Karabaye,Ubuhanuzi bwanyuma kuri

  Рет қаралды 28,397

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Ай бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 135
@mimeme8802
@mimeme8802 18 күн бұрын
Mbe komuriko muramutuka hemweeeee ,hemwe eeeeeh , hemweeeeee ,ndahamagaye 3 ndavuzengo tintamarre Imana ubwobuhanuzi ndabwemeye cane nimwihane mureke kurogota 😢😢😢😢😢😢 mbe Abarundi komwapfuye muhagaze😢😢😢😢😢 nimuze twihane murabeko Imana ko itatubababarira😢😢😢😢😢
@alphonsinendayikengurukiye9005
@alphonsinendayikengurukiye9005 Ай бұрын
Imana yerekana ibihindurwa iyo basenze, Imana irabihindura turasenze mwizina rya Yesu Christo amen hallelujah
@mimeme8802
@mimeme8802 18 күн бұрын
Ubwobuhanuzi avuze nukuri nanje nabwumvise mumasengesho kuva muri 2016 ngira nivyo bigomba gushika muburundi kuko ubu ndiko mvyumcana abahanuzi benshi 😢😢 Imana igomba abarundi tuyikorere kuko uburundi nihanga rikomeye cane mwisi yose kubantu batabizi😢😢😢😢😢
@felicismehacimanafefe7463
@felicismehacimanafefe7463 19 күн бұрын
Ivyo Imana Igomba Aba Arivy biba kuk Itwiyumvirira neza ,AMana Imbabazo Zaw Zimbeho Uzompe kurangiza Amahoro Amen 🎉🎉🎉
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Reka tuzorabako atari ibinyoma kuko aheruka kutubwirako neva uwumwaka udahera agitwara reka turindire 😢😢😢
@AdrienneNDAYISENGA
@AdrienneNDAYISENGA Ай бұрын
Ariko ico kintu co mumashengero siwe wenyene ukivuze( kiramazwe guhanurwa kenshi kiramaze umwaka kuva mukwindwi),Imana idufashe
@bandinebigirimana625
@bandinebigirimana625 Ай бұрын
NGO ngwiki?? Intambara utazihagaritse wew ntizizohagarara🙄ubugoryi gusa
@razobigboss7436
@razobigboss7436 Ай бұрын
Arabesha Uyo numuhimbiri uyo mupasitor
@user-ti1ol3ti9j
@user-ti1ol3ti9j Ай бұрын
Murakaruswa CNDD Fdd mwachizi mani mbere mwabicanimwe imana murayizi mwabageseramwe nimurindire ivyomugirirabandi muzicuza 😢😢😢😢
@etiennebanyanse8125
@etiennebanyanse8125 Ай бұрын
Izo ni halcerations politico- religieux nibamuzane kwa RUJANTI bamuvure bamuhe Ama stabilisateurs . Umuntu avuga kw'ingwano zo uri Ucraine na RDC ariwe azozihagarika mwumva hatamubabanye?
@user-qi7np5ey4f
@user-qi7np5ey4f Ай бұрын
Dusenge Dusenge Kuko Imana icomeza kutwinginga .hahirwa abamesura imvune zabo Kuko aribo bazinjira mubwami bwijuru❤
@user-zi5kz8dq5z
@user-zi5kz8dq5z 28 күн бұрын
Ubwenge bura curama bukavuga ibitarivyo yavuganye nimwana yitwa ngwiki ahubwo nirofa akwiyegusaba imbabazi intumwa zacuyekwisi iyavuganye nimwana niyih kireka musa mose mukirundi cumvikana ahubwo natoke akwiye inkoni ntabwenge kagira
@VioletteManirakiza-jf2rk
@VioletteManirakiza-jf2rk Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂mara ngo neva bagiye guhigura mara ngo umwaka ntuhera atamweretse icari none vyahindutse
@user-un8jl9fx7u
@user-un8jl9fx7u Ай бұрын
Imana irazi ukuzobinza
@user-ti1ol3ti9j
@user-ti1ol3ti9j Ай бұрын
Ayanamakuru yuburofa tekereza avugukuri Aba DD nukubasezerera kujugumira kabisa igihekirageze izojavyi zituvireho 😮😮😮🎉🎉🎉
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e Ай бұрын
Oyo Buduha amakuru meza apana amakuru yu Burofa gaho. Nyimba bizoba nibizoba mu Burundi honye Bamukura amakuru yuburofa ❤❤❤
@etiennenebus4087
@etiennenebus4087 Ай бұрын
Bibaza kwabarundi tutaranijuka. 2015 ubuhanuzi bwuko muburundi atawuzorokoka ko tugihumeka? 😅😂 Zimye ibirofa
@user-um9zg9et4d
@user-um9zg9et4d Ай бұрын
Imana nidutabare kuko turaruhishijwe nivyaha nukuri!
