UMUKENE MU MPWEMU by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 31,823

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

Күн бұрын

Пікірлер: 111
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 2 жыл бұрын
Shimwa Mwami Yesu ! "Tube abakene mu Mpwemu" :Tumenye yuko ataco dushoboye , ataco turi ,tudashobojwe na Ndiho. Imana Data Ikwongere umugisha muvyeyi ,wewe wama utugaburira buri munsi imfungurwa ziryoshe ,zihaza ,zivyibusha kandi zikuza mu buryo bw Impwemu Amina
@benardbarnaba1971
@benardbarnaba1971 5 ай бұрын
Ariko abakene mu Mpwemu ntibazoja mw'ijuru. Kuko KRISTO YESU Aho nyene muri Matayo 5, mu murongo wa 5 avugako: " Hahirwa abatekereza, kukw ari bo bazoragwa isi." Kubwawe nikihe gifise akamaro kuba umwemu batekereza,ukaragwa isi canke kuba uwakijijwe mu buryo butanezera Umuremyi??? Matayo 5:5
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 5 ай бұрын
Turasenga ngo umuriro w Imana wake, uturire kandi utongore ibigambo vy imburakimazi vya satani n igikoresho ciwe Bernard, bigwanya /, bihakanya Ubutumwa bwiza bw ukuri bwa Yesu Kristo tugaburirwa muri Kanguka, mw Izina rya Yesu , Amina ​@@benardbarnaba1971
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 5 ай бұрын
Turasenga ngo umuriro w Imana wake, uturire kandi utongore ibigambo vy imburakimazi vya satani n igikoresho ciwe Bernard, bigwanya / bihakanya Ubutumwa bwiza bw ukuri bwa Yesu Kristo tugaburirwa muri Kanguka, mw Izina rya Yesu, Amina. @benardbarnaba1971
@benardbarnaba1971
@benardbarnaba1971 5 ай бұрын
Nimba muzoja mw'Ijuru atana hamwe mushobora kutwereka mubisoma muri Bibliya zanyu; gusengera Benard muriko murata umwanya: kamguka abarundi benshi yabaye ikigirwamana. Nta rukundo mugira. Murangwa n'ubwobone. Vraiment,nimba ufise urukundo Mbarira Aho usoma muri Bibliya KRISTO YESU yigisha abigishwa biwe' ko bazoja mw'ijuru,mu buzima budashira??? Nimba Kandi udashobora kunyishura, menya Yuko ukwiye gusubira mu nyigisho za BIBLIYA YERA YOSE utangiriye kuri zero. Kuko kuvuga kuri Yesu gusa ntaco bizogufasha kurya musi Kandi na kamguka wishimitseko ntizohaba! Ehe raba none ko n'umukuru wayo atanguye kuvuga ko YESU AZOGARUKA kuganza ngaha kw'Isi; uramubaze akwereke umurongo werekana ko NYUMA YO KUGARUKA KWA YESU KW'ISI AZOSUBIRA KANDI MW'IJURU??? Turawukeneye. Mu nyuma tuzobatahura Yuko musenga mu kuri no mu Mpwemu. Ngirango ndumvikanye neza.
@ritaniyonizigiye1130
@ritaniyonizigiye1130 5 ай бұрын
Twaragenderewe ntitwabimenya, yesu adufashe cane dutahure ibi
@innocentirimbere7083
@innocentirimbere7083 2 жыл бұрын
If I could not have you pastor Chris ndikumana there's a lot I could not understand..in the Bible.. how to prepare for the day thanks 🙏 may God bless you and give more power 🙏🙏
@ilazmontessorischool1910
@ilazmontessorischool1910 2 жыл бұрын
Thanks Pastor for your teachings, God has transformed me alot
@estellarcymanirambona8398
@estellarcymanirambona8398 2 жыл бұрын
Abakene bo mumutima,abaciy bugufi ooh Imana idutabare.
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 2 жыл бұрын
Amen Amen Mana yanje
@nadiabimenyimana3475
@nadiabimenyimana3475 2 жыл бұрын
Iman indushoboze kumeneka mumutima waje 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 Amen 🙏 🙌 👏 👍
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f Жыл бұрын
Haleruyaa imana ishimwe kwijambo ryayo ❤❤❤
@BiraronderwaAlbatros-e6h
@BiraronderwaAlbatros-e6h 5 ай бұрын
Amen
@mukarukundodonatille5645
@mukarukundodonatille5645 Жыл бұрын
Shalom I would like to suggest ko ibyanditswe byavuxwe byajya byandikwa muri caption.
