KANGUKA YO KU WA GATANDATU 11/11/2023 by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 29,438

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

Күн бұрын

ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana

Пікірлер: 140
@mireilleirakoze8833
@mireilleirakoze8833 10 ай бұрын
Ndazi ko ubishoboye Yesu Kristo we wazuye Lazaro amaze imisi 4 mu mva amagufa yumye wayagize mazima ndasavye uyu musi nakire igitangaza co kuronka akazi mw'izina rya Yesu Kristo.Amen
@user-kd7jf4sn5o
@user-kd7jf4sn5o 9 ай бұрын
Aman Amen lmana ishimwe kubitangaza ikorera muri kanguka sabiye umugisha abakozi bakanguka bose hamwe nabatanga intahe 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@user-wr1wf7ty8u
@user-wr1wf7ty8u 10 ай бұрын
Mwaramutse neza bakoze bazi n’Imana bo muri Kanguka. Nabasabaga mbikuye ku mutima gusengera mama wanjye urwaye cancer aba muri America ni umuyisilamu. Nkuko yansabye ko twamusengera nifuza cyane ko babona Imbaraga ziri mu izina rya Yesu. Imana ibahe umugisha
@queenjeaztv
@queenjeaztv 9 ай бұрын
Izere ko yesu ashoboye ngewe ndafite ubuhamya bwiza kuri Cancer kd uwange yarayimaranye imyaka 6
@queenjeaztv
@queenjeaztv 9 ай бұрын
Unyandikire kuri IG nkuhe ubuhamya ubirev
@RizikiIrankunda
@RizikiIrankunda 3 ай бұрын
Ndabaramukize cane nasaba komwopfasha gusengera umwana wanje aronka harya umwana abogwa acaca muzuru nomukanwa aracari umwana moto mupfashe gusenga muroba mukoze salom
@omansur2050
@omansur2050 10 ай бұрын
Uyu munsi ndacakiye igitangaza cange uyu munsi mwizina rya Yesu🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@ngabirenadine4450
@ngabirenadine4450 10 ай бұрын
uyumunsi nacyiriye igitangaza cyawe Mana.ubwugenderera abandi najye ntunsige!!!Amen
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 9 ай бұрын
Amen Ndiho aratugendera iminsi yose.
@alinekarega8596
@alinekarega8596 10 ай бұрын
Amen gusa iyi kagunga niyo twuvise Smd passe sinzi uko byageze
@FabiolaNDUWAYO-ft1gn
@FabiolaNDUWAYO-ft1gn 10 ай бұрын
Ni ya samedi yahez nibaduhe iyuno musi
@kingimkaliwao817
@kingimkaliwao817 10 ай бұрын
Ndakiriy gukira mwizina rya yesu Amen amen amen
@MichelineNingabire
@MichelineNingabire 9 ай бұрын
Nanje muriki gitondo ndagomba ko nanje unkize nanje ubwambere unkize mumutwe nibigenda vyose ubirandure papa nibiri mumugongo ubirangize Uhoraho uko wakijije uwari kukidengeri cibetasida agakir wew Yesu Kristo wazuye wa mwana wa yayiro aba muzima nanje ndagomba gukira nokubogoka nkoko wahaye uyumuvyeyi Umwana nanje unkize hama nimba ntarasama nanje nsame Uhoraho na orene abone imihango yiwe Uhoraho nivyo nanj ngusavye Unkize Burundu Papa womwijuru uzoba ukoze kandi abana banje uzobakongire munda uyumusi nyene ndakize kandi ndibungenze kandi ndavyakiriye mwizina rya Yesu Kristo umunyanazaletie
@BonneAkimana-vx8dg
@BonneAkimana-vx8dg 10 ай бұрын
Nanje ndacakiye nizeye igitangaza Imana igiye kunkorera nokunkiza nkuko yamikizaband mwizina ryumwami wacu Yesu. Amena
@patienceadrienne3791
@patienceadrienne3791 10 ай бұрын
Imana Ishimwe Byiteka niteka ryose kuko niyo gusa ikiza mwizina rya Yezu. Amen🙏
@gatojulie7837
@gatojulie7837 10 ай бұрын
Nanjye ndakiriye gukira mu Izina ry'Yesu. Mana nanjye ndasenze ngo nkire irwara maze iminsi mfite. Amen
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k 10 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana
@kaluuuu-inChrist
@kaluuuu-inChrist 10 ай бұрын
Ndashimye imirimo yawe mwami wanjye Yesu kubuzima byanjye na famille yanjye... ibyo unkoreye ndabinezererewe himbazwa Mu bera bawe bose. Icyubahirro nicyawe iteka....amen
@phanyebenezer9860
@phanyebenezer9860 7 ай бұрын
Amen🙌
@jacqueliineuwimpundu8018
@jacqueliineuwimpundu8018 10 ай бұрын
Amen.twakiriye isegesho mu izina rya Yesu
@egideniyibikora532
@egideniyibikora532 10 ай бұрын
Yoooo mbega intahe nziza Imana ihe umugisha chris n'umuryango we.
