KANGUKA YO KU WA GATANDATU 27/04/2024 par Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 28,576

KANGUKA KIRUNDI

KANGUKA KIRUNDI

Күн бұрын

ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana

Пікірлер: 153
@NiyonsabaMelancie
@NiyonsabaMelancie 4 ай бұрын
Mana ahugenderera abandi nanjye ntunsige umpe gusama ndonke umwana
@NyirantibizerwaImmaculee
@NyirantibizerwaImmaculee 4 ай бұрын
Mana ndagushimiye kubwuyu muryango uhaye umwana nanjye ndagusabye ngo ugirire impuhwe urugo rwacu uduhe kubyara tumaze imyaka 22 bakozi b'Imana mudusengere Imana izabitura iyo neza muzaba mutugoriye. Murakoze
@mukandayisengaclaudine6189
@mukandayisengaclaudine6189 4 ай бұрын
Imanayomwijuru ibibukep
@florenceuwimbabazi6772
@florenceuwimbabazi6772 4 ай бұрын
IMANA nukuri yumve gusenga kwawe🙏🏿🙏🏿🙏🏿.
@user-zz2cp3hu2l
@user-zz2cp3hu2l 4 ай бұрын
Mana ndakwinginze unkize ubu burwayi maranye imyaka irenga 10
@ManirakizaMediatrice
@ManirakizaMediatrice 4 ай бұрын
Imana igukizr nkuko yankijije umigera wa sida mugenzi ikwibuke cane​@@user-zz2cp3hu2l
@youregirlbecky7193
@youregirlbecky7193 3 ай бұрын
Iyo ngiye kwamuganga baguma babura indwa. Ubu maze hafi amezi atandatu. Mana yomw’ijuru ndagusavye unkize iyirwara rwaye ndakingize. Ndagusavye mana ungirire ineza nkuko abandi ubakorera. Ndakwinginze mwami mana
@user-vy2xl4hb5i
@user-vy2xl4hb5i 4 ай бұрын
Amen, mukama ubishatse nanje wonkiza abarozi bashaka kumira.
@pascalsinzoyiheba5994
@pascalsinzoyiheba5994 3 ай бұрын
Amen ahugenderera abandi nanj ntunsige umuryango wanj uwugirire neza uburyo buraduhezeko kubera kurwaza umwana umwaka wose guhema nabi guhiritana inkorora idacika umugongo ugoramy umuhe kwavura ahaguruk nkabandi hernie yavukanye🙏🙏 niwantabarira ikibondo nzogushim ndizeyeko azokira umwan wampaye abafise ibibazi bitandukany ubabere inyishu Mana🙏🏼🙏🏼🙏🏼
@akobaririmbabeatrice63
@akobaririmbabeatrice63 3 ай бұрын
Mwamiyesu nikubisimbereyawe undebane amaso yimbabazi ukugederera abandi nanjye ntunsige ndiringiye ibitangazabyawe ugiyekunkorera ndakiriye mwizinaryawe yesu❤
@user-tb2ie6jw6o
@user-tb2ie6jw6o 4 ай бұрын
Amen mwaramutse nezamunsenjyere munda yohasi hazamo ikintu kirya mumugongo urarya cyane ndabashimiye
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 4 ай бұрын
Amina ! Imana Data Yumve kandi Yishure amasengesho yacu twese abizeye, bihwanye n ubugombe bwayo, mw Izina rya Yesu Kristo . Turasenga kandi ngo Ikiganza cayo Kize Kibohore imitima n imibiri y abantu n abana bayo mu gikorane kizobera muri Gabon, mw Izina rya Yesu, Amina.
@florenceuwimbabazi6772
@florenceuwimbabazi6772 4 ай бұрын
GLOIRE AU SEIGNEUR 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾LE ROI DES rois 🙏🏿🙏🏿🙏🏿.UWITEKA NI MUZUMA ITEKA RYOSEEEE.
@MarieclaireMUHORAKEYE
@MarieclaireMUHORAKEYE 3 ай бұрын
Charom bavukanyi, nukuri Imana ikomeze umuryango wa kanguka kuko muri inyishu ku gihugu cacu namakungu,Imana ibakomeze ndetse izobahe ijuru.muhezagigwe n'a Ndiho.
