MKOMBOZI kwa President Evariste..|| Nagarutse muri Politique nindirimbo yanje nshasha ya AFRICA

  Рет қаралды 71,250

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 163
@jajasoldado198
@jajasoldado198 Жыл бұрын
Mbaye Uwambere Like Ngaha.Big Up Mkombozi
@ferdinandnsengiyaremye
@ferdinandnsengiyaremye Жыл бұрын
Waaah bwabumwe 🇧🇮 alove you my brother
@irakozealice8318
@irakozealice8318 Жыл бұрын
Respected bro uwomugabo afise amajambo meshi
@Piscopires
@Piscopires 3 ай бұрын
Bien
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 Жыл бұрын
Mukombozi wubahwe can urincabwenge Urintwari 🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️
@AaAa-dd1qu
@AaAa-dd1qu Жыл бұрын
Mukombozi uvuzukuri kabisa ikiganiro kiryoshe can👌👌👌💪💪✌️✌️🇸🇦🇧🇮💯💯💥💥
@saidytuyisenge1876
@saidytuyisenge1876 Жыл бұрын
Ndakwemera sana mklmboz wubahwe urimvugakuri
@napoleonjohn2260
@napoleonjohn2260 Жыл бұрын
Mkombozi w Africa 🌍nice song 🎵👌tunaomba mix ya king erega please 🙏❤
@ndihokubwayoaudace6352
@ndihokubwayoaudace6352 Жыл бұрын
Sha biragoye ko africa twikura abazungu kuko abazungu baradufashe sana
@MamaMama-rr3yt
@MamaMama-rr3yt 3 ай бұрын
Respect mukombozi,ivyiyumviro vyawe vyukuri nivyabahanuzi pe
@gakleennk3337
@gakleennk3337 Жыл бұрын
Mukombozi ndagukunda , mwirambire
@ezechielakimana4222
@ezechielakimana4222 Жыл бұрын
Zurababwira kabisi uzofa hageze,
@innocentgashwabi2574
@innocentgashwabi2574 Жыл бұрын
Big up Mkombozi ndakunda ingene wishura kweli wubahwe 💪💪💪
@yvesniyongabire2799
@yvesniyongabire2799 Жыл бұрын
Eban jew mbone Mkombozi ivyo ndiko nkora vyose mbaza guhagarika nkamwumviriza nakupenda san1
@michaelmazambo7894
@michaelmazambo7894 4 ай бұрын
❤❤❤
@Lesaviezvous2022
@Lesaviezvous2022 Жыл бұрын
Komereza ahoooooo!
@Damaska_promoter
@Damaska_promoter Жыл бұрын
Akanyamerika😀😀😀😀😀... So, keep your gift Mr @Isaac_classic.. Support from #damaska_promoter🇧🇮🥰💥
@AqH-zo7xp
@AqH-zo7xp 3 ай бұрын
Mukombozi wetu💪💪💪
@muchoryfelix7561
@muchoryfelix7561 Жыл бұрын
Mukombozi salute bro
@AAroni-t7r
@AAroni-t7r 4 ай бұрын
NDAKWERASAN 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉OGiiiiiiiiiiuuiiii
@aishahamissi3775
@aishahamissi3775 Жыл бұрын
Uyujama namkubali sana
@NtawuyankirMarie
@NtawuyankirMarie 4 ай бұрын
Ngukunda cane mukombozi ❤❤❤ papa nzeyimana
@yvespromoter8447
@yvespromoter8447 Жыл бұрын
Mkombozi courage xn guma uduha imizigo mn
@ndayisabadiodonne9874
@ndayisabadiodonne9874 Жыл бұрын
Nakubari sana toma
@nnno989
@nnno989 Жыл бұрын
Mbaye, uwamber, Mukombozi, ndamunda
@anefamm9802
@anefamm9802 Жыл бұрын
Isaac reka kuruhisha Thomas wacu basi icabavyaye ntacuzi bureka kwigira gugu isaac.narinkumbuye mukombozi womuri kahise vunakagohe tonton.big UP bro
@alisonntunzwenayo907
@alisonntunzwenayo907 Жыл бұрын
gukwirikirana icakuvyaye hagukwirikirana icagutway respect bro abakunzi bawe turinyuma lmana ibandany ukugururira inzira
@alexiirankunda4827
@alexiirankunda4827 Жыл бұрын
Sha ikiganiro ciza mkombozi big up
@PB-mh6pw
@PB-mh6pw 3 ай бұрын
Ayeeeeeee !!!!
@michaelmazambo7894
@michaelmazambo7894 4 ай бұрын
Sha Mkombozi ndamwemeye kuri ubu butumwa nkendamama.
