KANGUKA YO KU WA GATANDATU 05/03/2022 by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 49,671

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

Күн бұрын

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776801327

Пікірлер: 88
@dorinenkurunziza1290
@dorinenkurunziza1290 2 жыл бұрын
Narahezagiwe muri kanguka munsengere ndonk inkomezi zogutanga intahe mwarehezagiwe numuryang wanyu🙏🙏🙌🙌
@user-fr4td6en7t
@user-fr4td6en7t Жыл бұрын
Ndakiriyr iyo mariage mwizina rya yesu kristo
@adelinematabaro3943
@adelinematabaro3943 2 жыл бұрын
Mana yo cris ndikumana asenga ndayizeye chane nyisabye guhasifa angélique umwana ndabisabye Mana yubuntu natwe tuzatange ubuhamya ndabisabye Mana umuvule munda Mana ya cris asenga ni imana isubisa ndayizeye kilabikola amene.
@christinen8291
@christinen8291 2 жыл бұрын
Imana ishimwe cyane.nanjye Imana yankijije uburwayi bukomeye nari maranye imyaka myinshi.binyuze muri Kanguka. Halleluja
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 2 жыл бұрын
Yesu n 'ahabwe icubahiro yagukijije muvandimwe Christine. Ariko turipfuza kwumva ubuhamya bw ingene wakize ubwo burwayi kugirango natwe tubohoke kuko ubuhamya ni umuti ukiza. Ndiho aguhezagire
@christinen8291
@christinen8291 2 жыл бұрын
@@naomendayishimiye2214 Ubuhamya nabutanze muri kanguka. Erega turi benshi Imana yakijije.uzajye muri kanguka ,ubuhamya butambuka buri munsi.kuwa 6 Chris Ndikumana niho asengera abarwayi.nukuri Imana ni igitangaza pe!
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 2 жыл бұрын
@@christinen8291 amina
@beatriceayinkamiye2499
@beatriceayinkamiye2499 2 жыл бұрын
Amen
@hakizimanaVenerande
@hakizimanaVenerande 5 ай бұрын
SHALOM , NANJE MURI KANGUKA NAHAKIRIYE IBIGWARA VYISHI HARIMWO UMUTWE UDAHERA, NUKURI NDABISHINGIRA INTAHE KUKO IMITI YARI YARANANIWE, YAMBOHOYE KUMPWEMU MBI YUBWOBA, Y'UKWIDODOMBA, HAMW NUKWIZERA KURUTA UKO NAHORA.IMANA IHEZAGIRE UMUKOZI W'IMANA CHRIST HAMW NABO BAFASHANYA MUKUTWIGISHA GUSENGA NO KWIZERA SHALOM JE TEMOIGNE AU NOM DE JESUS CHRIS AMEN
@kagoyiresandrine3623
@kagoyiresandrine3623 3 ай бұрын
Kanguka wabagahe koko! Imana ishimwe ko nakumenye👏🏿
@yeeyeehtun2874
@yeeyeehtun2874 Жыл бұрын
Tap to pause
@yeeyeehtun2874
@yeeyeehtun2874 Жыл бұрын
kanguka imana ibahe. imbaraga z.imana Amen Amen
@seigneurdieu9351
@seigneurdieu9351 2 жыл бұрын
Ndakiriy gutabagwa mwiza rya yesu 🙏🙏🙏😍
@niyimbonaalexies3673
@niyimbonaalexies3673 2 жыл бұрын
Hallelluya Imana ishimwe nukuri ko ari Imana ishobora ibyo abantu tudashobora hallelluaaaa shimwa ndiho
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 2 жыл бұрын
Amen Aman ndakiriy iyo mariage mwizina ryayesu kristo amen👏👏👏👏🙏🙏🙏🙏🙏
@MathiasNdayikengurukiye-wz1qi
@MathiasNdayikengurukiye-wz1qi Жыл бұрын
Yesu yarankijije Amaso Ubunaho Yambohoye kwisambanya
@dusabemariyajacqueline5312
@dusabemariyajacqueline5312 2 жыл бұрын
Yezu ni muzima rwose. Imana iriho kandi irakora.
