#KANYOSHA

  Рет қаралды 1,515

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

Transf y''Umuyagankuba yishe umuntu agira 2 mukiringo kidashika ukwezi 1 😭😭😡😡kanuosha icuma ca Regideso kimaze kwica abantu babiri (2) mugihe kitarenze ukwezi 1 .none kirya cuma nimba gifise ingorane ntibodukuriraho hakareka kuguma hagwa abantu kumwanya kumwanya?kndi nikigutangaza igihe cishe uwambere harabakozi ba Regideso bahamukarere bahashitse bavugango bagiye gutanga Raport none raba nubu.
Raport bavuze ntawuziko yatanzwe nukwitatanzwe .
#amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
AMAKURU YA 🅱🅱C GAHUZAMIRYANGO
AMAKURU YA RPA YIHUTA
AMAKURU YA HAGURUKA YIHUTA
AMAKURU YÍNZAMBA YIHUTA
AMAKURU YA PEAC FM YIHUTA
AMAKURU N'IBIGANIRO BICUKUMBUYE

Пікірлер: 4
@yuui1878
@yuui1878 7 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢
@nshimirimamaeric3172
@nshimirimamaeric3172 7 ай бұрын
Ahubwo barya barikwubaka uzaburamwo uyundi
@nshimirimamaeric3172
@nshimirimamaeric3172 7 ай бұрын
ibyo bijuju babuze amafranga yokuyiduza hejuru biraboneka ntiyamusumakuye yinjiyeye urabina yarenze intsinga reba ahantu iri nkuba hateye yamazi yibujumbura ikinjiramwo amazi urabona hatapfa abantu beshi cane
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 7 ай бұрын
None ico cuma ntibopfuma bakizitirira nibura canke bakakiduza!? Ivyo muburundi birancanga. N'umwana yocikoza agafatwa agapfa.Birababaje
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
MrBeast
Рет қаралды 188 МЛН
Modus males sekolah
00:14
fitrop
Рет қаралды 20 МЛН
"Mawazo" Sehemu Ya 70 Thoughts Dr Elie VD Waminia''
36:53
Chomoza Tv
Рет қаралды 1,4 М.
JAMBAZI (who is the killer) EP 2
19:14
BHAILAM
Рет қаралды 1,5 М.
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
MrBeast
Рет қаралды 188 МЛН