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 4 ай бұрын
Amen ndakiriy igitanganza c'lmana
@user-br1nl1pe3v
@user-br1nl1pe3v 4 ай бұрын
Ahugendera abandi nnj ntusige 😭😭nitez kuzoshing intahee zidasanzwe kuko nzi neza k'urumukozi w'umuhanga🙌🏾😭🙌🏾
@MichelBIZIMANA-eq7yb
@MichelBIZIMANA-eq7yb 4 ай бұрын
Shalom shalom nanj nashak munsenger kuvandiy ishan narafash imit arik sinagiy gukoresh am preuve konakiz arik nkab mpem ntashikan nibazak vyob vyankwegey ingwar yumutim nkab nashak mumfash mukunsenger ek nibind vyos biz binkur mubiganz vyiman murakoz Can uwitek adufash cane shalom shalom
@joybahira9271
@joybahira9271 4 ай бұрын
Nukuri ndaremerewe cyane Chris nsengera nanjye mbohoke abana banjye baricaye kubera amafaranga yishuri munsengere Imana itange uburyo abana banjye bashobore kujya ku ishuri mumfashe ndaremerewe cyaneee.
@enfantdedieu4347
@enfantdedieu4347 4 ай бұрын
Yoooo !! Imana ikumve pe !! Ubu se ko année scolaire yenda kurangira?? Imana ikwigaragarize.
@nadegeirakoze2594
@nadegeirakoze2594 4 ай бұрын
Shalom shalom Imana ikomeze kwigaragza mubayo kndi kanguka yaje amasaha meza umuntu akiri muhira kenshi nahora ndayumviriza dimanche kubera 7h yagera namaze kuja mukazi.muhezagirwe mweeese mu Mwami🎉
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 4 ай бұрын
Mana urinkuru wew ukomeza kudukiza....nanje nkorako umbohore imigozi ya shetani inkurira yinda ngeze kubana batanu umwe yarapfuye zine zirakoroka...mana nanj nkiza aya marita umpezagire nanj mvyare mpeke...ndabingize Abo muri kanguka mwese mumfashe gusenga...
@user-cb2gx4jd3n
@user-cb2gx4jd3n 4 ай бұрын
Amen
@T.Alkebulan
@T.Alkebulan 4 ай бұрын
Thank you so much Amen ❣️💕❤❤ ❤
@T.Alkebulan
@T.Alkebulan 4 ай бұрын
Hi
@user-lt1it8fg5n
@user-lt1it8fg5n 4 ай бұрын
Amen ❤🙏
@NYIRAHUMUREAGNES
@NYIRAHUMUREAGNES 4 ай бұрын
Mbashimiye iri sengesho muduha.gusa nanjye musengere Imana inkize indwara yo mu gitsina yamayobera,narivuje biranga kdi nyimaranye igihe.Ikindi musengere Imana impe umuntu umfasha gutunga abana n'urugo.kuko ubuzima burankomereye
@mariegraceuwizeyimana6244
@mariegraceuwizeyimana6244 4 ай бұрын
Ntumpiteho Yesu nanjye ndindiriye gukira Amen
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 4 ай бұрын
Mana ndagushimiye uyumunsi kungendereye mana amen amen amen ❤
@FrancineMapendo-kg7cv
@FrancineMapendo-kg7cv 4 ай бұрын
Amen 🙏 🙏 imana ihabwe icubahiro
@user-kc7ji4fv3s
@user-kc7ji4fv3s 4 ай бұрын
Mana ahugenderera abandi nanje ntusige ndakwingunze ndakweretse busines yanje ndiko ndakora mwami ube Hagati yanje mwami Ningenda muri office uwumusi mwamie wivugire ndabisavye ndavyizeye 🙏 🙏 🙏
@florenceuwimbabazi6772
@florenceuwimbabazi6772 4 ай бұрын
Ameeeeeeeeeeeeennnnn🙌🏾🙌🏾🙌🏾.
@niyokwizerwanyiramutuzo1394
@niyokwizerwanyiramutuzo1394 4 ай бұрын
Amen amen
@user-dv1qt2iu5q
@user-dv1qt2iu5q 4 ай бұрын
Shalom shalom Umwami yesu abihererwe icubahiro kubutabazi bwiwe bwogukiza nanje niteze kubohoka uburwaui bwo munda bumaze igihe kirekire Yesu izungirire neza Amen mwarahezagiwe
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 4 ай бұрын
Amen Amen Amen Amen ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@bostonnkurunziza9866
@bostonnkurunziza9866 4 ай бұрын
Imana ibahezagire kuko muradufasha cane
@user-qi5vr4oc5b
@user-qi5vr4oc5b 4 ай бұрын
Amen Amen hallelujah
@JeacquelineNshimirimana
@JeacquelineNshimirimana 4 ай бұрын
❤imana ishimw cyane,nanj mukoz wimana nab mukorana ndabasavy ndabingiiing munsengr ubugway nam ndibw munda n mumugongo no nubibero ukwez guhera ukundi kwinjira nshits mumis yama regle hoho nugupfa burikwrz mb ndi mumasengesh,iman inkiz burundu ingwra yuburibw irababza,2 imbohor imigz yakarand imyaku nimikoshi nicangiro,yonger ibohore murugo gwimuhira kuko abaroz bahatez ntamwanya numw tutab tugway,murakz
@joybahira9271
@joybahira9271 4 ай бұрын
Yesu ashimwe mukozi wimana mfite ikibazo cyicyangiro na madeni menshi ndabasaba kunsengera ngabohoka Imana ikancira inzira nkabona uburyo bwo kwishyura ndaremerewe cyane.