@andrehakizimana7616
@andrehakizimana7616 Ай бұрын
Ngo Imana yambwiye...ngo Imana yambwiye. Burundi, Afrika...tugowe tukiriko.
@VénusteHABARUGIRA
@VénusteHABARUGIRA 25 күн бұрын
Dusenge cante kuko Imana s'umuntu ngibeshe . Iracicaye kuntebe yimbabazi Imana niyo ibona ibibereye k'umuntu. Kuko uvuze ko ariwewe uzohagarika intambara yo mw'isi uribeshe.urasoma yohana wambere gatanu kuri 19 ( 1yohana 5:19) . Kuko mumisi yanyuma ngohazoba abavugishwa bibinyoma. Kuko Imana ntawo yipfuriza inabi. Kuko Imana niyo ituma umuntu abaho canke apfa. Kandi niyo ituma umuntu atunga canke akena. Kimwe Imana niyo yaduteguriy umuyobozi mwiza kandi turizeye ko yamaje kumutoranya naho batamwiofuriza ineza.
@user-nu1ht5gl1m
@user-nu1ht5gl1m Ай бұрын
Na Yesu ntibamwemera imbere yuko ugira ico uvuga kumuntu avuga mwizina ryuhoraho urabanza urabe yuko hariho ico ubiziko mumpwemu iyonimpanuronta nze
@user-mu6tt4fx2y
@user-mu6tt4fx2y 22 күн бұрын
Imana sumuntu knd imana ninyembabazi abiyita abavugishwa ntibagaterubwoba abantu kk lmana ntiyaremye umuntu ngo abe uwokwicwa nabi
@user-ww3fz6yg4x
@user-ww3fz6yg4x Ай бұрын
Mugishaa aba cnddfdd nibo biba bagasambana gusa,Sha uwomugabo wapi kbx jewe umuntu w,imana aja muvya politique ntavuge ukuri wapi kbx icambu ca chimamand Moses ati amasengero atabesha nayakera kbx anglicane, Catholic ,vivent,pentegoti,metho
@MbeleciMukandama
@MbeleciMukandama Ай бұрын
Bashire mutama gwasa ahindure Burundi nki burayi wa mutama arabishobora
@SylvereNdiragora-te8wv
@SylvereNdiragora-te8wv Ай бұрын
Reka kwiyemera Nina imana yagutumye vuga ivyo imana yavuze apana kuguma udusigurira ivyo itagutumye subiramwo ivyo wabonye nawe utinte nimana apana itera bwoba ryawe
@user-uo8jx9en8v
@user-uo8jx9en8v Ай бұрын
Ntamuhanuzi. W'Immana atera ubwobba geza aho urarengeje urugeero,reka gucira Imanza a Abana b'Imanna Imana ntihana irises immbabazi caaane
@dieumercibizimana-zw7tx
@dieumercibizimana-zw7tx Ай бұрын
Bivana ningene abayabihawe
@vitalniyokwizigira906
@vitalniyokwizigira906 Ай бұрын
Si Imana Umuvyeyi n’imana rwabigata ngirango….
