Iyoba nosubiye (one of many versions by David Nikiza)

  Рет қаралды 648,190

TheMukwende

TheMukwende

Күн бұрын

Пікірлер: 147
@mugishamariam
@mugishamariam 2 жыл бұрын
Abaririmvyi bari aba... Indirimbo zari izi... Bataratangura kuririmbira ku materefone... RTNB was THE BEST.
@ndisabiyeraphael7717
@ndisabiyeraphael7717 5 ай бұрын
Iyi ndirimbo kweli kweli,,, ,💯💯💯,,, ni nziza!! Mukomere barundi ndabakunda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@brightonbrighton8671
@brightonbrighton8671 4 жыл бұрын
I miss my country,I miss my people,...😭😭 God bless Burundi and its leaders
@ArthemondNimubona
@ArthemondNimubona 8 ай бұрын
Where are you live now??
@alinegracemfukamensenge5403
@alinegracemfukamensenge5403 3 жыл бұрын
Ninde akicumviriza iyi 2021
@aishanizeyimana4607
@aishanizeyimana4607 2 жыл бұрын
Je nubu ndutangur 2022 nguma ndayumviriza,ndayikunda cane
@lifepassion2024
@lifepassion2024 4 ай бұрын
this song 😭😭😭 who is still here in 2024??
@ThereseNahimana-vc8pn
@ThereseNahimana-vc8pn 4 ай бұрын
Here WE are!!!
@timetorelax-v1k
@timetorelax-v1k 2 ай бұрын
I am 👋
@bizimanaedouard7333
@bizimanaedouard7333 3 ай бұрын
Nikdev ! Wari umuhanga cyane! Bagize amahirwe yo kukubona ariko ni cyera cyane sinkwibuka neza. Uwo nibuka neza ni Franco. Aho mwagiye tuzabasangayo. Surwumwe ni umwana w'umunyarwanda.
@mugishacyizaeric628
@mugishacyizaeric628 Жыл бұрын
In Rwanda 2023 we are still playing the song.....quelle nostalgie
@robertnkuliza5718
@robertnkuliza5718 6 ай бұрын
Im Rwandan ,was living nearby Burundi before i left my beloved country Rwanda but even while in Rwanda i was always listening Burundi's songs till today may God bly burundi and his singers especially Chancho Hamisi where he sets
@uwamahorodorcas4442
@uwamahorodorcas4442 Жыл бұрын
can't stop playing this song 2023 I'm rwandan
@innocentManirakiza-cj2ot
@innocentManirakiza-cj2ot 11 ай бұрын
😢
@alberickadomo1923
@alberickadomo1923 4 жыл бұрын
This is orchestre national not nikiza David. Voices adolphe bigirimana and kirundo gerard on back.buddy bass, jacques du tronc on drum.
@callskay4753
@callskay4753 Ай бұрын
Aba bahanzi bari bafita ubuhanga mu gucuranga,kuririmba utaretse n'amagambo asukuye ureke ab'ubu ,umuntu agirwa umustar nta n'icyembe cyangwa umuduri azi kuvuza,abandi bakaturirimbira ngo "ndakumisinze"kweli!
@EliasChretien
@EliasChretien 4 ай бұрын
Il y a quelqu'un en 2024??? 😢😢
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 2 жыл бұрын
nakuze ndayumva nuwayiririmvye sinamubonye sindanamuzi pe8/9/2022😭😭😭
@KWENYEZAMGuy
@KWENYEZAMGuy 5 жыл бұрын
2019 j ecoute une jolie melodie qui me rappel mon fragile enfance en 1983 à Buja.
@nandyparadise2880
@nandyparadise2880 2 жыл бұрын
Me too
@BLF-wo1xt
@BLF-wo1xt 2 жыл бұрын
abarundi ni abahanga cyane
@esperancemugaragu1036
@esperancemugaragu1036 7 жыл бұрын
Sangwe ncuti za Buja ,tuko wasafi hapa Ujeremani. . Nitwiyunge basi mu Ndoto vyopfuma. Ntahije mwese, god bless you all
@shadowallyofficial7668
@shadowallyofficial7668 Жыл бұрын
God bless you too
@mugishamike8980
@mugishamike8980 3 жыл бұрын
Who is here 2021😭😭 i miss my beautiful country
@davylauriolhezagira2581
@davylauriolhezagira2581 5 күн бұрын
@dottoemanuel9697
@dottoemanuel9697 3 жыл бұрын
Nyimbo you na ipenda sana kilasiku naisikiliza
@mfuranzimaeric9979
@mfuranzimaeric9979 2 жыл бұрын
nca ndakibuka dans les années 90
@polycarpekazobagora4998
@polycarpekazobagora4998 4 жыл бұрын
Izi ndirimbo ndazikunda cane. Zifise akanovera kadasnzwe gakwiye kunoganzwa mu kuziteza imbere mbere bagafata mu mugongo kugira uruganda rwa orchestre rutere imbere kuko akaranga k'uburundi karakomeye cane kugira abafise iyo ngabirano nk'iyo ntinigirwe muri menshi. Erega n'aho umuririmvyo yopfa, iragi ryo aba yarariraze urwaruka rufise izindi mpano mbere bakanazinonosora rwose. Jewe ben'izo ndirimbo ndundi ziranduhura kuko numva ngononokewe rwoose cane. Le Votre Polycarpe Kazobagora