@emmaishejajenika3900
@emmaishejajenika3900 2 жыл бұрын
Uwiteka ndagushimira inezayawe utugiriritwese kurahangaha, Ukiza abakozi bawe bakwizeye rero Mwani uri rinse nguhanga amaso krist Ndikumana ahubwo abe ari wowe duhanga amaso ubohore buriwese mwizina yawe yesu urakoze ko wakijije ababaose bavuze ibitangaza byawe .Amena
@bitishoriziki1113
@bitishoriziki1113 2 жыл бұрын
Mubariwe saaan yesu nimwanga wetu nuru isio zimik🥰🙏🙏🙏🙏🙏🤲a Asante sana kwaushuhuda
@gloriakubwimana1786
@gloriakubwimana1786 Жыл бұрын
Urakoze Mana kubutabazi bwawe🙌🏾🙌🏾
@niyimbonaalexies3673
@niyimbonaalexies3673 2 жыл бұрын
Amen!!! Nange nakiriye ubutabazi bwandiho hallelluaaaaaaaaa
@nshimirimanapascal4834
@nshimirimanapascal4834 Жыл бұрын
¹
@nevitadam3978
@nevitadam3978 2 жыл бұрын
Imana iracakora uko yariri nejo nikwiri
@landrypscal5146
@landrypscal5146 2 жыл бұрын
Ndakiriu ugukira mwizina rya yesu
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana
@veritasniyonzima2163
@veritasniyonzima2163 2 жыл бұрын
Amen
@mariatabita6911
@mariatabita6911 2 жыл бұрын
Hallelluya. Imana yacu ntihinduka🙏🙏
@JoselyneNtibazonkiza
@JoselyneNtibazonkiza 6 ай бұрын
Amen Imana itube hafi cane.
@yeeyeehtun2874
@yeeyeehtun2874 Жыл бұрын
shalome ncuti zumusaraba natwe. turimumahanga. mudusengere. kuku ntivyoroshe.
@umutonijeannine6327
@umutonijeannine6327 2 жыл бұрын
Nyagasani niwowe nirigiye ko wantabara
@haringanjibethel4555
@haringanjibethel4555 2 жыл бұрын
Amen Amen nanje ndakiriye ubutabazi bwandihoooo Imana yiheshe Icubahiro ibihe vyose
@MathiasNdayikengurukiye-wz1qi
@MathiasNdayikengurukiye-wz1qi Жыл бұрын
Amen ndatabawe Yesu aratabara
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 7 ай бұрын
Urakoze Mana yacu Hallelua
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 9 күн бұрын
Turagusengera cane kuko nawe waratwigishije gusenga
@OmanOman-cg1qd
@OmanOman-cg1qd 2 жыл бұрын
amene amene habwa icubahiro mwani nanje mwami nakiriye nizeye mwizina ryayesu
@user-ie6ph2oy5y
@user-ie6ph2oy5y 21 күн бұрын
Nihebanyura bata'nga intahe munyobore murakoze
@emmaishejajenika3900
@emmaishejajenika3900 2 жыл бұрын
Imana Ishimwe
@sishasaid6756
@sishasaid6756 5 ай бұрын
Haleluya ❤
@daphroseniyonsaba7866
@daphroseniyonsaba7866 2 жыл бұрын
Ndakiye uruvyaro,Mwizina ya Yesu🙏🙏🙏❤️
@reemaalwad3ani616
@reemaalwad3ani616 Жыл бұрын
Ameeeenn🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲
@adelinematabaro3943
@adelinematabaro3943 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha tulafashijwe chane Naya masengesho.