@user-gx6wb3ng8y
@user-gx6wb3ng8y 4 ай бұрын
Imana inyise imyuka intera yobadayimoni nanjye Yesu antabare Kandi ace imigozi imboshye ituma ntatera imbere mupfashe gusenga haribintu bintera ninjoro mupfagusenga nanjye mbohoke murokoze.
@nickywimana-hb5qn
@nickywimana-hb5qn 4 ай бұрын
ntanjye ndashima Imana yamaye umwana maze imyaka 3 ngira ibyago none nkaba narabyaye umwana wumuhungu ndashimira Chris nabanyamasengesho badusengera Imana ibahe umugisha mwinshi cyane
@uwantegeliliane291
@uwantegeliliane291 4 ай бұрын
Yesu ashimwe ndwaye ikirenge kiburyo cyarizanye .ndamwa imiti nkoroherwa imiti yashira nkabaraa cyane munsengere
@KarambiziGratien
@KarambiziGratien 4 ай бұрын
Amen, abarozi bateje ikibazo gikomeye.Imana ikomeye igakora ibikomeye ibadukize mw'izina rya Yesu
@nyirabareratherese6898
@nyirabareratherese6898 4 ай бұрын
Yesu ashimwe Pastor! Nitwa Therese, mfashwa na Kanguka rwose ariko bakundwa mfite ikizo cy'uburwayi bw'amaguru hashize imyaka 40, numva ndimo gushya amaguru n'ibirenge cyane cyane, ndasaba munsengere nukuri. Imana ibahe umugisha!
@aliceirankunda9285
@aliceirankunda9285 4 ай бұрын
0
@annamuseka8649
@annamuseka8649 4 ай бұрын
May God bless Kanguka🙏🙏🙏🙏❤
@user-vr2fo3ok4z
@user-vr2fo3ok4z 4 ай бұрын
Yesu niyamamare 🙏🙏
@NyiraburangaEster
@NyiraburangaEster 4 ай бұрын
Mwaramutse neza shalom mpfite icyifuzo mpfite umwana ufite ikibazo cyubumuga akumaranye imyaka umunane Kwa muganga baransezereye ntiyumva ntavuga ntagenda nda mugaburira mbese Aho numviye kanguka ntahandi nteze amaso guhangamaso yesu gusa munsegere ndabinginze murakoze .ni mfura yitwa uwase rukukanika peace
@sophiendamama1622
@sophiendamama1622 4 ай бұрын
Imana niyo muganga mukuru; nishimwe!!
@user-ej6ef8oj2w
@user-ej6ef8oj2w 3 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏 amen
@Marie-ry8zr
@Marie-ry8zr 4 ай бұрын
Merci seigneur pour c'est témoignage et c'est guérison
@3bbrightbravebrain994
@3bbrightbravebrain994 4 ай бұрын
Amen 🙏🏾
@amimaamima6382
@amimaamima6382 4 ай бұрын
Amen nanj ndizeteze ibitangaza vya ndiho ,harumutwaro ndiko ndasengera ndizeye kwishurwa
@berniqueshakimana2869
@berniqueshakimana2869 4 ай бұрын
Ameeeen
@user-jt3wc3ik1x
@user-jt3wc3ik1x 4 ай бұрын
Mana ahugendera mubandi nanj ntusige mpa gusama nanje nje mubabyeyi ndazi kutananirya mwizina ryawe vyose birashoboka
@nickywimana-hb5qn
@nickywimana-hb5qn 4 ай бұрын
Yesu ashimwe ntanjye nashakaga gutanga amashimwe kubyimana yankoreye ariko sinzi aho naca
@niyonsengabernadette940
@niyonsengabernadette940 4 ай бұрын
Amen.