@egideniyibikora532
@egideniyibikora532 10 ай бұрын
Imana ihabwe icyubahiro🙌🙌🙌🙌 kubwo kugiraneza kwayo yo Itanga abana,igatanga ubuzima buzima ibishimirwe ihe numugisha uyoyohereje gufasha abantu bababaye Yooo Family Chris Imana ikomeze kubaha umugisha
@mutembayirealine5935
@mutembayirealine5935 10 ай бұрын
Shalom shalom,iyi kanguka ni iyu bushize,ariko ntacyo buriya hari impamvu Imana yemeye ko tuyumva kabiri
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 9 ай бұрын
Igikorana ca 18/11/2023 i Douala cagenze neza cane. Imana ihezagire Chris na groupe Kanguka. Hallelua
@irenemuhigirwa9329
@irenemuhigirwa9329 10 ай бұрын
Imana izirabafasha mushingintahe mutarira niho twumva neza uko vyagenze kugira mukire! Muhezagirwe
@phanyebenezer9860
@phanyebenezer9860 9 ай бұрын
Amen
@user-bm6ce2ko5n
@user-bm6ce2ko5n 10 ай бұрын
Yesu unkiz kubwivyaha ndiko ngenderamwo
@user-rs1kr5fx8v
@user-rs1kr5fx8v 9 ай бұрын
Halleluyaaah 🙏🙏🤲🤲🙌
@user-iw7gl5yu6b
@user-iw7gl5yu6b 22 күн бұрын
Ndikukidendezi mana ubwamaziyihinduriza nanje unterere mumazi nakire gukira mwizina ryayesu❤
@ikk3132
@ikk3132 10 ай бұрын
Uri Mana Mana wabaye Imana Ndiho kandi uzahoraho ❤
@user-wt2dv6qi9g
@user-wt2dv6qi9g 10 ай бұрын
Uwu musi ndacakiye Ndakiriye Mw izina ry ububasha n ubushobozi bwa NDIHO NIZEYE MW IZINA RYA YESU KRISTO UWAPFUYE AKAZUKA AMEN AMEN AMEN SHALOM SHALOM
@TwibazeEsther-lz3bt
@TwibazeEsther-lz3bt 10 ай бұрын
Yeshua ndakwinginze uyumunsi ntunsinge uko ugendera abandi nanjye ntunsige Ndashaka gukira Jeshua
@NiyomugaboMadina
@NiyomugaboMadina 9 ай бұрын
Shalom shalom nukuri ndabasabye munsengere ndumusore gusa ndageragezwa nicyaha
@DarcyIradukeje-oq1lu
@DarcyIradukeje-oq1lu 9 ай бұрын
Munsengere ndarway ibigwara mumaso vyaras guhra ndashk gukira burundu mwzina Rya yesu
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 10 ай бұрын
Umugisha w Imana Data ube kuri twese abari mur aya masengesho , n Ubugombe bwayo buze bube mu gikorane kizobera muri Cameroun nk uko vyateguwe mw ijuru,.mw Izina rya Yeshua turavyizeye, Amina
@vanieiradukunda6577
@vanieiradukunda6577 10 ай бұрын
Amen ndakiriye ugukira mwim'izina rya Yesu Kristo🙇halleluyaa
@vixscd1349
@vixscd1349 10 ай бұрын
Amen Amen 🙏
@nickywimana-hb5qn
@nickywimana-hb5qn 10 ай бұрын
Amen ariko mwashubije abatanze temognage yubushize Imana ikongere Imigisha umukozi w,Imana kandi izabafashe mugiterane izabane ntamwe
@user-ij9qx8vt7e
@user-ij9qx8vt7e 10 ай бұрын
Nizeye gukira mwizina rya Yesu amen
@Denise-iw5ue
@Denise-iw5ue 10 ай бұрын
Ndakiriye gukira mwizina ryayesu kristo umukozi w lmana lmaniguhe ubumenyi nubwenge ikindi gusabiye lmanizokumpere mwisho mwema
@niyonsabapascazie754
@niyonsabapascazie754 10 ай бұрын
