Nta ngorane. Burya umuntu umwe ni mwinshi iyo akoze ivyo yabgirizwa. Ghandi ni umwe, Luther King ni umwe, Ragasore ni umwe, Ndadaye ni umwe. Nanje reka ndabibandanye ndi umwe nk'uku. Iciza ni ugukurikiza ivyo mvuga. Gwira.
@Twige2 жыл бұрын
Murakoze cane kubwa kino gikorwa gifasha kwiteza imbere ikirundi mu nyandiko no mvugo 😊
Bgake. Emwe ndakwemereye ko uba uba mu Burundi canke uba mu mahanga, uzokwiga kanmdi uzomenya vyinshi. Ni aho hariho igice ca «Kahise» n- «Indôndantâra».
Ndakuramukije Mwubahwa Patirisi Ntafatiro, ndakunda ibiganiro vyawe kandi ndaguteye intege ku ciyumviro co gushiraho runo rubuga. Imana ibandanye ikwongera ubwenge kandi ubandanye uroranirwa mu vyawe no mu bawe. 👏
@patricentafatiro60094 жыл бұрын
Ndagize bgakeye nanje. Ndashimye ko ushimye. Nari navyiyumviriye kera. Mugabo ubu nabonye ko hageze. Kandi uzoshima. Iyo Mana ni yo nkesha vyose uhereye ku buzima.
@epidorishimwe80324 жыл бұрын
Murakoze cane sogoku uru rubuga ni ngira kamaro tugiye kuhigira vyinshi ,tubateye intege gwira
@gabindya134 жыл бұрын
Bgake Épidor kandi ndagushimiye cane. Nibaza ko tuzokwiga vyinshi. Gwira Kandi na none tumaze kwiga ibitari bike. Ni icigwa kidahera.
@RUKWAVU4 жыл бұрын
Ndabaramukije cane Mwubahwa Ntafatiro kuriyi ntambwe! Ndi mubanyeshure bawe bari mugihugu ca Malawi. Ndakunda cane ibiganiro vyanyu .
@patricentafatiro60094 жыл бұрын
Mwaramutse mugenzi. Ndashimye ko ushima. Urategera kandi ko ubgira umuntu umwe uvuga uti : «Wewe!». Urazokwibuka unyandikiye ko uzovuga uti : « Ndakunda cane ibiganiro vyaWE». Urakaramba.
Ndakwemeye kabisa, uri umugabo. Iki ciyumviro wagize ntawutogishigikira. Abandi barabe ukuntu ikirundo cacu coja muri google ku buryo kija muri Google Translator
@gabindya134 жыл бұрын
Bgake. Nanje ndogerageza. Gwira
@fidelesinzo36974 жыл бұрын
Irambire bwana NTAFATIRO urumugabo
@gabindya134 жыл бұрын
Urakaramba nawe urakagwira uhore ku ngoma ku vyo Imana yakujeje.
Mwaramutse. Amakenga azohera. Kandi ko ubajije, reka ndakwishure mu majambo make. Mu ntângo, Inyenyeri ni imwe iri hasi 2 hejuru. Mugabo Michel Micombero ku mvo nzosigura yarazihinduye: 2 zija hasi, imwe iba hejuru. Hariho n'amafoto avyerekana
@muhirenicaise73684 жыл бұрын
Urakoze Mwigisha.
@gabindya133 жыл бұрын
@@muhirenicaise7368 Korera cane mugenzi. Burya ni vyiza cane gushigikira ururimi kama rwacu. Gwira.
@ndangira4 жыл бұрын
Ndabishimye cane
@patricentafatiro60094 жыл бұрын
Nanje nishimirije aho ubona
@000182434 жыл бұрын
Thank you 🙏🏿
@gabindya134 жыл бұрын
Korerwa. Nzogerageza kubashimisha.
@RichardNdayishimiye19844 жыл бұрын
Gir'amahoro mutama, ahubwo wari waratevye! Bon courage et bonne chance pour la suite. Muratubabarira naho tuza turavanga indimi.
@sclode20004 жыл бұрын
Ugira niwewe gusa? Aha najewe ninkuko kwawe. Komera kandi ndashima Imana kuba iki kiganiro kigiye ahabona kandi tuzokwiga ibitari bike.
Urafyonda indome ivuga (a e i o u) ukagumizako urutoke. Haca haza izindi ndome ziriko n'ubgatuzo. Hanyuma ugaca ushiraho iyo ukeneye. Tuzovyiga. Gwira
@chadrackniyonkuru81913 жыл бұрын
banyeshure turituguye kwiga ngira sinacerewe cane
@gabindya133 жыл бұрын
ndagize bgakeye. Oya ni aho wocererwa umwe wese yiga ku buryo ashoboye. Gwira.
@melchiadendiho93304 жыл бұрын
Ndanezerewe cane no kubakurikirana binakunze mwonanshira no kurutonde rwabaronka ivyo vyigwa kuri WhatsApp +25771743726
@muhirenicaise73684 жыл бұрын
icabarundi@gmail.com mwohinyanyura uko mugisoma."a kabehe" ni vyo ni ikirundi nabigiyeko ariko "gmail" na "com" uko mugisomye mu kurangiza sinyuzwe cane.
@patricentafatiro60094 жыл бұрын
Ego navuze ko nzogisigura hanyuma. Iyo utangura kwigisha ntuca uja mu wa 2 canke mu wa 4. Uhera mu wa mbere. Nzogihindura uzokwumviriza kandi uzonyurwa.
@muhirenicaise73684 жыл бұрын
@@patricentafatiro6009 ndi umunyeshure mutanguranye ivyigwa kandi muzorangizanya indinganizo yose y'ivyigwa uko mwayiteguye.
@mugishamedia2632 Жыл бұрын
Vyiza cane papa. Turahimbawe kubona kino kiganiro.