishengero rimwe MAVUNO CHURCH
@MukamanaVestine-zy6ts
@MukamanaVestine-zy6ts Жыл бұрын
Je ndamuzi kuri Gaga hair uracabikora Gaga ivyimishatsi? Ndabakunda
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
murakoze caneee
@ndagijimanaguillene4187
@ndagijimanaguillene4187 Жыл бұрын
Ego aracabikora
Blue Food VS Red Food Emoji Mukbang
00:33
MOOMOO STUDIO [무무 스튜디오]
Рет қаралды 36 МЛН
Ingene imisore canke inkumi bokwubaka imigenderanire myiza n’Imana  partie 1
1:07:04
Evangeliste Alice Manisha-Official
Рет қаралды 813