kirezi c'umugenzi

  Рет қаралды 418,729

ndiabdoul

ndiabdoul

15 жыл бұрын

Пікірлер: 126
@rastamangilbert3384
@rastamangilbert3384 Жыл бұрын
Abariko bumva iyi ndirimbo muri 2022 mpa like ndabe
@innocentefrancesco5944
@innocentefrancesco5944 Жыл бұрын
Turahari
@AmandineKazeneza-jd6nh
@AmandineKazeneza-jd6nh 2 ай бұрын
2024 turi hano💪🇧🇮♥️
@maombiaimee-gs6lo
@maombiaimee-gs6lo 11 ай бұрын
Nkumbuye U Burundi bagabo,Nubwo ntar'umurundi,Agahogo kiwacu❤❤❤❤❤
@operationsunidis6931
@operationsunidis6931 4 жыл бұрын
Ndabahaye yambu caane abari kuri runo rubuga!!!Imana ibahezagire kandi iduhere uburuhukiro bwiiza incuti yacu Canjo. hama nagomba gusaba uwoba azi uwo Canjo yariririmbiye iyo ndirimbo "HORA IHORERE" kuko ndashaka kumenya l'histoire yiyo ndirimbo kuko benshi turiko tukivuganako umwe wese avuga uko abvishatse.Hakaba hari abakera ngaha baduhe umuco.murakoze
@nlambert69
@nlambert69 9 жыл бұрын
Am rwandese but one thing is sure burundian artists are so far away comparing to rwandese artists!Very very talented and highly appreciated!Keep it up!
@ntagandatwaha9322
@ntagandatwaha9322 9 жыл бұрын
You being rwandan doesn't mean that you know every thing about Rwandans. I was born and raised in Burundi, and I can tell you that many of these Burundian artists are Rwandans. Take an example of Musoni Evarist, how many of you knew that he was Rwandan?
@krc0607
@krc0607 8 жыл бұрын
+Ntaganda Twaha Iyo upfuma wihorera...
@safarinyubaha5109
@safarinyubaha5109 6 жыл бұрын
Ntaganda Twaha none na Canco ni umunyarwanda? Anywhere niba ari abanyarwanda babaye forme nuburundi ivyo ntawovyirengagiza
@therwandannoble2034
@therwandannoble2034 6 жыл бұрын
Emmy Ishimwe u Rwanda n' u Burindi bisana vyinshi kurusha ivyo bitandukaniyeko, mugabo ukuri kuravugwa. U Burundi ni murumuna w' u Rwanda, kandi si bibi habe na gato.
@akiteretsearsene3637
@akiteretsearsene3637 5 жыл бұрын
O.M.G ...thanks
@zakiyahamisi0506
@zakiyahamisi0506 2 жыл бұрын
I miss my country😭
@hatungimanasebbastien6864
@hatungimanasebbastien6864 Жыл бұрын
Duo solist😂
@sandyk4966
@sandyk4966 11 ай бұрын
Same here☺️🥰
@ruzage
@ruzage 14 жыл бұрын
Turagukumbuye burundi bwacu. what a nice songs we used to listined and enjoying a lot!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
@gaellakubwimana9324
@gaellakubwimana9324 2 жыл бұрын
Ese ikirundi ingene ari uririmi rwiza mugabo abavyeyi bino myaka bagashaka ko abana babo bovuga ururimi rwo mumahanga!!!
@markoviskyhernandez9706
@markoviskyhernandez9706 Жыл бұрын
My favorite song from my childhood and forever!!
@africanrebirth334
@africanrebirth334 4 жыл бұрын
Absolutely connecting to the ancestral land.
@luxurytodaychannel
@luxurytodaychannel 5 жыл бұрын
Ndakunda uburundi cane.Nova uzaze iwacu mu Rwanda
@patricenzoyihaya822
@patricenzoyihaya822 2 жыл бұрын
Muzomutumeko. Aheruka kutugendera
@eugenebertrandbazera5706
@eugenebertrandbazera5706 9 жыл бұрын
Iyi ndirimbo ndayikunda cane. Au fait les ançiens artistes Bdais baririmbaga neza kandi bafite texte nziza
@lethissia
@lethissia 14 жыл бұрын
Tumenya aga chiro kindirimbo ziwachu uyo turi hanze eka indirimbo zo muburundi zakera zira ryoshe barakwiye aga shimwe abatakiriho nibarondere ama family babahe kabisa
@MrMELCHIADE
@MrMELCHIADE 12 жыл бұрын
an amazing song! Cheers the Burundian artists!
