KANGUKA YO KU WA GATANDATU 18/05/2024 par Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 29,719

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

2 ай бұрын

ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana

Пікірлер: 138
@user-pb7oh6dd6s
@user-pb7oh6dd6s 2 ай бұрын
Uwiteka mana yacu tuje imbere yubwiza bwawe ngo utugenze uko Ushaka .isubize burimuntu wese ibyo ukwifuzaho.Amen
@NtawushiragahinaPierre
@NtawushiragahinaPierre 2 ай бұрын
Mana ndagusabye urugendo mfite nzarusoze amahoro Amen👏
@BigirimanaDieudone-lm1vq
@BigirimanaDieudone-lm1vq 2 ай бұрын
Yeah🙌
@evelynenibigira1698
@evelynenibigira1698 2 ай бұрын
Halleluia. Mwami habwicubahiro kuvyo unkorera ngusavye uzompe iherezo ryiza Amen
@RosineNdayikengurukiye-yq5dt
@RosineNdayikengurukiye-yq5dt 2 ай бұрын
Shalom chalom ndashaka umuntu ambwira umunsi asengerako ndipfuza gusengana NaW
@user-cx6kx2si9r
@user-cx6kx2si9r 2 ай бұрын
Mana ndagushimiye kubitangaza ukora abobose bakize nukubera urukundo rwawe nimbabazi zawe nanje ndagikiriye uruvyaro nkandi ndizeye kururonka ariko ubikore nkuko ubishaka ntubikore nkuko ndabishaka Kandi ndinicitsereko nzondanga igishingantahe nzakwamamaza hose Mana amen.
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 2 ай бұрын
Uzoronka ivyo vyose usaba Imana Amen
@NtawushiragahinaPierre
@NtawushiragahinaPierre 2 ай бұрын
👏👏
@bigirimanapatrick6515
@bigirimanapatrick6515 2 ай бұрын
Lord Jesus Locate me to your prophet
@NtawushiragahinaPierre
@NtawushiragahinaPierre 2 ай бұрын
Yezu ndagusabye ufashe abana banjye kuzitegura neza ikizame cyareta tariki 7/7/2024 abo Uwavutseneza Kevine na Ishimwe Reandre mu Mwaka 6 ubanza
@user-rd9cs2pk4z
@user-rd9cs2pk4z 2 ай бұрын
Amen warakoze Mana kubutabazi bwadushitseko.naje ngiye gushikirwa Mana
@rebeccandayishimiye114
@rebeccandayishimiye114 2 ай бұрын
Imana yacu ninziza imbabazi zayo zamaho ibihe vyose.twizeye ijambo ryayo
@uwamarizamatilda1877
@uwamarizamatilda1877 2 ай бұрын
Mwami Imana ubwo ugenderera abandi nange ntunsige ndambiwe indwara mubuzima bwange
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 2 ай бұрын
Amina cane ! Imana Ihabwe icubahiro kubw uwo mupfumu yakijijwe n abo bandi babohotse Ishimwe ko Iriko Irabohora kandi ko Igiye gukiza Igihugu c Uburundi muri vyose, mw Izina rya Yesu . Yongere umugisha n inkomezi abasenzi bose .
@user-gx6wb3ng8y
@user-gx6wb3ng8y 2 ай бұрын
Amen 🙏 Nukuri muri Yesu niho tubobohokera .
@user-ys2qt9rb9u
@user-ys2qt9rb9u 2 ай бұрын
Halelua Mana Yesu shimwa icyubahiro nicyawe.
