Kidum tumusanze mu nzu za NDEKATUBANE/avuze amajambo akomeye🤔banyankira kubabwiza ukuri/aratwenza😂

  Рет қаралды 64,803

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

11 ай бұрын

#sirenvibestv #kidum

Пікірлер: 126
@donkleinofficiel5624
@donkleinofficiel5624 11 ай бұрын
First hozzy give me my flowers nd uwamber(épingle moi🙏🏾)
@amolam97
@amolam97 11 ай бұрын
🎉
@bezaarlencyirahoza233
@bezaarlencyirahoza233 11 ай бұрын
Kidumu good performer ever nabonye concert ziwe nizo njamwo gusa👌🏾 from🇷🇼
@alcross6956
@alcross6956 11 ай бұрын
Le star Kidumu arakwiye prix National de L'unite kubera indirimbo Uwishe uwasahuye
@VaC006
@VaC006 11 ай бұрын
2014 Kidum yaraje muri Minnesota (US) yumva abarundi dukoma induru imbere aca agira pause asanga tuvuga ikirundi aca arahindura playlist avanga izikirundi ni gi Swahili aca atera ya blague yiwe yicayi 😅😅
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
Vibe ziwe ntizisaza, ntizihinduka 😍😍
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 11 ай бұрын
Abantu mucana inguvu ng naka ashaka kwigana naka nukuri ntaho bizodushikana duterane inguvu kuko umwe wese afise chance yiwe ntabwo bashaka kwigana umuntu numwe umwe wese afis uko akora Chacun à sa manière yo gukora numugisha wiwe.. .Hosy hejuru cane❤❤❤❤
@djziidafoudre4094
@djziidafoudre4094 11 ай бұрын
Indirimbo ya Kidum yitwa Kimbia niyo ingejeje aho ngeze ubu🙏🏾. God bless our own and only Kibuganizo.
@amolam97
@amolam97 11 ай бұрын
Me too
@bigirimanaberchimas-ir7im
@bigirimanaberchimas-ir7im 11 ай бұрын
Mama Hatari umukenya twahaririye ndamubwiye ko kidum arumurundi yanyishuye ngo yaraziko arumukenya kubera yavutse amwumva Neza cane
@abasirumatila6161
@abasirumatila6161 11 ай бұрын
Ooh kidumu kumbe yaje Glasgow nihoo mba sha n ukuri siren vibes turayikurikirana i Glasgow 🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿
@christainc.5217
@christainc.5217 11 ай бұрын
Ivyo nivyonkunda ugiyahantu hatesa zutubwira natwe dutashe tuzohazunguruke❤❤❤mer66
@user-gy5ur8ko7h
@user-gy5ur8ko7h 11 ай бұрын
Ukuntu Musaza uvuga ibintu vyubwenge cane,benshi bakwiye kwigirako.uri direct Kidum turakwishimira🇧🇮
@PrincEloge
@PrincEloge 11 ай бұрын
Arko kidumu ntamu star. Avyibuha uko kbsa rab ugabanye iynda yawe😂😂🤣🤣
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 11 ай бұрын
Abakobwa nikinu gishira igihugu imbere example Rwanda abakobwa babo bamenyekanije igihugu cabo Kidumu we ❤️ you
@benignedushime3428
@benignedushime3428 11 ай бұрын
Kidumu umuyarusaka w'iwacu weee love you King of burundian's pop ❤️🧡💛💚💙💙🤎
@amolam97
@amolam97 11 ай бұрын
Uburundi turishimira kuba dufise kidum kabisa yubahwe cane🎉🎉
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
Cane
@gilberttabu6501
@gilberttabu6501 11 ай бұрын
Wouuu! Kidumu ni sawa cyane. Ni legend kabisa. Kigali turagukumbuye.
@evellakorineza8208
@evellakorineza8208 11 ай бұрын
Kidumu ndagukunda nzopfa ejo vrmnt.urater iteka akazi kawe pe.uri usaza w ukuri gusa.❤❤❤❤
@ndoricimpaelyse7752
@ndoricimpaelyse7752 11 ай бұрын
Mzee Wetu turamufana aduha umuziki utomoye.
@michelinemiche442
@michelinemiche442 11 ай бұрын
Kidumu na kumenye kubera papa yarakunda indirimbo zawe cane,rip papa😢
@umuzikimurundi257
@umuzikimurundi257 11 ай бұрын
#kidumkibido my guy ikiganiro c'ubwenge kbx
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 11 ай бұрын
Mzee King 🤴of Burundi 🇧🇮 Kidumu Kibido long time in England 🇬🇧 Coventry. We miss u, show bro. Mzee King 🤴 of Burundi 🇧🇮 Kidumu Kibido come back in England 🇬🇧 Coventry. U are the best brother👌🏿 let keep listening 🎶 Burundi 🇧🇮 songs 🎵 peace❤️ and love ❤️ to all Burundian🫵🏿👊🏿 one love is everything ❤️
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 11 ай бұрын
Kidum, Maitre Gims sumu rappeur gusa, ijwi ryiwe niryiza cane. Akandi arazi no kuririmba. Kandi, Gims afise rénommée internationale. Hanyuma, nawe Osy, abanyarwanda batanguye kera ama chaines yutube, nico gituma bazwi cane. Il faut savoir bâtir une histoire et un nom. Namwe bizoza buke buke. Courage!
