Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Пікірлер: 113
@gakeboranda32236 ай бұрын
❤❤❤
@عهودعهود-ح3ح6 ай бұрын
Izo 20 millions iyuziha uwomuri famille ntibarikubura icobagukora nne ngo ayahaye umuhungu.
@mwananyamalaz44276 ай бұрын
Aho Isaac yamaz kumurya ndakeser 😂😂😂
@kevincandy34885 ай бұрын
Pole sana mukobwa mwiza nukuri abahungu baze barikebuka jewe undiye amahera naciy muri saudia nukuri ndumva ntoronk icongukoza
Abashaka kubona cycy na butoyi mumpe link Asaac azobatuzanire🤲🤲🤲
@AaSss-lo2zy6 ай бұрын
Azobazana abakuyehe??ntamakur ufis kumbe😂
@amanyasmary53486 ай бұрын
Naje ndakumbuye toyi NA cycy
@amanyasmary53486 ай бұрын
Kura ubu sutwa ngo 20million ugaha umwana wumuntu ngo fye yari yagushijeko idawa
@JeannetteManirambona-o6m6 ай бұрын
Jewe ndi number one😂
@سارهانا-ز8ت6 ай бұрын
Isaac yagaruts
@ismailbigirimana-nb9ur6 ай бұрын
Yoooooh Wallah uyomuntu Murondere Isaac aboneke afatwe ashengezwe😢😢😢
@NtirampebaIldephonse6 ай бұрын
Wahorahe narinakubuze
@AaAa-dt8mp6 ай бұрын
Number one I'm here pôle sana dada ngira numwe yiyitirira yvan film Rwanda fb yiwe yitwa KAMANZI yvan ash aragisibijye numusuma umujyura mubi yibshya na carte zabavunjayi nyishyi dada pôle sana 😢😢😢😢😢😢😢😢😢
nyamwicanyi yiyitirira yvan film akoresha iphoto ziwe gusa aramucafuza cyane number one aharihose ariyizi nyamwicanyi mubi kuri coll video yambara isura ya yvan film murwanda appel zikwirikira ntakwiyereka ubona ibyijyijyi nyamwicanyi mubi
@sosopro98596 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@radjabuyamungu6 ай бұрын
Imyaka 6 ukaba kuri compte warufise 20million gushika naho ubura ayigitoro.mmmh 🤔🤔
We ndumva tuvyumv kumwe muko noza kwizera ibirere tub twamenyany dufise amenyo yos akwiy mukanw nihatali sha 😂😂
@annociate36936 ай бұрын
Urabeshe jewe ndi muri contrat muga hageze kompembwa barambaza konkeneye ko bampa ama cash canke bayarungik.kandi sibose barindakuja kuma banques ubahaye carte barayarungik bakoreshej fone!
Ngo 20 millions 😂ndagutwenze abandi muri n'urukundo😒umwana mutavukanye ngo tora 20millions😂 namba arayo watora apana aya je nza nkorera huuuu urumwihevyi wa mukobgawe🤔🤭😏😒