@serubibirosette1548
@serubibirosette1548 2 жыл бұрын
Amen shimwa mwami
@GNey-wr9ro
@GNey-wr9ro Жыл бұрын
Ndakiriye gukira mwizina Rya yesu Christo ❤
@AngeleNiyonzima-n5f
@AngeleNiyonzima-n5f 20 күн бұрын
Amen Amen 👏🙏🙏🙏🙏👏👏👏
@DianeNahimana-rx6xz
@DianeNahimana-rx6xz 4 ай бұрын
Amen Amen 🙏
@user-yo7ov9ex3z
@user-yo7ov9ex3z 9 ай бұрын
Ameeeeeeeen
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 4 ай бұрын
Warakoze Mana
@niyokwizerabernice7611
@niyokwizerabernice7611 2 жыл бұрын
Imana ininahazwe iteka ryose🙏🙏🙏
@yeeyeehtun2874
@yeeyeehtun2874 Жыл бұрын
from burundi
@uwantegeirene35
@uwantegeirene35 Жыл бұрын
Nanjye ndabasabye mundangire ukuntu nafatisha isengesho kuko njya mfungura buri sakumi zamugitondo ariko simbabone live ngo dufatanye ,mumbwire uko mubigenza
@sandyk4966
@sandyk4966 2 жыл бұрын
AMEEEN AMEEEN AMEEEN 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@gentlowknb4473
@gentlowknb4473 2 жыл бұрын
Buri gihe nza hano ngasanga barangije gusenga. Ni ryari mutangira? Ni ryari nzabihubiranya?
@icyezaangel6614
@icyezaangel6614 2 жыл бұрын
Nagirango mbabaze munsobanurire igihute kivuga iki? Igikiriza cyo ni iki? Munsobanurire ndabasabye, Imana ibahe umugisha hamwe n'umukozi w'Imana Chris Ndikumana.
@alineuwamahoro5725
@alineuwamahoro5725 2 жыл бұрын
Amen Yesu urakoze kudutabara
@singelodelphine903
@singelodelphine903 2 жыл бұрын
Shalom,mukoziwimana ndigusabinkunga yamasengesho ,imaninkorere deliverance .
@trophywilson7211
@trophywilson7211 2 жыл бұрын
Nugukwirikirana Inyigisho zosi za kera nizubu,Uzobohorwa,Ihangane
@davidsunzu6399
@davidsunzu6399 2 жыл бұрын
Imana ihabwe icubahiro.
@nyiramutuzomusaningare9563
@nyiramutuzomusaningare9563 Жыл бұрын
Mundusengere turarwanye
@elianeniyonzima
@elianeniyonzima Жыл бұрын
Amen ndakiriye iyo mariage au nom de Jésus amen👏👏🙌🙏🙏
@jesustrust1324
@jesustrust1324 2 жыл бұрын
Shimwa mwami kubwubuntu ugira kubwibitangaza ukora. Uwakwiringiye ntacyo azabura mwizinaryawe nububashya bwawe.
