KANGUKA YO KU WA GATANDATU 07/09/2024 par Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 24,764

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

Күн бұрын

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32

Пікірлер: 153
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 9 күн бұрын
Amina cane . Yesu n Ashimwe kubw iteka Ateye bene Data bo mu Gisagara Abidjan ,n Igihugu cose Turasenga vyukuri ngo IKIGANZA CIZA C IMANA DATA Kizobe ku muvyeyi wacu Chris mur ico Gihugu no mu gikorane ,mw Izina rya Yesu , Amina
@TitiNibigira-r5q
@TitiNibigira-r5q 9 күн бұрын
Nushimwe Wewe Mana ukoramwo nk' Imana nyene kandi ngo ibidashobokera twebwe abantu bishobokera Wewe Mana , Ndagushiimiyee caaanee ko untabaye ukankizaa ukampa nico nagusavye uyumwaka turimwo utaraheraaa👐
@BenigneRivuzimana
@BenigneRivuzimana 9 күн бұрын
Icubahiro cose nicaw mwami.🙏🙏🙏uhezagire umukozi waw MANa we watoranije kugira adutakambire❤❤
@NdayisengaFiacre
@NdayisengaFiacre 9 күн бұрын
Uhorahowe kuko uzi ingingo zigizumubiriwanje ukamenyavyosekurijewe ndakwinginze unyongererezekwizera kuko ibibereye ubugingobwanj niwewegusa ubizi ndabisavye mwizina rya YESU amen
@NyiranezaEugenie-k8t
@NyiranezaEugenie-k8t 9 күн бұрын
Imana ishimwe ku ntahe tugiye kumva.Mana nziza umpindurire abana wa mpaye.Amen
@user-cx6kx2si9r
@user-cx6kx2si9r 9 күн бұрын
Amen Mana ndagushimiye kubantu bose badushingiye intahe ko bakize Nanje ndakiriye igitangaza co gukira Ndiho nanje ndashaka kuvuga ubukuru bwawe ni neza yawe ❤❤
@SadrineKwizera
@SadrineKwizera 9 күн бұрын
Nanj Imana ingenderere inkure mwakagasuzuguro
@ChristineDusabe-e2b
@ChristineDusabe-e2b 9 күн бұрын
Mana yanj ndakwinginze ukugendera aband ndakwinginze nanj ungender inkize iyingwara ndabigusavy ndakwizey amen amen
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 9 күн бұрын
Amen. Yesuyongere inkomezi umukoziwayo nabobakorana Amen🎉🎉
@Rub110
@Rub110 9 күн бұрын
Yesu arashoboye gukiza irwara zose
@awezayesu1779
@awezayesu1779 8 күн бұрын
USA uzatubwire natwe kwel turagukeneye ❤️IMANA Ijye ukongerera kubaho turagukunda jyewe kukureba byonyine naho utavuga birambohora 🥹❤️❤️❤️GOD Bless you and your family ❤️❤️❤️❤️
@GawaherH
@GawaherH 9 күн бұрын
Ndagusavye Mana yanje ahugendera mubandi nanjentusige🙏🙏🙏🙏🙏
@Enoc22
@Enoc22 8 күн бұрын
Yesu ndagomba Ko wongenderera muvyanje vyose ndazi Ko ncumura ariko nizeye MANA kugiye kunkiza burikimwe cose❤❤❤❤❤❤❤
@MashimweBrigitte
@MashimweBrigitte 9 күн бұрын
Amen nanj mana kimwe wantwenzukampa akazi! Ndakwinginz umpindurirr umufasha wanj ! Ndakwinginze mana unkure mwakano gahinda ndimwo
@NsabayezuOlivier-by4sg
@NsabayezuOlivier-by4sg 9 күн бұрын
Amen imana numurengezi ntakiyinaira
@desireirakoze3543
@desireirakoze3543 9 күн бұрын
oh mon Dieu de tout Puissant c est vous le seul unique médicament ;guéris mon beau frère il a besoin de votre guérison stp Seigneur
@UwamweziAline-b3o
@UwamweziAline-b3o 9 күн бұрын
Mana yanjye ubwo ugenderera abandi nanjye ntusige nakiriye gukira mw'izina rya Yesu.