@nillyjos1203
@nillyjos1203 3 ай бұрын
2024 Turacumviriza izi ndirimbo!
@mugiPro1
@mugiPro1 2 жыл бұрын
30 and never have been i my mother land 😥
@alberickadomo6132
@alberickadomo6132 4 жыл бұрын
This is not David nikiza. Orchestre national with adolphe bigirimana on lead vocal kirundo gerard backing vocal ,jack du tronc on drums buddy magloire on bass. 1977.
@alberickadomo6132
@alberickadomo6132 2 жыл бұрын
Lovely. Buddy. Forever. And ever.☝️☝️
@alberickadomo6132
@alberickadomo6132 2 жыл бұрын
Ur bassiing. Buddy.
@sethny112
@sethny112 11 ай бұрын
Woow ndakumbuye I Burundi 🇧🇮 cane gose
@nkjordan7653
@nkjordan7653 2 жыл бұрын
2022
@dushimeemery7420
@dushimeemery7420 6 жыл бұрын
Yaba nosubiye kukubona... Kenshi nko mu ndoto. Très émouvant. U Burundi buraririmba koko.
@idrisNB257
@idrisNB257 2 ай бұрын
Anyone in July 2024?
@tensiacharlestone370
@tensiacharlestone370 2 ай бұрын
Nikideve yayiririmbye mbere ya 1979 niho najyaga nyumva, sinzi igihe neza ariko jye nayumvaga muri iyo myaka nyikunda
@musabyimanamarielouise8772
@musabyimanamarielouise8772 4 жыл бұрын
Iyaba byakunda ko Imana Isubiza ibihe inyuma😌
@alberickadomo6132
@alberickadomo6132 4 жыл бұрын
Nukuri pee sister. si au moins le vieux temps nous revenait avec Les meme tetes au meme endroit????
@josianemukeshimana6647
@josianemukeshimana6647 4 жыл бұрын
I know
@nduwimanaemmanuel2903
@nduwimanaemmanuel2903 5 жыл бұрын
iyindirimbo inyibutsa umuntu yayikunda caane none yaritavye umuremyi
@aishanizeyimana4607
@aishanizeyimana4607 2 жыл бұрын
Yooo,Imana imuhe iruhuko rindashira
@alberickadomo6132
@alberickadomo6132 2 жыл бұрын
RIP.,Buddy. Maglore. On bass.forever ever Ri
@kanamugireemmy1917
@kanamugireemmy1917 2 жыл бұрын
Nukuri iyi ndirimbo inkora kumutima inyibuntsa ibwana bwanje muburundi nkahakumbura.
@jamilanimbona3692
@jamilanimbona3692 4 жыл бұрын
nkumbuye Papa niwe azikunda kabisa
@Charles-j3o
@Charles-j3o 29 күн бұрын
That song is very listening because they are many woord build me
@ewtonsinyinza6602
@ewtonsinyinza6602 3 жыл бұрын
Ncuti zacu tubandanya turyoherwa kukaranga kuburundi
@issakaroli1517
@issakaroli1517 3 жыл бұрын
Cette chanson a un message très lourd à considérer
@HastonishingtonBR
@HastonishingtonBR 3 жыл бұрын
nka wa muyaga uhinda ntabwo ari ngombwa kwichwa na agahinda.
@huzamusica8186
@huzamusica8186 8 жыл бұрын
c'est l'orchestre national AKEZAMUTIMA du Burundi
@loveluck1995
@loveluck1995 5 жыл бұрын
Bfc
@moiseish9766
@moiseish9766 Ай бұрын
Na cassette yarakonje disi....... ibihe birashira ariko ibyiza nibizibagirana
@jeanmariendorere6019
@jeanmariendorere6019 6 жыл бұрын
akanovera ni kakandi
@immaculeecizanye1255
@immaculeecizanye1255 4 ай бұрын
Iyo ndirimbo ni iya Adolphe Bigirimana na Gérard Kirundo
@elvismanariyo9146
@elvismanariyo9146 6 жыл бұрын
Karakumbuza mugihugu kabisa
@robertnkuliza5718
@robertnkuliza5718 6 ай бұрын
Sorry i wanted to write may God bless
@alexisnsengiyumva5572
@alexisnsengiyumva5572 27 күн бұрын
Abarundi n'abanyarwanda turi abavandimwe, ntihakagire ikidutanya.
