INTAHE Y'UWACITSE KWI CUMU MURI KAMINUZA Y'UBURUNDI MU MWAKA W'1995

  Рет қаралды 18,298

Kabaza WebTV

Kabaza WebTV

5 жыл бұрын

Пікірлер: 29
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 6 ай бұрын
Intahe n'ukubibuka nivyiza, ariko kombona atababibangutsemwo ngo baburanire izonzirakarengane, ntakuntu asociación yabacitse kwicumu yokwitwarira kaminuza nubutegetsi namwanya ababihagarariye cank banikoze bakiriho? Erega ikibi kidshanywe kirazuka canke naho abagikoze bakakibonamwo ubuhizi! Imana itwakirire izonzira karengane ihindure abarundi ninkozi zikibi, yongere iziduhanire
@akajibwamiwilly6806
@akajibwamiwilly6806 5 жыл бұрын
Ukudahana nivyo vyishe igihugu c’Uburundi ivyabaye muri kaminuza y’Uburundi nubwicanyi bwagahomera bunwa bukwiye guhanwa nkaburya bwabaye 1972,1993,bugendana,buta,Teza tutibagiye nuburiko burakorwa kuriyi leta.
@NimenyaLionel
@NimenyaLionel 2 ай бұрын
Ivyababayeko birababaje , ariko ikibabaje cane nuko ibibi biba murubu burundi bikomeza hahinduka gusa ababikora. Ico nico dukwiye kwiyumvirako
@tinyaanosiatha1118
@tinyaanosiatha1118 5 жыл бұрын
Inauma sana
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 10 ай бұрын
Vyari biteye ubwoba. Abishwe bararenga 150
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 5 жыл бұрын
so painful
@user-fz6nc4sn6m
@user-fz6nc4sn6m 6 ай бұрын
Jewe ndumwe mu ba babajwe nivyabaye kuko twahaburiye abavukanyi batari bake ariko nubu bamwe mubabikoze barahari baridegenvya izuba ryaka none habuze iki kugira hafatwe ababikoze bahanwe kuko nubu murabe neza umucafu uracavugwa ahatari hake none murindiriye basubire kuvuga ko bafise uburenganzira bwo gukubura?
@denysemariebaziruwiha702
@denysemariebaziruwiha702 4 жыл бұрын
Rip!
@user-xp2ti2lx1y
@user-xp2ti2lx1y 3 жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@philipperuberintwari8333
@philipperuberintwari8333 5 жыл бұрын
Imana yonyene niyo izoca urubanza!
@ezekielykawage1105
@ezekielykawage1105 3 жыл бұрын
Uranguha nikumalizana hapa hapa duniani
@emmathomas6444
@emmathomas6444 5 жыл бұрын
Shame😱😭😭😭😭
@berthendayikengurukiye104
@berthendayikengurukiye104 5 жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@ngundachris7598
@ngundachris7598 4 жыл бұрын
La justice Svp
@ezekielykawage1105
@ezekielykawage1105 3 жыл бұрын
Baragapfuko nibo arimicafu izomparugwa baranguha imbwa izoguma arimbwa
@madragonwachawasem4363
@madragonwachawasem4363 5 жыл бұрын
Ntimwohore nimureke imanirabibona
@silasruberintwa6412
@silasruberintwa6412 3 жыл бұрын
Nubunivyugwanda.rudushakira.nayamaradiyo.yomugwanda
@jeanpaulmajambere9608
@jeanpaulmajambere9608 5 жыл бұрын
Gusa abarundi twarageze aho tuba inyamaswa kubona umunyeshure arengera kuri mwene wabo akica ngo amuhoye ubwoko . Gusa none ko twavuye muntambara habuze iki ngo ukuri kuje ahabona natwe twavutse munyuma tubimenye neza
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 5 жыл бұрын
yemwe mana yanje ivyo bintu birantunguye cane ntavyo narinzi ko bishe abanyeshure hutu uko, namba abo batutsi barabikoze , bihane barragize nabi cane hama iyo video ntibe ariyo kugumura abarundi ngo bihore ariko ivyo bintu tubireke ihorihori ntaho rishika . bose baramenje baba abatutsi canke abahutu ntawera arimwo ahubwo bose dufpukame dusabe imbabaze ivyo bintu tubireke dutangure uburundi bushasha kuko ntaho vyodushikana ivyabahutu nabatutsi , turibamwe twonse rimwe , ndabinginze mwese yemwe .
@johnstars6775
@johnstars6775 5 жыл бұрын
Muburundi ntabwoko buriyo ivyo vyabahutu nabatutsi ni systematic yabazungu basize mumitwe yabarundi 😣😣😥😥
@ndikumanadesire6244
@ndikumanadesire6244 5 жыл бұрын
Birababaje cane kubona Abarundi bahindukana bohejwe nabakoroni
@ezekielykawage1105
@ezekielykawage1105 3 жыл бұрын
Sha Imana ntirenganya ubu imbeba irikwiruka kukayabu twaridukwiye kubafagia
@ngundachris7598
@ngundachris7598 5 жыл бұрын
Abantu ni ibikoko!!
@britonndishi3837
@britonndishi3837 4 жыл бұрын
Kwani walioua hawajulikani hivi uongozi uliferi wapi wakamatwe washitakiwe kabisa
@britonndishi3837
@britonndishi3837 4 жыл бұрын