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 11 ай бұрын
Kuri nuits de la francophonie(le 5 août 2023), yarabiciye biracika
@rg4631
@rg4631 11 ай бұрын
Good job Hosy , kidumu wacu 🤩
@alexisbishaka335
@alexisbishaka335 11 ай бұрын
Bandugu ndabizi HOSY aranyumva ivyavuze nimba arivyo kuvyo amubajije jew ndamukunda wallah nkahamw yompa ikiganiro ebana noshima
@ngendakumanajeanmarrie7490
@ngendakumanajeanmarrie7490 11 ай бұрын
Kidumu nampenda sana siyo mnafik anasema ukweti pia anajua kuimba wengi wahapa wanakop nanyimbo zao hazidumu wajikosoe
@JeanseyBoston
@JeanseyBoston 11 ай бұрын
Kidum nakupenda sana mzee! basha ndagukunda kweri urumuntu wiwanje kbsa ndumunyaRda!!😂😂😂😂
@benignedushime3428
@benignedushime3428 11 ай бұрын
Tous mes respects Ku muririmvyi wese afise agatima nkaka kidumu ko gukunda ivyigihugu ciwe comme Angélique Kijo
@nnno989
@nnno989 11 ай бұрын
Mbayuwambere❤❤❤
@user-cu8bz3mg4d
@user-cu8bz3mg4d 11 ай бұрын
My favorite❤nkiri umwan bantuk bambwir ngo mvyibush nka kidum kibido bikambabaz en + ndi umukobw NC nkura ndamukund❤🇧🇮🇺🇲
@nirenganira8433
@nirenganira8433 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 11 ай бұрын
Nubu barabibwira abana 😂😂😂😂😂😂
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
😂😂😂
@OfficialValentin
@OfficialValentin 11 ай бұрын
Nimba ukimezuko karabaye😂😂😂
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
Kidumu kibido king music burundi
@gashirabakejmv1854
@gashirabakejmv1854 11 ай бұрын
Rwanda 🇷🇼 ❤
@j.paulsimbavimbere8310
@j.paulsimbavimbere8310 11 ай бұрын
Nagomba ndabamenyeshe ko Kidum ari musicien expert dans l'EAC
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 11 ай бұрын
Uyo mutama bamureke indirimbo ze zakera zari nziza nico gituma abantu bamukunda gushikubu
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 11 ай бұрын
Ego vraiment
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
Uvuze ukuri kwuzuye
@titijunior9090
@titijunior9090 10 ай бұрын
my favorite super star in the WOrld
@sewarss8422
@sewarss8422 11 ай бұрын
Mbayuwagatatu 🔥🔥🥰
@osierebimana8432
@osierebimana8432 11 ай бұрын
ayo masanamu umengo nya phone ya techno cnk itel vrm
@serugoburundi7044
@serugoburundi7044 11 ай бұрын
mushaka namw Président abahe ikiganiro😂😂
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 11 ай бұрын
Ozy Kiduumu agira amutange Ndagowe😊 Naragoswe barakuntanze🤦🏽‍♂️ Usikubali Wallah😂
@user-fs6yg6ir8n
@user-fs6yg6ir8n 11 ай бұрын
Turamukunda from Rwanda.🎉
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
My favorite kbs mumependeza ❤❤❤❤🇧🇮❤❤💯✅🥰🥰💞💞🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🎼🎻🎻🎼🎶🎵💪💪💪💪💪💪💪💪💪✌✌✌✌✌✌
@user-rb1ti1gw2v
@user-rb1ti1gw2v 11 ай бұрын
Turagukunda kidumu wangu
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 11 ай бұрын
Papa iyo tumbo . irabire kabisa itakuzanira indwara .
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 11 ай бұрын
Hosy uti azohava akuronderera umugabo😅😅
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 11 ай бұрын
Ukabona utwana twubu gakoze indirimbo 3 kakabona zirakwije 1M de vues kuri you tube bugaca bugara abasaza nabo inoti zo muyandi madiri atandukanye barahimvye i noti erega hit si you tube gusa, you tube yo ije vuba
@christinesemuto940
@christinesemuto940 11 ай бұрын
Hosy we lov u from Rda courage ma petite
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 11 ай бұрын
@VIBE ZA DANGE........IRAKOZE HEJURU CANEE MUKAZI
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
Abiwacu muraho😍❤️
@AdvancedPlanet
@AdvancedPlanet 11 ай бұрын
Cool and keep it up. Only, let's say anyway not anyways. Thanks for considering my comment
@user-er5xv4gh5w
@user-er5xv4gh5w 11 ай бұрын
👍
@jahson460
@jahson460 11 ай бұрын
28:32 reka reka... 🤣twarize géographie, Hosy niwe watakaye...
