KANGUKA YO KU WA GATANDATU 17/02/2024 by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 29,711

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

5 ай бұрын

ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana

Пікірлер: 142
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 4 ай бұрын
Urakoze kuri izo délivrances turonse Seigneur.
@assoumptamamique8497
@assoumptamamique8497 18 күн бұрын
Amena lmana ibahe Umugisha k'ubwo kwitanga kwanyu Uwiteka ahimbarizwe ibyo yakoze Amen
@RizikiIrankunda
@RizikiIrankunda 2 ай бұрын
Ukugendera abandi Bose mana nanj ntunsige mwamiwanje numuryango wanje wose Amen🙏
@omansur2050
@omansur2050 5 ай бұрын
Yesu mukiza wanjye umva uko nsenga🧎‍♀️🙏🏽 Uko ugenderera abandi nanjye ntunsige🙏🏽🙏🏽
@jahbless4997
@jahbless4997 5 ай бұрын
Amen🙏
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 5 ай бұрын
Amina ncuti! Akugenderere vyukuri !
@kimikab
@kimikab 5 ай бұрын
Utugendere MWAMI ❤️! Abo tuyisangiza boooose, ugire imbabazi ubakize mw’Izina rya Yesu🙏🏿🙏🏿
@Gooza-cy1pb
@Gooza-cy1pb 5 ай бұрын
Amen ndizeye mwizina rya yesu
@assoumptamamique8497
@assoumptamamique8497 18 күн бұрын
Amen amena lmana ibahe Umugisha bavandimwe mukomere mugubwe neza cyane rwose
@estellahakizamungu7055
@estellahakizamungu7055 5 ай бұрын
Amen yesu wanje ndarindiriye ibitangaza ugiye kunkorera muri aya masengesho ngiye gusengana numukozi wawe Christ Ndikumana.ivyonkeneye vyose urabizi aho ugendera abandi nanje ntunsige aho wishura abandi nanje unyibuke unyishure❤Amen
@alphosin31234
@alphosin31234 5 ай бұрын
Uburwayi bwange urabuzi Mana yange ukugenderera abandi nanje ntusige
@nshimiyimanatheophile4413
@nshimiyimanatheophile4413 2 ай бұрын
Amen je reçois ma guérison au nom tout puissant de Jésus Christ de Nazareth amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@user-vy2xl4hb5i
@user-vy2xl4hb5i 5 ай бұрын
Amen nkubone yezu ndashaka unyiyereke warahabaye yezu
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 5 ай бұрын
Mukama Mana nzima wumv uguseng kwanj wumv ugutakamb kwanj Mukama undemere amashimw mwiza rya YEZU Kristu Amen 🙏🙏
@user-od2xv8xr5r
@user-od2xv8xr5r 5 ай бұрын
Amen 🙏
@awezayesu1779
@awezayesu1779 18 күн бұрын
GOD you are my Everything in My Life 🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@user-rs1kr5fx8v
@user-rs1kr5fx8v 5 ай бұрын
Mwami aho ugenderera abandi nanj ntunsige 🙏🙌👏🏻
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 5 ай бұрын
Amen amen urakoz Mana kumbohoye
@amahoronumugisha8302
@amahoronumugisha8302 5 ай бұрын
Merci beaucoup Kanguka ! Mudufashije nkiki kiganiro kiriho amasengesho mwadukuriraho les annonces kuko bivana abantu mumwuka wogusenga cyane iyo annonces zigiyemo mwisengesho ! Murakoze
@shukulanigodwithyou7898
@shukulanigodwithyou7898 Ай бұрын
Mana nange mbohora kuri kalande zo mimiryango zikorera mundoto mumarari ubwibone intege nke maze unyuzuze Umwuka wera nange ndacyafashe Mwizina rya Yesu Christ kandi Mana umpe kwizera nange mbohoke Rya Yesu Christ
@nsabeyezubelyse1302
@nsabeyezubelyse1302 5 ай бұрын
Urakoze Mwami Yezu 🙏🙏
@JeanineHarerimana-ht5pg
@JeanineHarerimana-ht5pg 3 күн бұрын
Mana Aho ugendera abandi ntusige kumitwaro fise indemereye reka umberinyishu Data
@marieroseuwamahoro1324
@marieroseuwamahoro1324 5 ай бұрын
Alleluua Mwami umva uko nganya uko ugenderera abandi mumuryango wanjye ntudusige
@user-pc9fv1rk5m
@user-pc9fv1rk5m 5 ай бұрын
Icubahiro n'icawe mwami Yesu
@user-qj1pw8rt2g
@user-qj1pw8rt2g 5 ай бұрын
Nanjye ndimbere yawee data njya ungenderere imbohore ingoyi y,uburwayi ubwanze gukira kuko ushoboye byose Amen
@Gooza-cy1pb
@Gooza-cy1pb 5 ай бұрын
Mwami yesu umbabarire ibyaha byange byose igitondo cyuyumunsi unyeze untunganye mwami unkize ibyaha umbohore Nurangiza unkize nububurwayi bundembeje mwizina rya yesu amen