@user-iw7gl5yu6b
@user-iw7gl5yu6b 2 ай бұрын
Mwiriwe bakunzi bakanguka ndifuzakonanjye mwashira murikanguka muraba muntabaye❤
@stylenisingizwe52
@stylenisingizwe52 2 ай бұрын
Amen 🙏🙏 Imana yomushobra byose ikudtungire murkoz wayo kand Ndiho azaguhembere igkorwa ukora cokwitnga kumurimo wayo 🙏🙏
@user-bf7lm9ff1o
@user-bf7lm9ff1o 2 ай бұрын
Amen amen mwizina ryar yesu
@uwitonzefelicite1013
@uwitonzefelicite1013 2 ай бұрын
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro kumirimo yayo yama idukorera
@user-kh3tk5ip8s
@user-kh3tk5ip8s 2 ай бұрын
Mana warakoze kunjyenderera Amen
@UWamahoroJosephine-df1fz
@UWamahoroJosephine-df1fz 2 ай бұрын
Uwiteka Mana yacu,turakwizeye ko urampa gutwita muri iki cyumweru mu izina rya yesu Christo Amen.Nari maze amezi 4nta🎉 mihango none nayibonye kuri 12/05/2024 . Imana impe gusama mu izina rya yesu Christo Amen.
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 2 ай бұрын
Amen amen amen. Nawe ibandanye iguhezagira
@christinetuyisenge267
@christinetuyisenge267 Ай бұрын
Munsengere Mfite Umwana ufitikibazo Kubwonko Amerewe nabi Munsengere Imana Ibahe Umugisha
@user-cm5zh1my2t
@user-cm5zh1my2t Ай бұрын
Senga wizere
@user-rt3rl9zm7z
@user-rt3rl9zm7z 2 ай бұрын
Shalom yesu ahabwe icyubahiro
@jeaninekamikazi8751
@jeaninekamikazi8751 2 ай бұрын
Yesu Christo Urimwiza.
@MichelBIZIMANA-eq7yb
@MichelBIZIMANA-eq7yb 2 ай бұрын
Umwam agiranez niwenyish yibibaz vyac ibih vyos shalom shalom iman ihabwicubahir ibih vyos Amen 🙏🙏🙏
@auleneDusabe
@auleneDusabe 2 ай бұрын
Shalol shalom Iman izobikor
@soniarolande4854
@soniarolande4854 2 ай бұрын
Gloire à Dieu pour la femme qui a laissé de faire la sorcellerie🙏🙏
@NyirahabimanaClaudine-gd6vt
@NyirahabimanaClaudine-gd6vt 9 күн бұрын
Musengere byumwihariko
@esperancehabimana4719
@esperancehabimana4719 2 ай бұрын
Amen amen ndizeye kandi ndakiriye gukira
@kampireodette2680
@kampireodette2680 2 ай бұрын
Amen🙏🏻🙏🏻 Mana uko ungenderera abandi ntusinge
@mugabireziadi4257
@mugabireziadi4257 2 ай бұрын
Nukuri Mana twizeye impuhwe zawe usubize ibyifuzo byacu
@NtawushiragahinaPierre
@NtawushiragahinaPierre 2 ай бұрын
Uwiteka Mana dufashe udukize uburwayi dufite njye nabana banjye numugabo wanjye kunzozi mbi
@user-rw2oj4gp6l
@user-rw2oj4gp6l 2 ай бұрын
Amén yesu nashimwe
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k 2 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana 🙌🙌🙌
@MichelBIZIMANA-eq7yb
@MichelBIZIMANA-eq7yb 2 ай бұрын
Shalom shalom iman ihabwicubahir nanj nkabanashakok musenger kk ndacik gurik umuging nkumvububabar bwish mwizos nkumvak aband bam bajiz mweniz ngwar nkasabiman impukwizer ubushoboz bway shalom shalom🎉🙏🙏🙏
@alicecishahayo3107
@alicecishahayo3107 2 ай бұрын
😮❤
@user-ys2qt9rb9u
@user-ys2qt9rb9u 2 ай бұрын
Imikorere yawe irahambaye Mwami
@NtawushiragahinaPierre
@NtawushiragahinaPierre 2 ай бұрын
Mana ndagusabye ukize lshimwe izere Renatha guhora azerera
@michelinekomezusenge4881
@michelinekomezusenge4881 2 ай бұрын
Mana ndagushima kubantu bariko barabohoka,nabotarabohoka bizere kwigihe kigeze bazobohoka,Amen
@user-vy2xl4hb5i
@user-vy2xl4hb5i 2 ай бұрын
Amen, mukama ubishatse nanje wonkiza abarozi bashaka kumira.
