Ishirahamwe OLUCOME risaba ko haba inama yo kwiga ku kibazo c’ubukene bwugarije Uburundi

  Рет қаралды 13,777

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Uburundi buri mu ngorane zikomeye z’ubukene buturutse kw’ikena ry’amafaranga y’agaciro, ari vyo bica bituma habura ivyo abantu bakenera buri munsi. Ivyo binegurwa na Gabriel Rufyiri, arongoye ishirahamwe OLUCOME ryishinze kurwanya ibiturire n’isesagurwa ry’amatungo ya leta. Hari mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatatu i Bujumbura. Ku bwiwe, ngo vyogorana ko abanyagihugu bizera ishirwa mu ngiro ry’ihangiro ry’umukuru w’Igihugu ry’iterambere mu gihe ibintu vyoba bikimeze uko biri uyu munsi. Agasaba umukuru w’Igihugu gutumako inama yihuta yohuza abategetsi hamwe n’abagenzi b’Uburundi kugira bige ikibazo c’ubukene gihanze Uburundi.

Пікірлер: 32
@ManasseNdayirorere
@ManasseNdayirorere 5 ай бұрын
Jew iconosaba Reta kukibazo cigitoro nibarekure uwubishonoye wese yinzize igitoro murabe ko icokibazo kidaca kihava
@marleneakimana2597
@marleneakimana2597 5 ай бұрын
Igisigaye nikimwe intwaro ihinduke si non ihinduka riri kure nkukwezi twihweje imvugo nivyiyumviro vyabo ntaho turiko turaja …hasigaye ah Imana yo ihindura ibihe
@IgituBa-d6s
@IgituBa-d6s 5 ай бұрын
Twarabahevye nibarye nibahaga bazoheba😢
@JosephNTAKIRUTIMANA-lk9ep
@JosephNTAKIRUTIMANA-lk9ep 5 ай бұрын
Urakoze mutama ! Wamye uri intwari
@NiyimbonaArex
@NiyimbonaArex 5 ай бұрын
Nibonge bagihe domisiyo inzara irashira kuriwe harinzarayarihari
@ericjohnson315
@ericjohnson315 5 ай бұрын
Murabe neza igicapo kumupira wiwe kivuga vyinshi
@ClaudeNSABIMANA
@ClaudeNSABIMANA 5 ай бұрын
Nukuri turatakanye babunvire impanuro zanyu zubaka igihugu
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 5 ай бұрын
Niwivugire aha twarumiwe !
@nyandwiremy5938
@nyandwiremy5938 4 ай бұрын
Ntabavyigiye bafishe babyiga bashaje beşlhintibije Batanguye Amashure bashaje
@BemerVenuste-yz9qw
@BemerVenuste-yz9qw 5 ай бұрын
J ndibaza k amatora ya 2025 adakenew kk amahera botwaye mumator boyakoresha mugukora ibindi dukeney
@jeanmarienkurunziza2316
@jeanmarienkurunziza2316 5 ай бұрын
Nukuri n'ingorane,ntako mutagira mugutabariza abanyagihugu,ariko abo mubwira barazivye amatwi.kimw gusa komez musemerere harigihe boteba bakabumvira.
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 5 ай бұрын
Erega ahari ikibazo,abotorey umuti ibibazo uburundi bufise,ntibaziko ivyobibazo bihari Cank baravyirengagiza nkana.nne aho wumva haraho twoshika?
@ماريافيدال
@ماريافيدال 5 ай бұрын
Rufyiri yabaye umu jeune
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 5 ай бұрын
Ndayishimiye siwe azobona iyi mandat iheze iyakabiri ntayi y'umvira nawe arabona ko ya mbaye ikirato k'imuroka
@ChanellaNiyonyishu
@ChanellaNiyonyishu 3 ай бұрын
Ukuri kuzuyu
@yolo._96
@yolo._96 5 ай бұрын
Intwaro mbi niyo idufukamye mu nda
@mugwanezainnocent8276
@mugwanezainnocent8276 5 ай бұрын
