KANGUKA YO KU WA GATANDATU 20/04/2024 par Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 31,530

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

Күн бұрын

ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana

Пікірлер: 146
@akobaririmbabeatrice63
@akobaririmbabeatrice63 3 ай бұрын
Amena Amena mwamiyesu ndagusabye ngi uko wagendereye uwo mokobwa warurwaye umutwe nanjye ntunsige Amena
@akobaririmbabeatrice63
@akobaririmbabeatrice63 4 ай бұрын
Mana yanjye nkizananjye ndizeye uyumutwe unyishe utuma ntasinzira uwunkize nokurotanabi ngahonkiza mwizina ryayesu ndakiriye❤
@NellyBlandineIrakoze-uz5vy
@NellyBlandineIrakoze-uz5vy 5 ай бұрын
Amen Amen🙏
@honorine150
@honorine150 5 ай бұрын
Amen amen
@JoyeuseKabahire
@JoyeuseKabahire 6 ай бұрын
Amen 🙏
@mariekampimbare2338
@mariekampimbare2338 5 ай бұрын
Amen 👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻
@BerlineNduwumukama
@BerlineNduwumukama 5 ай бұрын
Kanguka waje Hagez kandi tugukeneye cane ❤❤❤ terimbere
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 5 ай бұрын
Amina cane. Ikwire kw isi yose, abantu b Imana babohoke imitima n imibiri
@reemaalwad3ani616
@reemaalwad3ani616 5 ай бұрын
Ameeeeeeen❤❤❤❤❤
@mukabarindasaverine1337
@mukabarindasaverine1337 6 ай бұрын
Amen Amen Imana yacu nishimwe cyane👏🙏
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 6 ай бұрын
Amina Yesu vyukuri Atwongerere umugisha n inkomezi umuvyeyi wacu Chris yama yitanga adusengera atanatuzi, tukabohoka kandi ata n ibiguzi dutanze!
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 6 ай бұрын
Amina cane Izi ntahe hamwe n amasengesho y uyu munsi bibohore umuntu wese avyumviriza yizeye, mw Izina rya Yesu! Turasenga ngo Mpwemu Yera Abe mu nteguro y Igikorane kizobera muri Gabon, kandi imigambi satani afise kubw ico gikorane isambuke mw Izina rya Yesu, ntize igire umugisha !
@KUBANA-hg8lp
@KUBANA-hg8lp 5 ай бұрын
harerujah turabakunda cyane murwanda❤ application irikwanga kujya muri telephone yange pe
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 5 ай бұрын
Komeza ugerageze uciye kuri play store / up store, Imana Igufashe te'le'chargement ikunde ncuti. Ndiho Aguhezagire ​@@KUBANA-hg8lp
@KibashaGilbert
@KibashaGilbert 5 ай бұрын
Mana nanjye ndakwinginze nguzakize umufasha wanjye cancel y,ibere yahingutse ikagera no mumugongo . Nizereye mwizina ryawe Yezu kristo kuzamukiza Amen
@gracentirampeba604
@gracentirampeba604 5 ай бұрын
Amen
@jeanneniyigena8222
@jeanneniyigena8222 5 ай бұрын
Shalom Shalom
@NkorerimanaJeanbosco
@NkorerimanaJeanbosco 5 ай бұрын
Imana niyo nkuru niyubahwe ibihe vyose🙏🙏🙏 Amen Amen Yesu Kristo umwami n'umukiza mubuzima bwacu
@DukiBiki
@DukiBiki 5 ай бұрын
Imana intabare ubwoba, inzigo urukundo ruke, isoni, ubusambanyi, kuraka ataco bivuyeko, itama . ndizeye Amen
@AngeliqueMusabyimana-p7h
@AngeliqueMusabyimana-p7h 6 ай бұрын
Amen nanjye ungirire neza nkire , nzatange intahe kowankijije❤❤