@bagerard1
@bagerard1 13 жыл бұрын
This singer's name was HAKIZIMANA Jea Berchmas , oui ilest vrai qu'il etait peu connu mais was one of the best composers
@markoviskyhernandez9706
@markoviskyhernandez9706 Жыл бұрын
Donc, ntakiriho?🤔🤔
@emerypacifique1
@emerypacifique1 13 жыл бұрын
il etait le meilleur compositeur du burundi mais peu connu.
@ezechielndikuryayo684
@ezechielndikuryayo684 5 жыл бұрын
Haaaaaaa ahuri uruhuke amahoro iyi nayo irarenze 2019.....mbegijwi amajambo aruhura ..
@luxurytodaychannel
@luxurytodaychannel 4 жыл бұрын
Ezéchiel NDIKURYAYO ,he is still alive
@user-im8jo2ye9z
@user-im8jo2ye9z 9 жыл бұрын
La musique burundaise est incomparable
@ntldx922
@ntldx922 8 жыл бұрын
Mbega indirimba nziza! Kera abiwacu bakiririmba, abubu bobo ntakintu. Nzokwama ndayikunda nazimwe za 80s na 90s, those were and are still the best.
@ababysabukiza4821
@ababysabukiza4821 3 жыл бұрын
Izubu sinumva kabisa
@hatungimanasebbastien6864
@hatungimanasebbastien6864 Жыл бұрын
Toi aussi! Izo na zo zizokundwa muri 2100
@michelinemanirambona7799
@michelinemanirambona7799 10 жыл бұрын
Iyindirimbo inyibukije vyinshi, nice song
@user-nw5jl1vq6v
@user-nw5jl1vq6v 3 ай бұрын
Ndayikuze❤❤❤
@martinnshimirimana947
@martinnshimirimana947 2 жыл бұрын
Nice song,nice country !
@sylvestreniyonkuru5326
@sylvestreniyonkuru5326 5 жыл бұрын
Imana ibahezagire kbsa mwebwe baririnvyi bâ kera ,muririmba indirimbo zumutima ,kandi mwabikorana ubwitonzi nubwira nurukundo,,mutandukany nabubu
@isidoremanirageza8852
@isidoremanirageza8852 6 жыл бұрын
Zifise akanovera Aba baririmvyi Bari bakwiye gushimirwa n'igihugu
@kaburahegerard5695
@kaburahegerard5695 2 жыл бұрын
Bereki Niko kazina bamwita ENG Nykabiga Rtnb Canke Magarama Home Gitega waragezagiwe Wavyaye abaririmvyi inoubliable Souvenir zica ziba nyishi
@evelynefuraha4053
@evelynefuraha4053 5 ай бұрын
ENG gitega?
@ZiggyMugabo
@ZiggyMugabo 4 ай бұрын
Kirezi c'umugenzi!iwacu mu burundi
@bnkundwa
@bnkundwa 5 жыл бұрын
Umugenzi, incuti la famille burundaise est très grande.
@dushimechrista8742
@dushimechrista8742 6 жыл бұрын
it makes me miss my home...
@richardirakoze5690
@richardirakoze5690 8 ай бұрын
Welcome please
@thegift292
@thegift292 3 жыл бұрын
les meilleurs artistes du passé
@ericniyokwizera2342
@ericniyokwizera2342 6 жыл бұрын
Igitangaje nuko ata media nimwe tucumvako izi ndirimbo ziryoshe zitwibutsa akahise!!!!!!Birababaje pe
@j3aypee
@j3aypee 7 жыл бұрын
every time I hear this song, l lose it,..l miss home.
@chanellendayiragije122
@chanellendayiragije122 5 жыл бұрын
Ooh indirimbo ziruhura..zakanovera!!!bari bashoboye abakera vrmt
@karemerajean9696
@karemerajean9696 9 жыл бұрын
ndakumbuye ubu burundi bwo muri za 1990 niho numva izi ndirimbo zaba jean Berchmas, mosoni evariste, ciza, canco, nova, etc...
@patricknsabimana2273
@patricknsabimana2273 5 жыл бұрын
Abaririnvyi bar abakera, nayabub bob
@rukimiranacome8939
@rukimiranacome8939 6 жыл бұрын
It remind me when i was young in one village(Gihanga)
@rukimiranacome8939
@rukimiranacome8939 6 жыл бұрын
Amezing song surely
@Bakariijr
@Bakariijr 4 жыл бұрын
Same here gihanga home burundi
@NtaconayigizeNoe
@NtaconayigizeNoe 22 күн бұрын
Indirimboo nziza cne ntaworeka kuyishima burundii sagamba urimwo abagabo bintwari .shinga icumu mu m'ashinga???
