INYANDIKO 19. IGITABU 1. « UBUSÚMA BUGUSIGA AHÓ BUGUSǍNZE », UKÓ KIGÙRWA N’ÂHÓ GISÃNGWA.

  Рет қаралды 1,045

Ikirundi C’Abarundi

Ikirundi C’Abarundi

Күн бұрын

Пікірлер: 32
@RUKWAVU
@RUKWAVU 9 ай бұрын
Mwubahwe cane, Ico gitabo gisa neza cane kuburyo ndakibonye nkunva nipfuje kugisoma! Ndoreranye ikibabarwe igitabu c,amayarwa kirimwo imyibutsa hamwe n,iyindi migirwa y,Ikirundi!
@gabindya13
@gabindya13 5 ай бұрын
Kukironka uransanga kuri email (icabarundi@gmail.com) nce ndaguha izina ry'uwubifise mu Burundi. Ni amarundi 40 000.
@renapeburundi892
@renapeburundi892 10 ай бұрын
Hora Ku ngoma....uri itara ryatsa ayandi
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Ndaguhaye mwiriwe. Kandi iciza c'itara ntiryigera rituba ngo ni uko ridometse ayandi! Ico ndakizi kuko ndamaze kubona i « bougie » rimwe ryatsa isengero ryose kw’Ipasika no ku Noheli! Ikindi na co ninuko ni aho riba ari ikara ritoya riratsa imbabura yose abantu bakarara bariye!
@NsengiyumvaEvariste-q1k
@NsengiyumvaEvariste-q1k 10 ай бұрын
Uwumugabo nigez kwumwva ariko asigura ivyaza ndirimbo zakabugubugu imyaka hafi i2 none ndamubony kwl ❤reka nzendiyigira ikirundi nakahuse kacu🎉numushingantahe❤
@gabindya13
@gabindya13 5 ай бұрын
Ndagushimiye. Narazisiguye kuko hari vyinsi binyegeje ugasanga turirimba twituka tutanabizi.
@ericnzisabira7706
@ericnzisabira7706 10 ай бұрын
Imana Rugiravyose ikuje imbere mu bikorwa vyawe bidahengeshanya gutera iteka wewe nyene n'Uburundi.
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Jewe ico nsaba Imana ni ukugira ico mariye Abarundi n’isi yose nkiri muzima! Kuko ubuzima buba bgiza kuruta iyó ufashije abandi
@felixniyungeko1284
@felixniyungeko1284 10 ай бұрын
Nanezerejwe cane nigikorwa citeka ukoze cokwandika igitabo 👏👏👏👏👏👏👏👏
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Emwe na jewe nashimiye Imana kubona indeka nkabikora! Irakagapfukamirwa bihereye kuri jewe!
@deonkurunziza1767
@deonkurunziza1767 10 ай бұрын
Ufise umwete udasanzwe muvyo udusangiza kuriyo mpano wahawe na Rurema,komera cane mwubahwa.
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Mwiriwe. Erega ntabikoze Imana yompana kuko umuntu aronse ingabirano ntiba ari iyiwe gua iba ari iyo abantu. Imana itumye umuhanuzi ntiyihanura ahanura abandi ngo bakire ntibapfe. Kansi atabikoze Imana yomurandura. Uribuka Yona! Nanje nta kindi nkora atari uguhanura nkoresheje ingabirano Iman yantije. Gwira.
@ndayihangazeleonidas5510
@ndayihangazeleonidas5510 10 ай бұрын
Nakuze numva i muhira iyo umusúma yakwivye iyo usanze ari umukoma, umusega, ku buryo naho bomuca indishi aataho yoyikura waca umubwira uti:" URAGAPFA WIBA NANJE MPFE NDONDERA"! Kwiba, gutunga wivye ntibitera iteka, niyo ubonye ivyo wivye nta munezero ubigirira kuko umutima wawe wo nyene uguma ukwagiriza
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Mugeni ndagukengurukiye cane rwose ko wafashe akanya ukandika kuko burya ndanezerwa n'uwunyandikira. Gwira.
@emmanuelmbonihankuye4027
@emmanuelmbonihankuye4027 10 ай бұрын
Ndagukengurukiye caane nawe krico gikorwa gihambaye caane
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Mwiriwe. Na jewe ndakengurutse ko ukengurutse kuko nta kundi nokora atari ukwo nyene. Gwira.
@deomunyarentwenzenibutse527
@deomunyarentwenzenibutse527 10 ай бұрын
Komera IMANA irushirize kugutez'imbere
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Aho Imana yakwumvise kandi izokwumvira kuko Imana ivyagira mu mashimwe n’imihezagiro. Ntushobora guhezagira umuntu umwipfuriza inabi. Iyo ushakira Inêzá umuntu uba ufashije Imana kumuhezagira na yo ica iguhezagira!
@bonaneegt567
@bonaneegt567 10 ай бұрын
Intwari canke intore bitandukaniye he?
@ndayihimbazealoys9737
@ndayihimbazealoys9737 10 ай бұрын
Ramba
