INZU y'igitangaza yubatswe n'umu DIASPORA mu BURUNDI//Umve ibisabwa kugira uyigure ibe iyawe

  Рет қаралды 30,270

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Жыл бұрын

Uwipfuza ino NZU yoduhamagara kuri:+61451613607 canke kuri +257 79245877
Email:john@yohanaproperty.co
Adresse:kabondo,avenue HEHA en bas de l'ECOLE BELGE
#diaspora #ubuzima

Пікірлер: 126
@user-jl7ie4dv1t
@user-jl7ie4dv1t Жыл бұрын
Cher Gaël, ndakunda ibiganiro vyawe gose. Je suis consultant international mu bintu vyinshi. Permets-moi de donner un avis sur cette vidéo. Le but yayo kwari ukwereka tout acheteur potentiel inzu uko isa. Ariko vidéo itwumvisha vyinshi ikatwereka bike. Aho kwerekana ivyumba mwerekana surtout uwuvuga. Mukazi nkako inzu niyo yarikwiye kwerekanwa gusumba. Juste mon commentaire...Bon succès à vous deux, je vous contacterais bientôt ndaza vuba.👍🏾🙌🏾
@mamymariamkim4055
@mamymariamkim4055 11 ай бұрын
Facts; also the the cameraman needs to improve his skills of filming and editing. hama merçi
@ElyseeNibizi-mt1yw
@ElyseeNibizi-mt1yw 11 ай бұрын
Aho ivyo yavuga wagnda uvyerekana
@nasibukitwana3384
@nasibukitwana3384 Жыл бұрын
Jewe icambere ntanguye kugaya umucameraman, igikurikira nuko iyinzu uravye neza uko ihagaze (igeretse rimwe) nibaza ko igiciro kiri jejuru cane,amadirisha ni manini ariko ntabwo arayagezweho,icanyuma nuko igihugu cacu inzu iri hejuru ya 500milion kuyibonera uwuyigura sicoroshe,kuko naha mububiligi 500milles euro ugura inzu i brussel nziza cane.
@hari_meshi
@hari_meshi Жыл бұрын
Watching from Canada 🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦. Imana iratubona we keep fighting we will get there
@nahimananaphtal
@nahimananaphtal Жыл бұрын
Slowly but surely
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🙌🙌,keep going on bro 🤜🤜🤜,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@ndayiragijeemilemarlon1369
@ndayiragijeemilemarlon1369 Жыл бұрын
Juste Gael urwo rusago ni rwiza kabisa keep up .watching this good interview from Nkengabusoro village
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Cyakoze imbere cyane haratagase peeee❤🇧🇮❤🥰🥰🥰💞💞💞💞💞💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥👊👊👊👌👌
@PierresPerfect
@PierresPerfect 11 ай бұрын
Thanks a lot Umukubito 🙏
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 9 ай бұрын
Imana ibandanye idukorera ineza uburundi bugiye kuba bwiza cane Keep up guys
@justinzizou6321
@justinzizou6321 11 ай бұрын
Iyi nzu ngiye kuyigura!! Uwondosa umber yuwo muntu ayindose
@niyolee7539
@niyolee7539 Жыл бұрын
Umusaza🎥📹📸 Vyamugoye cane. Ariko ntangorane. Yakoze vyinshi vyiza. Hanyuma azomenya ivyo gukosora👍🏾
@FurahaMeckson
@FurahaMeckson 7 ай бұрын
Umukubito, niyo channel ndorera nshaka kwibagira stress z’akazi 😂😂😂. Merci sana.
@mugishaevangeline8095
@mugishaevangeline8095 Жыл бұрын
She is my dream house 🏠 😍 imana iznshobize nanje inzengere kundoto zanje😊😊😊
@jajairadukunda3103
@jajairadukunda3103 4 ай бұрын
Waoo ni nziz cane
@user-hy9nb2sc9i
@user-hy9nb2sc9i Жыл бұрын
Waaaooo nice house ❤
@M.fred.