@GawaherH
@GawaherH 9 күн бұрын
Mana yanje ndakweretse umutwaro nfise hokubaka inzu yabana banje kubwanje ndananiwe😭😭😭😭😭😭
@philomenerubayiza2744
@philomenerubayiza2744 9 күн бұрын
Nyagasani najye unyibuke unkize, Amen 🙏
@DiomedeNduwayo-s5c
@DiomedeNduwayo-s5c 9 күн бұрын
Imana imbere umugisha abadushingira intahe Bose guk mdahakura kwizera kunini, nanj imana impe hushinga intahe
@Sandraushidabebe
@Sandraushidabebe 9 күн бұрын
Mana nanjye ngenderera umpe amafaranga nicyo gukora ntabara mana yanjye ndakwinginze nanjye nkubone amenn
@UwitonzeAdeline-rc3sn
@UwitonzeAdeline-rc3sn 9 күн бұрын
Manawe ndakwinginze unkize ububurwAyi nzagushima mwamimana umpe ibikwiriye uyumunsi uhindure amateka mwamimana uhindure ibyanze guhinduka mwizinaryayesu Amina
@FlorideNdayitwayeko
@FlorideNdayitwayeko 9 күн бұрын
Mana shirwa hejuru cane, niwewe uzodukura mwaka gasuzuguro kabadayimoni.Amen.
@user-nw7fm5fm6l
@user-nw7fm5fm6l 9 күн бұрын
Mana mpa gukira neza mpa amahoro yomumubiri nokumutima Mana nyagasani impa kubona akazi mbisabye nizeye mwizina rya Yesu Amen🙏🙏
@user-gw7nj3fv2k
@user-gw7nj3fv2k 9 күн бұрын
Mana amashimwe nayawe ibihe bidashira nizeyeko nanjye uzangirira neza ukankiza Kandi mbisabye nizeye mwizina ryayesu Amen🙏🙏🙏
@user-rj3yz4wc6q
@user-rj3yz4wc6q 7 күн бұрын
Amen Amen 🙏🙏
@ndiwegilbert6788
@ndiwegilbert6788 9 күн бұрын
Amashimwe nayawe Mana ibihe vyose ,turakiriye natwe gukira .Amen
@kariraregine4215
@kariraregine4215 9 күн бұрын
Yesu ahe umugisha equipe kanguka yoooose kandi abaturindire ibihe byose!Chris na famille mwebwe ho,imigisha y'ubwoko bwose
@BelyseDushime-bl6nf
@BelyseDushime-bl6nf 9 күн бұрын
Imana ntakiyinanira🎉🎉🎉
@nono.Muyinga-Burundi
@nono.Muyinga-Burundi 6 күн бұрын
Mana dawe wa twese uri mw'ijuru nkushimiye ivyo wankoreye vyose,nkuragije ibiri imbere na vyabindi nagusaba vyose,,ikindi Mana umpe amahoro yo mu mutima kuko ndarushe niyumvira ibintu biteye ubwoba Amen😢😢😢
@user-dv6hc6fn3d
@user-dv6hc6fn3d 9 күн бұрын
Mana ahugendera.abandina.nanjentusige.hamwanumuryagowaj.amen
@BellaIkorineza
@BellaIkorineza 8 күн бұрын
Mana yanje ndagushimiye kuba nkihemuka umwuka wabazima ndagushimiye kuvyumaze kunkorera vyose ngushimiye kugiye kunkorera ubukwe ngushimiye kugiye kunkiriza umuvukanyi nkagushimira ukuntu ukuntu ugiye guhindura abansi nanje nkagushimira nukuntu ugiye kumpa umugisha nkashima ukuntu lmana ugiye kubikora Amen Amen
@thielyve
@thielyve 8 күн бұрын
1abikorinto 11:9. Uhoraho Mana yabasogokuruza ndakwingize Nanje umpe umugabo wande meye.nkore marriage. Nanje nzogushima Mwami wanje Yesu. Amen ❤❤.