Ndakiriye gukora mwizina rya yesu kristo
@Nickan-official
@Nickan-official 10 ай бұрын
Turakiriye ugukira au nom de Jésus de Nazareth 🙌
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 10 ай бұрын
Urakoze Mwami Yesu kudukunda ❤❤
@nishimwealice7001
@nishimwealice7001 10 ай бұрын
Haalelluyaaaa murakoze cane umukama ahorane namwe ❤❤😂❤❤
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 4 ай бұрын
Hallelua Tubohokera mu Mana
@nadineumwizerwa3146
@nadineumwizerwa3146 9 ай бұрын
Amen uwonijye munsejyere 🙏🙏
@emelyneniyonsenga3710
@emelyneniyonsenga3710 10 ай бұрын
Mana ndizerako atakintu nakimwe gishobora guhagarika umugambi wawe, amashimwe akugarukeko🙏
@MukandaybajeOlive-zg7fu
@MukandaybajeOlive-zg7fu 10 ай бұрын
Alelua nakiriye gukira mwizina rya yesu
@user-pg1sv2tc9n
@user-pg1sv2tc9n 10 ай бұрын
Imana ibahe imigisha natwe turizey kwishurwa
@egideniyibikora532
@egideniyibikora532 10 ай бұрын
Mana Ndagushimira kuri burikimwe unkorera ndakwinginze bari wowe wokumpa inzu yo kubamo ndabiziko ufite amazu meza Meshi wampamo iyokubamo.
@chanelleuwineza7046
@chanelleuwineza7046 10 ай бұрын
Unomusi nanje ndizeye ko yesu yumva gusenga kwanje yishure imitwaro yanje yoooose ndiko nsngera
@user-mj5rg4th5m
@user-mj5rg4th5m 9 ай бұрын
Ndizeyeko nakire ugukira mwizina Rya yesu
@lojazking4705
@lojazking4705 9 ай бұрын
icubahiro kibicawe yesu 🙌🏾
@user-kw7pv3wt6x
@user-kw7pv3wt6x 10 ай бұрын
Ndacakiye Seigneur
@MichelineNingabire
@MichelineNingabire 9 ай бұрын
Ibivyose birikugenda genda nanje umbohore Amaraso ya Yesu Kristo agenda gende mumubiri wanje niwew Uhoraho mpanze amaso nanj urankiza ibibi rozi niyimizimu yose utirire mumutwe umuriro ugendagende mumutwe mumugongo Uhoraho Mana Yanje umbohore undemere intahe kurikino gicaniro cakanguka nukuri nanje ndizeye ko murizino ntahe ndatura gukira kandi ndagomba Manifestation manifes 19: 19:16 18:30
@BenigneNiyokwizera-mn9nh
@BenigneNiyokwizera-mn9nh 10 ай бұрын
Ameeen
@Kayirarebecca-pq8pm
@Kayirarebecca-pq8pm 10 ай бұрын
amen amen
@user-xf3py8gq5y
@user-xf3py8gq5y 10 ай бұрын
Imana Ibandanye Igukomeza m'ubutumwa yaguhaye'
@BonneAkimana-vx8dg
@BonneAkimana-vx8dg 10 ай бұрын
Ndongeye kuvuga Amena
@Monia.2
@Monia.2 10 ай бұрын
❤❤❤❤amen😍
@user-wr1wf7ty8u
@user-wr1wf7ty8u 10 ай бұрын
Nashatse kwandika bakozi b’Imana bo muri Kanguka
@azompozamugishamarieaudrei1107
@azompozamugishamarieaudrei1107 9 ай бұрын
Ameeeen
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 10 ай бұрын
Notre Seigneur est le Grand Medecin
@yankundiyeagnes6165
@yankundiyeagnes6165 10 ай бұрын
Mrci Sgr ,ndanezerewe kubwo kumba iruhande
@mbanzendoreegide4582
@mbanzendoreegide4582 10 ай бұрын
Chri imana ikomeze kubarinda hamwe numuryango wewe.