@M.fred. 13 күн бұрын
Courage Courage
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 Жыл бұрын
Keep up
@sherifmozembizi2050
@sherifmozembizi2050 Жыл бұрын
Very Nice
@Bemera_family
@Bemera_family 10 ай бұрын
Inzu ni nziza hanze, uravye indani nta bintu bitangaje birimwo, 1. Garde robe zategerezwa Kuba mu vyumba vyose, nta nzu y'iburayi yubakwa itagira garde robe ntibibaho value yayo Iba ikorotse. 2. Inzu ya 2022 itagira swimming pool kurico giciro ni ZERO. 3. Amadirisha old model. Nimba ari nzu mufise muri Australia, ntamazu mufise. I believe iyo nzu nta mu kirya iraronka, ahubwo iyo abanza Kuja Quartier Miroir akaraba ico bita Inzu igezweho. 👎🏼👎🏼 Gael komera Kandi wubahwe mais Cameraman urondera uwundi. Blessed
@jaykar-issa706
@jaykar-issa706 Жыл бұрын
Uburundi mu myaka 20 iri imbere, abategetsi baduhaye amahoro, buzokwubakwa sana!
@siniremeraadela1980
@siniremeraadela1980 Жыл бұрын
Wa vyiza cane
@danielyusuph6528
@danielyusuph6528 Жыл бұрын
Nice
@muhirepatrick851
@muhirepatrick851 Жыл бұрын
Gael camera man umwirukane yasarishije kweli
@jicool777
@jicool777 Жыл бұрын
Gael make sure next time umu cameraman wawe abe focus ku nzu kuruta umuntu aba ariko arayipresenta
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Жыл бұрын
Umukubito 🎉🎉
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 Жыл бұрын
Komera Gael ndagukunda ibiganiro vyawe birantesa
@remesha
@remesha 7 ай бұрын
Gaël camera man wawe wapi, mbona yerekanye mwebwe neza ahokwereka inzu! Ntushobora kubona ivyumba neza ingene bingana
@eddyjoyeuxtuyishime3201
@eddyjoyeuxtuyishime3201 Жыл бұрын
10/10 kuri uyo mu agents wa yohana property
@bdreams2793
@bdreams2793 Жыл бұрын
Bro ukuntu chambre principal iteguye sikirenga ama garde robe yo guterura nguzane munzu isnt old school? Toilette …. M courage muribazima cane but busness hera kuri bato
@user-dg4yh7cp7h
@user-dg4yh7cp7h 7 ай бұрын
Félicitation Umu cameraman il.faut montrer les chambres et toutes les pièces et je dirais ce qui manquent dans salles de bains les armoires pour metre les essuies produit douche etc.... sinon bon travail
@user-et2rh2br7v
@user-et2rh2br7v 11 ай бұрын
N'umugambi mwiza kabisa, nibabandanye no muyandi quartier
@ndayizigajeanclaudejafari6677
@ndayizigajeanclaudejafari6677 Жыл бұрын
akantu ntunvise neza ngo numugambi waje gufasha abarundi 🤔
@ManirakizaEmille-ke4ss
@ManirakizaEmille-ke4ss Жыл бұрын
kbx
@Vision2300
@Vision2300 Жыл бұрын
Oh mon Dieu, mais le cameraman ne sait pas mettre en valeur les choses qu'il filmes 😢
@thierryhakizimana343
@thierryhakizimana343 11 ай бұрын
Vraiment! Cameraman ntazi ivyo arimwo. Canke naho ikosa ryabereye muri production/realisation yiyo video. Cameraman yagize focus kuwuvuga ariko la maison ntayo yatweretse. Dommage.
@pascasientandikiye9911
@pascasientandikiye9911 11 ай бұрын
​@@thierryhakizimana343Nivyo vraiment abikora nabi cane
@ali-ey9yi
@ali-ey9yi Жыл бұрын
Hahhhha umushushuro
@mugangajerome
@mugangajerome Жыл бұрын
Je nari nzi ngo nije jenyene nabonye yuko cameraman yadekonye 😂 iyi interview nukuyisubiramwo kabisa inzu bayerekane bien
@boobohhh3029
@boobohhh3029 Жыл бұрын
👌⚘
@AmbitiousTheo
@AmbitiousTheo Жыл бұрын
Nangahe muri USD ?
@krc0607
@krc0607 7 ай бұрын
Dommage que muri salle de bain hari douche yuguruye. N'ukuvuga ko uhejeje koga amazi akwira hose? Boshiraho des parois en verre autour ya douche vyoba vyiza. Iyo tubona neza toutes les pièces ariko niho vyari gufasha. Bonne continuation.
@kg7285
@kg7285 Жыл бұрын
How much?
@user-lo1yz2di9v
@user-lo1yz2di9v Жыл бұрын
Juste courage,hama mukugira escalier barigushiraho izabagendana ubumuga canke abageze muzabukuru.