@MukarukundoAgnes-i4s
@MukarukundoAgnes-i4s 6 ай бұрын
Iman iguhe umugisha kandi nanjye umugisha unjyezehe mbahoke kandi iman izacire inzira amen
@InnocentBaranyikwa-g8w
@InnocentBaranyikwa-g8w 5 ай бұрын
Shalom nanj yesu antabare indwara iri munda nnje nzashime nkabandi
@MukarukundoAgnes-i4s
@MukarukundoAgnes-i4s 6 ай бұрын
Iman unjyirireneza nizeye izampere abana ubwege baranga mumashuri nzashima nibakunda amashuri amen
@maximedusenge8047
@maximedusenge8047 6 ай бұрын
🙏 🙏 Amen
@TusaLu-l7z
@TusaLu-l7z 5 ай бұрын
Mana dakwingize ucyize urusaku ruba mumutwe wanjye kadumbohore kuryananiye nizereko ushoborabuose amen amen
@ArlèneDUSABUMUKAMA
@ArlèneDUSABUMUKAMA 5 күн бұрын
Mana ni wewe woguca inzira ahatagira inzira ndasavye mwami nanje ungenderere ntusige amen🙏
@uwitonzefelicite1013
@uwitonzefelicite1013 5 ай бұрын
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro kumirimo yayo yama udukorera
@NiyomukizaRaissa
@NiyomukizaRaissa 5 ай бұрын
Amen and amen hallelujah 🙏🙏🙏
@VavaKaneza
@VavaKaneza 5 ай бұрын
Imana inkize ikivyimba kiri mumugongo caje nkinkavyi yesu ndakwizeye kuzonkiza amén amén
@anickribakare6259
@anickribakare6259 5 ай бұрын
Amennnnnnnnnnn🙏🏿ndakiriye
@barakaboniface4338
@barakaboniface4338 6 ай бұрын
Muri yesu vyose birashobo twizere tuzokira ❤❤
@gakwayaaimee9800
@gakwayaaimee9800 6 ай бұрын
Mana irahera ho mwijuru nzamuye amashimwe kuko unyijije amen amen
@Patience2000
@Patience2000 5 ай бұрын
Mwami Yesndakwizeye ahugendera abandi nanje ntusige niteze kwakira igitangaza care ndakwetetdr ingests zanje zose uzinkize zose nzogushingirintahe abakekrranya kuri Imana ikiza kandi ikora kumugsragaro babimenye ni mwiza na rya Yesu Christo Amen
@nishimwealice7001
@nishimwealice7001 5 ай бұрын
Yesu ukowagendeyabandi nanjungendere nkiringwara yokumekumutwe udahera mbigusavye nkwizeye Amen Amen 🙏🙏
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 5 ай бұрын
Shimwa Mana ko ukomeje kudukunda muburyo udutabara ukadukorera ibikomeye 🙏🙏🙏
@yadufashijevennasia9107
@yadufashijevennasia9107 6 ай бұрын
Nanjye imana ipfashe nyire imvune nizeye kushobora byase mana🙏
@pelagiendamage6524
@pelagiendamage6524 6 ай бұрын
Alleluiaaaa
@OssmanAlexandre
@OssmanAlexandre 6 ай бұрын
Nizeye kubohoka inzozi zabapfuye kubona ndya nijoro amashuri narangije...mwizina rya yesu bimpungeho ubu nitekaryose
@mukandayisengaclaudine6189
@mukandayisengaclaudine6189 6 ай бұрын
Nanjyendizeye amana Unkizekwilanga kumutima Kandinukuri. Imper. abana Ubwengemwishuri uhegustinda Umwana. Ugiyegukora icyareta. akandi. Aicyoyakuganyiye uzakimuhe. Ndagusabakutugarurira umugabowaburiwe irengero. Udukize. amabokoyabaturwanya. Bateye. ubwoba. Manatirabyizeye. Mwizinajya. Yesu Amen
@MukantabanaHelene
@MukantabanaHelene 5 ай бұрын
Nanjye ndashima lmana mugukirano kubohoka kuyu munsi yaduhayeho impano.Mana unkilize abanai ndwara zose zabagose,bahe umuhamagaro wo gushaka gushaka gushaka,kubaka.Nanjye unkize umwingo.