@MucoStar
@MucoStar 11 ай бұрын
😂😂😂aba congomani bo muri France 😅
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 11 ай бұрын
Full Angenge 🎉💪🏾
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 11 ай бұрын
Legend 🙌👌
@Armelsinarinzi
@Armelsinarinzi 11 ай бұрын
(Kidumu fizzo) abandi nivyaduka😂😂
@dismasndayiragije517
@dismasndayiragije517 11 ай бұрын
Najewe ndumiwe kabisa isi yarayimaze,
@destineeingabir1372
@destineeingabir1372 11 ай бұрын
Legend 👌❤
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 11 ай бұрын
Hosie kaguma kaba keza ❤.
@NdabitezimanaBonaventure-xi1kr
@NdabitezimanaBonaventure-xi1kr 11 ай бұрын
Nkunda ibiganiro vya hosy cane vrmt
@user-wm6mw2xd4e
@user-wm6mw2xd4e 4 ай бұрын
Uzi none mubaZe Kidumu kwatazogaruka kuba Burundi
@olivern4444
@olivern4444 11 ай бұрын
Ikiganiro ciza kweli
@christopherpiko2734
@christopherpiko2734 11 ай бұрын
iyo mpuzu yomubabaza yari yashizemwo umuti wumupfumu c sur
@user-vi1kr2rr7l
@user-vi1kr2rr7l 11 ай бұрын
We love you kidum
@ingabirechantrene2933
@ingabirechantrene2933 11 ай бұрын
Kidum yubahwe kl
@alexisbishaka335
@alexisbishaka335 11 ай бұрын
muse barabarayao❤❤❤❤
@desireniyongere5535
@desireniyongere5535 11 ай бұрын
Kiraryoshe kabisa😂
@user-ig7le2iz2e
@user-ig7le2iz2e 11 ай бұрын
Komera mutama we love u
@jamesniyonzima1632
@jamesniyonzima1632 11 ай бұрын
Turabunviriza Nairobi Kenya
@msafiriisrael6111
@msafiriisrael6111 11 ай бұрын
Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 11 ай бұрын
Hanyuma abauga ngo umuziki w'Uburundi nturi international ngira ntibaba bazi ivyo bari kuvuga iyindi international iruta iyo n'iyihe?
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 11 ай бұрын
Kidum ❤❤
@hilairendimurukundo
@hilairendimurukundo 11 ай бұрын
Wooow
@happy-ricfamilysemior9698
@happy-ricfamilysemior9698 11 ай бұрын
kzbin.info/www/bejne/fKOlnY15p56Kodk Ucitse ifaranga By GP Happy-Ric Family Senior
@aimeekanyanuneza4042
@aimeekanyanuneza4042 11 ай бұрын
Kidumu waouh nisawa uwacu
@8kabajos175
@8kabajos175 11 ай бұрын
😍😍
@nijimbereaimable9947
@nijimbereaimable9947 11 ай бұрын
Ndubaha🎉
@billskeez92
@billskeez92 11 ай бұрын
W wamukobwa GENDA wige neza Kuza urabaza ibibazo!!! Fata akazi kawe seriously canke uzoze uraraba KABOS for Real Ingene abaza ibibazo ureke kuguma witwengesha ubusa ubaza ibibazo ng ni dawa sijui patati patata uliza ma swali mazima umuhe nama challenge mubibazo vyawe uburiko uramubaza
@serugoburundi7044
@serugoburundi7044 11 ай бұрын
umukubito urabarenze. bandanya muri domaine yanyu mureke kwigana juste Gael. Nigute wokwerekana ivyo ugaca ukoresha kidum?!! Yuuuu😮
@vyizigirofiston6783
@vyizigirofiston6783 11 ай бұрын
Oe nkaw ivyobijamb ubikuyehh kombon urik urahutwahutwa kumutima ww kor channel ukor ivyaw urek kujija mwan kuk urik wihor ubusa
@mugishagloria6107
@mugishagloria6107 11 ай бұрын
Ahubwonagira niwe umurenze.Reka kubiraba none.
