Inzu nziza cane ya VVIP iragurishwa na Fablice . House for sale in Nyabugete 3

  Рет қаралды 44,429

FABSVISION TV

FABSVISION TV

Күн бұрын

Пікірлер: 101
@Richesfam
@Richesfam 6 ай бұрын
I'm looking forward into investing into this country! You are an inspiration to all the Burundians people
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 6 ай бұрын
Inspiration to Burundian Youth papa! Much respect wubahwe sana! Hama aba petits bo mw'isite natwe rero uzotwigire umugambi w'inzu zizimbutse!
@RubenDirigeant
@RubenDirigeant 3 ай бұрын
I'm really surprised of this cool version of my country I never knew that there is somebody doing this I'm going home to buy my property soon Much love to my home country 😌 🤗 ❤❤
@JeanparfaitNtiranyibagira
@JeanparfaitNtiranyibagira 2 ай бұрын
Good bless bro your jobs is amezing🎉🎉❤❤
@igor_257
@igor_257 6 ай бұрын
What an amazing house jewe ikintu kimwe nosaba niko wotandukanya shower na toilet hamwe umuntu ahejeje kwoga amazi adasanzara ahuntu hose overall man the building looks perfect kudos
@jacquesndikumana7755
@jacquesndikumana7755 6 ай бұрын
Egoo Ur ubutunzi Imana yahaye uburundi najew ninayaronka nzoza unyubakire mukomez guteza imbere igihugu cacu
@DirectorZombieTV
@DirectorZombieTV 6 ай бұрын
Uraza kutwubakira ruguru naho ❤
@panacool978
@panacool978 5 ай бұрын
Afrika we can. Thanks Fabrice.
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 6 ай бұрын
Mama weeee niwe wenyene kbxa abandi baribesha Much love mi brother Fab❤🇧🇮💪👑
@Burundian-k3q
@Burundian-k3q 6 ай бұрын
Komera muvukanyi wacu kugira ngo uzokomeze Abandi ❤
@marietheresenyandwi8671
@marietheresenyandwi8671 5 ай бұрын
So beautiful ❤
@KeyPropertyRwanda
@KeyPropertyRwanda 6 ай бұрын
Nice house 🏠 in Bujumbura❤
@Kingjmtv1982
@Kingjmtv1982 6 ай бұрын
Nukuri abari ninkwi barya ibihiye pe!
@nduwimanacowen3692
@nduwimanacowen3692 5 ай бұрын
👌🏾good job
@NzeyimanaAlly-g7k
@NzeyimanaAlly-g7k 5 ай бұрын
Good job🏆🇧🇮
@dushimeterry
@dushimeterry 5 ай бұрын
Ibikorwa vyawe birivugira❤🎉Wewe kwl Project yawe niya mbere🙏
@dafisado6134
@dafisado6134 2 ай бұрын
My brother big up
@KayBoneka
@KayBoneka 6 ай бұрын
Inspiration baba❤❤
@NijimbereGREGOIRE-u4u
@NijimbereGREGOIRE-u4u 6 ай бұрын
Wewe fabrice urashoboye turabona Amajambere wazanye ahomugihugu Cacu nimeza cane imana ishishikare kukongera imyaka yokuramba nogukorera abenegihugu bakava munzu mbimbi bakaja munzu zigezweho
@B-Y-N
@B-Y-N 6 ай бұрын
Hezagirwa hezangirwa Yezu akomeze kukwagurira ibikorwa vyiza ukora 👏👏👏❤️❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
@mvunge7108
@mvunge7108 5 ай бұрын
Sijapenda choo na sink zake..
@womanoffaith4309
@womanoffaith4309 4 ай бұрын
Nta ma garde robed yubatsemwo.. espace ni nto yo hanze! Inzu nzuza nkiyo ikenera parcelle nini na possibilité ya piscinne. Sinon ❤ bonne chance vraiment! Tu as un très bon projet. Imana ikuje imbere
@NishimweDivin
@NishimweDivin 5 ай бұрын
May Almighty God keep His hand of protection on you. For our lovely country to shine in days ahead. We love you brother Fabrice.
