Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Пікірлер: 138
@asenathfather97662 жыл бұрын
Mukombozi ndabona ufise diplome uzoje muba politician uzokwiyamamarize kuba president wa 2025 tuzogutora
@violetteniyongabire385912 күн бұрын
Mukombozi ndamwemera yishurana ubwenge
@igirimbabazisania97682 жыл бұрын
Iyo titre ntisona neza kbsa nyimba muriko mumubeshera😀😀ayeayeayeyooo👏👏Lucifer
@sophonientiranyibagira32472 жыл бұрын
Mkomboz Iman ibandany iguhezagir.Isaac Tv yubahw
@evaristebirahinduka36912 жыл бұрын
Ndashimira mukombozi kukuntu adaterana amajambo nabandi ba star mugabo icotumusavye nkaba fans biwe atugarukanire akanovera kakera
@IntareYumuryango15 күн бұрын
Pia nakupenda San msani Wangu nakubali San Kwa mziki wa buja mkombozi
@laidayassmine3192 жыл бұрын
Aba bro bacu🇧🇮🇧🇮mwese mwapendeje👌👌
@fedisshamila83822 жыл бұрын
Mukomboz ndagufan can wirambire,turanangana,gusa iyo titre ntitwayikunz
@IntareYumuryango15 күн бұрын
Friend Wangu Isaac Big up San nakubali kbx wew tumekomaa pamoja Kam ndugu nafurai San kuona atuwa unafikia eko
@truthboyofficial161k32 жыл бұрын
Uwambere santa ashobora kuba agombe yuguruze ivyiwe unyihanganire ndabizanye iwawe kubera beshi biriko bibagora
@globalconsultingandsocialb3676 Жыл бұрын
Thank you for the last message Mkombozi. Tugiye kuba INTAMBA MU RUGAMBA muvyo dukora twese kubera HARI ABABIZI BAZI KO BABIZI,N'ABATABIZI BAZI KO BABIZI.HARI ABABIZI BAZI KO BATABIZI,..
@mwananyamalaz44272 жыл бұрын
Mkombozi mwenyewe tunakupenda sana brother pamoza Sana from Australia 🙌
@renildevenerand94732 жыл бұрын
Nkiyo title kumuntu nka Isac 🤔mwebwe nukwandika gusa ntimwibaza nukwibaza.
@amnaburundi51152 жыл бұрын
Ndamwikundira mukombozi
@user-kz5xy9vk2r14 күн бұрын
Ngukuda cane mukombozi kuk uvuga witonze🎉🎉🎉❤❤
@fulgenceneema6612 жыл бұрын
Mkombozi nzey, Imana tunakupend Sana tenasana
@mpawenimanaaline65762 жыл бұрын
Vrmnt mukundir ubutekezi nukwishuran ubwitonz ntanger🤛🤛🤛hama igihe yaza baribavumy na B- face ndashaka vrmnt muze mukorane akantu ndabemer sana kand vyoryoha cane
Mkombozi ,, Seyimana a Mtabili 1 we can't ever forget Ambassadeur school to lumier a mtabila 2 , we love you bro Mkombozi,, chana wote watulie na wakugeshimu