@jenzoyihaya
@jenzoyihaya 27 күн бұрын
Uyu muntu ndamwumvirije kera. Ashobora kuba yaravangiwe. Umuntu yiyita umwami n umuherezi, Ivyo sivy umuntu. Ikindi nibaza ko yumviriza Ivyo abahanuzi bukuri bavuze akavyiyitirira
@TUMUKUNDEHenriette-eo2lw
@TUMUKUNDEHenriette-eo2lw Ай бұрын
Hhh abarundi muribeza pe ese bibaye ibinyoma musenze haricyo byobatwara IMana igahindura amateka yanyu ubwo buzima murimo birabanezera ni muririre igihugu mureke amajambo basha😮
@SsSs-tu9gw
@SsSs-tu9gw Ай бұрын
Imana idutabare kweri uburundi burarushe
@NgendakumanaInnocent-bp8qx
@NgendakumanaInnocent-bp8qx Ай бұрын
Ubujuju bitagira izina
@ngendaadier8917
@ngendaadier8917 27 күн бұрын
Ebwana please reka Kuba uduteza umwuzukuru wasekibi yihisha mumana kandi arumuyobe canke wabuze icukora nawe??😊
@dieumercibizimana-zw7tx
@dieumercibizimana-zw7tx Ай бұрын
Uburundi buzotwarwa nabatoranijwe nayo Hazotangura hatware Nyangoma nyuma yiwe hatware Umusirikare
@dieudonnendizeye1367
@dieudonnendizeye1367 29 күн бұрын
Reka guhahamura abarundi twarabameny yuko muri abakozi babakorone ivyo mukora vyose mubikora munyungu zabazungu sinyungu zimana kuko Imana ntaniyo muzi ibuye riserutse ntiryica isuka😅
@naradatv3939
@naradatv3939 Ай бұрын
Kuri narada TV turakunda ibiganiro byanyu rero nyarukira kuri narada TV wihere amaso
@alinemiami9135
@alinemiami9135 Ай бұрын
Imana yoyo ntikina aho ikiganza coyandika kurubambazi ntimumbaze ntihobura abapfa baturutse inyo batarapfa Imana ni ntihemuka Abisirayeri baravuye mubuja bwa faraon natwe izodukura mukanwa kintambwe.
@JésusmarieNiyonsenga
@JésusmarieNiyonsenga 29 күн бұрын
Imana niyoyokudutabara ababipinga nabo bafisinzindimana bazibavugananazo Mana uzuduhuburinzi unaduharire ivyahavyacu kuk turabinyama namaraso uzuduharire uzobukoze
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 Ай бұрын
Uwo mu Escro nareke politique atazi,ubwo buhanuzi bwiza avuze yabeshe kuko umugeni siwe azogera ku rugi,ahubwo umukwe niwe azogera ku rugi.Ububeshi bwa mbere.Ica kabiri,avuze ko yabeshuje ubuhanuzi bwa Stephanie ico s'igikorwa ciwe.Haragowe uwuvuga ngo uhoraho aravuze kandi atavuze.
@SylvereNdiragora-te8wv
@SylvereNdiragora-te8wv Ай бұрын
Imana irakunda uburundi iyo ntare nintare iwayo apana muburundi suko imana ituma umuhanuzi Yuri abasenzi turbine here the abigira abahanuzi bamueho reka itera bwoba ntasoni
@user-rf8oi1hb3u
@user-rf8oi1hb3u Ай бұрын
Mugisha turabonako ivuga bigashika kure turagushimira kandi lmana yarakoze ubwire abarundi benewacu KO yesu agité kuza gutora ishengero bihane turikukirengazuba
@NduwayezuAimable
@NduwayezuAimable 28 күн бұрын
None mwatanguye kuzana ububeshi nkabandi.uwo muhanuzi kuki atobahanurira mweho
@NtunzwenimanaEgide-mz6tr
@NtunzwenimanaEgide-mz6tr 28 күн бұрын
Kanura neza,ureke gukebaguzwa mugisha.igihugu kirapanze .ivyo muvyitondere kuko uwo siwe asenga kurusha abandi
@user-es4nn5nb9b
@user-es4nn5nb9b Ай бұрын
Mugisha ndakuraye ko uyo MUNTU ari umuswaganyi jewe ntamwanya wanje notakaza ngondiko ndamwumviriza kuko haribinyoma yigeze kuvuga aranatanga imisi ariko nanubu ntanikimenyetso nukuri ugiye waduha amakuru yuzuyeko ivyondo rekana nawe areke kukwononera professionalisme yawe
@HakizimanaChristine-f9u
@HakizimanaChristine-f9u 14 күн бұрын
Wapi ntabugaragwa buhari niyo Regideso yomara umwaka idakora twovoma mumigezi tukabahi
@HakizimanaChristine-f9u
@HakizimanaChristine-f9u 14 күн бұрын
Wapi ntabugaragwa buhari niyo Regideso yomara umwaka idakora twovoma mumigezi tukabaho .we Imana irakubona uzohanirwa hamwe nuwuguha umurongo uvugirako kugira murye amahera ya ma Views
@desirentihebuwayo5366
@desirentihebuwayo5366 Ай бұрын
Ubuhanuzi bwuyu muvugishwa ni fake ahoyakavugiye ngo ivyimana yamweretse konanakimwe tubona kiraba ubwo buhanuzi bwawe sibwo wapi nabuhanuzi ngaho
@user-zz4vo8ms1r
@user-zz4vo8ms1r Ай бұрын
Ntajamboryavuziman'ngorihre Iman' Niyonzima
@user-fe8cr9nr7e
@user-fe8cr9nr7e Ай бұрын
mwebwe nyen mwigira Abavugishwa b'IMANA Ari uburofa bwanyu nimwe midukwegera akaga
@chantalmboningabira3751
@chantalmboningabira3751 Ай бұрын
Mubimenye ko abo bakozi ba sekibi ziyita imana, zikoreshwa n'imyuka yo munyenga ! iyo muzihaye amasengesho muba muzihaye ububasha n'inguvu zo gukora ivyo zapanze,kwica,kurimbura abantu. Iyo zisabiriza amasengesho ntakindi ziba zishaka, None rero mube mubizi,abatura amasengesho muzobibazwa.
