Ishirahamwe OLUCOME rirasaba reta gutunganya neza amshirahamwe ya reta,

  Рет қаралды 1,195

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi Ishirahamwe OLUCOME rirasaba reta gutunganya neza amshirahamwe ya reta, aho kwihutira gushinga ayandi mu gihe n'ayahora atifashe neza. Gabriel Rufyiri arongoye #OLUCOME yabishikirije mu kiganiro n'abamenyeshamakuru, aho yashikirije koyari ikwiye guteza imbere igisata c'abikorera ivyabo kuko gifasha mu guteza imbere ubutunzi.

Пікірлер: 8
@ZETUHABARITREND
@ZETUHABARITREND 6 ай бұрын
Uyu mugabo arafise ikintu yubahwe arafise ubwenge 👏👏
@JeandeDieuBarutwanayo
@JeandeDieuBarutwanayo 3 ай бұрын
ubahwe mutama jamuratuvugira naho tubona atagihinduka ubu kuva buja gushika ijenda ni 15000fbu ibirometero 38 igihanga gushika cotebu 12000fbu nn tugie kubabande?
@KassimTzNimubona
@KassimTzNimubona 6 ай бұрын
Icishigihugu nukwitiranya igihugu n'umugambwe
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 6 ай бұрын
Twaguheruka kera pe
@Jeanmusavyi2000
@Jeanmusavyi2000 6 ай бұрын
Nibagikorerejk
@gilbertngoga6166
@gilbertngoga6166 6 ай бұрын
Byose bikemurwa na privatisation. Leta nive mu bucuruzi , bikorwe n'ibikorera utwabo.
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 6 ай бұрын
GOMA NA BUJUMBURA BIMAZE GUKOMERA HAGATI YA TSHISEKEDINA NDAYISHIMIYE NDINDE USOHOKA MBERE MUBEMASOkzbin.info/www/bejne/onmvkGuegM-Gf9ksi=Gir0e9Poawvn0DUr
@Bigenergy94
@Bigenergy94 6 ай бұрын
😂😂😂😂 mental illness is real genda wivuze mumutwe
didn't manage to catch the ball #tiktok
00:19
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 32 МЛН
Gabriel Rufyiri Ivyo avuga vyoba bigwa nabi Umukuru w'Igihugu?
6:20
Témoignage de Gabriel Rufyiri
45:16
Tele Renaissance
Рет қаралды 13 М.