@diani5734
@diani5734 2 жыл бұрын
Nashaka ndabasab iyinyigisho muzoyiduhe muri audio muzoba mukoze caane kuko harigihe tushobora kubura ama méga ariko tufise audio biratworohera
@faustmus3283
@faustmus3283 2 жыл бұрын
Amen Amen Ndiho akomeze ababe hafi kandi abahe imigisha itagabanije
@AliHassan-ui8sn
@AliHassan-ui8sn 2 жыл бұрын
Yesu nashimwe 🙏
@nevi998
@nevi998 2 жыл бұрын
Mana umpe gutahura
@dusabemariyajacqueline5312
@dusabemariyajacqueline5312 2 жыл бұрын
Imana ibishatse bizaba. Amen.
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f Жыл бұрын
Amen imbaraga zawe mana ❤❤❤
@manirakiza2635
@manirakiza2635 2 жыл бұрын
Ameeeen 🙏🙏🙏
@ange-kellykaneza9678
@ange-kellykaneza9678 2 жыл бұрын
Uwiteka aguhezagire cane Muvyeyi,uradufasha cane
@didimutumwinka4870
@didimutumwinka4870 2 жыл бұрын
Amen
@chantalmwizero9820
@chantalmwizero9820 5 ай бұрын
Amen 🙌🏾 God is good more blessing to you man of God
@christineteganeza7447
@christineteganeza7447 2 жыл бұрын
AMEN 🙏🏿🙏🏿
@IrakozeGuillain-ej2dy
@IrakozeGuillain-ej2dy 5 ай бұрын
Ukur kwuzuye kuko abantu ntaco duchoboy
@promessegatesi2816
@promessegatesi2816 2 жыл бұрын
Amina
@florencemunezero615
@florencemunezero615 2 жыл бұрын
Amen.
@dusabemariyajacqueline5312
@dusabemariyajacqueline5312 2 жыл бұрын
AMEN.
@CharlesKayoya
@CharlesKayoya 5 ай бұрын
Une vapeur que nous sommes! Merci du message Seigneur. Aidez-nous à l'intérioriser Sauveur. Au nom de Jésus. AMEN
@olivekambilo9807
@olivekambilo9807 5 ай бұрын
🙏🙏🙏
@rosetteuwamariya6909
@rosetteuwamariya6909 5 ай бұрын
Imana umuremyi w,isi n,ijuru ikongere umugisha,imbaraga n,amavuta ,gukomera no gukomeza abandi mu izina.rya YESU . AMEEEEEEN.
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg 5 ай бұрын
Ndiho nshoboza gukena mumpwemu ungire uko biguhimbara ntabarijewe Mana .🤲🤲🤲👏👏👏
@NyiramanaPatricie-i1y
@NyiramanaPatricie-i1y 5 ай бұрын
Imana Data ise w'umwami wacu Jesu Chris agukomereze mu buntu ,kanguka na equipe yose Imana ibakomereze mubuntu bwayo mwaguke mugere hose ,mwogeze inkuru nziza ,Chris Ndikuumana na famille yawe,Imana ibatuze mu kidendezi cy'ubuntu bwayo,inyigisho yawe yomora ibikomere mu mitima ya benshi
@pali3502
@pali3502 2 жыл бұрын
Amen amen🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@imleen3909
@imleen3909 7 ай бұрын
Ameen
@claudinehatunga7022
@claudinehatunga7022 2 жыл бұрын
Imana nyene amahoro iguhezagire cane vyukuri uradufasha caane inyigisho utwigisha ninziza caane nanje ndasavye nanje zigure Aho zinkuye ntizipfeko ubusa kuko nizo ukuri inyigisho zawe🙏🙏🙏🙇🙇🙇💃💃
@bitishoriziki1113
@bitishoriziki1113 2 жыл бұрын
Ivyo nukuri h🙏🏼🙏🏼🤲🤲🙌🙌eza girwa chane mkozi wimana
@BostonZulu
@BostonZulu 5 ай бұрын
Uwiteka Akomeze kuguhezagira nabawe waremesheje cane umushaha wanje ngira nimpinduka mubuzima hamwe na famille
@murekatetelaetitia4843
@murekatetelaetitia4843 2 жыл бұрын
Ndagushima Mana ko ari wowe udushoboza,ndagushima ko tugufite tutifuza undi murengezi Halleluaaa
@ericnshimirimana3822
@ericnshimirimana3822 5 ай бұрын
Yesu ashimwe kubwijambo aduhaye❤mukozi WImana uhoraho azakumpere iherezo ryiza nabizu yawe bose
@KigemeM
@KigemeM 2 жыл бұрын
Shalom ! Chris Ndikumana igutwikize imigisha myinshi itagabanije nukuri kuko uratwigisha peeeee! Ndiho agusige amavuta menshiiii kandi Imana iguhe imbaraga zo gukomeza utwigisha
@alidamuhimpundu9979
@alidamuhimpundu9979 2 жыл бұрын