@UwimanaRosatta
@UwimanaRosatta 9 күн бұрын
Nkolako nanje mana unkize yesu nanje inze ndaguchime
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 9 күн бұрын
Mana ubwo ugenderera abandi nange ntunsige❤❤❤❤
@Sandraushidabebe
@Sandraushidabebe 9 күн бұрын
Mana nkiriza umwana uburwayi
@jeremiendikumana4112
@jeremiendikumana4112 9 күн бұрын
Najewe ndizey yuko ungendera Najewe amen
@bakanibonaclaudejulias1726
@bakanibonaclaudejulias1726 9 күн бұрын
Amen murakoze IMANA ishimwe
@DavidIradukunda-n5c
@DavidIradukunda-n5c 8 күн бұрын
Ntawuhwanye namwe mana yomwijuru ndizeye kuyumusi ungendera ukangirira neza amen
@necelatenitunga
@necelatenitunga 9 күн бұрын
Mana ndagushimiye ku bantu uguma ukuza ndagushima kubwa équipe kanguka ndagusavye nanje ukize nanje nzogushingira Intahe
@jeanneuwimana7988
@jeanneuwimana7988 9 күн бұрын
Uwiteka Mana Mushobora byose uhabwe icyubahiro kubw'imirimo ikomeye ukora.Dusabiye Umugisha n'imbaraga nyishi na protection divine et physique umukozi wawe Chris n'abandi Bose bafatanije umurimo wawe hamwe n''imiryango yabo.Amen amen.
@stitore2388
@stitore2388 9 күн бұрын
Mana ndakwinginze unyibuke nanje 🤲🤲🤲🤲🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️🙏🙏🙏🙏
@mukabarindasaverine1337
@mukabarindasaverine1337 8 күн бұрын
Ooooh haleluaaaa Imana ishobora byose ituzi ikabasha kudukiza indwara zidakira igatanga urubyaro nishimwe ishyirwe hejuru Amen Chris nabafasha be badusengera tuasabiye imigisha itagabanyije imbaraga namavuta muhezagirwe shalom🙏🙏🙏
@AlexiaUWAMAHORO
@AlexiaUWAMAHORO 9 күн бұрын
Mana uko ugenderera abandi Nanjye ntunsige Nanjye nabiriya ndabikweretse ubikorere kuyubahisha
@user-hi9lx8rc9y
@user-hi9lx8rc9y 9 күн бұрын
Ndakiriye gukira mwizina rya yesu🙌🙌
@GawaherH
@GawaherH 9 күн бұрын
Ndagusavye ushoboze Mana yanje nzogushingiri nahe kubwanje ndananiwe😭😭😭😭😭😭😭
@nono.Muyinga-Burundi
@nono.Muyinga-Burundi 6 күн бұрын
Pole😢😢😢Imana ntakiyinanira ukira kuduza Ukwizera gusa Amen
@TuyishimeLouise-ln3it
@TuyishimeLouise-ln3it 9 күн бұрын
Mana ndagusabye ngunyize uyu mutwe nisereri nzagushima
@ManirakizaMediatrice
@ManirakizaMediatrice 9 күн бұрын
Mana aho ugenderera abandi ntunyibagire na claude Nduwimana umucire inzira uzoba ukoze cane
@FurahaRosine-r7y
@FurahaRosine-r7y 9 күн бұрын
Imana ishimwe cyane nange ndashaka gushima imana none nabigenza gute?
@TuyishimeLouise-ln3it
@TuyishimeLouise-ln3it 9 күн бұрын
Ndemera amashimwe nyaguhora kungoma nkuriraho iki kigoyi umpe ubuzima buzima
@anesianijinb6331
@anesianijinb6331 9 күн бұрын
Mana yanje ndakwingize nje imbere yawe ünkize buno burwayi Unkureho agasuzunguro nterwa nuburwayi ndwaye ndindiriye akaboko kawe Mana yanje nzongushingira intahe
@SandrineNiyomuco
@SandrineNiyomuco 9 күн бұрын
Mukama ubishatse nanje wonkiza abarozi bashaka kumira jewe n'umukunzi wanje.
