Mana nukuri ntabare inkize kuva kwinzoga ndakwinginze mana ishobora byose ukuboko kwawe nkubone ndakwizeye amenn
@ManirakizaMediatriceАй бұрын
Mana ndakwingize unkurire igisuzugri co kuyobegwa kw,ishure abana banje bige bamenyene kandi baguheshe icubahiro mbisavye ndavyizeye mwizina rya Yezu kristu Amen
@naomendayishimiye2214Ай бұрын
Amina cane . Umuntu wese vyukuri akobeje kwumviriza intahe no kuba mur aya masengesho ;ubuzima bwiwe bukomeze guhinduka ,indwara n ubumuga biri muri we bikomeze guhunga , mw Izina rya Yesu . Urakoze cane kudusengera muvyeyi wacu Chris , Yesu Akutwongerere urukundo .
@fulgencendayikeza4925Ай бұрын
Ameni.Mana dukize kuko imbere yawe ntakikunanira, Chris yesu agukomeze cane kuba udusengera buri musi
@seniorrobertoomonde7652Ай бұрын
Ego Yesu urakiza uragahezagirwa
@nitungaregis3050Ай бұрын
Mwibuke no gusengera Imiryango myinshi mwiki gihe Irabuze Urukundo abana babanye nabi nabavyeyi babo Ingo zabubaze ziriko zirasambuka
@ce2204Ай бұрын
Amen! Thank you Father God!!!
@mahirwegenevieve7665Ай бұрын
yitwa ntihemuka Urakoze NDIHO🙏🙏
@FlorideNdayitwayekoАй бұрын
Mana ndaziko atakikunanira kwumwe wagiirira neza wamukenyezi atarafise ama trompes warakoze najewe ndakurindiriye umwanya n,umwanya.Amen.