Ndgushim ko wampfiriy mwami wnj 🙏 uramfash nzahor nibuk ico wakoz ku musalab 🙏ntri kumw naw ntco nokwishboza!! Amen🙌🙌
@GlorioseNDENZAKO-h4x
@GlorioseNDENZAKO-h4x Жыл бұрын
Amen Amen
@languideirakoze2995
@languideirakoze2995 2 жыл бұрын
Amen amen
@radegondebayisenge24
@radegondebayisenge24 2 жыл бұрын
Yezu ni Muzima
@عايشهعايشه-ز8د
@عايشهعايشه-ز8د 5 ай бұрын
Amen Amen
@ANITHANdihokubwayo-o6e
@ANITHANdihokubwayo-o6e 10 ай бұрын
Amen amen
@veritasniyonzima2163
@veritasniyonzima2163 2 жыл бұрын
Amen
@jennychauque7484
@jennychauque7484 2 жыл бұрын
Amen
@kamarizaclementine9786
@kamarizaclementine9786 2 жыл бұрын
Amen
@jeajamila9471
@jeajamila9471 2 жыл бұрын
Amen
@MohammedMohammed-fv6sy
@MohammedMohammed-fv6sy 2 жыл бұрын
Asante mungu kubwijambo ryawe mpejej kwumv icubahiro cose kibicawe yesu amwn
@noellanijimbere
@noellanijimbere 5 ай бұрын
Amen amen
@IradukundaAnnie-q4j
@IradukundaAnnie-q4j 5 ай бұрын
Amen. Thank You Lord Father in Jesus Name.
@merselinaju7197
@merselinaju7197 5 ай бұрын
Amen
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 5 ай бұрын
Amen
@melaniemusabimana3362
@melaniemusabimana3362 2 жыл бұрын
88î
@KigemeM
@KigemeM 2 жыл бұрын
Nshoboza gutahura iyi nyigisho ! Shalom peuple de Dieu
@nininahazweannociate8898
@nininahazweannociate8898 2 жыл бұрын
Shimwa Mwami wacu kuko ukomeje kutwibutsa kwataco turi tutagufise
@dusabemariyajacqueline5312
@dusabemariyajacqueline5312 2 жыл бұрын
Uwirata yirate Uhoraho. Amen.
@igdani746
@igdani746 2 жыл бұрын
P
@etiennemajambere4159
@etiennemajambere4159 2 жыл бұрын
Amen! Yesu nasimwe.
@totoyummy8106
@totoyummy8106 2 жыл бұрын
Amen jew ndemey ndiyo aj munbuzim bwaj 🙏🙌🙇‍♀️
@imleen3909
@imleen3909 7 ай бұрын
Ndiho.akuzigame mukozi wImana❤❤❤❤❤
@sandyk4966
@sandyk4966 2 жыл бұрын
AMEEEN AMEEEN AMEEENAAA 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@peresirankunda6058
@peresirankunda6058 2 жыл бұрын
Ndashima mwami Yesu ko wambereye Ikimazi🙏🙏
@didimutumwinka4870
@didimutumwinka4870 2 жыл бұрын
Amen
@hembukatv1126
@hembukatv1126 2 жыл бұрын
Iyo uhaye imana ikibanza mumutima wawe uhora ukenera imana
@bitishoriziki1113
@bitishoriziki1113 2 жыл бұрын
Ndaba ramukije chane
@inyumvanimuhwefaina6434
@inyumvanimuhwefaina6434 2 жыл бұрын
Ndikumana Imana yaragutoye
@bitishoriziki1113
@bitishoriziki1113 2 жыл бұрын
Mngu asifiwe saana
@PerpetueNiyubuntu
@PerpetueNiyubuntu 7 ай бұрын
Imana idufashe gutahur
@bitishoriziki1113
@bitishoriziki1113 2 жыл бұрын
Amen amen 🙏 🙌 👏❤ 👏
@francoisnsengimana696
@francoisnsengimana696 2 жыл бұрын
Amen Uhoraho adutabare
@baranyizigiyediomede2739
@baranyizigiyediomede2739 2 жыл бұрын
Amen amen imana iguhe umugisha
@evelinemukarutese1046
@evelinemukarutese1046 2 жыл бұрын
Yesu ahabwe icubahiro
@hembukatv1126
@hembukatv1126 2 жыл бұрын
Kubaho imana ishako uba
@mukasekurujudith5884
@mukasekurujudith5884 2 жыл бұрын
Amen may God bless you
@ameame9588
@ameame9588 2 жыл бұрын
AMEEN 🙏🙏
@nikuzemarthe3843
@nikuzemarthe3843 2 жыл бұрын
Amen
@emelynetuyishime6968
@emelynetuyishime6968 2 жыл бұрын
Amen 🙏
@kabudensiya5941
@kabudensiya5941 2 жыл бұрын
Amen 🙏
@seigneurdieu9351
@seigneurdieu9351 2 жыл бұрын
Amen 😍
@gbizieghislaine8009
@gbizieghislaine8009 2 жыл бұрын
J'm quand ce Pasteur parle dans son dialecte
@kamaro9514
@kamaro9514 2 жыл бұрын
Tu n'entends pas cette langue mais tu écoutes???
