Hari abantu basaba ijambo ariko batazi n'ico baje kubaza... Baza badafise ivyo babaza. Iyo ndabumvise nca nja kwumviriza ibindi. Ils parlent mais ils ne disent rien!!!
@jeanmarievianneynirukiyima334112 сағат бұрын
Amajwi ya KING Umurundi ntiyumvikana neza Chef Reynolds, sinzi ko mwebwe muriko muramwumva neza