@ncamuvyumaeddy3721
@ncamuvyumaeddy3721 Жыл бұрын
Ako barakibagiye
@josephntakirutimanamusafir1049
@josephntakirutimanamusafir1049 Ай бұрын
Ewana ninziza mwoduha aka numéro kuyo muntu 《Ingénieur 》yayubatse mwoba mukoze🙏🏼🙏🏼🙏🏼
@svietauhagazererwanimpundu8415
@svietauhagazererwanimpundu8415 10 күн бұрын
Cameraman yitaye mukwerwkana abo batype than kwerekana inzu canke nabo baragurishwa?
@clovisntirubuza4202
@clovisntirubuza4202 11 ай бұрын
Give me training to your camera man..Ikidandazwa kibonek neza..naw urab Ngen Abandi babikofora
@Ubuntu81
@Ubuntu81 Жыл бұрын
Cameraman uti erekana neza ama photos y'inzu, areke kutwereka abantu.
@ndayizeyekevin8714
@ndayizeyekevin8714 Жыл бұрын
Ngo na Cape Town rekan na nayooo
@alvellaniyonzima4046
@alvellaniyonzima4046 Жыл бұрын
Hinge norore inkwavu zanje zigwire ncenyaruka batarantanga😂😂😂.
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@boashamah3642
@boashamah3642 Жыл бұрын
Uyumu cameraman tasarishije nukuri akwiye kugira information ijanye nokwerekana amashusho yinzu
@rukingaboy5473
@rukingaboy5473 Жыл бұрын
Cameraman ntiyerekana neza les images.
@nahiblaise
@nahiblaise Жыл бұрын
Contacts???
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Жыл бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe😂
@nduuwayoaimable8556
@nduuwayoaimable8556 Жыл бұрын
400metre Carre?
@Nikizatheogene-el7tn
@Nikizatheogene-el7tn Жыл бұрын
Just Gael,uri professional ariko ukeneye umu cameraman nawe ari professional ariko dushobora kuba tumurenganya ugasanga nta bikoresho bigezweho umuha
@Vision2300
@Vision2300 Жыл бұрын
Birashoboka ko afite ubumuga
@alfredbizimana1618
@alfredbizimana1618 11 ай бұрын
Ego kweli ayo maher ni menshi can
@NellyCynthia-km4he
@NellyCynthia-km4he Жыл бұрын
Muzoyinyubakire nkunda mukinanira nzoca ndayigura isumba iyo gto
@NiyomwungereMelickisedecki
@NiyomwungereMelickisedecki 4 ай бұрын
Kamera mani Bayern ico murikuvugako nkarorero iyo sare dobe ya chabre plesipare
@emmanuelvhakizimana4190
@emmanuelvhakizimana4190 4 ай бұрын
Cameraman ntakigenda kabisa.
@bayisingizeanaclet4050
@bayisingizeanaclet4050 8 ай бұрын
Cameraman ntafitora ivyo mumwereka afotora abantu gusa mukosore
@ndihokubwayoherman2473
@ndihokubwayoherman2473 Жыл бұрын
Abantu nkabo nibo bakunda igihugu
@Eastafricacommunity257
@Eastafricacommunity257 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮UBURUNDI inyubako zo ziriho zagatangaza twiciwe nibitoro😂😢😂
@FurahaMeckson
@FurahaMeckson 7 ай бұрын
🤣🤣
@Iranzifabrice24
@Iranzifabrice24 11 ай бұрын
Cameraman yari yarushe 😢
@irakozemelance4703
@irakozemelance4703 Жыл бұрын
Justin imbere yuko yumva ibeyi yinzu yavugana IMPWEMU idasanzwe ariko amaze kwumva Ayo inzu igugwa yaciye agabanya volume 😂😂😂
@rukingaboy5473
@rukingaboy5473 Жыл бұрын
Turiko turaterimbere. Ikibazo ni amahera
@bigirimanaberchimas-ir7im
@bigirimanaberchimas-ir7im Жыл бұрын
Uwomushire mukibanza cawawundi yitwa clisi yubakisha
@jacquesrurihafi1808
@jacquesrurihafi1808 Жыл бұрын
Nukuri inyuma iraboneka ko yubutse ariko uyu mu cameraman ntakigenda yohana ni wongere apdate again iboneke neza
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 Жыл бұрын
Kur umukubito ijambo ryigarugaruka ni DIASPORA
@burundifrancois4718
@burundifrancois4718 Жыл бұрын
Niveau ni zibiri hama Etage nimwe
@BellonBurundi-mx8mx
@BellonBurundi-mx8mx Жыл бұрын
Iyonzu niyoyanje muyimpe ndayafise ariko muzondangire ahondayakura😅😅😅😅😅😅😅
@nathanaelnihorimbere2463
@nathanaelnihorimbere2463 Жыл бұрын
Ego bahakurzngire genda worore unarime
@user-rd7dn6so2u
@user-rd7dn6so2u 11 ай бұрын
Uyicira amafaranga angahe yamarundi
@user-rr5rn2md3i
@user-rr5rn2md3i 11 ай бұрын
Ubintu nisawa kabisa. Ariko Camera men yagumye yerekana uwuriko agira presentation gusa. Inzu ntabwo yayerekanye.