@DarcyIradukeje-oq1lu
@DarcyIradukeje-oq1lu 9 ай бұрын
Ndizigye gukira burundu mwzina ry'imana
@aimeekleine8764
@aimeekleine8764 9 ай бұрын
Amen🙏❤️🙏
@user-rd9cs2pk4z
@user-rd9cs2pk4z 4 ай бұрын
Nanje ndize ntakekera ko nanje uyuumusi aruwanje
@vitalniyonkuru7693
@vitalniyonkuru7693 9 ай бұрын
Uzoze muri USA 🇺🇸 mukoziwimana uzobukoze
@genevievekabatesi3893
@genevievekabatesi3893 10 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro
@MichelineNingabire
@MichelineNingabire 9 ай бұрын
Uku biriko biragendagenda ndazi ni manifestation Yijuru hama inda itangure kwikina munda uzoba ukoze hama nanje uko wazuye abandi naje uwuzure papa wew ukiza sida ugakiza cancer ugakiza diabetes Mana ndazi kwibi aribito imbere yawe Amaraso yaYesu kristo ambonekeko ubu buremere buri mubitugu nibigenda mumushatse vyose ubiturire bisohoke unkize ingwara zose izonzi nizo ntazi unkorere ibitangaza ivyo bakoze anarozi vyose ubihindure ubusa uburozi bwose bandoze ubuhindure ubusa mpwemu Yera nzogushiiimaaa Uhoraho. Ndizeye ko vyose wavyumvise kandi uje kubikora merci seigneur sinzosara sinzopfa nxobaho na mamaze ubwami bwa Yesu Kristo wanazaleti ndizeye ubushobozi bwae Yesu Kristo Yeshua unkize umbohore
@user-me7td6fv3m
@user-me7td6fv3m 10 ай бұрын
Mwami nanj ndakwinginze uyumusi ungenderer
@ClaudineNsabimana-pn9rd
@ClaudineNsabimana-pn9rd 3 ай бұрын
Nanje ndacakiy igitangaza
@jeaninekamikazi8751
@jeaninekamikazi8751 10 ай бұрын
Hezagirwa
@kanezaalice7369
@kanezaalice7369 10 ай бұрын
Mwarahezagiwe
@ChanelleNIYONZIMA-sg7rt
@ChanelleNIYONZIMA-sg7rt 10 ай бұрын
Hallelujah hallelujah Amen Amen amen 🙏🏾 🎉
@alinehabari8837
@alinehabari8837 10 ай бұрын
Mwaramutse: murebe neza ko hatabayemo ikosa : kanguka ya le 04/11 isa niya le 11/11/2023 .muduhe iyuyu munsi svp. Murakoze
@ralphnzobambona1135
@ralphnzobambona1135 10 ай бұрын
Muhezagirwe mwese dusangiye umuryango wa kanguka
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 10 ай бұрын
Amina ncuti .
@akimceke4659
@akimceke4659 10 ай бұрын
mwiriwe team kanguka nashaka kubamenyesha ko ikiganiro mwashizeko uno munsi ari ica last week murakoze
@nibigiraaline1943
@nibigiraaline1943 10 ай бұрын
Mwasubijemwo iya samedi iheze
@kimikab
@kimikab 10 ай бұрын
Kuri Application haje nshasha🖐️👍
@beatriceniragira9209
@beatriceniragira9209 10 ай бұрын
Mana ugira neza.ukora ibitangaza.ukiza ingwara dites.maladies incurables.Uri nyene ubushobozi.nanje mpagaze muri uko kwizera na onction wahaye umukozi wawe,nsenga ngo nkire au nom puissant de Jésus.
@user-vy2xl4hb5i
@user-vy2xl4hb5i 10 ай бұрын
Nkubone yezu ndashaka unyiyereke.
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 10 ай бұрын
Amen👏👏👏
@chantalnyiransengimana857
@chantalnyiransengimana857 10 ай бұрын
Shalom nakurikirana gute intahe iri live muri gusenga Samedi??