@ManirakizaMediatrice
@ManirakizaMediatrice 2 ай бұрын
Mana niwagenderera abandi nanje ntunsige unkureko karondwa y,ubusambanyi vyanse kumperako nanje umpe urugo nubake ,ndabisavye ndavyizeye guko ibidashobokera abantu bishobokera Imana
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 2 ай бұрын
Yesu agukize mukundwa w'Imana
@user-gl2zu6gw6m
@user-gl2zu6gw6m 2 ай бұрын
Ameni Murakoze
@asdasadd7859
@asdasadd7859 2 ай бұрын
Amen Amen 🙌🙏👏🙌🙏👏🙏🙌
@IRAKOZESonia-ss3kw
@IRAKOZESonia-ss3kw 2 ай бұрын
Merciii Seingeur pour la parole de Dieu🙏🙏🙏
@NyirantibizerwaImmaculee
@NyirantibizerwaImmaculee 2 ай бұрын
Habwa icyubahiro Mana 🙏 ndagushimiye kubwababantu wakijije nanjye ntegereje gutabarwa kuberako utajya uhinduka
@FabiolaNDUWAYO-ft1gn
@FabiolaNDUWAYO-ft1gn 2 ай бұрын
Ahugendera abandi nanje ntusige
@DuhayimanaClaver
@DuhayimanaClaver 2 ай бұрын
Umwami wacu Yesu uzotugirira neza tumurindiriye twizeye Amena
@girukwishakaevelyne4470
@girukwishakaevelyne4470 2 ай бұрын
Ariko vremaint Yesu araryoshe Umuvumu Akura na Bantu mubupfumu 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🔥
@Akimana-ky8qk
@Akimana-ky8qk 2 ай бұрын
Mana tube Hafi tubashe gukora imirimo yawe amen
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 2 ай бұрын
Yesu tuguhungireko, udutabare ntidupfe. Hallelua
@user-tg6qz4ct7u
@user-tg6qz4ct7u 2 ай бұрын
Amena 🙏 ndasabainbaranda zoguseñga ndasaba inbaraga zamasengesho murikanguka amena🖐️🖐️🖐️🖐️
@user-gw7nj3fv2k
@user-gw7nj3fv2k 2 ай бұрын
Mana nanjye uyumutsi ndakwinginze ungenderere nkuko ugenderera abandi ndagusabye Kandi umpe kwizere unkize uruhure umutima wanjye ❤️🙏🙏🙏🙏
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 2 ай бұрын
Amen ndagushimye mama kubitangaza ukomeje kudukorera Amen Amen ❤❤❤❤
@furahamucumashyinge4784
@furahamucumashyinge4784 2 ай бұрын
Amen 🙏 ndakiriye gukira mubibazo byange byose Amen 🙏
@ManirakizaMediatrice
@ManirakizaMediatrice 2 ай бұрын
Mana habwa icubahiro,ndakitiye gukirabmw,Izina rya Yezu Kristu
@JohnKunda-ht7jq
@JohnKunda-ht7jq 2 ай бұрын
Mana nukuri niww utabara abarushe nanj ndakwinginze ungendere🙏🙏🙏🙏
@ParfaitUwimanikunda
@ParfaitUwimanikunda 2 ай бұрын
Imana ishimwe!nashaka mumfashe gusenga kuko mfise impwemu mbi yo kwisambanya
@verasteakimana6627
@verasteakimana6627 2 ай бұрын
Amen amen
@vennymutesi7397
@vennymutesi7397 2 ай бұрын
Urakoze mwami, nanje nakiriye gukira kandi nzaza gushima ntange intahe..🙏🏿
@stitore2388
@stitore2388 2 ай бұрын
Amen amen 🙏
@jonascoster6207
@jonascoster6207 2 ай бұрын
Ndiho unkize ingwara ya helpes kugihimba cirondoka ikibazo ca tation ububabare bwamaguru mumafyigo estomac ndangize nsaba uruvyaro Hezagira umukozi wawe chris ndikumana ukomeze kumushira kububasha bwawe umpe gukira mana mwiza ryawe ameeen🙏🙏