@johnntahomvukiye1611
@johnntahomvukiye1611 3 ай бұрын
Good vision
@EliasMasabo
@EliasMasabo Ай бұрын
Uyigurisha angahe
@bknanusi
@bknanusi 6 ай бұрын
was born here in Nyabugete and so I am interested; but how comes you didn't put the price ? In Kenya and Rwanda and any where else in the world even here in the US they always put on the price on house adverts!
@miburoemeline4070
@miburoemeline4070 6 ай бұрын
True
@SalomonBuntubwimana-h3g
@SalomonBuntubwimana-h3g 3 ай бұрын
Iburundi twar twarabuze umukund gihugu none twamurose ni fabrice
@georgettenkengurutse1312
@georgettenkengurutse1312 5 ай бұрын
There is no closet in the room
@estellandayishimiye6821
@estellandayishimiye6821 5 ай бұрын
Ninziza ariko ama douche simeza ntameze nkuko inzu imezé
@yvetteirankunda520
@yvetteirankunda520 4 ай бұрын
Mwaramutse, muze muravuga n' ibiciro kugira umuntu aronke idée. Ibind' Ibihugu bararudurizako ibeyi. Kandi ayo ma bathroom muze murashirako ibiyo, aho gushirako uruhome, kuko ruratwara umwanya munini , chambre ica yaguka. Murakoze.
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 6 ай бұрын
Ww ndagukunda cane fablic.
@speskeza749
@speskeza749 5 ай бұрын
Sha, mufise amazu meza, ariko Nyabugete murabe mwubake amabarabara
@amidahaamida5892
@amidahaamida5892 5 ай бұрын
Fabrice Imana iguhe kuramba nanje impe amahera one day tuzo korana 🙏🙏🙏🙏
@alicekrahenbuhl6949
@alicekrahenbuhl6949 2 ай бұрын
Très belle maison. Derrière trop serré, devant la Terrasse trop trop petite dommage belle maison sans Terrasse.
@Ira62621
@Ira62621 5 ай бұрын
👏👏 duhe igiciro ?
@LisiTbi-ig7yd
@LisiTbi-ig7yd 8 күн бұрын
imana ibandanye ikwagurira
@juvantndayishimiye-xe1zj
@juvantndayishimiye-xe1zj 6 ай бұрын
@FABSVISION nkopesha iyonzuu 😢
@JohnMbungo
@JohnMbungo Ай бұрын
Abatari Abarundi bemerewe kugura amazu I Burundi?
@nduwimana669
@nduwimana669 6 ай бұрын
Wubahwe🎉🎉🎉🎉
@Sidrasidra636
@Sidrasidra636 5 ай бұрын
Daah! abarininkwi bary'ibihiye😢
@-notcamella-5971
@-notcamella-5971 4 ай бұрын
Ivyumba nibito bito, ikindi ibujumbura harashushe cane mukwiye kuza murazubakana AC.
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 6 ай бұрын
Erega i burundi ntaco habaye hishwe na mabarabara mabi gusa. Uzi kubona amazu meza ariko ukabona yuzuyeko umukungugu ? Ivyondo mwibarabara , ibiziba, hamwe n'ibinogonogo. Imana izoduhe kubona uburundi busukuye hose kandi neza kuko ntakidakunda abantu twese tubishatse.
@SallmaXg
@SallmaXg 6 ай бұрын
Insha'Allah
@Angependo9141
@Angependo9141 6 ай бұрын
Erega Peresida abishatse Igihugu cacu yogipamba mumunota umwe kuko iconshimira Abarundi si abanebwe oyaaaa ubwabo bariyimbira utubarabara !!ca wibaza peresida agiyemwo naho?
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 5 ай бұрын
fabrice kubwijambo ryiza wavuze kabisa bitumye ngira abonner kabisa wubahwe abarundi hamwe twokundana twovamwo umwimbu witerambere
@KezimanaRaymond
@KezimanaRaymond 2 ай бұрын
Ubundi u Burundi bwari bukeneye Abantu nkaba gux iwacu iburundi
@renildevenerand9473
@renildevenerand9473 5 ай бұрын
Naho muzokwubaka gute muri ville hatubatse ntakigenda kuko niho haranga uburundi twebwe ababa hanze yigihugu batubajije Burundi bacabiruka kuraba Bujumbura igisagara rero ninzuzakera 😢
@JohnNzabamwita-jm9sb
@JohnNzabamwita-jm9sb 5 ай бұрын
Uyishizemwo vya nkenerwa vyose yoca igurwa angahe ?