@BokeloJohn
@BokeloJohn Жыл бұрын
I miss my country
@liseginakaze9010
@liseginakaze9010 2 жыл бұрын
Une légende qui a bercée mon enfance ! RIP
@innocentManirakiza-cj2ot
@innocentManirakiza-cj2ot 11 ай бұрын
Ok
@raoulmirindi439
@raoulmirindi439 4 жыл бұрын
RESPECT
@8thebeautiful161
@8thebeautiful161 5 жыл бұрын
Abakera bariri nbaneza abubu bariri nbiri nzarikbs ndayiku ndape 🤨🤨🤗
@rugambaaslan2173
@rugambaaslan2173 5 жыл бұрын
Abakera bararirimba pe!abubu bo baribesha.
@elsaruhaya385
@elsaruhaya385 5 жыл бұрын
RUGAMBA Sisyphe kabisa kweri hari umuvyeyi yambwiye ngo indirimbo ubu muri iyi myaka zarashize :-(
@vitalndayi8689
@vitalndayi8689 4 жыл бұрын
Wiyizire
@shadiahborandi2687
@shadiahborandi2687 3 жыл бұрын
Akakera disi
@moiseish9766
@moiseish9766 Ай бұрын
Who is still here in 1993
@MrZero_zofficial
@MrZero_zofficial 8 ай бұрын
In 2024 🇧🇮🇧🇮💪💪
@curryaudry208
@curryaudry208 Жыл бұрын
2023 turacayikunda
@Amafaranga300
@Amafaranga300 5 жыл бұрын
Ca ngira ndi I Burundi vers 90
@mmeyo1258
@mmeyo1258 4 жыл бұрын
iyi foto ntijanye niyi ndirimbo.kandi ntibereye
@innocentManirakiza-cj2ot
@innocentManirakiza-cj2ot 11 ай бұрын
Nike nkagufukamir nkatamba
@cocoumutesi2611
@cocoumutesi2611 4 жыл бұрын
Oooh mon Dieu ndayikunda
@desirenzambimana-rq7zv
@desirenzambimana-rq7zv 11 ай бұрын
Belle imagee
@solangesoso3100
@solangesoso3100 5 жыл бұрын
Iyi nindirimbo nkunda caneee gose
@fernandmurikumwe9632
@fernandmurikumwe9632 6 ай бұрын
2024 ndacayumviriza
@nlbutoya.butoya
@nlbutoya.butoya Жыл бұрын
My favorite song🇷🇼🇲🇼
@alicebaransananiye7751
@alicebaransananiye7751 8 жыл бұрын
mon enfance,la musique qui m'a bercée....quel souvenir !!! Srt maintenant que mon pays va mal
@kagame6524
@kagame6524 8 жыл бұрын
+Alice Baransananiye same here, la nostalgie! :)
@uwihirwediane4318
@uwihirwediane4318 6 жыл бұрын
Alice patiente vraiment
@uwihirwediane4318
@uwihirwediane4318 6 жыл бұрын
Be patiente alice
@pascalinenshimirimana4182
@pascalinenshimirimana4182 Жыл бұрын
Irantera agahinda tro
@lamarliedejesus1355
@lamarliedejesus1355 5 жыл бұрын
2019!!!!!!!!!!!!!!!
@sonja_rademacher
@sonja_rademacher 6 жыл бұрын
Can someone translate lyrics to German or english? I would like to understand what the songtext is about. I love the melody and singing so much.
@landryireneeiriho7782
@landryireneeiriho7782 5 жыл бұрын
hello could you get the translation in English??
@innocenth.abubakar470
@innocenth.abubakar470 4 жыл бұрын
Sonja, the song seems to be addressed to some one who passed away. The author wishes to see him or her again to make his apologies and to stay with him or her forever. What is repeating says: "If I could see you again, as often as I do in my dreams, I would kneel down and ask you to forgive me. My wish is to stay with you so many years''
@mmeyo1258
@mmeyo1258 4 жыл бұрын
- He recalls his pain to the woman who left him , and beg her to come back to rebuild their home ''You know the other day that you crossed the road near me, it hurt me, it hurt me,.........'' ''Even if I am in pain, come back one day, we will rebuild our home and God will bless us '' - At the end, he stages the return of the woman. ''Welcome darling,welcome my health, welcome darling welcome my life''
@sonja_rademacher
@sonja_rademacher 4 жыл бұрын
@@innocenth.abubakar470 Thank you very much! Stay safe and healthy!
@sonja_rademacher
@sonja_rademacher 4 жыл бұрын
@@mmeyo1258 Thank you so much! Stay safe and healthy.