Mimi ninachoamini kuna watu wanna dhambi kuliko shetani mwenyewe
@ntirampebavinney5058
@ntirampebavinney5058 5 жыл бұрын
Nibahanwe
@pierreclavermuco8353
@pierreclavermuco8353 5 жыл бұрын
Abahutu ariko mwibagira ningoga sinumva ukuntu abacitse kwicumu icogihe ari abakuru munzego zose zihambaye zigihugu mugabo hakaba hari haheze imyaka nkiyi mutaribuka benewanyu baguye murubwo bwicanyi buhambaye mugihe kwibubu birigwa kwibuka abomumashuri yisumbuye ikindi mpanura abacika cumu babahutu heshagaciro benewanyu mushingishe imanza kuko ababishe murabazi mwarabonye nacaneko mwari mukuze natwe tutari bwashikiye abatwicira ahotwari tugeze turabazi mukugwanya ikibi kugirango ntikigaruke uhera kubagikoze mukuberekako bakoze nabi birababaje kubona inyuma yimyaka nkiyariheze Uwundi muhutu aturigwa musi yiyoshuri nyene abacitse kwicumu aho aribo batwara inzego zumutekano mbere nintwaro ivyovyose vyavuye mukwibagira benewanyu mutigeze mwibuka ngo muhane ababikoze ahobo baciye babiyegereza namwe mubaha ugutwi mubaha ibibanza bikomeye vyo kubafasha kubandanya gutegura guhonya namwe mwabacitse icogihe ego kwihora nibibi mugabo ubutungane nibukore uwowese yabigize mwuruhara ahanwe hisunzwe amategeko mpanavyaha yigihugu birazwi kandi ntamunyamahanga yarahari ivyo iyobikogwa imbere nubu ntavyabaye vyarikuba kuko ababiteguye barikuba barahanwe bigatuma abandi batinya none mwarabonye ingaruka yukudahana icivamwo nubwo batari guhanwa kubera amasezerano yoguhagarika intambara mugabo ababikoze bakamenyekana nubwo tuziko bamwe muribo aribo bahise babiyegereza namwe mubahugutwe baryana numutwe Nyakubahwa Gen nkuko waserukiye abacitse kwicumu serukira abariguyeko mukubasabira ubutungane ababishe bahanwe mutitaye kubiti barimwo ikigihe ntimukingire uwu cankuriya yabigizemwo uruhara ngonuko yabakije inka mushikiwe nibindi tuzi vyatumye muca mwibagirako benewanyu bishwe mubona ntaworeka gushima ico mwakoze kuko nubwo mubabikoze barimwo mumisa ariko bakabonako bakoze bibi Ubutungane rero bukore guhera kubomwabonye nabandi babonwe nabandi bahanwe atawurenganijwe ariko atanuwukingiwe nuwo yahaye iki nakiriya mubatwara igihugu ,banyakubahwa ntimwibuke gusa ngo rube nkururirimbo ahubwo mugarukire no kubasigwa babo bahaguye mubasabire ubutungane ababiciye bahanwe Mwarabonye Nyenicubahiro Ndadaye uko vyagenze iyo mumyaka yariheze abamwishe baba barahanwe 2015 ntiyaba ariko kubera bobo batahevye gutegura kunyegeza ivyobakoze bagumye bategura ibindi murabonaho bitugejeje ahombere hari nabongeye kubigwamwo turorera .
@ericemerusenge1894
@ericemerusenge1894 5 жыл бұрын
Ndababaye cane
@habonayojacques1524
@habonayojacques1524 5 жыл бұрын
IMANA IHORA IHOZE, IKIBABAJE NUKO WOSANGA MUBAKOZE IRYO BARA HARIHO ABO NUBU BAGISASIRWA INDAVA AHA NYENE MU BURUNDI, ARIKO HAKABA N'ABACIKACUMU BAKIBAYEHO MU BUZIMA BUGOYE CANE, NSHATSE KUVUGA MU BUKENE KANDI HAHEZE IMYAKA 19 BARI BAZI KO BAGIYE KUGIRA ICO BIMARIYE NABO; KUKIJANYE N'UMUTEKANO NTITWIDOGA KABISA UMUTEKANO NI WOSE TURABISHIMA ARIKO MWIBUKE KO N'UGUSAZA ATACO WIMARIYE NGO UMARIRE UMURYANGO NAWO ARI UMUTEKANO UHUNGABANA KUWO BISHIKIYE. KARI AKAGOHE NDABAVUNIYE MWEBWE BACIKACUMU MWARONSE AMAHIRWE YO KWOGORORA. BIRAGOYE ARIKO MUBISHIZEMWO UGUSHAKA MWOTOHOZA ABACIKACUMU BABAYEHO MUBUZIMA BUGOYE MUKAGIRA ICO MUKOZE, KUKO NDAZI KO HARIHO ABOBA BARIPFUJE KUZA KWIBUKA BENE WACU BAHITANYWE N'ABO BABISHA ARIKO BAKABURA INGENE BAHASHIKA FAUTE DE MOYENS. VOILA MA SUGGESTION. MUKOMERE MUKOMERE TWIZERE KO UBUTAHA BOSE BASHOBOKA BAZOBA BAHARI! IMANA IHARIRE ABAKOZE IRYO BARA
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25
Yaga Burundi
Рет қаралды 17 М.
ВОДА В СОЛО
00:20
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 26 МЛН
ЧУТЬ НЕ УТОНУЛ #shorts
00:27
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН
Mom's Unique Approach to Teaching Kids Hygiene #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 29 МЛН
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 48 М.
ВОДА В СОЛО
00:20
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 26 МЛН