@asmanintezi3242
@asmanintezi3242 Жыл бұрын
Big up kurayo matara mwakoreshejee
@elkakamkali8149
@elkakamkali8149 Жыл бұрын
Mkombozi original 🙏
@josleen260
@josleen260 Жыл бұрын
Nimumpe izo likes mbaye number one
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Congratulations
@NicolasBizimana-v9m
@NicolasBizimana-v9m 4 ай бұрын
Aramfisee🎉🎉🎉
@Ntiranyibagiraleonce
@Ntiranyibagiraleonce 4 ай бұрын
❤❤❤ I love mkombozi
@محمدالفايز-غ8ل
@محمدالفايز-غ8ل Жыл бұрын
I love you so much Mkombozi
@innocentnduwimana8136
@innocentnduwimana8136 Жыл бұрын
Raster ❤❤❤🎉
@user-dt1cf5gc2c
@user-dt1cf5gc2c Жыл бұрын
Mwubahwe
@michaelmazambo7894
@michaelmazambo7894 4 ай бұрын
Love Mkombozi!
@GSira
@GSira 4 ай бұрын
Mkombosi ndamwemera cane
@tuyisengepascal-xb5ig
@tuyisengepascal-xb5ig 4 ай бұрын
Hast mkombozi Hejuru❤❤❤❤
@AdelinNdayishimiye-e2y
@AdelinNdayishimiye-e2y 4 ай бұрын
Welcom in our contry mkombozi
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu 4 ай бұрын
Sha yaririmvye neza caaaneee iyo giteyimbere igihugu nuguhigana gukumirana gusa
@lionelniyomukiza
@lionelniyomukiza Жыл бұрын
Thanks mkombozi 🤗🤗
@kwizerakwizera2618
@kwizerakwizera2618 Жыл бұрын
Ndagukunda Mkombozi
@shizomaniga9627
@shizomaniga9627 Жыл бұрын
Mkombozi gusa urarenz nukuri🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣yoooo asha ndumiwe
@RevisRamadhan-jb2vh
@RevisRamadhan-jb2vh Жыл бұрын
Kwl
@shizomaniga9627
@shizomaniga9627 Жыл бұрын
Mkombozi wiyumviye neza nukuri🙌💪
@ezechielniyonizeye2734
@ezechielniyonizeye2734 Жыл бұрын
Mkomboz Very nice
@SabineNIJIMBERE
@SabineNIJIMBERE 3 ай бұрын
Ndamukunda Mukombozi uzokizwa wewe turagusengera
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 Жыл бұрын
Nubwonsinziriy ndabumva mukomer cane ❤️❤️❤️
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣Oya reka kubahenda
@DesireBampamenyo-pe4iw
@DesireBampamenyo-pe4iw 4 ай бұрын
ter'imbere
@EgideBmvuginyumvira
@EgideBmvuginyumvira 11 ай бұрын
Mukomboz yubahw kuvyukuri numusiguz wukuri kweri yubahw numurundi wukuri
@alexandrekingston1355
@alexandrekingston1355 Жыл бұрын
Sha uyu mujam ararenze ndamukunda 🤜♥️
@RenovatNiyongabo-zh9bg
@RenovatNiyongabo-zh9bg 3 ай бұрын
Kwer mukomboz
@JusteAkiman
@JusteAkiman Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤ shamwubahw turbakund
@godisonline-m7j
@godisonline-m7j Жыл бұрын
abarundi mwese duhurire mur commentaire mukombozi yubahwe🤟🤏
@eliebayubahe6649
@eliebayubahe6649 Жыл бұрын
ivyiyumviro bikuze. ndagukeje
@eliebayubahe6649
@eliebayubahe6649 Жыл бұрын
somehow wise.
@ErnestNduwimana-ji4ty
@ErnestNduwimana-ji4ty 4 ай бұрын
Komera bwana mukombozi ndagukunda chane
@SabineNIJIMBERE
@SabineNIJIMBERE 3 ай бұрын
Ufise amajambo akomeye Uri umuvugabutumwa mwiza cane
@ariellandayishimiye8278
@ariellandayishimiye8278 Жыл бұрын
Yubahwe mukombozi 🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ibrahimundagijimana2921
@ibrahimundagijimana2921 4 ай бұрын
Wubahwe bwana mukombozi niwewe wa orjinare twari twarabuze kwer
@kandolojailosi9079
@kandolojailosi9079 5 ай бұрын
Vyiza cane. Kkk
@bruceirakoze2192
@bruceirakoze2192 Жыл бұрын
Mkombozi irambir Mutama
@MbarushimanaSuavis
@MbarushimanaSuavis 4 ай бұрын
Komera
@RazaroNkengurutse
@RazaroNkengurutse 7 ай бұрын
Wubahwe mkombozi
@athanasebishireduse6917
@athanasebishireduse6917 Жыл бұрын
Mukombozi yubahwe kuko avuga amajambo y'ubwenge pe!!!!!!!!!
@evelyneniyonzima8859
@evelyneniyonzima8859 Жыл бұрын
Kwl sh
@jozy1921
@jozy1921 Жыл бұрын
Isaac ko utadushiriyeho link none?