@gbizieghislaine8009
@gbizieghislaine8009 2 жыл бұрын
@@kamaro9514 wais j'ai la foi
@mignonnegrace7868
@mignonnegrace7868 2 жыл бұрын
mais tu p écoutes kanguka français ! merci, ke Dieu vs benisse🙏
@irumvaaliciamiliciaaliciam2749
@irumvaaliciamiliciaaliciam2749 2 жыл бұрын
Amennnnnnnnnnnn Gloire à Dieu
@musengimanadonatha9999
@musengimanadonatha9999 2 жыл бұрын
Amen 🙏🏾
@niyonzimajulienne8887
@niyonzimajulienne8887 2 жыл бұрын
Yea it ii
@niyonzimajulienne8887
@niyonzimajulienne8887 2 жыл бұрын
Yea
@niyonzimajulienne8887
@niyonzimajulienne8887 2 жыл бұрын
Olives ppoo pll k ok mdomdok I’ll kł ko us I’ll ooloi ko oiio komera o o K nuuñ hbu
@niyonzimajulienne8887
@niyonzimajulienne8887 2 жыл бұрын
Is
@niyonzimajulienne8887
@niyonzimajulienne8887 2 жыл бұрын
Use I yuuuuunagg yhy hMke us y ÿyTyyyyYyyb uphba B huhnyyyyyyyyyyyyhJunHyyyyyyyyyyyyyyyyyyyyyyy
@LandaLanda-zc2he
@LandaLanda-zc2he 2 жыл бұрын
Amen🙏🙏🙏🙏🙏
NI NDE ANKOZEKO by Chris NDIKUMANA
58:11
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 33 М.
ABAMALAYIKA BA NDIHO [ IGICE CA MBERE ] by Chris NDIKUMANA
51:10
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 24 М.
Minecraft Creeper Family is back! #minecraft #funny #memes
00:26
From Small To Giant Pop Corn #katebrush #funny #shorts
00:17
Kate Brush
Рет қаралды 71 МЛН
The joker favorite#joker  #shorts
00:15
Untitled Joker
Рет қаралды 30 МЛН
Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:20
Leisi Crazy
Рет қаралды 51 МЛН
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 04/3/2023 by Chris NDIKUMANA
38:05
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 76 М.
IMBARAGA Z'AMASENGESHO YO KWIYIRIZA UBUSA/UKENEYE IMBARAGA Z'IMANA
1:03:16
Umugore w'agaciro arangwa niki?|Bibiliya ibivugako iki [Pst prudent]
27:42
Ubutumwa bwiza kuri bose
Рет қаралды 4,7 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 20/04/2024 par Chris NDIKUMANA
36:31
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 30 М.
IKIRERE C'IBITANGAZA by Chris NDIKUMANA
1:00:03
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 44 М.
SOHORA IBIGIRWAMANA VYOSE by Chris NDIKUMANA
1:07:53
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 19 М.
ISI Y'UKURI by Chris NDIKUMANA
56:04
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 36 М.
LA PUISSANCE DE YESHUA (KANGUKA DOUALA 2023) by Chris Ndikumana
1:57:54
Chris Ndikumana
Рет қаралды 3 МЛН
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 27/01/2024 by Chris NDIKUMANA
35:25
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 28 М.
REKA NDIHO ABE NDIHO by Chris NDIKUMANA
1:02:24
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 61 М.
Minecraft Creeper Family is back! #minecraft #funny #memes
00:26