@user-nb9kv1ih1t
@user-nb9kv1ih1t Ай бұрын
Hama jewe ntapinze ubuhanuzi mumumbarize harubuhanuzi yavuze abuza kwabavyeyi batorungika abana babo kwishure ngumwaka ntibazowumara none umwaka waraheze none ntimwumva KO abamwumviye abana babo bahomvye umwaka wose rero kuko wewe aganirara NIMANA yoduha umuco kugira tubandanye twemera ubuhanuzi bwiwe
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 Ай бұрын
Ivyago bisanzwe biriho,ngo uwishe mugenzi we amuhoye ubusa ngo Imana ije guhora nukuvuga ko uwamwivunye atishe?Uyo muvugishwa w'ibinyoma niwe azorimbuka ubwa nyuma.Iryo shavu afitiye CNDD-FDD ntirizomusiga kuko ari mubariko barategura intambara araza
@anetaaneta2767
@anetaaneta2767 Ай бұрын
Ubusambanyi bwo buri isiyose kandi bwamyeho kunvakera narindi
@clementnijimbere-bm9px
@clementnijimbere-bm9px Ай бұрын
Yooo humura ivyoni indoto. Nukuri ntanakimwekizobamuri ivyo dedemvye. Twebwe CNDD FDD twashize Imana imbere. Niyo idukingira. Uwoturwanyani Inde?
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Ай бұрын
😂😂😂😂eeeeee murakomeza muyishire imbere ninzirakarengane murenganya
@dieumercibizimana-zw7tx
@dieumercibizimana-zw7tx Ай бұрын
Naragize iyerekwa mbona abarundi bariko barahunga murukoguhunga ntibabona iyobahungira,mbona abasirikare bariko bavyina hama mbona mubicu hasanabi
@anetaaneta2767
@anetaaneta2767 Ай бұрын
​@dieumercibizimana-nihatari imana niyo yogutabara kuko biragoyezw7tx
@HakizimanaChristine-f9u
@HakizimanaChristine-f9u 14 күн бұрын
Retour a l"envoyeur au nom de Jesus Christ
@Kennyoreste
@Kennyoreste 16 күн бұрын
Pfuseke kwarujanti barugaye
@jonathanniyokindi256
@jonathanniyokindi256 Ай бұрын
Abahanuzi b'ibinyoma bazokwamaho
@InnocentSabumukiza
@InnocentSabumukiza 27 күн бұрын
Uyu muntu jew ndizera arik bamufate agende avuge uwabimutumwe
@intahetv
@intahetv Ай бұрын
N ukuri turarushe cane. Imana idutabare cane. Iyi ntwaro mbi iraturushe n ubu buca biba amatora
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e Ай бұрын
@@intahetv Nihatari njnkatwese ituruhije nikwihagana
@JamalJamal-qp7zt
@JamalJamal-qp7zt Ай бұрын
Jewe ntamugambwe numwe ndimwo ariko ndakubwire wewe ushira ibintu kumbuga uzoruha mumutima kuko ukwosiko bakora mukugira hagire igihinduka suko bigenda ahubwo urantwenza nn ivyo bihinduriki kwabo iyomana bavuga arinkimwe aba dd basenga
@dnk3852
@dnk3852 26 күн бұрын
Nta Vyago biza bisumba ivyo u bdi turimwo
@ntuyahagamichel2574
@ntuyahagamichel2574 Ай бұрын
Imana iradukunda kurush'abantu
@JulesNiyibitang
@JulesNiyibitang Ай бұрын
Nne WW urimana yoguhagari ivyateguwe?