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 2 ай бұрын
Uzokira mw'izina rya Yesu
@NsengiyunvaJouliene
@NsengiyunvaJouliene 2 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏
@user-ei8tq9ku7n
@user-ei8tq9ku7n 2 ай бұрын
Yesu na ashimwe bedata amahoro y,mana abane namwe najye nagirango mumfashe gusengera umwanya wajye uzakora ikizamini cy,umwaka wa gatatu wamashur,isumbuye ariyo torokome y,itwa Aline Ayingeneye murakoze
@user-xz9re5ll5h
@user-xz9re5ll5h 2 ай бұрын
Ndakiriy kubohok mwizina rya yesu🙏🙏🙏🙏
@user-ei8tq9ku7n
@user-ei8tq9ku7n 2 ай бұрын
AMEN
@axellemukandayisenga8617
@axellemukandayisenga8617 Ай бұрын
Mumfashe gusengera umwana wanjye yarembye
@user-nv2ii9eu4j
@user-nv2ii9eu4j 2 ай бұрын
Amen
@IrankundaGodiose
@IrankundaGodiose 2 ай бұрын
Ndagushimiye mwami yesu kungendeye murici gitondo
@LastQueen-kh8qn
@LastQueen-kh8qn 2 ай бұрын
Nyagasani nashimwe ibihe byose 👏🏽🙌🏻
@user-th2ng3zm9c
@user-th2ng3zm9c 2 ай бұрын
Amen 🙏
@HirwaIneza
@HirwaIneza 2 ай бұрын
Turimbereyawe uwiteka mana utugenze ukushaka Amen
@mungwararebaelie5207
@mungwararebaelie5207 2 ай бұрын
Amen knd Amen 🙏🙏🙏
@j.bosconzokirantevye7125
@j.bosconzokirantevye7125 2 ай бұрын
Amen Amen, Ndakiriye mw'izina ry'Umwami wacu Yesu Kristo kandi Uwiteka akomeze kubahezagira muri byose Mukozi w'Imana!
@mukakarangwabetty4214
@mukakarangwabetty4214 2 ай бұрын
Nizereye umwana ndera M Ari Mana mukize nkuko uyu mukobwa wamukijije urakoze ko ubikoze
@mpawenimanasimo745
@mpawenimanasimo745 2 ай бұрын
Âmen amen
@NtawushiragahinaPierre
@NtawushiragahinaPierre 2 ай бұрын
Mana ndagusabye urubanza Difite ariwowe uzatubera umucamanza utabeshya
@mistanackis8269
@mistanackis8269 2 ай бұрын
Amen Amen ndakiriy gukira
@user-lq6cr2bf8z
@user-lq6cr2bf8z 2 ай бұрын
Amen ndakiriye igitangaza
@musengimanaantoinette-fz1jn
@musengimanaantoinette-fz1jn 14 күн бұрын
Mpa nber yawe
@NgombwaJames
@NgombwaJames 2 ай бұрын
Amen amen ndabakunda cyane
@Rub110
@Rub110 2 ай бұрын
NDIHO ambohore😢
@reemaalwad3ani616
@reemaalwad3ani616 2 ай бұрын
Ameeeen🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@pascasienibona7235
@pascasienibona7235 2 ай бұрын
Amen Amen murakoze🙏🙏
@NgombwaJames
@NgombwaJames 2 ай бұрын
Musengere kire uburwayi mbone nakazi
@user-oz4fl5pu8k
@user-oz4fl5pu8k 2 ай бұрын
Ahugendera mana yanj najew ntusige
@chadiashushu2866
@chadiashushu2866 2 ай бұрын
Nfise ivyizigiro vyeranda ko ntawaguhamagaye ngumwihoze nanje ndizeye ko ntabawe muvyo nyuramo
@SabushimikeSylver
@SabushimikeSylver 2 ай бұрын
Uhoraho niw unshoboza
@imleen3909
@imleen3909 2 ай бұрын
Ndiho atugenderere
@ABIZERANYECBOKINYINYA