@shabanmwingira528
@shabanmwingira528 6 ай бұрын
Nice house how much
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 6 ай бұрын
Urumucuruza kweli komera ariko nugusenga cane muburundi ntarukundo dufise iconguhanura nugusenga ntabindi imana ikurindire mubikokwa vyawe iwacu.haragoye
@modesteessau8032
@modesteessau8032 3 ай бұрын
How much money do want for this house guys?
@donaldmutabazi8314
@donaldmutabazi8314 2 ай бұрын
None uyigurisha,angahe?
@NdagijimanaDavid-cc6gv
@NdagijimanaDavid-cc6gv 4 ай бұрын
How much are you selling this house
@mozboy-uc2rb
@mozboy-uc2rb 6 ай бұрын
Umwe rukumbi
@salvatorkaburundi3222
@salvatorkaburundi3222 6 ай бұрын
Quel est le prix de départ?
@inyarwandamusic-lyricvideo7621
@inyarwandamusic-lyricvideo7621 5 ай бұрын
Fab ko amazu yanyu mudashiramwo wardrobes mu vyumba?
@dieudonnendikumana878
@dieudonnendikumana878 6 ай бұрын
Vyukuri mugeze kurugero rwiza rwo kubaka. Ariko ico tukiri inyuma mu Burundi, ni ubwogero. Guheza kwoga ugaca ukoropa amazi vyarataye igihe. Nkiyo nzu ukuntu ari nziza ariko ikagira ubwogero nkubwo! Hari douche zigezweho hamwe na baignoire zigezweho bica vyongeza esthétique yinzu.
@user-ki6je3ty5k1
@user-ki6je3ty5k1 6 ай бұрын
Please donne nous le prix
@Onesmoboyz
@Onesmoboyz 5 ай бұрын
Hiyo nyumba inauzwa bei gani boss
@hommejuste
@hommejuste 6 ай бұрын
Je suis intéressé
@makotiburundi4101
@makotiburundi4101 6 ай бұрын
The rooms don’t got close it
@Richesfam
@Richesfam 6 ай бұрын
What do you mean? Your statement makes no sense
@whinefro4361
@whinefro4361 6 ай бұрын
Buy one get one free from Shain😂😂
@papapasteur1963
@papapasteur1963 6 ай бұрын
How much is this house.
@ezekielikoribikomeye9474
@ezekielikoribikomeye9474 4 ай бұрын
👍🥰
@Kingweti
@Kingweti 5 ай бұрын
Igurishwa angahe ???
@Evrosen12
@Evrosen12 5 ай бұрын
Iyo nzu nangahe muri dollars??
@modesteessau8032
@modesteessau8032 3 ай бұрын
None iyo nyubakwa ikeneye amafranga angana gute
@EdouardNdereyimana
@EdouardNdereyimana 5 ай бұрын
Vyiza kl nayiheruka batarayisirimura hama ibiciro ni gute
@Mila-vu1yr
@Mila-vu1yr 5 ай бұрын
Wiganye wa mugabo wo mu Rwanda.
@Niyondikoemile-u4z
@Niyondikoemile-u4z 6 ай бұрын
How much this
@immyndayisaba1908
@immyndayisaba1908 6 ай бұрын
Waouh😅
@robinsontubili899
@robinsontubili899 6 ай бұрын
Komera Fabric Mugabo warukwiye kuba abagorofa mare
@AimableNiyonsenga-z8t
@AimableNiyonsenga-z8t 6 ай бұрын
Angahe ino nyubwakwa.