@vanilladushime2272
@vanilladushime2272 3 жыл бұрын
Kirezi c'umugenziii😍😍😍😍😍
@godiseverything9763
@godiseverything9763 10 жыл бұрын
numva nshaka gusubira kuba mumyaka ya 80 na 90s
@jonathanmanirambona5196
@jonathanmanirambona5196 Жыл бұрын
Kameze neza
@jimimbz2008
@jimimbz2008 10 ай бұрын
Dvn i love u kirezi cumugenzii 3:53
@emmanuelnduwimana5957
@emmanuelnduwimana5957 7 жыл бұрын
Nice song!!
@abodetidings8392
@abodetidings8392 3 жыл бұрын
komeza wangu
@jeannshi
@jeannshi 13 жыл бұрын
Peu sont de la meme trempe de cet artiste!
@pascalsuwabose8153
@pascalsuwabose8153 9 ай бұрын
Il fut mon prof de Kirundi mais je ne sais pas s'il est toujours en vie?
@jeanbyamungu2787
@jeanbyamungu2787 7 жыл бұрын
Agafuni kabagara ubumwe nakarenge ....................
@Belina-ye8mb
@Belina-ye8mb Жыл бұрын
Old is gold
@user-mp6hg5sx3t
@user-mp6hg5sx3t 6 ай бұрын
Tuzokwama tubibuk
@petero.wandeka1602
@petero.wandeka1602 3 жыл бұрын
iyii ndirimbo ko atimbona iyonshatse kui dawlonding
@umurungijeanne8916
@umurungijeanne8916 10 ай бұрын
YOO berchimas disi
@jamesniyonkuru4214
@jamesniyonkuru4214 Жыл бұрын
haaaa karahanyuze y'iburundi
@emmanuelkadoyi6335
@emmanuelkadoyi6335 4 жыл бұрын
Uburundi buraririmba!!!
@aminiwise_guy_respect_musi2254
@aminiwise_guy_respect_musi2254 7 жыл бұрын
nanje ndadukunda cane naho ndi mumahanga nitwo tunyibutsa iwacu mu Burundi
@masterbe3923
@masterbe3923 7 жыл бұрын
Awesome song
@nigermain79
@nigermain79 9 жыл бұрын
Chantal ndayizeye Vyose birashoboka ko we can more enjoy what is good in our cauntry ntitwihebute turi mubihe bigoye ariko bivana nuko tubisha tubishatse ntakidashoboka ndizera ko uwo wese afise inyota yugusubora kubona uburuni bwsbose bushajije buteye igomwe bw.igishika ntankeka bizoshoboka igihugu nticahindutse naco kirakeneye abakibamwo nagikunda kandi bakundana nkakera reka dure intege abo bose bagifise ivyo berekana vyari bigize bwa burundi minyotewe twibagire twirengagize abatuma twibuka ivyabuhinduye bugatakaza za ncuti nabagenzi
@miratv3493
@miratv3493 7 жыл бұрын
belle music
@ntwarintare
@ntwarintare Жыл бұрын
aka karirimbo wokumviriza umusi wose ntikakurambire
@nihorimberemichelchristoph4756
@nihorimberemichelchristoph4756 2 жыл бұрын
BIRARYOSHE VRT.
@jeannshi
@jeannshi 13 жыл бұрын
awsome
@calachakama
@calachakama 5 жыл бұрын
musique de qualité
@venybebeto9044
@venybebeto9044 8 жыл бұрын
iwacu ni heza.
@barthelemyndayizeye4235
@barthelemyndayizeye4235 5 жыл бұрын
Indirimbo zo hambere zizoguma ari izambere kabisa.
@annickinamahoro6592
@annickinamahoro6592 6 жыл бұрын
Mbega indirimbo ziryoshe
@meshackirarishikije8118
@meshackirarishikije8118 5 жыл бұрын
Armonais music
@annickinamahoro6592
@annickinamahoro6592 6 жыл бұрын
Ibisigi vyawe nzobitera iteka ntawutera ibuye aho yateretsigisabo
@jeanrubeya4882
@jeanrubeya4882 4 жыл бұрын
@hakizimanaoscar2033
@hakizimanaoscar2033 9 жыл бұрын
Nkunda cane iyindirimbo mana yanje
@hakizimanaoscar2033
@hakizimanaoscar2033 9 жыл бұрын
Nanje
@dieudonnenduwantare8856
@dieudonnenduwantare8856 6 жыл бұрын
Uburundi bwari buryoshe ,
@dieudonnenduwantare8856
@dieudonnenduwantare8856 6 жыл бұрын
ariko lmana ufise lmigambi ikomeye ku Burundi , gumana lvyizigiro
@dieudonnenduwantare8856
@dieudonnenduwantare8856 6 жыл бұрын
Ndagusengera Burundi bwanje ,ntacuzoba.