@JefNuwayezu
@JefNuwayezu 6 ай бұрын
Amahoro y'Imana aganze imitima yacu,nagomba nsubire ntange icipfuzo niciyunviro canje,niyunviriye yuko mwoza murihanisha abantu burukomukoze igikorwa gishira abantu,murakoze
@belyseuwimana9573
@belyseuwimana9573 4 ай бұрын
Barabikora zirya numéro batanga Nizo kubihanisha
@BarutwanayoClaude-q2b
@BarutwanayoClaude-q2b 5 ай бұрын
Shalom nanj IMANA inkizakarog nimikoshi Yos izomp umukunzi nurugo gwiza
@youregirlbecky7193
@youregirlbecky7193 5 ай бұрын
Narihiriye kuri bibiriya ko ntazosubira nongeye mpita ndara cane. Nakoze ubusambanyi none ubu ndarwaye cane gose. Mbabara umugongo, minihogo, nsingira Zara, gucika intege,mumutwe nsiniyumvira. kutagira morari , naratakaje ukwizera. Ndasaba Imana yomwijuru impe chance yakabiri nkire nanje nzotange ubuhamya konanje ya nkijije. Ndasavye munsengere Imana impe kwizera nogukira. Muzoba mukoze.
@IkibarutaFred
@IkibarutaFred 5 ай бұрын
Nanjye mana ndagusabye unyize ibibyimba biri Munda Kandi uzandidire umwana nzamubyare neza nkuko numvise wakijije abandi nanjye undejyere mana
@shine4347
@shine4347 5 ай бұрын
Merci Seigneur car tu viens de localiser mon fils qui souffre d une double otite. Merci mon Dieu mon Roi.
@stitore2388
@stitore2388 2 ай бұрын
Yesu mwami nashimwe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️
@hatungimananella4977
@hatungimananella4977 5 ай бұрын
Amen
@IRADUKUNDACHANELLE
@IRADUKUNDACHANELLE 6 ай бұрын
Shalom imana nanj ifashe imbohore kandi yugurure inzira zanj ndavyizeye amen muraya
@adasopojohn2617
@adasopojohn2617 5 ай бұрын
Amen amen 🙏🙏🙏🤲
@UmugwanezaClaudine-ty2ec
@UmugwanezaClaudine-ty2ec 6 ай бұрын
Mana ndakwinginze cyane ngo unkirize umwana urwaye.turakwizeye
@laetitiamusengamana4100
@laetitiamusengamana4100 6 ай бұрын
Imana ni nziza kdi Irashoboye uyu munsi itugenderere mu Izina ya Yesu Amen
@SpèscaritasKazingo
@SpèscaritasKazingo 5 ай бұрын
Amen Nagendera abandi ntandegane mubo agendera mbemwo
@user-sarah1sarah
@user-sarah1sarah 6 ай бұрын
Mana yanje wahaye abandi abana nanje uranyibuke 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@ishimweImmaculate
@ishimweImmaculate 5 ай бұрын
Amen nizeye gukira akaboko mwizina rya yesu
@user-sz5hn1ku1v
@user-sz5hn1ku1v 5 ай бұрын
Nanjye mana ndagushima imirimo yamaboko yawe
@ElizabethNiyokwizera
@ElizabethNiyokwizera 6 ай бұрын
Amen......aman......Amen🙏🙏🙏🙏
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 5 ай бұрын
Que je sois délivrez au nom de Jésus Amen
@HavugimanaYves-d6j
@HavugimanaYves-d6j 5 ай бұрын
Imana izobah iherezo ryiza mukoziwlmana kirici ndikumana
@DusabeYvonne-z9t
@DusabeYvonne-z9t 5 ай бұрын
Mana yanjye niwoe nizeye🙏🙏
@umuhozanadine4891
@umuhozanadine4891 5 ай бұрын
Imana yomwiju ndayisaba kunyishyurira Amadeni
@FrancineMapendo-kg7cv
@FrancineMapendo-kg7cv 6 ай бұрын
Amen 🙏 imana ihabwe icubahiro amen
@EmmanuelKayobera
@EmmanuelKayobera 5 ай бұрын
Amen yesu nanje umbohore
@ماغيماغي-ه5ظ
@ماغيماغي-ه5ظ 5 ай бұрын
Amen men
@Nadia-l3i
@Nadia-l3i 5 ай бұрын
Amen❤
@mungwararebaelie5207
@mungwararebaelie5207 5 ай бұрын
Amen knd Amen
@floraishimwe1145
@floraishimwe1145 5 ай бұрын
Mana yacu wahaye abandi abana natwe ubaduhuhe mu marriage yacu kdi utajye amagara mazima iwacu 🙏🏽turabyiye mwizina rya Yesu christo. Imana idukorere igitangaza gikomeye this month April 2024.
