Intumwa z''ibanki y'isi yose zaragendeye Uburundi kugira barabe imigambi iriko irarangurwa

  Рет қаралды 8,022

Mashariki TV

Mashariki TV

15 күн бұрын

#Burundi Inyuma y'imyaka igera Ku 37 badashika mu gihugu c'Uburundi, Umugwi wa bamwe mu bagize urwego nshingwantwaro mw'ibanki y'isi ( Banque mondiale ) waragize urugendo rw'iminsi itatu rwo kuraba uko imfashanyo batanga iriko irakoreshwa, aho igihugu kigeze mw'iterambere no kurabira hamwe imigambi mikuru leta yashize imbere kugira iyo banki iyishigikire. Kabaye akaryo ko kugendera imwe imigambi iriko irarangurwa ku mfashanyo y'iyo banki.

Пікірлер: 22
@BUSHASHASWITCH
@BUSHASHASWITCH 14 күн бұрын
🥺🥺🥺🥺🥺 oyaah jew sinyuzwe ibintu vyifashanyo ndavyanka numutima wanj wose 😢😢
@sifajonson8870
@sifajonson8870 13 күн бұрын
Byiza cyane courageous
@AdamAmos-rr6fg
@AdamAmos-rr6fg 14 күн бұрын
Abarund barakund ivyagusa aho gukora kore muronke ivyany gusega bihere
@etiennekarekezi5513
@etiennekarekezi5513 14 күн бұрын
Ntamahera bafise nibaza
@userk23456
@userk23456 14 күн бұрын
Ivuga ivyutazi wewe !!! Iki gihugu wewe ubona,tudakeneye aide yo hanze ?? Ivyo nivyo nkurunziza yakoze,akirukana bose,none uyu musi turi mungaruka zavyo !!? Nk'igihugu canyuma kwisi gikenye. Iyaba waruzi ko igihugu nkiki cacu gikeneye des relations nama fonds mondiales,ntiwovuga ivyo. Uvuga nk'uwutazi na kimwe !!
@ryitangiyemoise5258
@ryitangiyemoise5258 13 күн бұрын
Komutase kobabubakira stade Amahoro mwebw mudakunda ifashanyo cank ubuvuga ivyutaz ibihugu nkibi vyacu nivyanyu nyene biri munzira yitarambere biba bigifasha kuk ubwiyengo urwanda rurakize kukaba ruri kukibanz ca26 mubihugu bikenye urumvako namwe mukigwana ngo mubivemw rero biba bigifashw gusa kubera utabizi ntaribi ryawe ububivuz bivanye nubumenyi ufise burya gikira kwigihugu samazu meza ahubwo nukwo umunyagihugu muto ababayeho
@victorg7280
@victorg7280 10 күн бұрын
​@@etiennekarekezi5513Wewe ufise angahe wumva kabisa ko ataco ubu wokenera kubandi?Reka kuravuta!!!
@charlesuwizeye9838
@charlesuwizeye9838 14 күн бұрын
Very good
@ntakirutimanavicent-lj2tn
@ntakirutimanavicent-lj2tn 14 күн бұрын
😂😂😂😂😂 ntaco mvuze
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 14 күн бұрын
Vyizacane ❤
@JimmyGahungu
@JimmyGahungu 11 күн бұрын
Kububakira amazu meza bakagira uburaro bwiza ,isuku aho babaye ,kwijukira ubworozi bw'inka n'ibindi n'uburimyi ,gukingira ibidukikije,
@VenusteBG-jj5zs
@VenusteBG-jj5zs 11 күн бұрын
Heee ivyo nabana bacu bazovyicuza Kuba mwaratse imfashanyo
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 13 күн бұрын
ATI 37 ans badahonyora kubaka bwuburundi!ndaguh vidéo yiziheruka kuza
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 11 күн бұрын
Aho bacababahenda ngo inka imwe igugwa 10 milion😂😂😂?
@VenusteBG-jj5zs
@VenusteBG-jj5zs 11 күн бұрын
Aba nibo baj kuturya
@JimmyGahungu
@JimmyGahungu 11 күн бұрын
Jewe ndabaza gushikaUbu abategetsi bacu ntibarabona Aho bakwiye guhera kugira batezimbere umunyagihugu akenye
@KABIRITISahinguvu
@KABIRITISahinguvu 10 күн бұрын
Abo ntaco batumariye nabatasi
@manudiofficial
@manudiofficial 14 күн бұрын
Uk yaraye ibakomye 😅😅
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 14 күн бұрын
Leta ya NDAYISHIMIYE yihanije faustin NDIKUMANA imubwirako ahirahiriye agacisha mu kanwa ko abarundi bagowe bishwe n'inzara ko azoca ahura n'ivyashikiye Ernest MANIRUMVA muri 2009. Mwumve namwe !
@userk23456
@userk23456 14 күн бұрын
Ba mureka kubesha gusa, none ko parcem yanditse itangazo ikabihakana. Ivyo vyose vyazanywe nabamwe baguma babesha. Mbe none ubukene ubunyegeza gute ?? Aho baciye hose,barabonye ko igihugu gikenye. Mbega sibo bahora batangaza ivy''ibihugu bikenye vya mbere(banque mondial nyene)?? Mbega iyo muvuga ubukene muba mushatse kuvuga iki ?? Genda mu bihugu vyose,urabe ko habura abidoga,par exemple :aux Etats unis,nk'igihugu tuzi gikomeye,baguma bidoga ko ibintu vyazimvye. Uragenda hano hafi muri kenya,ubaze abanyagihugu bazokubwira. Nivyo ndabizi ntitwokwigereranya n'abandi twebwe turazi ko igihugu kiri mibihe bigoye,kandi nabo nyene muri bank y'isi barabizi,kuko nibo bavuga ko turi aba nyuma.
@JimmyGahungu
@JimmyGahungu 11 күн бұрын
Kububakira amazu meza bakagira uburaro bwiza ,isuku aho babaye ,kwijukira ubworozi bw'inka n'ibindi n'uburimyi ,gukingira ibidukikije,
@JimmyGahungu
@JimmyGahungu 11 күн бұрын
Kububakira amazu meza bakagira uburaro bwiza ,isuku aho babaye ,kwijukira ubworozi bw'inka n'ibindi n'uburimyi ,gukingira ibidukikije,
Ukraine : Poutine a-t-il vraiment l'avantage ?
10:29
LCI
Рет қаралды 190 М.
Clown takes blame for missing candy 🍬🤣 #shorts
00:49
Yoeslan
Рет қаралды 34 МЛН
Le virus qui menace les Palestiniens
11:29
HugoDécrypte - Actus du jour
Рет қаралды 206 М.
Urubanza rw'umusirikare ukekwaho kwica umugore we.
5:17
TV1 Rwanda
Рет қаралды 719 М.
Dr frank habineza ababajwe bikomeye n'uwamututse ko yayobora ingagi
3:51