@johnmichaelkaberege5846
@johnmichaelkaberege5846 6 жыл бұрын
iyi ndirimbo iranduhura kumutima
@mukitotv4070
@mukitotv4070 5 жыл бұрын
ndayakinda caneeee
@devotatv3432
@devotatv3432 2 жыл бұрын
😭😭😭
@hahahehe6921
@hahahehe6921 2 жыл бұрын
♥️♥️♥️🇴🇲🔥🇧🇮
@alaincolinizere3703
@alaincolinizere3703 2 ай бұрын
august 2024
@huzamusica8186
@huzamusica8186 5 жыл бұрын
iyi ndirimbo ni ya orchestre national yi Burundi... ntabwo ari ya David
@virgilengiruwonsanga3297
@virgilengiruwonsanga3297 4 жыл бұрын
Nibyo kbsa
@AlineUmunezero
@AlineUmunezero Жыл бұрын
Iyi ndilimbo inyibutsa ibihe byatambutse Long time ago it was so good
@alainchabelnijebariko3720
@alainchabelnijebariko3720 5 жыл бұрын
Nostalgie ...
@loislamonaniyonkuru8348
@loislamonaniyonkuru8348 Жыл бұрын
2023😇
@thierryirankunda4105
@thierryirankunda4105 Жыл бұрын
2023
@heartofpraisekarangwa6435
@heartofpraisekarangwa6435 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤😢
@IngabireAisha3813
@IngabireAisha3813 Жыл бұрын
2023❤
@bnkundwa
@bnkundwa Жыл бұрын
An old classic
@GinetteAKIMANA-bm9lh
@GinetteAKIMANA-bm9lh 8 ай бұрын
2023
@Yvesbriand
@Yvesbriand 6 ай бұрын
2024√√√
@LuzdivinaNOCTY
@LuzdivinaNOCTY 5 жыл бұрын
Pourquoi il pleure cet enfant ? Ça ne choque personne ?
@aimonslavolonte7660
@aimonslavolonte7660 4 жыл бұрын
L'émotion vous ne savez pas qu'on peut pleurer pour soit triste, soit, nostalgie, soit douleur, soit émotion.😃
@pascalinenshimirimana4182
@pascalinenshimirimana4182 Жыл бұрын
Anakumbuka uyo muzungu rafiki yake wamu butoto
@12NZEYIMANA
@12NZEYIMANA 2 ай бұрын
👍🫶🏻
@anitucciamuvurwaneza8579
@anitucciamuvurwaneza8579 4 жыл бұрын
Uranyemeje!🥰
@CarltonKeyla
@CarltonKeyla 4 жыл бұрын
❤💙💖💛💚
@Kyckroos
@Kyckroos 4 жыл бұрын
🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@mmeyo1258
@mmeyo1258 4 жыл бұрын
BI BI BI
@ishejaeugenie8809
@ishejaeugenie8809 8 жыл бұрын
wow! it amazing I like
@umutoniclaudine4269
@umutoniclaudine4269 Жыл бұрын
❤️❤️❤️🌹💓🌹
@enockangeltwizere6309
@enockangeltwizere6309 6 жыл бұрын
ihorere ma
@DivineAkimana-j6x
@DivineAkimana-j6x Жыл бұрын
Ntbkundaaa
@munezeroinnoncent3442
@munezeroinnoncent3442 4 жыл бұрын
Mr6
@nihorimberemichelchristoph4756
@nihorimberemichelchristoph4756 2 жыл бұрын
MERCI POUR CETTE CHANSON.
Kugasozi by Nicolas (Fan video)
5:59
TheMukwende
Рет қаралды 725 М.
Bike Vs Tricycle Fast Challenge
00:43
Russo
Рет қаралды 104 МЛН
An Unknown Ending💪
00:49
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 57 МЛН
когда не обедаешь в школе // EVA mash
00:57
EVA mash
Рет қаралды 3,7 МЛН
kirezi c'umugenzi
7:16
ndiabdoul
Рет қаралды 432 М.
Canjo Amissi - Namaki Mukobwa ? (Official Video)
6:29
djnad 257
Рет қаралды 101 М.
Bahaga-Yasa nirirenga
5:45
Jn jr
Рет қаралды 276 М.
Amayobera (+lyrics) - Evariste Musoni, Rwanda - Burundi
5:24
Murage Mwiza
Рет қаралды 229 М.
amosozi y'urukundo NIKIZA DAVID
5:45
Expérience TV
Рет қаралды 44 М.
Inyagasambu
8:15
Jean-Christophe Matata - Topic
Рет қаралды 508 М.
Kwiriba ryurukundo
6:49
Jn jr
Рет қаралды 314 М.
Kira se nyakuramba
4:52
milk11honey
Рет қаралды 1 МЛН
Bike Vs Tricycle Fast Challenge
00:43
Russo
Рет қаралды 104 МЛН