Tungurusumu ni ingirakamaro mu mubiri wacu ariko ishobora no kugira ingaruka mbi : 1. Irabujijwe ku mukenyezi canke umukobwa ari mu mihango 2. Irabujijwe ku mugore yibungenze 3. Si nziza ku muntu wese ariko ava amaraso (en cas de saignements/hémoragies) 4. Nibaza kandi ko atari vyiza kiyifungira kenshi canke ku rugero runini , ku musi, kuko ngo tungurusumu haraho ituma amaraso adahagarara canke agahagarara bigoranye nk'iyo umuntu akoze accident.