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 4 ай бұрын
Alleluai alleluia aujourd hui c,est mon jour.de delivrance et de benediction.Ameee
@uwitonzefelicite1013
@uwitonzefelicite1013 4 ай бұрын
AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro kumirimo yayo yama idukorera
@user-mu2yf1pq6z
@user-mu2yf1pq6z 4 ай бұрын
Imana ibandanye idufashe inkirize mama yaray avunitse mwizina rya yezu🙏🙏
@TwagirayezuJustine
@TwagirayezuJustine 4 ай бұрын
Ameeeeena nukuri nizeyeko Imana inkijije ihabwe icyubahiro.
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 4 ай бұрын
Amen amen urakoze Mana kuvyukoze nuhabwe icubahiro
@HeritierHakizimana-em7vw
@HeritierHakizimana-em7vw 4 ай бұрын
Mana ndagushimiy🙌🙌
@bigirimanapatrick6515
@bigirimanapatrick6515 4 ай бұрын
It is done 🙏🏼
@user-rk8ce1yi5h
@user-rk8ce1yi5h 4 ай бұрын
Nanje Mwami ndashaka utabare ubugingo bwanje
@azizabusime437
@azizabusime437 4 ай бұрын
Hallelujah Hallelujah ❤️ ❤️ ❤️ ❤️ ❤️ ❤️ ❤️
@user-oz4fl5pu8k
@user-oz4fl5pu8k 4 ай бұрын
Amen amen ndizey igitangaza nca ndiho 🙏🙏🙏
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 4 ай бұрын
Mama ndagushimiye natwe kowatugendereye Amen Amen Amen Amen
@user-ti7ry8wh4s
@user-ti7ry8wh4s 4 ай бұрын
Imana iguhe umugisha ,mukozi wimana ,uzaze no murwanda
@zeinabaudaciemanirambona-ki9en
@zeinabaudaciemanirambona-ki9en 4 ай бұрын
Amen ndizeye igitangaza c'Imana🙏🙏
@johnclaude1491
@johnclaude1491 4 ай бұрын
Amen nditeze kugendererwa nanje muri kino gitondo
@IcyimpayeJerthirde
@IcyimpayeJerthirde 4 ай бұрын
Yesumwiza nanjye ntutsige
@mathildenkurunziza1197
@mathildenkurunziza1197 4 ай бұрын
DIEU soit loué pour tous ces miracles
@KwizeraMarieFidele
@KwizeraMarieFidele 4 ай бұрын
Amen amen bibe nkuko ugomba yesu
@user-yh3vq8kv5k
@user-yh3vq8kv5k 4 ай бұрын
Amen yezu urakoz kudukiz nukutubuhor
@niyokwizerameryvelle9394
@niyokwizerameryvelle9394 4 ай бұрын
Amena❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😊❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@niyokwizerameryvelle9394
@niyokwizerameryvelle9394 4 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥲
@user-tn5yt4yi3o
@user-tn5yt4yi3o 4 ай бұрын
Mana ndagushimiye umugambi ufitiye ubugingo bwanjye ndagushima yesu kuzi ico ndiko ndavuga
@imleen3909
@imleen3909 4 ай бұрын
Yesu nditeze kugendererwa
@ihirwesafi9081
@ihirwesafi9081 4 ай бұрын
It's done
@user-gw7nj3fv2k
@user-gw7nj3fv2k 4 ай бұрын
Amen ibihe byose🙏🙏🙏
@FloraFloraKa-jk4zl
@FloraFloraKa-jk4zl 4 ай бұрын
Amen urakoze Yesu
@ModesteBarakagwira-ze9mx
@ModesteBarakagwira-ze9mx 4 ай бұрын
Amen amen amen❤❤❤
@niyonkurualice-zi5lg
@niyonkurualice-zi5lg 4 ай бұрын
Amen yesu numwami 🙏
@Vladimirpoutin-be4qb
@Vladimirpoutin-be4qb 4 ай бұрын
❤❤❤❤
@niyokwizerameryvelle9394
@niyokwizerameryvelle9394 4 ай бұрын
Amena
@niyokwizerameryvelle9394
@niyokwizerameryvelle9394 4 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@user-tb2ie6jw6o
@user-tb2ie6jw6o 4 ай бұрын
❤Amena ishimwe cyane
@NimbonaFridoline-yl7vw
@NimbonaFridoline-yl7vw 4 ай бұрын
🙏
@user-qz2re1lu3y
@user-qz2re1lu3y 4 ай бұрын
Mana ntunyibagirwe ange mpagaze ndindiriye
@leonardirakoze8923
@leonardirakoze8923 4 ай бұрын
Aminaaa
@makemahonorata1535
@makemahonorata1535 4 ай бұрын
Bernadette Monga kipimbi and Rachel Bitembu the need to help with pray
@annamuseka8649
@annamuseka8649 4 ай бұрын
Imana ni umubyeyi wa twese Nishimwe👏👏👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻
@joybahira9271
@joybahira9271 4 ай бұрын
Ese umuntu yabona gute nomero za chris NDIKUMANA ko nifuza kumuvugisha.