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Ndagize mwiriwe. Na jewe ndakwipfurije kuramba kugwira no guhora ku ngoma. Uno mwaka uzowumarane amagara meza n'Imana izokuraba ryiza.
@NdayiSililo
@NdayiSililo 10 ай бұрын
Kuki mutwandikira ibitabo vyutugenegene aho kutwandikira ibitabo vya teknology na siyasi
@gabindya13
@gabindya13 5 ай бұрын
Murundi we, sinumva igituma unyifatira mu gahanga gurtyo. Jewe nanditse « ico wita utugenegene » wewe urandika ibindi vy'ingirakamaro. Imana ntitanga vyose. Wewe ivy'utwo tugenegene umaze kwandika ni bingahe? Iyo uva urazi kugayana. Kandi wosanga ata n'igitabu giheza amashule wewe wanditse.
@samuelnizigiyimana
@samuelnizigiyimana 10 ай бұрын
Nyakubahwa NTAFATIRO, mbe kugeza ubu hoba hariho "Dictionnaire" y'Ikirundi?
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Mwiriwe! Ico gikorwa nzogikora Imana impaye amagara. Nzokubgira casohotse. Ica mbere wokora raba ingene wogura ico ndaguhaye uno musi.
@samuelnizigiyimana
@samuelnizigiyimana 10 ай бұрын
Mwaramuts, abari i Gitega ico gitabu carahashits canke twarishe codusanga Aho turi?
@ndayihangazeleonidas5510
@ndayihangazeleonidas5510 10 ай бұрын
Nakuze numva i muhira iyo umusúma yakwivye iyo usanze ari umukoma, umusega, ku buryo naho bomuca indishi aataho yoyikura waca umubwira uti:" URAGAPFA WIBA NANJE MPFE NDONDERA"! Kwiba, gutunga wivye ntibitera iteka, niyo ubonye ivyo wivye nta munezero ubigirira kuko umutima wawe wo nyene uguma ukwagiriza
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Mwiriwe ivyo uvuga ni vyo. Gutunga ivyo wivye uguma ubebaguzwa. Yamara uwo wivye wewe aba yidundikira ata na kimwe yinona.
@deomunyarentwenzenibutse527
@deomunyarentwenzenibutse527 10 ай бұрын
Komera IMANA irushirize kugutez'imbere
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Ni vyo ndayisaba. Kandi ndizeye ko izobikora kuko sindayisaba ibimpa ubgishime bganje; ndayisaba ibiyiha icubahiro!
@ndayihangazeleonidas5510
@ndayihangazeleonidas5510 10 ай бұрын
Nakuze numva i muhira iyo umusúma yakwivye iyo usanze ari umukoma, umusega, ku buryo naho bomuca indishi aataho yoyikura waca umubwira uti:" URAGAPFA WIBA NANJE MPFE NDONDERA"! Kwiba, gutunga wivye ntibitera iteka, niyo ubonye ivyo wivye nta munezero ubigirira kuko umutima wawe wo nyene uguma ukwagiriza
@gabindya13
@gabindya13 10 ай бұрын
Ndagize mwiriwe. Ego abo nbantu bavuga neza. Jewe uwanyivye sinomutuka kuko mawe yarabimbujije. Ico gusa ndamubgira ni uko ari « Umubeshi, Umunyometsi, Umunyonozi, Umusuma, Umwivyi, ndt.» atazopfa na rimwe anduse kuko nzoguma ndamurusha. kivyerekana ni uko yivye bike nagumye ndamusumvya. Mbere no muri ukwo kunyiba guca gutuma menyekana kuruta.🥰
First, the Bad News  |  Romans 1:1-25  |  Gary Hamrick
42:44
Cornerstone Chapel - Leesburg, VA
Рет қаралды 346 М.
Top Christian Songs 2023 With Lyrics 🙏2 Hours Nonstop Praise Worship Music All Time
1:15:37
Симбу закрыли дома?! 🔒 #симба #симбочка #арти
00:41
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 6 МЛН
Одну кружечку 😂❤️
00:12
Денис Кукояка
Рет қаралды 2,1 МЛН
Cheerleader Transformation That Left Everyone Speechless! #shorts
00:27
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 7 МЛН
IMIGĒNZO 19. RTNB YARÎVYE UBURŌNZI BG’ÚKUBĀNDWA BGĀ PATRICE NTĀFÁTIRO
28:10
Taharat Hamishpacha crash course/family purity
42:22
Natalie Joon
Рет қаралды 6 М.
101: Inkomoko nyamukuru yuko twamye twitwa "ABANTU""AbaAnu"
16:23
MĂNA MPĒZAGIRIRA UBU BUGENI (BUCÚMI DONAVINE & NTĀFÁTIRO PATRICE)
6:28
Ikirundi C’Abarundi
Рет қаралды 1,1 М.
If everyone’s God is the same, then why many Religions? by Dr Zakir Naik
13:21
Christophe Ndayishimiye - Uhambaye
7:32
Christophe Ndayishimiye
Рет қаралды 65 М.
Симбу закрыли дома?! 🔒 #симба #симбочка #арти
00:41
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 6 МЛН