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f 8 күн бұрын
Amen imbaraga zawe mana❤❤❤
@AnnickKUBWIMANA-ng7co
@AnnickKUBWIMANA-ng7co 8 күн бұрын
Ameeen ndakize mwizina rya Yesu Kristo Ameeen🎉🎉🎉
@mmnn3579
@mmnn3579 9 күн бұрын
Ameeeeen🙌🙌🙌amashimwe na yaw UWITEKA 🙌🙌🙌
@OdetteNyabenda
@OdetteNyabenda 9 күн бұрын
Imana ishimw irakomey mubantu bayo
@ManirakizaMediatrice
@ManirakizaMediatrice 9 күн бұрын
Hezagira umuntu wese azakumva kino kiganiro umwishure kuco yagusavye cose
@IrakozeLeontine
@IrakozeLeontine 3 күн бұрын
Amen
@seraphinenyiramuhire923
@seraphinenyiramuhire923 9 күн бұрын
Ntumpiteho Mana yanjye unkize akaboko
@RurangwaEric
@RurangwaEric 9 күн бұрын
Mana mpama horo murugorwajye kndi mana yanje unkize irwara zose ziri murijye nzagushima itekaryose ntibagiye ibyowankoreye byose ndagushimiye🙏🙌🙌🙌🤲
@HABONIMANACelestin-b9o
@HABONIMANACelestin-b9o 9 күн бұрын
Mwiriwe neza yesu nashimwe
@Sandraushidabebe
@Sandraushidabebe 9 күн бұрын
Amennnnnn ndizeye mana
@ruthnabaasa6595
@ruthnabaasa6595 8 күн бұрын
Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah, I believe my son is healed epilepsy
@KercyDushime-g1s
@KercyDushime-g1s 9 күн бұрын
Ndagushima Mwamii 🙏🙏🙏🙏🙏
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 8 күн бұрын
Ushimwe Mana ukijije benshi uyu musi habwa icubahiro nanje ndakwizeye ko wangendereye 🙏🙌
@EdithNgabireyimana
@EdithNgabireyimana 9 күн бұрын
Amen Yesu aban natwe🎉🎉🎉
@venantientakarutimana7653
@venantientakarutimana7653 8 күн бұрын
Yesu wanje,icubahiro kibe icawe,Ubu nimyaka yose.amenuyu munsi nanje ntunsige,ungendere,unkize,ingwara zanje.nanje nzoheza ndate ubwiza bwawe, kandi ndabisavye nizeye,kwizina rya data n'amwana n'a mpwemu yera
@CelestinNzoyisenga
@CelestinNzoyisenga 9 күн бұрын
Mana nanje Agahugendera abandi ntusige
@kayitesimartha599
@kayitesimartha599 8 күн бұрын
Chris Ndikumana Ndiho Aguhezagire aguhe imigisha myinshi uradusengera Imana ikunva.
@NgombwaJames
@NgombwaJames 8 күн бұрын
Amen amen ndabakunda cyane imana induhe akazi numwana amen
@mbanzendoreegide4582
@mbanzendoreegide4582 9 күн бұрын
Amen Amen
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 7 күн бұрын
Amen uragahezagirw Mukama Yezu nah ariw uduhezagir 🙏🙏🙏
@BatamurizaBeatrice
@BatamurizaBeatrice 8 күн бұрын
Mana yanyje tabara uyumusaza bede umudayimoni wokuywizoga ah utabarabandi nawe umukoreko ❤❤❤❤
@NiyonizeyeFelicite
@NiyonizeyeFelicite 9 күн бұрын
Mana ndakwiginze mbohora kugoyi ya shitani
@alidaizotugarukira6061
@alidaizotugarukira6061 3 күн бұрын
Mana ndakwinginze umbohorre umudyango wanj ibitero vyabarozi
@user-ip9ve4zt2n
@user-ip9ve4zt2n 8 күн бұрын
Ndakiriye ko umbohora ibyanjyebyose biboshwe ameeen
@AndelaSonia-nf6xb
@AndelaSonia-nf6xb 9 күн бұрын
Aamen, mudufashe muduhe chaîne icako Kangukaa kuri radio nisaha muzoba mukoze
@FrancineEsther-j9y
@FrancineEsther-j9y 9 күн бұрын
Manawe nanjye ndimbireyawe urazineza ibingoye ndagutakiye datawe nanjye uyumunsi unkize nzagushingira intahe nvuge ubuninibwawe data
@NiyonizeyeFelicite
@NiyonizeyeFelicite 9 күн бұрын
Mana mpa kubyara sinzogere kuhomba ngo inda yanjye ngo zivemo.