@jeaninendayishimiye6623
@jeaninendayishimiye6623 5 ай бұрын
Komera caane muhungu wuburundi. Ese tworonka nkawe 50
@DieudonneNIZIGIYIMANA-ss5gn
@DieudonneNIZIGIYIMANA-ss5gn 5 ай бұрын
400 000 000 fbu jewe Dieudonne Masaka mbwira ndayazane
@AlinAlin-hp5wy
@AlinAlin-hp5wy 5 ай бұрын
Iman izoguhe ubumenyibureze nubwufit urashoboye kabis ahohantuniheza kabis ukwonukur 🎉🎉🎉❤❤❤❤
@imvuratv5412
@imvuratv5412 5 ай бұрын
Uzoce ugura kamera va kurifone
@kazefloride9992
@kazefloride9992 6 ай бұрын
❤❤❤🎉
@minaniempphilbert5454
@minaniempphilbert5454 6 ай бұрын
Urumuntu w, umugabo pe
@julius875
@julius875 6 ай бұрын
Bro icubahiro n'icawe
@Nidivin
@Nidivin 6 ай бұрын
Broski wallh uruwambere
@JohnRayPierre
@JohnRayPierre 6 ай бұрын
Very nice work Fab! But it would be awesome to not leave us wondering how much a such house would cost in Burundi now days. I know you mentioned about auction happening on this one but it would be better to put price.
@user-me7lu4sj1u
@user-me7lu4sj1u 6 ай бұрын
Izina ni Fabrice apana Fablice kwanza !
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 6 ай бұрын
Uyumusi ugize video nziza wahora ucishako
@swarehendomix1572
@swarehendomix1572 6 ай бұрын
Kuba ari mziza ni nziza ariko vyiza bamushiraho igiciro umu client aherako mukugura.
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 4 ай бұрын
Batanz adress ivya prix ucuja in box bakakubwira muka négocia vyanse ugaheba
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 6 ай бұрын
Umuntu w'amahera make esk nawe muramwubakira?
@Angependo9141
@Angependo9141 6 ай бұрын
Nangahe igurwa
@EmelyneHayimana
@EmelyneHayimana 5 ай бұрын
Turabasavye muduhigiciro cane twobaronka gt
@robinsontubili899
@robinsontubili899 6 ай бұрын
Warukwiye kubaka inyubako zigereche icuro mirogwi itatu 30 kila imwe imwe
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 6 ай бұрын
Mirongwingahe😂😂?
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 6 ай бұрын
Niwubahwe mutama turakwemera
@issanshimirimana9091
@issanshimirimana9091 5 ай бұрын
Uraze kutwubakira kugatumba
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 5 ай бұрын
None kutunakana stove,ubunati
@Kibrike
@Kibrike 5 ай бұрын
80k cash fab
@minanielikana
@minanielikana 5 ай бұрын
Yifotore kuri video.uyitume.
@pepeinno9336
@pepeinno9336 5 ай бұрын
Good work but stop over relying on English even if it is your background. Do some effort to learn and use either Kirundi or French words. We look stupid as a nation promoting a language which is only 3rd choice.
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 6 ай бұрын
murabesha ni youtub
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 4 ай бұрын
Babesha iki ibi niho ukibimenya Fabrice nivyo ariko arakora yubaka azu aba Diaspora bayagura mu Burundi ubu ntavyo waruzi?nturi à jour ntukurikirana
Enceinte et en Bazard: Les Chroniques du Nettoyage ! 🚽✨
00:21
Two More French
Рет қаралды 42 МЛН
Tuna 🍣 ​⁠@patrickzeinali ​⁠@ChefRush
00:48
albert_cancook
Рет қаралды 148 МЛН
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
01:01
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН
Irebere uko INZU NSHYA i Kigali ziba zubatse
21:14
Quick Homes Rwanda - Kinyarwanda
Рет қаралды 67 М.
TWASUYE INZU NZIZA IGURISHWA 85M KANOMBE
5:24
Prime property rwanda
Рет қаралды 3,4 М.
Yaraguzwe mwarakoze cyane
13:02
IBARIZE Real Estate
Рет қаралды 32 М.
HOUSES FOR RENT IN BUJUMBURA | By Fablice MANIRAKIZA
2:46
FABSVISION TV
Рет қаралды 24 М.
Enceinte et en Bazard: Les Chroniques du Nettoyage ! 🚽✨
00:21
Two More French
Рет қаралды 42 МЛН