@ABIZERANYECBOKINYINYA 2 ай бұрын
Uwiteka ndizeye nkiza
@user-gl2zu6gw6m
@user-gl2zu6gw6m 2 ай бұрын
Halelul
@francoiseNshimirimana-ey4oc
@francoiseNshimirimana-ey4oc 2 ай бұрын
Mana nanj ngendera unkize imitwaro yonse mfise nimpwemu mbi zabadayimoni nabarozi bama inyum yanj
@user.CIZAjacques
@user.CIZAjacques 2 ай бұрын
❤❤❤
@ParfaitUwimanikunda
@ParfaitUwimanikunda 2 ай бұрын
Nanj nashak munsengere mfise impwemu yo kwisambany ndizeye imana
@RosineNdayikengurukiye-yq5dt
@RosineNdayikengurukiye-yq5dt 2 ай бұрын
Mubwire plz🙏ndashaka nanj kwifadikanya namwe
@daphrosenahayo8467
@daphrosenahayo8467 2 ай бұрын
Ahugendera ayandi nanje ntunsige Mana
@kessieniyongere5543
@kessieniyongere5543 2 ай бұрын
Uwiteka ndagushimira ukuntu utabara abawe nanje ndizeye ubutabazi bwawe
@user-xc6bh3og4s
@user-xc6bh3og4s 2 ай бұрын
Amen Amen
@beatricemukashema3456
@beatricemukashema3456 2 ай бұрын
Ineza yawe imbeho kuruyu munsi,Mana nizeye gukira nabana banjye,
@user-gj2bp3cw7d
@user-gj2bp3cw7d 2 ай бұрын
Ntundengane mukiza wunvukongana ahugenderera abandi nanje ntunsige
@RA-fz4gn
@RA-fz4gn 2 ай бұрын
Amen amen 😊
@barutwanayoemmanuel909
@barutwanayoemmanuel909 Ай бұрын
😮😊😊
@SergeBansayeko
@SergeBansayeko 2 ай бұрын
Man ndifuza gutabarwa nanj nkazoshinga intah nanj
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 30/10/2021 by Chris NDIKUMANA
35:45
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 59 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 30/03/2024 by Chris NDIKUMANA
35:45
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 32 М.
Опасность фирменной зарядки Apple
00:57
SuperCrastan
Рет қаралды 8 МЛН
Spot The Fake Animal For $10,000
00:40
MrBeast
Рет қаралды 165 МЛН
KANGUKA DE SAMEDI LE 18/05/2024 par Chris NDIKUMANA
37:33
KANGUKA FRANÇAIS
Рет қаралды 217 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 23/03/2024 by Chris NDIKUMANA
36:38
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 34 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 11/2/2023 by Chris NDIKUMANA
34:15
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 23 М.
URIHE ? by Chris NDIKUMANA
1:00:19
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 53 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 09/03/2024 by Chris NDIKUMANA
39:10
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 30 М.
ISOKO Y'INKOMEZI by Chris NDIKUMANA
52:56
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 51 М.
JUILLET 2022 💥Kanguka NON. STOP - Réveillez - vous !💥📢
3:00:14
Vitamines Eternelles
Рет қаралды 239 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 24/09/2022 by Chris NDIKUMANA
38:34
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 68 М.