Intahe yiwe ihatswe kuturiza🥹uyu mudamu akiri muto atubwiy uko yisanze asigaye yoza imodoka zabantu

  Рет қаралды 10,609

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

3 ай бұрын

Пікірлер: 50
@christainc.5217
@christainc.5217 3 ай бұрын
Wawooo nukuri ndabashimira cane ibiganiro vyanyu vyarampumuye ubu naraguzumuduga mushasha shofer arawukoresha ampa 40 mill kumusi nukuri ndashima ubu nanj nzoguruwundi ntashe abarije nikorera nkaba ndumwigeme ndi mubarabu❤❤❤hosy ibiganiro vyawe mbona abigem biwacu ukubu batakivanguraakazi vyaratumye nkuraho impanuro kandi ca ngirumwete wogukora kugira ntahe 2025 kandi nzokurondera❤❤nshitse
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 3 ай бұрын
Waoo uri oman chch🤷‍♂️🤣🤣🤣
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 ай бұрын
❤️❤️❤️
@ButoyiFlorence-yi6em
@ButoyiFlorence-yi6em 3 ай бұрын
❤❤❤ ndagukunze mukobwa wayesu nukuri ndanezerewe nukunt ubikora ukitezimbere mumirimo yamisi yose Kure cane niho nkwifurije
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 3 ай бұрын
Courage les dames kuk iy ukoze wiha agateka ukagaha numuryango wawe kand ntamugabo ab akigusuzugura ubwo abagukoresheje ntibaguhembe ubu baramaramara sha Elsyne Courage cane ❤❤❤
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 3 ай бұрын
Courage urashoboye mugore mwiza .
@Egidos-ew1qe
@Egidos-ew1qe 3 ай бұрын
Titre mwahaye ikiganiro sinibaza kwariyo yarikenewe ahubwo mwarikumutera intege numu dame ashoboye caaaaaane kuvuga ko ihatswe kubariza umenga namwe mwabisuzuguye ahubwo vyari kubanezereza kuko numu dame ashoboye cane nomwita imboneza
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 ай бұрын
Burya urira wasuzuguye ibintu gusa?
@Egidos-ew1qe
@Egidos-ew1qe 3 ай бұрын
Muntuge nivyo harurira kubwo umunezero
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 3 ай бұрын
Ukoresha amaboko yawe ni vyambere. Kutadehukirwa mu buzima bravooooo🎉🎉🎉🎉 Elsine
@tuyizereclaude8546
@tuyizereclaude8546 3 ай бұрын
bjr sha uvze akantu kankoraho dukoresha imbaraganyinshi mugukorera abandi bantu
@user-ky6qh3cv9b
@user-ky6qh3cv9b 3 ай бұрын
Wow, merci Elsine kukiganiro ciza cugurura ubwenge watanze ! N'intahe zirimwo ndazi ko zishobora guhindura benshi! Siren Vibes TV merci bien ukuntu murondera abantu bafasha kuzamura abandi. Kure cane mushikehooo
@stenillson20
@stenillson20 3 ай бұрын
Ikiganiro ciza n'umutumire akora ibintu vyiza! ❤
@JohnRayPierre
@JohnRayPierre 3 ай бұрын
Very awesome kubona Abarundikazi baratahuye ko nabo bashoboye!
@vumiliaevangeline5681
@vumiliaevangeline5681 3 ай бұрын
Kazi ni kazi ,mudharau kazi hufa masikini.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 3 ай бұрын
Ikibazo mugira muciramwijambo umutumirwa mumuvugiramwonkubusimbirahamwe mumureke avuge umubaze arujhutse
@huguettearakaza6381
@huguettearakaza6381 3 ай бұрын
Mbaye uwambere.ndabakunda les femmes ❤
@nadegendayizeye-kv7oh
@nadegendayizeye-kv7oh 3 ай бұрын
Ibiganiro biryoshe cane.ndabakunda cane.Elsine courage courage uri Umuntu muzima❤
@jeannenizigiyimana6911
@jeannenizigiyimana6911 2 ай бұрын
Super, courage les dames, ndabafana vraiment,
@Christine-rg9yw
@Christine-rg9yw 3 ай бұрын
Iyi emission iranfashij cneee
@Shirle-gl6ko
@Shirle-gl6ko 3 ай бұрын
Helloo helloo..tworonka numero za elsine pour ses services
@nkurabagayaemelyne1858
@nkurabagayaemelyne1858 3 ай бұрын
Very good vuba ndamueondera❤
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 3 ай бұрын
Abakobwa nkab nibo bakenew Nuko bagutwaye noj kukuresha🤦
@Mireillelrakoze-lk2kf
@Mireillelrakoze-lk2kf 3 ай бұрын
Waouuu 👌👌👌
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 ай бұрын
Emwe kbs nikiganiro ciza kitwungura ubwenge bituma umuntu akora agakura amaboko mumpuzu Hosy ,Dada ,Nikita ndabashimiye gose mubikora neza Bzuu atarakandi ntako mutagira kugira tujijuke hhhh
@jacquelinebavakure5936
@jacquelinebavakure5936 3 ай бұрын
Umutumirwa elle a une belle voix
@gkid507
@gkid507 3 ай бұрын
Ba muvuga ikirundi mureke kuvanga nigifaransa, Murakwiye kwigira ku banyarwanda,ingene baha igiciro ururimi rwabo
@user-fx4ol3ii5x
@user-fx4ol3ii5x 3 ай бұрын
Waooooo ndaryohew mugab yanyarukije kuvuga numéro yiwe
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 3 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤
@IgiranezaDivine-zo6or
@IgiranezaDivine-zo6or 3 ай бұрын