@user-id6ny4pp3l
@user-id6ny4pp3l 5 ай бұрын
Amenamen❤icubahiro,nicawe
@user-gy6vq4by2u
@user-gy6vq4by2u 5 ай бұрын
Amina'mwami'yesu'niwewe'buhungir''bwanj
@user-ki1yu2fk8j
@user-ki1yu2fk8j 5 ай бұрын
Mana nziza ushoboye vyose nizeye ubushobozi bwawe ndazi kowangendeye uriko urasozera umurimo wawe reka ukore ukugomba mwizina rya yesu amen
@alphosin31234
@alphosin31234 5 ай бұрын
Mana ndagusabye nange ukugenderera abandi ntusinge Mana yange
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 5 ай бұрын
Shimwa Mana ku mbabazi utugurira muvyo udukorera habw'Icubahiro no kuvyukoze ubunyene 🙏🙏🙏 uravuze ngo ntagikomeye imbere yawe Mana nejejwe nuwubohoye wimyaka 50 turiteze iyo ntahe ikomeye, Ubahwa itekaryose❤
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 5 ай бұрын
Amina rwose !
@user-fg2jl4nw9c
@user-fg2jl4nw9c 5 ай бұрын
Nanjye ngenderera Mwami unkize uburwayi bundimo niwowe muganga wukuri
@jahbless4997
@jahbless4997 5 ай бұрын
Amen
@uwamarizamatilda1877
@uwamarizamatilda1877 5 ай бұрын
Mwami wange ndagutegereje ngutegeye umutima ndindiriye kunkiza Mana yange
@claudineuwizeyimana3681
@claudineuwizeyimana3681 5 ай бұрын
Mwami Yego umvukonganya Aho ugenderera abandi nanje ntunsige Amen
@ChanelleNIYONZIMA-sg7rt
@ChanelleNIYONZIMA-sg7rt 5 ай бұрын
Asante Mungu wangu kwa wema wako 🙏🏾🙏🏾
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k 5 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana ❤❤❤❤
@user-dn8gr4hm7q
@user-dn8gr4hm7q 5 ай бұрын
Inje imbereyawe mana kwifatanya nabandi mugusenga nukizabandi nanj mbohok muribo tubigusavye tukwiye mwizina ryawe ryera Amen🙏🙏
@jahbless4997
@jahbless4997 5 ай бұрын
Amen
@bimenyimanalevoca8315
@bimenyimanalevoca8315 5 ай бұрын
Habwa icubahiro wew Mana yabose Kandi mugukiz udacagura izina ryawe riganze hose Amen Amen
@IRADUKUNDAKevine-mv6md
@IRADUKUNDAKevine-mv6md 5 ай бұрын
Urakoze Mwami kumahasa umpaye
@user-kd7hs3us2r
@user-kd7hs3us2r 5 ай бұрын
Mwami wanj Aho ugenderera abandi nanj ntusige wumve umutwaro wanj mw'izina rya YESU Amen amen
@meryorndi630
@meryorndi630 5 ай бұрын
Mana ndaz kondumunyavyah ndagusavy wumve ukuboroga kwaj unkize ubububare numva umubir wose uzoba ukoze Mana Amen
@FatimaFatima-rx6dg
@FatimaFatima-rx6dg 5 ай бұрын
Mana yaje ahungerera abandi najendimwo🤲🤲🤲🤲
@user-mw9qd1gw7r
@user-mw9qd1gw7r 5 ай бұрын
Ndakeney kubohoka data mwiza karande zo mumiryango Yezu umbohore ungirir neza umpezagire nidegemvy ump amahoro yo mumutima unkize nko ukiza abandi ndabisenz ndavyizey ni mwizina ryaw ryera Amen
@asdasadd7859
@asdasadd7859 5 ай бұрын
Imana ishimwe cane 🙌🙌🙏🙏
@UwizeyimanaBetty-be2os
@UwizeyimanaBetty-be2os 5 ай бұрын
Mwami wanjye ungenderere kuko ndagukeneye amen
@olivierneyo3567
@olivierneyo3567 5 ай бұрын
Nimumfash mubwire ukuntu umuntu ashobora kujana en direct numukozi w'Imana mumasengesho mumwanya umwe mugihe camasengesho (en direct)
@benignekakunze
@benignekakunze 5 ай бұрын
Amen
@niyokwizerwanyiramutuzo1394
@niyokwizerwanyiramutuzo1394 5 ай бұрын
Amen amen
@user-ie9zl8ss8v
@user-ie9zl8ss8v 5 ай бұрын
Urikaruhura yesu
@mugishaalice4513
@mugishaalice4513 5 ай бұрын
Yesu arakora
@user-gw7nj3fv2k
@user-gw7nj3fv2k 5 ай бұрын
Nukuri mana nanjye umpe kukwizera kugirango nanjye uzangenderere maze wumve gusaba kwanjye unkize
@nikuzeviviane
@nikuzeviviane 4 ай бұрын
Urakoze Mana
@user-ur3kg2cy1u
@user-ur3kg2cy1u 5 ай бұрын
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 ibitangaz ukor birakomeye nanje undemer amashumwe🤲🤲🤲🤲🤲
@jahbless4997
@jahbless4997 5 ай бұрын
Nahageze Nyakubahwa Imana🙏 Nkoraho nanjye ngendererwe Nawe Yesu Mwami wanjye😭🤲🙏 Kandi na Buri wese Ugukeneyeho Umutabazi Agendererwe Nawe Mukunzi Mwiza🤲🙏
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 5 ай бұрын
Intahe ni nziza cane ziratubohora.