@claudineali3561
@claudineali3561 16 күн бұрын
None iyo ninzara canke nizuba ryamubanye ryinshi😂
@JulesNiyibitang
@JulesNiyibitang Ай бұрын
Mbega mwasanze abanyavyaha arabasenided gusa bamureka kuba mwitiranya ibint imana nimana Abantu nabantu
@dianekaneza7311
@dianekaneza7311 19 күн бұрын
Satani astidwe mwozina rya Yesu Kristo
@HakizimanaChristine-f9u
@HakizimanaChristine-f9u 14 күн бұрын
Mbe ko yamunyengeje namutwereke tumubone uwo gatinya shengero
@user-ww3fz6yg4x
@user-ww3fz6yg4x Ай бұрын
Ntamuntu wimana yovuga ivyo kbx mugishaa ndakwaseee😅
@AudaceSETAGI
@AudaceSETAGI Ай бұрын
Naw ntuzopfa? Bawitond ubwobubeshi kurangaho.
@razobigboss7436
@razobigboss7436 Ай бұрын
Muongo uyo past
@user-ww3fz6yg4x
@user-ww3fz6yg4x Ай бұрын
Mugishaa buzana Amakuru Atariko ivumbi kbx ureke kuzana uburofa kbx ego yes azoza aje kwisi yose kurimbura abanyavyaha pe ariko ngo abarundi sur Tous only????????????????????????????????????????????????????????????????????😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮
@GaspardMuhitira-xu1tg
@GaspardMuhitira-xu1tg Ай бұрын
Ivyago bine bimaze gushikira umukuru w'igihugu ni ibihe ko muvuga ko hasigaye bibiri? Twibutse ivyamubayeko?
@EricHabonimana-ik6ol
@EricHabonimana-ik6ol Ай бұрын
Imana niyo isigaye yikorera ingo Mana burundi
@andrehakizimana7616
@andrehakizimana7616 Ай бұрын
Na wewe Mugisha, ngo IMANA iravuze!!!
@Kwizeraetienne-ie3nr
@Kwizeraetienne-ie3nr Ай бұрын
Ubwobuhanuzi nukuri imana iratugirira imbabazi
@user-qp3uy8cy7u
@user-qp3uy8cy7u Ай бұрын
Ubwo buhanuzi bwuyu mugabo, hako mwobupinga tegereza ivyo avuze mwico gihe, nimwabona butabaye azoba ariko abeshera lmana kandi izobimuhanira bihebuje,rero jewe mubapinga ubuhanuzi snidimwo,lmana interetse tuzoba tubibona
@nazzokenny
@nazzokenny Ай бұрын
Wemera vyose nkimburabwenge
@anetaaneta2767
@anetaaneta2767 Ай бұрын
Uburundi hoho duhazwe navyishi dukoze izara iteyubwoba nkomuri muzaiqwe aho yafugejeje
@alphonsinendayikengurukiye9005
@alphonsinendayikengurukiye9005 Ай бұрын
Nibihindurwe nimbabazi z' Imana amen 🙏 😂
@EzechielNduwimana-hi8kf
@EzechielNduwimana-hi8kf Ай бұрын
Oya reka kuvaho yavugiye bidashika
@user-qd4jr2xz7l
@user-qd4jr2xz7l Ай бұрын
Turasavye ubihabarike eangu
@desirentihebuwayo5366
@desirentihebuwayo5366 Ай бұрын
Izonahe zawe sizo kandi wumvikana nkuwaborewe ubwobuhanuzi nabwo twemeye imana nikora uko
@JacksonNiyonkuru-xl7ej
@JacksonNiyonkuru-xl7ej Ай бұрын
Utanguye kutazana ibintu nawe wumvako aruburofa uyomugabo akwiye gusengera ntabuhanuzi ninzozi mbi zimurimwo naww ntuzodubire kuza amakuru nkayo ntakintunakimwe yavuze ahubwo yarogose
@user-zi5kz8dq5z
@user-zi5kz8dq5z 28 күн бұрын
Irofa ntaho zabuze kwel mana tubabarire
@user-ww3fz6yg4x
@user-ww3fz6yg4x Ай бұрын
Mugishaa ayamakuru wapi kbx
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
ego imana irakora ivyo imana yamweretse bishitse niho tuzovyemera ko imana ikorana nawe none imwerekako nabanyagihugu ataco tuzira twisonzeko imana izoturimbura muga ngira izorimbura abo bategetsi🙈🙈
@user-xg3un3oi9e
@user-xg3un3oi9e Ай бұрын
Uwo muntu yagize indoto mbi pe😂😂😂
@ndikumasabodiegovevo9091
@ndikumasabodiegovevo9091 Ай бұрын
Uyu nagirango arakomey kumb niwale wale ngo intambara ziriko zibera kuriyi atariwe azihagarits ngo ntamuntu numw azozihagarika mb niw azirwana cank niw afise ibibazo biziteza😂😂😂
@veanchynzoyisaba4123
@veanchynzoyisaba4123 Ай бұрын
Murarushe pe!
