Allelua,Ukwizera gutera kunesha.Mana ndizeye ko ivyo wamvuzeko vyose bizoba.,mdizera ko abana wampaye bariho kubwawe,,ndizera ko ivyo bafise ari wewe wabibaha,n,ibindi bagusaba ubonye ko biguhesha icubahira nizeye ko bazobona kubera ubushobozi bwawe.Amen.Nongeye ku kwereka umukobwa wanje n,umuhungu wanje barengeje imyaka 30 ubahe Mana kugira ubukwe bwiza buguheshe icubahiro..Allelua ndareba imbere yawe ndaba hejuru nguhanze amaso nizeye ko bizoba Amen
@IrambonaEgide-v1l6 күн бұрын
Amen!ijambo ry'ukwzera n'iry'ubushobozi.
@RuthMukarwema25 күн бұрын
Kandi nkundu kuntu koresha maganbo yo muri Bibiriya cyane 🙏
@bugingomartin924223 күн бұрын
Uwiteka mwami wanjye ngusabye inkomezi ngo nshobore guhangana na satani rwose sinifuza kongera gutinya satani kuko ndikumwe nu waremye satani umwami wa bami turikumwe urakoze yesu kubw'umukozi wawe Chris ❤❤❤
@naomendayishimiye2214Ай бұрын
Amina cane Ndi kumwe na Yesu nzokwama ndwana na satani kandi ndamunesha kuko Uyu Yamunesheje . Imana Ikutwongerere inkomezi urukundo muvyeyi . Iyi nyigisho vyukuri iranteye intege mu kwizera no kuguma muri Yesu
@MUGISHAFrancine-y7bАй бұрын
Imana iguhe umugisha Chris Vuba aha narose ndi kumwe nawe twajyanye gusura umuntu w'umukene yari afite akana kakakobwa karwaye cyane.Mbega ukuntu numvaga nishimye nkomeye kuku twari twajyanwe weeee Ariko birashoboka ko byatewe nuko nkunda cyane nkanafahwa n'Umwuka w'Imana ukubamo. N'umwana wanjye w'impfura namwise Chris.
@Sylvana-s7rАй бұрын
Isi yimpwemu, oyeeee. Irakomeye caane. Ntakiba Imana Itabishatse, je suis crée à son Image.
Allelua amen ivyaboshwe na satani,icari cose kirabohowe,nkura mw,ihema kuva uno munsi,bohora abana banje boxse 7 bamenye ubugombe bwawe Mana Duhe gushima Mana Ame
@RuthMuherezimana16 күн бұрын
Shalom mumbwr ahantu uymukozi w’IMANA ho asenger ar muburundi
@ProsperNsengiyumva-ss7mj7 күн бұрын
Imana ukwongere imbaraga
@BeatriceNdabereyeАй бұрын
Uhezagirwe cane ndafashijwe pe Yesu akudukomereze
@kanyabapamela6576Ай бұрын
Ibyange satani yaboshye byose bibohoke mwizina rya Yesu
@OliveJennyАй бұрын
Amen Amen 🙏 Mana unshoboze kugwana intambara nziza yo kwizera!
@mugiranezamargo137227 күн бұрын
Imana ishimwe cyane 🙏🙏
@sekeboutoe2742Ай бұрын
Man off GOD pray for my and my childeren, pray for my last dachter let she turn back home, i miss her so much, i don't no wear she is. Please pray i believe GOD can bring her back to home, i pray in JESUS naam amen.
@jeaninetvАй бұрын
Ndagushimiye Mwami yesu kwivyanje vyari biboshe bibohotse❤
@SusanNimaАй бұрын
yesu agukomeze mukoziwimana warahezagiwe❤️❤️❤️❤️
@Ellachristine827017 күн бұрын
Amen Amen Amen Amen 🙌🙏🙏 ndafashijwe cane🙌🙌
@bakanibonaclaudejulias1726Ай бұрын
Uraduhezagiye mwe muhezagirwe
@RuthMukarwema25 күн бұрын
Mana yange nziko ushobora byose
@ndayizeyealice-sz8wqАй бұрын
Amen tuguma duhezagirwa Imana iguhezagire cane🙏🙏
@MuliM-u8m9 күн бұрын
Mpakwizera mana🎉
@sekeboutoe2742Ай бұрын
THANK YOU FATHER THAT I CAN HAVE, I LOVE YOU LORD, BUT YOU LOVE MY HET MOST.❤❤❤
@JEANCLAUDENININAHAZWE-lp1doАй бұрын
Inyigisho idasanzwe.Amen
@nyiransabimanachristine451129 күн бұрын
Mana ndakwinginze ngo umpereze urubyaro kdi umpe amahoro murugorwanjye