@UwajenezaFrancoise
@UwajenezaFrancoise 5 ай бұрын
Mananange nzindutse ndimbere yawe uzi uburyo ngukeneye numuryango wange nange ntunsige ngendererwe nawe
@asdasadd7859
@asdasadd7859 5 ай бұрын
Amen Amen🙏🙏👏👏👏
@Zita1Omi
@Zita1Omi 5 ай бұрын
Mana nanjye ndagusabye ugenderere urugo rwacu na Claudine ufite inda nawe umurinde
@mikekalisa3203
@mikekalisa3203 6 ай бұрын
Ndizeye mwizina rya Yesu
@NgombwaJames
@NgombwaJames 6 ай бұрын
Musengere cyane imana Ibahe umugisha
@menedoranshimirimana5434
@menedoranshimirimana5434 5 ай бұрын
Imana irakora ibikomeye naje ndayishima 5:46
@kanezaalice7369
@kanezaalice7369 6 ай бұрын
Mwarahezagiwe cane🙏
@FofoFofo-t4t
@FofoFofo-t4t 6 ай бұрын
Amen -----amen iman niman
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 6 ай бұрын
Amen nditez igitanganza kubuzim bwanj
@MarieReineClaireIrankunda
@MarieReineClaireIrankunda 6 ай бұрын
Urakoze mana yanj 🙏🙏🙏
@AriellaNdayipfukamiye
@AriellaNdayipfukamiye 5 ай бұрын
Nanje ndakwinginze ungendere mana.
@FANNYFUNTVSHOW
@FANNYFUNTVSHOW 6 ай бұрын
Nyagasani uyu munsi unjyenderere unyize YEZU
@jeaninekamikazi8751
@jeaninekamikazi8751 5 ай бұрын
Habw’Icubahiro Manayacu.
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 6 ай бұрын
Mana ubwo ugenderera abandi nange ntusijye
@TheodoreIRIVUZUMUKAMA-qq9tl
@TheodoreIRIVUZUMUKAMA-qq9tl 5 ай бұрын
Nimuduhe kanguka muma groupe ya kanguka bohoka 4 mwoba mukoze
@ivonaShukuruivona-xg1dd
@ivonaShukuruivona-xg1dd 5 ай бұрын
Manayanje unyibuke ukuremugasuzuguro
@Zita1Omi
@Zita1Omi 5 ай бұрын
Nanjye mana yanjye nkiza umugongo
@Clris.2
@Clris.2 5 ай бұрын
❤❤❤❤
@DelightfulGrazingCows-kz9hf
@DelightfulGrazingCows-kz9hf 6 ай бұрын
Manayanje ndizeyeko uchobora byose mana ndagusaba ugarurire umukuziwange murukudo mana ntizeye imbaragazawe mana mana ukoungederera abadi ntusigemana ndagusaba
@uzamukundajacqueline4780
@uzamukundajacqueline4780 5 ай бұрын
Mana wakoze kudukiza
@EmmanueliqueNSAVYIMANA
@EmmanueliqueNSAVYIMANA 6 ай бұрын
🙏🙏🙏ndakiriye...
@habimanayves5558
@habimanayves5558 6 ай бұрын
Amen Amen 🙏 🙌 👏
@SolangeMukagasana
@SolangeMukagasana 6 ай бұрын
Uwiteka mana yacu tuje imbere yubwiza bwawe ngo utugirire neza twese Abakwizeye kdi bakwiringiye.