@dieudonnenduwantare8856
@dieudonnenduwantare8856 6 жыл бұрын
Tuzongera kuronka Uburundi ,buzira ,amarira ,amaganya ,inzara ,namacakubiri.
@rashidfarid9484
@rashidfarid9484 2 жыл бұрын
kirezi c'umugenzi
@kayijukaalfred5234
@kayijukaalfred5234 6 жыл бұрын
utu turirimbo turanezeza twabakurambere
@schadrackniyonkuru7395
@schadrackniyonkuru7395 6 жыл бұрын
uturirimbo nkutu nutwo kwishimira non kuki urwaruk rwub tutofatir kuri izi mpanuro dusangamw?
@Belise2004
@Belise2004 13 жыл бұрын
@ ntayega it by kidumu
@izerejesusparfait8094
@izerejesusparfait8094 6 жыл бұрын
None Izo talents zagiye he?
@suzaneharerimana4833
@suzaneharerimana4833 11 жыл бұрын
Ariko ba disi umuntu yoba azi adresse ya Murekatete Laetitia ayimpe ndabinginze . Laetitia si tu as la chance de lire mon message contacte moi dès que possible
@egideniyonsaba2662
@egideniyonsaba2662 7 жыл бұрын
0
@NicodemNzomwita
@NicodemNzomwita Ай бұрын
@nkumurundi wumut2000 tanga like kwinondirimb
@habimanavincentstone7218
@habimanavincentstone7218 8 жыл бұрын
Indirimbo zo hambere zimeze neza cane gose.Nanje ndi umuywanyi wazo kweli.
@muhizi3117
@muhizi3117 8 жыл бұрын
ndakunda cane indirimbo zo hambere
Bahaga - yasa n'irirenga_0001.wmv
5:19
madmakova Paragarama
Рет қаралды 704 М.
Bama bagomba kwiyambika izera
4:54
Amilcar Ryumeko
Рет қаралды 182 М.
⬅️🤔➡️
00:31
Celine Dept
Рет қаралды 52 МЛН
Мы никогда не были так напуганы!
00:15
Аришнев
Рет қаралды 4,6 МЛН
Homemade Professional Spy Trick To Unlock A Phone 🔍
00:55
Crafty Champions
Рет қаралды 62 МЛН
Nzomuha Ico Ashaka
4:30
Léonce Ngabo - Topic
Рет қаралды 172 М.
INTWARO Y'UBWAMI BWA MWEZI GISABO
28:20
TV RTNB
Рет қаралды 15 М.
Nafashe urugendo
2:47
Jn jr
Рет қаралды 108 М.
Abashazangendo  - Kubaka si ukubomora
5:01
milk11honey
Рет қаралды 38 М.
Iyoba nosubiye (one of many versions by David Nikiza)
4:41
TheMukwende
Рет қаралды 626 М.
Burundi : Barakamfitiye - Gahugu kanje keza nakunze
4:31
milk11honey
Рет қаралды 181 М.
mbega n'amaki by canjo hamissi
6:26
ndiabdoul
Рет қаралды 169 М.
Burundi : Baby John - Mbwira
4:58
milk11honey
Рет қаралды 169 М.
NYARANJA by Christophe Matata
8:17
Steve
Рет қаралды 127 М.
Sadraddin - Если любишь | Official Visualizer
2:14
SADRADDIN
Рет қаралды 792 М.
LISA - ROCKSTAR (Official Music Video)
2:48
LLOUD Official
Рет қаралды 66 МЛН
Jakone, Kiliana - Асфальт (Mood Video)
2:51
GOLDEN SOUND
Рет қаралды 1,8 МЛН
Serik Ibragimov - Сен келдің (mood video) 2024
3:19
Serik Ibragimov
Рет қаралды 1 МЛН
Kobelek
4:11
6ELLUCCI - Topic
Рет қаралды 199 М.
Duman - Баяғыдай
3:24
Duman Marat
Рет қаралды 131 М.
Zattybek & ESKARA ЖАҢА ХИТ 2024
2:03
Ескара Бейбітов
Рет қаралды 84 М.