@nirenganira8433
@nirenganira8433 11 ай бұрын
Nuyu ntasanzwe ndamukunda akora ibiganiro vyiza atumira abantu biyubaha bakavuga bafise intumbero. Ikintu namukundiye kurusgaho ntakora umutwe wikiganiro ngo abeshe. Ikindi ntatumira ibisazi bimwe bitagira umuco. Murimake numukozi adakoreshwa ninzara
@yolo._96
@yolo._96 11 ай бұрын
Hosy 10% ya 30million ni 3million si 300k,uti merci
@kikichrista6955
@kikichrista6955 11 ай бұрын
❤❤
@hudahuda7670
@hudahuda7670 11 ай бұрын
❤❤❤❤
@clemenceirizabimbuto4455
@clemenceirizabimbuto4455 9 ай бұрын
Nice
@bayiramyedanielkolenda2141
@bayiramyedanielkolenda2141 11 ай бұрын
❤❤❤
@IrakozeOlivier-tt2tq
@IrakozeOlivier-tt2tq 11 ай бұрын
None nk iki kiganiro nkaba drama t baracumva cank?mbariza!!!!na sat b nawene kimushikire😂😂
@DjYvesWest
@DjYvesWest 11 ай бұрын
👍👍
@pitbullfamily4499
@pitbullfamily4499 11 ай бұрын
Real talk-show Bigman kibido ako kadada Nina sutwa
@SandrineKwizera-lf5em
@SandrineKwizera-lf5em 11 ай бұрын
💓
@rahaytv26
@rahaytv26 7 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@igirukwishakanadege5335
@igirukwishakanadege5335 11 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮💪💪💪
@graciakajeneza2660
@graciakajeneza2660 11 ай бұрын
Kidum aririmba neza cane afise amajambo akomeye cane
@alexisbishaka335
@alexisbishaka335 11 ай бұрын
disi HOSY NDAMUKUNDA WALLAH
@umuhumure
@umuhumure 11 ай бұрын
Hosyy yuhuuu🥳🥳felicitations sha 100k followers 👏🏾
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
🥳🥳❤️❤️❤️😍mercii
@emmanuelmatsiko6971
@emmanuelmatsiko6971 11 ай бұрын
kidum uyu ni genral kbsa
@angeakeza6542
@angeakeza6542 11 ай бұрын
Nikundir kidum uratwenz
@patrickbazompora796
@patrickbazompora796 11 ай бұрын
Ikiganiro ciza caneee tukunde ivyacu
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 11 ай бұрын
Mom hosy🥰
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
@alexikagoma5135
@alexikagoma5135 11 ай бұрын
Kidumu na fizzo turabemera
@therencechow5656
@therencechow5656 11 ай бұрын
kidumu yubahwe
@voyceofyouth
@voyceofyouth 10 ай бұрын
I need to talk with you
@user-gj2sn3fc1z
@user-gj2sn3fc1z 11 ай бұрын
Ndabaku n da
@yvonblaisesantiishimwe1895
@yvonblaisesantiishimwe1895 11 ай бұрын
Utanguye kwigana juste Gaël
@serugoburundi7044
@serugoburundi7044 11 ай бұрын
vyamwankiye yabonye koburya burofa twaburambiwe juste Gael ararenze
@edissa9747
@edissa9747 11 ай бұрын
Ivyo nivyo bariko baravuga. Kubera iki muca abakozi intege aho gushigikirana? Icigenzi ni ibikorwa, kazima bose bari kukivi. Dukore dutere imbere, nico gikuru.
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 11 ай бұрын
Simbona ikosa yakoze kurayamajambo yoguca intege notre soeur.
@emmanuelmyles157
@emmanuelmyles157 11 ай бұрын
Murabagenzi mubiganiro vyanyu ,kuki sangwa muvyerame gushigikirana kandi kibido akaba aruwambere twemera iwacu burundi kuberiki atashigikiye miss burundi akaba ari D One new singer abigira ,ibibigabo bimaze guhaga bigumavyiyunvira kobiri on top , hoze ntugire ikimenya muri journalists
@user-ns9jn2gd4c
@user-ns9jn2gd4c 11 ай бұрын
Urashoboye kwri mbega ntamwana afise akuze amwereke iyo inkomezi ziwe ziva
@nnno989
@nnno989 11 ай бұрын
Mbayuwambere❤❤❤
Playing hide and seek with my dog 🐶
00:25
Zach King
Рет қаралды 31 МЛН
Женская драка в Кызылорде
00:53
AIRAN
Рет қаралды 323 М.
100❤️
00:19
MY💝No War🤝
Рет қаралды 23 МЛН
Clown takes blame for missing candy 🍬🤣 #shorts
00:49
Yoeslan
Рет қаралды 38 МЛН
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 6 М.
KIDUM LIVE GIG DYNAMICS EXPO
38:11
Kidum Kibido
Рет қаралды 28 М.
Churchill Show The Story of Kidum
49:16
Churchill Television
Рет қаралды 92 М.
Playing hide and seek with my dog 🐶
00:25
Zach King
Рет қаралды 31 МЛН