kure cane ka mum Sun❤😇
@larakezamutima8066
@larakezamutima8066 3 ай бұрын
👌👌
@Jedidiahndwy
@Jedidiahndwy 3 ай бұрын
ukuntu muguma muduha bishasha uyu mwaka uzohera tuvyibushe!😂❤
@Sun_key17
@Sun_key17 3 ай бұрын
Ubuzima niryo shure ryonyene ubanza gukora ikibazo Imbere yuko wiga .
@sandrakaneza539
@sandrakaneza539 3 ай бұрын
Ndabakunda cane hama akorera he?
@iratwongeyeremy-qo9pr
@iratwongeyeremy-qo9pr 3 ай бұрын
Lovely
@nirenganira8433
@nirenganira8433 3 ай бұрын
Kora kora akazi nakazi bamwebamwe twifuza icoduha akarikokose twagakora
@jpierrenkurunziza5155
@jpierrenkurunziza5155 3 ай бұрын
Hosy yarabay mn...😅Siren Vibes
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 3 ай бұрын
Waaaooo courage
@user-me5ho7iv3t
@user-me5ho7iv3t 3 ай бұрын
😊😂😊😊🎉😅🎉😊🎉😊😢😊😮😢😅
@user-if5uw7pd3r
@user-if5uw7pd3r 3 ай бұрын
Najewe kweri pneu ndayishiriramwo
@happyhappy3493
@happyhappy3493 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@user-me5ho7iv3t
@user-me5ho7iv3t 3 ай бұрын
😊😮🎉❤😅😊
@user-me5ho7iv3t
@user-me5ho7iv3t 3 ай бұрын
😊🎉😂❤
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 3 ай бұрын
Wasanga umugabo ashomereye canke baravanye atarihafi ntawamenya?
@christella5092
@christella5092 3 ай бұрын
None uvuzeko ufs umugabo ukaba wirihira inzu inshure ryawe niryumwana kandi ufs umugabo none nawe aca akoriki???haribintu muvuga ariko yamara namabura kindi pe sinovyitako arumugisha kuko uko Imana yariyashizeho urutonde murugo yariyavuzeko umugabo ariwe mutwe wurugo cnk wumugore none urihinzu kirihira ishure ryawe numwana umugano nawe bite?????gukora urumugore nivyo ariko ndetse kubabesha ababagabo mubatunze nkinzoya pe ivyo wavuze wikorera nibintu vyingenzi umugabo yakabaye akora nawe ugakora ibindi ahoninzu uzoyubaka abiraba ndakwumva ariko nikibazo comuriyiminsi ntabwo biri normal
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 3 ай бұрын
Usanga umushingantahe aba hanze
@elchanneltv23
@elchanneltv23 3 ай бұрын
Christella,Kuba nshobora kwirihira ishure ryanj cank iry umwana,cank nkarihira ishure umwana ,s uko umugabo atabishoboye par contre ushobora gusanga Ari we source de ma benediction,,,knd kubikora s itegeko ahubwo c est une grande fierté pour moi kuba nshobora kugera Aho nokwirihira ivyo vyose même n inzu bibaye ngombwa!!Hama Kandi biraryoshe kumva canke kubona ko nawe parfois nomuruhurira ama depenses amw amw kndi ivyo nivyo nariko ndavuga abagore twubahuk twumv ko natw twobishobishora! En Resume,Umugabo azokwama ar umutw w urugo knd akwiriye icubahiro iminsi yose. Hama nivyiza kumviriza neza ukumv sens umuntu yavuzemwo ibintu!! Merci
@christella5092
@christella5092 3 ай бұрын
Sinabihakanye none umutwe niki???bagira nobikogwa ntiwumve mvuze uko uhava wibazako ndi ikinebwe oya ndi umu single Mother kandi kubwubuntu bwImana nanje haraho maze kugera ariko reka tuganire kuriha inzu kuriha ishure ryumwana kwirihira ishure ivyobintu vyakabaye bikogwa nawamutwe icubahiro cumugabo sindakimwambuye ariko jewe birambabaza umugore agire gusama inda,uzi uburuhe bubamwo hafi nogutakaza ubuzima ,agire nogukora ivyovyose???erega nzi uko biruhisha kuko nakubwiyeko ndi Single Mother nubwo tubinonako ariterambere ngo dushoboye ariko sivyo nagato numugambi wasatani kuko igihe cose tubayeho bitandukanye nututonde Imana yashizeho sumugisha namba ahubwo numuruho aba Damu dukore ariko haribintu numva canke mbona umudamu yakabaye akorayunganira Umugabo ariko usanga inshingano zose ziri kugatwe kumudamu ivyonibiki????simvuze wewe mvuze murirusangi kubikora turabikora ariko nuko ntakundi twobigenza ariko sikobikwiye isi iriko yegereza umugore imbere ngo nukumuha uburenganzira ariko intego nukugira aruhe cane bityo haribindi atazoba agishoboye kwitaho kandi vyaringenzi simvuze wewe unyumve neza ndakubwirukuri ibintu vyaracuramye ntabwo bikigoroye nkuko Imana yariyabikoze naho kuba uri fier yokubikora none wogirute??nimba dhari abagabo batateye inshingano rwobigenza gute???ariko umugore numufasha ntabwo umugabo ariwe mufasha
@user-xr8mv7fd1d
@user-xr8mv7fd1d 2 ай бұрын
Nigisoda baragikora arico kigoye.
100❤️
00:19
MY💝No War🤝
Рет қаралды 23 МЛН
Clowns abuse children#Short #Officer Rabbit #angel
00:51
兔子警官
Рет қаралды 74 МЛН
Scary Teacher 3D Nick Troll Squid Game in Brush Teeth White or Black Challenge #shorts
00:47
100❤️
00:19
MY💝No War🤝
Рет қаралды 23 МЛН