@isimbigikundiro6505
@isimbigikundiro6505 5 ай бұрын
Imana ishimwe 🙌🙏
@musengimanadonatha9999
@musengimanadonatha9999 4 ай бұрын
Amen 🙏
@nshimiyimanatheophile4413
@nshimiyimanatheophile4413 5 ай бұрын
Je reçois au nom tout puissant de Jésus Christ de Nazareth Amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen 🙏 🙏🙏
@uwitonzefelicite1013
@uwitonzefelicite1013 5 ай бұрын
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icyubahiro
@ummeMuhammed-bq1ky
@ummeMuhammed-bq1ky 5 ай бұрын
Ameeeeeen 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏 🙏🙏
@janethchimpaye6516
@janethchimpaye6516 5 ай бұрын
Mumbwire ingene batanga ubuhamya bavandimwe banjye .imana ibahezagire.Amen
@ElianaMamy
@ElianaMamy 5 ай бұрын
Amena amen
@sandirene
@sandirene 5 ай бұрын
Ameen 🙏🙏
@samuellandayishimiye1509
@samuellandayishimiye1509 5 ай бұрын
Ndagushima kumukozi wimana atwitangira
@giftalliance5913
@giftalliance5913 5 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏
@user-pd6dw2mx9i
@user-pd6dw2mx9i 5 ай бұрын
Mwami Mana ahugendera abandi nanje ntunsige ndihano kugira ungenze ukushaka🤲🤲
@MukamazimpakaDelphine
@MukamazimpakaDelphine 2 ай бұрын
Amena amena imana ibahe umugishamwinshi
@FabriceNiyomukiza-fb5xl
@FabriceNiyomukiza-fb5xl 5 ай бұрын
Murakoze Can
@akaglory2020
@akaglory2020 5 ай бұрын
Ntacyakunanira uri rubasha Mwamu🙏🙏
@marieaimeeingabire7253
@marieaimeeingabire7253 5 ай бұрын
Urakoze Yesu
@user-hd4ko2yn7j
@user-hd4ko2yn7j 5 ай бұрын
Amen❤❤
@user-th6cp5sc7g
@user-th6cp5sc7g 5 ай бұрын
Amena 🙏🙏
@marieclairehabonimana1463
@marieclairehabonimana1463 5 ай бұрын
Ameen🙏
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg 5 ай бұрын
Amen Amen Amen Hallelujah urakoze YESU Christo kungendera❤❤❤👏👏👏
@user-si9rz1sg6l
@user-si9rz1sg6l 5 ай бұрын
Amen Amen Mana nange nizeye ko ugiye kunsubiza iyicuzo mfite muri Aya masengesho
@mukakarangwabetty4214
@mukakarangwabetty4214 5 ай бұрын
Mana nsohoreza isezerano ndizeye kubwo kumva igitangaza wakoreye uyu mibyeyi imyaka14
@aimeekleine8764
@aimeekleine8764 5 ай бұрын
Amen🙏❤️🙏
@chancelsauda1555
@chancelsauda1555 5 ай бұрын
Hallelujah
@user-dh9hn2fp7x
@user-dh9hn2fp7x 5 ай бұрын
🎉yesu nashimwe
@user-ur3kg2cy1u
@user-ur3kg2cy1u 5 ай бұрын
Yesuu weee ukora ibkoye amashimwe nayawe 👐👐👐👐👐👐👐👐naje mwami ungenderer murkino gitondot
@sandyk4966
@sandyk4966 5 ай бұрын
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@user-ot4mw8vk8y
@user-ot4mw8vk8y 5 ай бұрын
Mana nanje unyibuke
@LandaLanda-zc2he
@LandaLanda-zc2he 5 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏🙌🙌🙌
@user-gh5yk4kd4o
@user-gh5yk4kd4o 5 ай бұрын
Turayikunda kangukaAm
@paccyfirstclass4210
@paccyfirstclass4210 5 ай бұрын
Mwamiyesu wumve gusenga kwanjye ubwo ujyenderera abandi nanjye ntusige😢
@charlesTushabe-my9yd
@charlesTushabe-my9yd 5 ай бұрын
My Hallelujah blong to your
@niyodusengavianney1632
@niyodusengavianney1632 5 ай бұрын
Amen Amen 🙏
@user-ef5ce6pc9f
@user-ef5ce6pc9f 5 ай бұрын
Mwami mubugendera nanje mbemwo ntunsige wunve ugutakamba kwanje
@user-mw9qd1gw7r
