Naronse vyinshi Imana yampaye iciye kuri we, ubwa mbere twahuriye muri foyer de Bujumbura yari aje mu butumwa yakoze i Bujumbura n’i gitega. Hanyuma twahuriye i kabwayi turi mw’ihugurwa rya renouveau charismatique; ico gihe yareretswe kuri Jewe; kandi ni Jewe nzi ivyo yamvuze ko kandi vyari vyo.
@rukundofrancoisxavier61552 жыл бұрын
"Forgiveness makes you free " Rwarakwibye Padiri dukunda
@afurikatheogene51682 ай бұрын
Uri mu ijuru ntakabuza pe Ndibuka tuvugana ngutelefona