@user-tl2tw9rg7r
@user-tl2tw9rg7r Жыл бұрын
Reka kutwereka Gael twereke ivyo interview guy ariko arabadondorera that's it and Gael Stop showing off on the camera 📸
@hassann4209
@hassann4209 11 ай бұрын
Camera man 🙈
@blaisetv1460
@blaisetv1460 Жыл бұрын
🇧🇮🥇👊
@BURUNDIB
@BURUNDIB Жыл бұрын
Naduhe number
@rehemaoman7777
@rehemaoman7777 11 ай бұрын
Haha urasohoka reka muhungu iragabanya
@christinen8291
@christinen8291 Жыл бұрын
Nkeka muri Australia habayo ama cash menshi.
@fidelemusiri9504
@fidelemusiri9504 Жыл бұрын
Nivyo Christine ino muri australia haragendeka kbs!Welcome
@gshugsua9531
@gshugsua9531 Жыл бұрын
​@@fidelemusiri9504tupe location non natwe turabe ko kivamwo induru😢
@jeanmichelnishimwe8284
@jeanmichelnishimwe8284 11 ай бұрын
@@fidelemusiri9504 Banyakubahwa umuntu yohagera Gute? Konzi bigoye vane3
@ElyseeNibizi-mt1yw
@ElyseeNibizi-mt1yw 11 ай бұрын
Biraboneka
@ericknduwimana3715
@ericknduwimana3715 Жыл бұрын
Kuberiki amadushe atagira imiryango kuburyo woke amazi ataja hose muri toilet
@soggy-janvierbamina8568
@soggy-janvierbamina8568 Жыл бұрын
Wafunguye 😂😂😂😂😂?
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
Uyumu cameranani arabe atange imihoho ntakintu nakimwe yatweretse apuuuu!
@harveymcardle888
@harveymcardle888 Жыл бұрын
Ayomahera nimenshi nta na swimming pool ahari. Ikindi naco ntiyatweretse salon neza canke sale a mange. Kubwanje nabonye amadirisha gusa
@BellonBurundi-mx8mx
@BellonBurundi-mx8mx Жыл бұрын
Icogikoni cegeranye na salon baca bagitekamwo icayi nikawa
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 Жыл бұрын
Ongera ukwirikire ikiganiro neza. Ucubona aho technologie muri batiment igize.
@marcbuci
@marcbuci Жыл бұрын
Vraiment Vraiment, ibaze inzu ya plus de 1 milliards, hanyuma igikoni kikegerana na SALON ??? Iyo batuma bavugako igikoni cegeranye na Salle à manger.
@marcbuci
@marcbuci Жыл бұрын
Reka kuza mubesha abantu IZO IZO technologie turazibona aho zigeze gusa mumenyeko izu iteguye neza nta SALON yegerana nigikoni, cnke muritiranya SALON na salle à manger ?