@user-mw9qd1gw7r 5 ай бұрын
Urakoze Mwami Yesu
@giftalliance5913
@giftalliance5913 5 ай бұрын
Ameeeeeen
@ntawigiraetiene
@ntawigiraetiene 5 ай бұрын
Mana ukomeye singizwa wowe usezeranya ugasohoza mana niwowe wahaye isezerano nowa Aburahamu izaki na Yakobo warakoze Mana
@inamucochristine
@inamucochristine 5 ай бұрын
Merci Seigneur pour toutes tes merveilles!!!!!
@user-yx7oe3ql3m
@user-yx7oe3ql3m 5 ай бұрын
Aaamen
@hannahuwase1086
@hannahuwase1086 5 ай бұрын
Amen, God thank you for your healing 🙏🏻
@user-yy3uz7do8i
@user-yy3uz7do8i 5 ай бұрын
Ndangiruko noshingintah
@ChanelleNIYONZIMA-sg7rt
@ChanelleNIYONZIMA-sg7rt 5 ай бұрын
Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah Amen 🙏🏾Amen Amen 🙏🏾 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@TupacInnocent-ep9cn
@TupacInnocent-ep9cn 5 ай бұрын
Mana nanjye meze unjyenderere muruyumunsu
@user-pn9ic8mj2f
@user-pn9ic8mj2f 5 ай бұрын
Mana ndaguhamagay mumuryang wanj ntabarir umwana
@user-pd6dw2mx9i
@user-pd6dw2mx9i 5 ай бұрын
Mwami Mana ahugendera abandi nanje ntunsige
@ChristabellaIteriteka-gw4hn
@ChristabellaIteriteka-gw4hn 5 ай бұрын
Mana yanje wumve ugusenga kwanje kandi ndizeye kubinkorera
@dantineirankunda6270
@dantineirankunda6270 5 ай бұрын
Mwami ndagukeneye ungenderere
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 5 ай бұрын
Halleluya halleluya halleruya halleruya halleruya halleruya halleruya
@user-nu5ds5wk8m
@user-nu5ds5wk8m 5 ай бұрын
🙏🙏🙏❤️
@BeolyneKaneza
@BeolyneKaneza 5 ай бұрын
Mwami nanj ungendere nindeke ngo dutane ahugendera mubawe nanj mbemuribo
@user-cr7nt3ed3r
@user-cr7nt3ed3r 5 ай бұрын
Ntakikunanira Mana ahugendera abandi nanje ntusige
@mbanzendoreegide4582
@mbanzendoreegide4582 5 ай бұрын
Amen Amen
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 23/10/2021 by Chris NDIKUMANA
38:19
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 56 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 11/11/2023 by Chris NDIKUMANA
35:12
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 28 М.
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 20 МЛН
Finger Heart - Fancy Refill (Inside Out Animation)
00:30
FASH
Рет қаралды 16 МЛН
路飞太过分了,自己游泳。#海贼王#路飞
00:28
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 17 МЛН
NINDE UMWAMI WAWE? By Chris Ndikumana OTTAWA 2018
2:31:00
Chris Ndikumana
Рет қаралды 177 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 29/07/2023 by Chris NDIKUMANA
40:03
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 30 М.
JUILLET 2021 💥Kanguka NON. STOP - Réveillez - vous !💥📢
3:02:29
Vitamines Eternelles
Рет қаралды 836 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 09/03/2024 by Chris NDIKUMANA
39:10
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 30 М.
JUILLET 2022 💥Kanguka NON. STOP - Réveillez - vous !💥📢
3:00:14
Vitamines Eternelles
Рет қаралды 239 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 25/11/2023 by Chris NDIKUMANA
36:54
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 42 М.
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 20 МЛН