@godelievekamikazi3031
@godelievekamikazi3031 24 күн бұрын
Nubuneshi
@user-vf3iv5mg5m
@user-vf3iv5mg5m Ай бұрын
Uri manyanga kweli,ngo aho uzoba utari ngo ntamahoro azohaba??wew rero ur'lmana?wewe niwe utanga amahoro?
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e Ай бұрын
Anakiri uyo maneno tuuu
@SylvereNsabimana-it6qg
@SylvereNsabimana-it6qg 29 күн бұрын
Shakom
@LibereNtibategegera
@LibereNtibategegera Ай бұрын
Senga imana itabare kandi itange imbabzi
@Olive-fs9vj
@Olive-fs9vj Ай бұрын
Yewe we nihatari uhagarikintambara ubayimana
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Uwu uhoraho mwahuriye ko uri mubantu ataco wishoboje rela kudendekanya
@AbeYes-u5k
@AbeYes-u5k Ай бұрын
Wubahwe , harintumva, lmana itubabarire
@vitalniyokwizigira906
@vitalniyokwizigira906 Ай бұрын
Iyo mana y’a NICOLAS irakaze pe
@desirentihebuwayo5366
@desirentihebuwayo5366 Ай бұрын
Reka iterabwoba ngaho muvyimana naterabwoba ririmwo
@ifkarangaofficial644
@ifkarangaofficial644 Ай бұрын
Rekana nivyo bibwa vyi dady
@spesirakiza7063
@spesirakiza7063 Ай бұрын
Burakeye tuharebe
@user-kk4ow7iz7n
@user-kk4ow7iz7n Ай бұрын
Ok nti tuhariye ariko ñiwe ajajihagarika
@Manufafaranga
@Manufafaranga Ай бұрын
Birahera muri Eden😂
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e Ай бұрын
Hhhhh birahera
@EricNZAMBIMANA-sh6ym
@EricNZAMBIMANA-sh6ym Ай бұрын
Face prophecy
@HerveNdikumana-hi8rw
@HerveNdikumana-hi8rw Ай бұрын
Urumogi
@mundabireson6721
@mundabireson6721 Ай бұрын
Mugisha uzoze uraduha ibintu bitomoye uzurareka ubugoryi man kandi wew ndakwemera none uwomuntu yokora iki ? Kugira ivyo bihagarare
@urugendonews
@urugendonews Ай бұрын
Nivyiza kunyemera, nanje ndakwemera, ibi birekekere abavyemera.
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e Ай бұрын
Naw duhe amakuru atomoye apana apana amakuru nkayo
@constantinningabira4511
@constantinningabira4511 Ай бұрын
Tuzosenga
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 174 МЛН
ПОМОГЛА НАЗЫВАЕТСЯ😂
00:20
Chapitosiki
Рет қаралды 25 МЛН
Lehanga 🤣 #comedy #funny
00:31
Micky Makeover
Рет қаралды 27 МЛН
Советы на всё лето 4 @postworkllc
00:23
История одного вокалиста
Рет қаралды 5 МЛН
Amakuru ya BBC GAHUZA yo KU wa 15.08.2024 ku#RWANDA#UBURUNDI#CONGO#
30:27
ЗАКЛЯТЫЕ ДРУЗЬЯ | Сюжет skibidi toilet 77 (part 1)
10:10
Кс втроем 2 ( CS 2 )
15:45
JOHAN
Рет қаралды 912 М.
HIGHLIGHTS | Real Madrid 2-0 Atalanta | UEFA Super Cup 2024
1:12
Real Madrid
Рет қаралды 6 МЛН