@MarieReineClaireIrankunda
@MarieReineClaireIrankunda 6 ай бұрын
Mana yanj wakijije abandi najewe ntunyibagire nabandi bose
@meryorndi630
@meryorndi630 5 ай бұрын
Mwamiyesu.ndashaka.kubona.ikiganza.caw.kubugingo.bwanj.aho.uzakuba.ugendera.abandi.ntundengane
@ManirakizaMediatrice
@ManirakizaMediatrice 6 ай бұрын
Mana yanje n,ugenderera abandi nanje ntunyibagire
@NeLuavo
@NeLuavo 6 ай бұрын
Uwiteka mana turimbere yawe utwigarurire Data
@uwamahoroberansira
@uwamahoroberansira 6 ай бұрын
Mana ndagusabye ngo wunve amasengesho yanjye unsubirize ibyifuzo 🙏🙏❤❤
@celesinndayongeje9007
@celesinndayongeje9007 5 ай бұрын
Mana nuhabwe icubahiro
@manirakizamonique
@manirakizamonique 6 ай бұрын
Uwiteka mana unyiteho ungirite neza Kandi ikize nabarwayi bose
@louiseumutoni5346
@louiseumutoni5346 5 ай бұрын
🙏
@marydreher2348
@marydreher2348 6 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@اينيارتنبا
@اينيارتنبا 5 ай бұрын
Amen🙏🙏🙏🙏💃💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@KUBANA-hg8lp
@KUBANA-hg8lp 5 ай бұрын
Ndabaza ese mwasobanurira inzonzi mpora mbon Iyo nkibona agatotsi mbona inzoka, zinyirukaho,intozi, abantu bashyingurwa mwasobanurira izinzozi
@nono.Muyinga-Burundi
@nono.Muyinga-Burundi 19 күн бұрын
N'inzozi mbi cane,uhore usenga cane Imana igutabare mw'izina rya Yesu Amen 🙌🙌
@nono.Muyinga-Burundi
@nono.Muyinga-Burundi 19 күн бұрын
N'inzozi mbi cane,uhore usenga cane Imana igutabare mw'izina rya Yesu Amen 🙌🙌
@ImmaculeNdayishimiye
@ImmaculeNdayishimiye 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤😅😅😅😅
@Jackshema
@Jackshema 6 ай бұрын
Amen Amen Amen
@yadufashijevennasia9107
@yadufashijevennasia9107 6 ай бұрын
Nanjye imana ipfashe nyire imvune nizeye kushobora byase mana 🙏
@mungwararebaelie5207
@mungwararebaelie5207 5 ай бұрын
Amen
@patiencesukane7869
@patiencesukane7869 6 ай бұрын
Amen 🙏
@DianeIrankunda-v3n
@DianeIrankunda-v3n 6 ай бұрын
Amen urakoze yesu kunkiza
@OmanHh-ro7kq
@OmanHh-ro7kq 5 ай бұрын
Amen amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏
@joekyrie798
@joekyrie798 6 ай бұрын
AMENNNN
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 25/05/2024 par Chris NDIKUMANA
37:59
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 37 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 27/04/2024 par Chris NDIKUMANA
34:32
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 29 М.
Бенчик, пора купаться! 🛁 #бенчик #арти #симбочка
00:34
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 3,1 МЛН
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 26 МЛН
Миллионер | 1 - серия
34:31
Million Show
Рет қаралды 2,9 МЛН
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 18/12/2021 par Chris NDIKUMANA
39:32
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 108 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 13/11/2021 by Chris NDIKUMANA
35:04
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 47 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 08/06/2024 par Chris NDIKUMANA
37:55
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 34 М.
LES TEMOIGNAGES DE JEUDI SOIR LE 28/07/2022 par Chris Ndikumana
21:51
KANGUKA FRANÇAIS
Рет қаралды 81 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 06/04/2024 by Chris NDIKUMANA
35:47
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 29 М.
URIHE ? by Chris NDIKUMANA
1:00:19
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 56 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 12/10/2024 par Chris NDIKUMANA
37:02
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 24 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 17/02/2024 by Chris NDIKUMANA
36:44
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 35 М.
Бенчик, пора купаться! 🛁 #бенчик #арти #симбочка
00:34
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 3,1 МЛН