@mugishadonalle6482
@mugishadonalle6482 10 ай бұрын
Yego nange ndabishaka ariko byaranyobeye batubwire uko twabigenza
@mizerohyguette3479
@mizerohyguette3479 10 ай бұрын
🙏
@nkeshimanamatesoleopold8161
@nkeshimanamatesoleopold8161 10 ай бұрын
Igikorane ngira gisigaje indwi 1 aho kuba 2.
@user-su7mp2ef8z
@user-su7mp2ef8z 9 ай бұрын
😊
@asdasadd7859
@asdasadd7859 10 ай бұрын
Amen Amen 🎉🎉♥️♥️👏👏🙌🙌🙏🙏
@NdayishimiyeEli
@NdayishimiyeEli 10 ай бұрын
Amena 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@reemaalwad3ani616
@reemaalwad3ani616 10 ай бұрын
Ameeeen🙏🙏🙏🙏
@user-sarah1sarah
@user-sarah1sarah 9 ай бұрын
Mana yanje
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 10 ай бұрын
Amen amen ❤❤
@joycechance9201
@joycechance9201 10 ай бұрын
AMEN AMEN AMEN
@user-zb2pv6le6l
@user-zb2pv6le6l 10 ай бұрын
Uyumusinajendihoagenderere
@chantalmukamurenzi2279
@chantalmukamurenzi2279 10 ай бұрын
Muduhaye iyatambutse ariko?
@baziziestella9778
@baziziestella9778 10 ай бұрын
Niko nanje numvise
@rangiraangel5445
@rangiraangel5445 10 ай бұрын
Jesus is a KING
@bdreams2793
@bdreams2793 10 ай бұрын
Muhezagirwe mwese
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 8 ай бұрын
Ego Mana tuguteze yompi
@pascalinensengumuremye4642
@pascalinensengumuremye4642 10 ай бұрын
Uyu musi ndizeye kwakira ibitabgaza vyanje
@pascalinensengumuremye4642
@pascalinensengumuremye4642 10 ай бұрын
Kubohoka ,gukira,
@RichardNduwayezu
@RichardNduwayezu 10 ай бұрын
Mana MPa igitangaza canje
@gerardlamar2438
@gerardlamar2438 8 ай бұрын
Ndashimlyeimanakoyankijijeumwijlmayànkijijediyabeteimanayarakozendayimiyecaaanesharom
@joycechance9201
@joycechance9201 10 ай бұрын
🙏🙏🙏
@enfantdedieu4347
@enfantdedieu4347 10 ай бұрын
Ko numva ikiganiro gisa n'icy'ubushize? Intahe na introduction. Hasigaye une semaine gusa igitetane cya Duala ngo kibe
@user-qf7fo7dr9q
@user-qf7fo7dr9q 10 ай бұрын
nshak kuja mur group ya kanguk kur whatsap
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 27/05/2023 by Chris NDIKUMANA
35:24
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 49 М.
EGERA INTEBE Y'UBUNTU by Chris Ndikumana
1:02:46
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 11 М.
Люблю детей 💕💕💕🥰 #aminkavitaminka #aminokka #miminka #дети
00:24
Аминка Витаминка
Рет қаралды 1,3 МЛН
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 04/11/2023 by Chris NDIKUMANA
35:12
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 30 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 17/02/2024 by Chris NDIKUMANA
36:44
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 32 М.
Umugore w'agaciro arangwa niki?|Bibiliya ibivugako iki [Pst prudent]
27:42
Ubutumwa bwiza kuri bose
Рет қаралды 4,5 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 25/11/2023 by Chris NDIKUMANA
36:54
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 44 М.
INTAHE ZO KU WA MBERE 04/03/2024 by Chris Ndikumana
23:25
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 2 М.
KUGENDERERWA NA NDIHO by Chris NDIKUMANA
57:09
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 95 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 18/11/2023 by Chris NDIKUMANA
34:28
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 33 М.
AMAZAMU UMUNANI Y'AMASENGESHO by Chris NDIKUMANA
1:00:53
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 69 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 01/10/2022 by Chris NDIKUMANA
34:56
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 23 М.
Люблю детей 💕💕💕🥰 #aminkavitaminka #aminokka #miminka #дети
00:24
Аминка Витаминка
Рет қаралды 1,3 МЛН