@francoiseuwihoreye3084
@francoiseuwihoreye3084 Жыл бұрын
Gaël je nta nzu nabonye nabonye uyo ayi presenta ngira niwe mwashize kwisoko nayo inzu ntayo twabonye inzu ntiwigera werekana nuwuyirata ahubwo werekana inzu gusa, echec nizereko mumusubiza cash ziwe yatanze pour la publicité canke uyisubiremwo
@clovisntirubuza4202
@clovisntirubuza4202 11 ай бұрын
Wosanga atayishura yatanz ka bonus
@ernestohaba7549
@ernestohaba7549 Жыл бұрын
Biriko biraza ariko ntimuramenya kugira publicité neza . Kuko ivyo yariko aratubwira nkubwiza bwayo ntimwavyerekanye mwagumye mwiyerekanira uwubivuga
@foxbwoy6250
@foxbwoy6250 Жыл бұрын
Camera man ntazi ivyarimwo wallah noe yerekanyik? Salle a mange sinzi ngo salon nin yagutse ariko bakaguma berekana uwuriko aravuga hakwerekana ivyo bariko baravuga😂😂😂😂 Eka nyene bamwita #umusaza muncamake yarashaje😂😂😂
@mugangajerome
@mugangajerome Жыл бұрын
😂
@Esperane-ny1ql
@Esperane-ny1ql Жыл бұрын
Cameraman nuwa fek
@therencendikumagenge3067
@therencendikumagenge3067 Жыл бұрын
Shaaaaa aho vyankiye ko igugwa igiye yagugwa kbsa😂😂 kuri 1miriard100milions ubu baraza nukuyarenza😂😂😂😂
@lildraco_k8977
@lildraco_k8977 Жыл бұрын
Ayo mafranga nimeshi arimwo inzu nyishi zokwonguka cane
@therencendikumagenge3067
@therencendikumagenge3067 Жыл бұрын
Bivana ninzu boss bikavana nahiri kuko uravye agaciro ka percelle gusa harimwo amazu menshii
@kg7285
@kg7285 Жыл бұрын
Nshaka inzu ifise sale de Bain muma chambres yose
@mugishaevangeline8095
@mugishaevangeline8095 Жыл бұрын
Nimundondere ndafise 20millions ya vance😂😂😂😂😂😂😂
@fleurynduwimana8579
@fleurynduwimana8579 Жыл бұрын
😞
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
Ntugatesge agaciro abakakurusha
@magicfriendsburundi7115
@magicfriendsburundi7115 Жыл бұрын
ni bubak
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 Жыл бұрын
Ati umumiriyaridi nimillion 200 ao numvise nabi??? Mumfashe
@uwimana8584
@uwimana8584 Жыл бұрын
Nayonyene 😂😂😂😅😅je numiwe
@JohnRayPierre
@JohnRayPierre Жыл бұрын
Uwo mu camera man ntabwo yabikoze neza pe!! Twagiye tubona uduceduce nkaho yokwerekanye ibintu wewe yagumiza camera kuri uwo mu type
@marcbuci
@marcbuci Жыл бұрын
Iyo nzu ni NINI , 😢😢😢😅😅😅 IGIKONI CEGERANYE NA SALON ou SALLE À MANGER ? MBEGA ABARUNDI.
@nahimananaphtal
@nahimananaphtal Жыл бұрын
None igikoni kija he?
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 Жыл бұрын
Ni vyo bigezweho. Amazu moderne. Nino za buraya n'uko
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
Ahubwo wewe ntabintu uzi none igikoni kijahe???canke wibajijeko arimucaro igikoni bagishira inyuma yinzu?😂
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
Ino mubarabu igikoni kiri muri salon wewe ngira uba mucaro
@marcbuci
@marcbuci Жыл бұрын
Iburayi majahe? Tandukanya SALON na salle à manger. Bien sûr salle à manger kwegerana nigikoni c'est normal mais SALON kwegerana nigikoni 🤣🤣🤣 Harababikora ariko biba bisa nabi iyo nzu iba iteguye nabi cnke arinto Ivyo navyo vyokubesha ngo uburayi niki bimeze oya ahubwo vugako iyo ubamwo ko ariko bimeze apana kwifatira abantu ngo niburayi niko bimeze
@user-jv4od1if7o
@user-jv4od1if7o Жыл бұрын
Kuzindi mpwemu na poem bidasanzwe 😂
@rukingaboy5473
@rukingaboy5473 Жыл бұрын
Turiko turaterimbere. Ikibazo ni amahera
Iron Chin ✅ Isaih made this look too easy
00:13
Power Slap
Рет қаралды 33 МЛН
Amazing weight loss transformation !! 😱😱
00:24
Tibo InShape
Рет қаралды 51 МЛН
Best KFC Homemade For My Son #cooking #shorts
00:58
BANKII
Рет қаралды 59 МЛН
He doesn’t like illusions
0:17
V.A. show / Магика
Рет қаралды 14 МЛН
Нажимай выше ☝️☝️☝️ #а4 #глент #риви #viral
0:25
Как меняются люди
Рет қаралды 4,7 МЛН