@antoineburihabwa1843
@antoineburihabwa1843 2 жыл бұрын
Vuba turatabarwa mwami mwizina rya ndiho Amen
@lovelypascaline9767
@lovelypascaline9767 2 жыл бұрын
Imana ishimwe
@zahabualine
@zahabualine Жыл бұрын
Urakoze Mana nakiriye gusama nokubyara mwizina rya Yesu
@deniseuwase4403
@deniseuwase4403 2 жыл бұрын
Amen 🙌🙌🙌🙌🙌
@bitishoriziki1113
@bitishoriziki1113 2 жыл бұрын
Yesu ashimwe chane mana
@umumararunguchantal4227
@umumararunguchantal4227 2 жыл бұрын
Amena
@asdasadd7859
@asdasadd7859 2 жыл бұрын
Ameen Ameen 🙏🙏🙏
@aimeekleine8764
@aimeekleine8764 Жыл бұрын
Amen🙏❤️🙏
@marydreher2348
@marydreher2348 2 жыл бұрын
Urakoze mana
@bisumbegusapierre4038
@bisumbegusapierre4038 Жыл бұрын
A
@josianemanirarora6202
@josianemanirarora6202 2 жыл бұрын
Mwaduhaye number zuyu mukozi w'Imana
@UWamahoroJosephine-df1fz
@UWamahoroJosephine-df1fz 3 ай бұрын
Qdqnq 11:26
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 2 күн бұрын
Turagushimiye Mana kuko waraduhaye akazi. Urongera Mana udukiza masturbation, twari tuzi ko atari icaha Seigneur
@douglasphelps6869
@douglasphelps6869 2 жыл бұрын
p♥r♥o♥m♥o♥s♥m ✔️
@jeannetteniyuhire6098
@jeannetteniyuhire6098 11 ай бұрын
Amen
@user-ly8zu5dg3y
@user-ly8zu5dg3y 2 ай бұрын
Amen Amen 🙏
@hoopzegen7901
@hoopzegen7901 2 жыл бұрын
Amen🙌
@bitishoriziki1113
@bitishoriziki1113 2 жыл бұрын
Amen amen 🙏 🙌 👏 ❤
@user-xb8wy3ff8h
@user-xb8wy3ff8h 10 ай бұрын
Wawe❤ndayikunda
@user-xb8wy3ff8h
@user-xb8wy3ff8h 10 ай бұрын
Merci nm Wawemda Merci mdabikumda❤
@samuelhavugimana9521
@samuelhavugimana9521 7 ай бұрын
Amen Amen
@uwantegeirene35
@uwantegeirene35 Жыл бұрын
Amen
@alinenizigiyimana8266
@alinenizigiyimana8266 2 жыл бұрын
Amen
@anithamami1979
@anithamami1979 2 жыл бұрын
Amen
@julliennegakwaya5975
@julliennegakwaya5975 2 жыл бұрын
Amen Amen
@medidathiva4261
@medidathiva4261 2 жыл бұрын
Amen
@bitishoriziki1113
@bitishoriziki1113 2 жыл бұрын
Amen amen 🙏 🙌 👏 ❤
@swsw3394
@swsw3394 2 жыл бұрын
Amen
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 08/04/2023 by Chris NDIKUMANA
39:07
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 38 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 05/02/2022 by Chris NDIKUMANA
35:27
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 37 М.
Magic or …? 😱 reveal video on profile 🫢
00:14
Andrey Grechka
Рет қаралды 55 МЛН
1ОШБ Да Вінчі навчання
00:14
AIRSOFT BALAN
Рет қаралды 5 МЛН
IBINTU BINE BIZIBIRA IGITANGAZA by Chris NDIKUMANA
55:51
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 56 М.
IBIHE by Pacifique IRIBUKA Lyrics
7:25
Pacifique Iribuka
Рет қаралды 1,9 М.
Uwubaha Imana wese, Iramwemera / Pasteur Adrien DIRIDIRI
4:45
EMGA-KININDO TV
Рет қаралды 1,4 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 06/11/2021 par Chris NDIKUMANA
34:34
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 47 М.
KANGUKA DE SAMEDI LE 09/03/2024 par Chris NDIKUMANA
36:29
KANGUKA FRANÇAIS
Рет қаралды 241 М.
DAMA ABUNDA YASA AKE CEWA DAWAKIN DAKATA KENAN WANNE ABUNE
5:45
MAI GATARI MEDIA
Рет қаралды 28
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 17/02/2024 by Chris NDIKUMANA
36:44
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 32 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 15/01/2022 by Chris NDIKUMANA
35:20
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 40 М.
AMAZAMU UMUNANI Y'AMASENGESHO by Chris NDIKUMANA
1:00:53
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 68 М.
LA PUISSANCE DE YESHUA (KANGUKA DOUALA 2023) by Chris Ndikumana
1:57:54
Chris Ndikumana
Рет қаралды 3 МЛН
Magic or …? 😱 reveal video on profile 🫢
00:14
Andrey Grechka
Рет қаралды 55 МЛН