@zotemanmukali3618
@zotemanmukali3618 Жыл бұрын
Hahahaaaaaaa clear your contact
@charlyboymutoni404
@charlyboymutoni404 Жыл бұрын
nakubal papa wisigur nkumurund nyawe
@emmanuelndayikengurukiye3315
@emmanuelndayikengurukiye3315 Жыл бұрын
Mukombozi nfasha umpe nimero yawe kwr ndayikeneye kwr
@JumaErick-io5fn
@JumaErick-io5fn 4 ай бұрын
muga mukomboz muga ndamwemera can ukunt acan ndak
@halimaleila2323
@halimaleila2323 Жыл бұрын
Nazinduste mukombozi nanje ndamukunda💃💃
@DesireBigirimana-c5p
@DesireBigirimana-c5p Жыл бұрын
turagukunda uribwenge urazi nukwishura
@ساجساج-ي3ر
@ساجساج-ي3ر Жыл бұрын
Mukombozi wubahwe bro
@lovebrown9355
@lovebrown9355 Жыл бұрын
Nice
@GatotoLeopold
@GatotoLeopold Жыл бұрын
Kwinzirirak eeee
@ericharukuntunsabiyumva2839
@ericharukuntunsabiyumva2839 Жыл бұрын
Iyondirimbo ndayikeneye peee
@NestorNTIRAMPEBA-p4m
@NestorNTIRAMPEBA-p4m 17 күн бұрын
Ndamukiriza uwo muvandmwe kuk ndifuza konomubona kuko aririmvye ndumva nryohewe Can ndamushaka ampe akanya tuyage
@IrakozeRajesh
@IrakozeRajesh 4 ай бұрын
Mkombozi wubahwe kweli
@rindaklelia7986
@rindaklelia7986 Жыл бұрын
Mukombozi afisubwengebwinshican imiganinayo nikirenga kandi avugukuei nahombona hariho abamugwanye mubagenzibiwe
@havyarimanaAnathase
@havyarimanaAnathase 4 ай бұрын
Chenette:umugufu Amarori:imbonesho
@patrickndayishimiye8027
@patrickndayishimiye8027 Жыл бұрын
Kombozi courage
@AbubakarNishimwe-jb8gf
@AbubakarNishimwe-jb8gf Жыл бұрын
Mkomboz Allah aguh umu Gisha
@NiyonsengaJesusmarie
@NiyonsengaJesusmarie 4 ай бұрын
Twarashimye kugikwa ciza yaraye aduhaye naduhe akandi
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 Жыл бұрын
Niwongra kuririmba politique irwanya let nukuri carriere yawe birangiye...ivyo kurirmba birahari urukundo ubuzima nibindi
@JohnPeter-ds6cz
@JohnPeter-ds6cz 4 ай бұрын
Mkomboz yubahwe kabisa
@desireirambona2319
@desireirambona2319 Жыл бұрын
Mukombozi reka kubesha nta muntu aja mu vya mariage adafashe umwanya. Basha nimba uwo mu dada mwafashe umwanya nkuwo muto, Imana ibahezagire. Jewe sinemera ivyo kandi uriko urabesha. Tera izindi nkuru ariko wiyubare kuvuga ibintu bidatomoye.
@milliardere9177
@milliardere9177 Жыл бұрын
Icabavyaye barakironka icabazanye bakakibura
@ndacayisabaesperie9383
@ndacayisabaesperie9383 Жыл бұрын
Iyo link yiwe irih
@ElianeVyukusenge
@ElianeVyukusenge Жыл бұрын
Nkunda ukuntu wishurana ubwenge my brother🥱🥱🥱❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@user-dk7lq6gm9s
@user-dk7lq6gm9s 4 ай бұрын
Mukomboz hejur
@jacqui702
@jacqui702 Жыл бұрын
Noe za mushirak lank
@NyabendaEvariste-sc7hu
@NyabendaEvariste-sc7hu Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️ 8:24
@SalimaIRANKUNDA-iy2si
@SalimaIRANKUNDA-iy2si 3 ай бұрын
Irambire mukombozi ahubwo duhe numéro yawe
@NkurunzizaFrançois-z9m
@NkurunzizaFrançois-z9m 4 ай бұрын
ATI icabavyaye😂😂😂😂 mukombizi urndenze nukurip
@desirengendakumana6927
@desirengendakumana6927 Жыл бұрын
Mukomboz shirak iyo ndirimb turayinyotew abarinyum yigihugu
@ClaudineNdayishimiye-kd3ve
@ClaudineNdayishimiye-kd3ve 4 ай бұрын
Iyo ncambwenge ibaho niyirambir nivyayo vyamamar kugez kundunduro
@ncarwatsi
@ncarwatsi Жыл бұрын
Yaàaaaaaaagaaaaaaa 🔥🔥🔥🔥
@PascalBigirimana-ok2od
@PascalBigirimana-ok2od 3 ай бұрын
Niwiirambire komeza gus ntivyoroche kubicamwo
Cute
00:16
Oyuncak Avı
Рет қаралды 11 МЛН
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 7 МЛН
MAMAN TITI ABETI PASTEUR WALESA K.O/666 YA APOCALYPSE/ROI DIVIN NDE NANI?SIGNIFICATION
48:35
HAUT_PARLEUR TV - ALTO FALANTE HP
Рет қаралды 3,1 М.
PARCOURS EVE BAZAIBA
3:05:54
TOP CONGO FM
Рет қаралды 8 М.
Cute
00:16
Oyuncak Avı
Рет қаралды 11 МЛН