@DiomedeNduwayo-s5c
@DiomedeNduwayo-s5c 9 күн бұрын
Mana yanje ndakwinginze uwumusi nanj unkoreko kandi mdizeye , nuwu mukamerewon yarasamye nanj ndizeyeko unkorako
@evelynenduwimana-rt8it
@evelynenduwimana-rt8it 9 күн бұрын
Amen Amen Ameeeeen
@IngabireSylvie-l6j
@IngabireSylvie-l6j 9 күн бұрын
Amen
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd 9 күн бұрын
Amen ndakiriye ukubohokaa
@ClaudineClaudine-h9f
@ClaudineClaudine-h9f 9 күн бұрын
Urakoze Mana kumbohora
@DarlèneIkorivyiza
@DarlèneIkorivyiza 9 күн бұрын
Nanje niteze ukuboko kwawe Mana
@DarlèneIkorivyiza
@DarlèneIkorivyiza 9 күн бұрын
Ameeeen🎉
@shiromybaby5224
@shiromybaby5224 9 күн бұрын
Uwiteka Mana yanjye nanjye nkoraho
@azizabusime437
@azizabusime437 9 күн бұрын
Shalom Shalom
@umuringaclemence4849
@umuringaclemence4849 9 күн бұрын
Nanjye Mana unkize ahantu banteye urushinjye hakabyimba kd bishobora gutuma ntiga kuwambere wabiburizamo Mana
@FannySerge
@FannySerge 9 күн бұрын
Amen Amen Amen 🙏🇬🇦
@AlexiaUWAMAHORO
@AlexiaUWAMAHORO 9 күн бұрын
Amen amen amen 🙏🙏🙏🙏
@biriholevis5673
@biriholevis5673 9 күн бұрын
Haleluyaaa
@KampireSeraphine
@KampireSeraphine 9 күн бұрын
Mana ndagushaka hidura ibyananiranye unyubakire urungo
@LilianeUwase-o4x
@LilianeUwase-o4x 4 күн бұрын
Mana umvashe irwara rwaye ikire nakwizeye 🙏🙏🙏
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg 6 күн бұрын
👏👏👏👏👏👏👏🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@AlexiaUWAMAHORO
@AlexiaUWAMAHORO 9 күн бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏
@MyHxdj
@MyHxdj 9 күн бұрын
❤❤❤❤amena
@MutesiFrancine-l3d
@MutesiFrancine-l3d 9 күн бұрын
Turakwizeye mana nabiriya turabikweretse
@honestndikumwenayo7881
@honestndikumwenayo7881 9 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@VannethedyongeruOngerusenge
@VannethedyongeruOngerusenge 9 күн бұрын
Ndakwiteze Mana
@jackyniyonkuru9562
@jackyniyonkuru9562 8 күн бұрын
Mana yanje nyongera undonse ikindi kibondo. Uwo wampaye Ubu afise 6ans et 9 mois raba umpe nkurikize Mana uruvugo rurandembeje. Ishaka ryawe niriranguke ndizera Ubuntu n'ubushobozi bwawe
@MashimweBrigitte
@MashimweBrigitte 9 күн бұрын
Mpindurira mana
@mperafifi20
@mperafifi20 8 күн бұрын
Amahoro yawe niyo nshaka mpa gukomera kugira nshobore kuba danya ibikorwa vyawe kandi umbere umuvugizi muri izi manza nzindindiriye
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 14/09/2024 par Chris NDIKUMANA
34:35
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 16 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 22/01/2022 by Chris NDIKUMANA
37:04
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 62 М.
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 3,8 МЛН
АЗАРТНИК 4 |СЕЗОН 3 Серия
30:50
Inter Production
Рет қаралды 831 М.
Teaching a Toddler Household Habits: Diaper Disposal & Potty Training #shorts
00:16
Пришёл к другу на ночёвку 😂
01:00
Cadrol&Fatich
Рет қаралды 9 МЛН
KANGUKA DE SAMEDI LE 14/09/2024 par Chris NDIKUMANA
36:03
KANGUKA FRANÇAIS
Рет қаралды 125 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 02/10/2021 by Chris NDIKUMANA
37:47
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 63 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 04/05/2024 par Chris NDIKUMANA
38:41
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 39 М.
IKIRERE C'IBITANGAZA by Chris NDIKUMANA
1:00:03
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 16 М.
KANGUKA YO KU WA MBERE 09/09/2024 by Chris Ndikumana
10:59
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 7 М.
LES TEMOIGNAGES DE LUNDI MATIN LE 16/09/2024 par Chris Ndikumana
23:37
KANGUKA FRANÇAIS
Рет қаралды 11 М.
ISENGESHO RIBOHORA by Chris NDIKUMANA BRUXELLES 2017
2:04:03
Chris Ndikumana
Рет қаралды 264 М.
IBINTU BINE BIZIBIRA IGITANGAZA by Chris NDIKUMANA
55:51
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 63 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 11/2/2023 by Chris NDIKUMANA
34:15
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 25 М.
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 3,8 МЛН