@user-if4ik2ui5h
@user-if4ik2ui5h 4 ай бұрын
Shimwayesu
@touregary1330
@touregary1330 4 ай бұрын
AMEN 🙏🏾🥹🤲🏾
@ZainabZz-dz2mm
@ZainabZz-dz2mm 4 ай бұрын
Mana nizereye muraya masengesho mana nkorera igitangaza nyire kuno gutwi
@NellyjosetteNdayisaba
@NellyjosetteNdayisaba 4 ай бұрын
Mana ntabarira umugabo
@user-xf2vo2pm4i
@user-xf2vo2pm4i 4 ай бұрын
Mana umvusengesho ryuyu muvyeyi
@NgombwaJames
@NgombwaJames 4 ай бұрын
Pastor unsengere
@user-dv1qt2iu5q
@user-dv1qt2iu5q 4 ай бұрын
Niteze ubutabazi bwlmana nzobohoka ngwaye uburwayi bwishi
@AngebenissaIshimwe
@AngebenissaIshimwe 4 ай бұрын
Nanj ndizey gukira yezu wanj
@brianmukobi6032
@brianmukobi6032 4 ай бұрын
Mana niwowe wenyine twiringiye kuko tugufite ntitwifuza undi murengezi
@ImanishimweAntoinette
@ImanishimweAntoinette 4 ай бұрын
Emen
@JesusMarieIrera
@JesusMarieIrera 4 ай бұрын
WhatsApp yanje niyi mushire muri Groupe
@TheodoreIRIVUZUMUKAMA-qq9tl
@TheodoreIRIVUZUMUKAMA-qq9tl 4 ай бұрын
Shalom shalom Abant twahora turonka muma groupe ya WhatsApp ntitukironka kanguka kuk nkiyitwa kanguka bohoka 4 ntitukiyironk
@user-qz8gn9xi4c
@user-qz8gn9xi4c 4 ай бұрын
Amen
@user-xo8xd6um5y
@user-xo8xd6um5y 4 ай бұрын
Amen amen
@NyiraburangaEster
@NyiraburangaEster 4 ай бұрын
Mwaramutse neza shalom mpfite icyifuzo mpfite umwana ufite ikibazo cyubumuga akumaranye imyaka umunane Kwa muganga baransezereye ntiyumva ntavuga ntagenda nda mugaburira mbese Aho numviye kanguka ntahandi nteze amaso guhangamaso yesu gusa munsegere ndabinginze murakoze .ni mfura yitwa uwase rukukanika peace
@sandirene
@sandirene 4 ай бұрын
Ameena🙏🙏🙏
@manirakizablaise4664
@manirakizablaise4664 4 ай бұрын
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏
@MarieBukuru-jh7px
@MarieBukuru-jh7px 4 ай бұрын
Amen🎉
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 25/11/2023 by Chris NDIKUMANA
36:54
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 44 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 20/04/2024 par Chris NDIKUMANA
36:31
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 30 М.
Modus males sekolah
00:14
fitrop
Рет қаралды 11 МЛН
Whoa
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 55 МЛН
GTA 5 vs GTA San Andreas Doctors🥼🚑
00:57
Xzit Thamer
Рет қаралды 25 МЛН
KANGUKA DE SAMEDI LE 18/05/2024 par Chris NDIKUMANA
37:33
KANGUKA FRANÇAIS
Рет қаралды 224 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 27/01/2024 by Chris NDIKUMANA
35:25
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 27 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 16/10/2021 par Chris NDIKUMANA
34:45
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 53 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 27/05/2023 by Chris NDIKUMANA
35:24
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 49 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 20/01/2024 by Chris NDIKUMANA
37:34
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 35 М.
PRIÈRES POUR LA GUÉRISON, LA DÉLIVRANCE  et  L'ENFANTEMENT
PRIÈRES DIVINES
Рет қаралды 109
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 30/03/2024 by Chris NDIKUMANA
35:45
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 36 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 09/12/2023 by Chris NDIKUMANA
35:47
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 29 М.
Modus males sekolah
00:14
fitrop
Рет қаралды 11 МЛН