Mubwire perezida wanyu ave kwizima ajye kureba Paul Kagame Amugishe Inama. Murebe ko atamugira inama nziza ikibazo cyanyu kirahita gikemuka.. président wanyu afite inshuti mbi zitamugira inama nziza
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 5 ай бұрын
Aje hehe? Mu Rwanda abantu Bose barwaye kwashi, barwaye amavunja, n' abayobozi,bishwe n' inzara. Paul Kagame,umuntu atunze,inkandagirabitabu,yigira inama nde?
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 5 ай бұрын
Haha, urasubirayo Sha. Ngo ugiye gukora iki? Ngo mugiye kuzibira amabarabara?
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 5 ай бұрын
Ni baguhoze hakiri kare, uri imbiribindwi. Uriko uhamagara imigumuko.
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 5 ай бұрын
Amwigishe ubwicanyi🙆🙆🙆🙆
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 5 ай бұрын
Uravuga ivyuzi mugenzi.nubwo wokwanka urukwavu uremerako runyaruka kdi ntawuhisha umwotsi inzu uriko irasha.rero wavyemera Cank ukabihakana ni uburenganzira bwawe kuko turi muri démocratie ariko nubimenye kdi ubimenyere urwanda rwaradusize!!!!!​@@hangiroetincelle8167
@leonardgrignionndikumana1257
@leonardgrignionndikumana1257 5 ай бұрын
Mana, aba batama barakwiye guhabwa amabanga akomeye mugihugu cane cane mubijanye n'ubutunzi.Ese Mutama wokwiza mubigenga twobatora 100%
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 5 ай бұрын
Ndayishimiye is incompetent let l Him risign
@Nyaburunga
@Nyaburunga 5 ай бұрын
uwo mutama nakomere arayamaze.
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 5 ай бұрын
Umushikiranganji wambere ari imbere yinama shinamatega yaravuze ikiriko kiratum ibivyose biba none ico mbaza iyo ingwara ibonetse nagira haca higwa umuti wayo ingorane yavuze ko yatew na 2015 nohac higwa umuti vuba bwango mureke kuruhisha abenegihugu
@NiyimbonaArex
@NiyimbonaArex 5 ай бұрын
Hatabayeho kubabarirana ntamutekano
@omernshimirimana
@omernshimirimana 5 ай бұрын
Mutama rufpiri ntanama shinga mateka dufise je mbona atanareta dufise kuko reta ninkumugabo murugo umugabo nawe atashoboye gusumira urugo uwo sumugabo utuma wiba mpaka umugore numwana bariye ivyo wiriwemwo ntibanabimenya rero baragize nabi kuva kera bibaza ko bariko baragirira nabi abarundi ark nabo barigiriye nabi buca bajahe ko ubu dutegereza kwitanga bino bintu ntivyobandanya wapi
@Slime-s5p
@Slime-s5p 5 ай бұрын
🤦🏽‍♂️🤦🏽‍♂️🤦🏽‍♂️🥲🥲🙅🏽‍♂️🙅🏽‍♂️🙅🏽‍♂️ nibara kumutekere
Kluster Duo #настольныеигры #boardgames #игры #games #настолки #настольные_игры
00:47
Un coup venu de l’espace 😂😂😂
00:19
Nicocapone
Рет қаралды 11 МЛН
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,9 МЛН
#WARAMUTSE_RWANDA: Ni ayahe maherezo y'ibibazo bya DRC?
1:19:31
RwandaTV
Рет қаралды 299 М.
LIVE:AMATERANIRO RUSANGE UMUNSI WA GATANU | KUWA 17UKWAKIRA 2024
Ivugurura n'Ubugorozi
Рет қаралды 1,5 М.
Kluster Duo #настольныеигры #boardgames #игры #games #настолки #настольные_игры
00:47