Kigingi arabivuze😅|ingene yasovye mw'ishuri|umugore wanje n'umusazi kundusha|amakanzu sinzoyaheba

  Рет қаралды 73,417

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

Пікірлер: 247
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 жыл бұрын
Kubifuza guterera Kigingi muri mariage yiwe nkuko yabivuze ntiharagera ko atanga numero ya lumicash canke ecocash ariko kubifuza kumuterera ubu mwomwandikira kuri Instagram yiwe canke mukaturondera kuri 76711802 tukababa numero ziwe (kubifuza kumuterera gusa)
@DJMurya
@DJMurya 3 жыл бұрын
Amamessage ntiyishura...arahahombera
@glorialeviniakeza3857
@glorialeviniakeza3857 3 жыл бұрын
Mariage events
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 3 жыл бұрын
IKI KIYAGO 😁 😂😂 REKA NICARE ndebe KIGINGI 😁😁
@queliairambona860
@queliairambona860 3 жыл бұрын
Big up CHITA 👍
@cleverjay6693
@cleverjay6693 3 жыл бұрын
Chita tora agatebe !!!urumva ukuntu baguserereza ngo ububi ,ubugufi,ubu rero twicishe bugufi dusab ugure inzobe n'uburebure !!🤦
@jaychanceofficiel742
@jaychanceofficiel742 3 жыл бұрын
CHITA 🇧🇮💜💚💙
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 жыл бұрын
😂😂😂Chita ngo ufise inzobe nyinshi 😂
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 3 жыл бұрын
Hosy rungika amahera na Invitation nze mu burundi unkoreshe ikiganiro nisobanure 😂😂😂😂
@sosomh5430
@sosomh5430 3 жыл бұрын
Kigingi tu es mon comédien de tous les siècles !!!
@francineniyonkuru741
@francineniyonkuru741 3 жыл бұрын
Uwabonye ko Hosy asigaye afise fresher.nyishi nyishi🥰🥰🥰🥰🥰❤❤❤❤
@alisonkay6940
@alisonkay6940 3 жыл бұрын
Hariho kuba umu star hakaba n kugira m mutwe, Kigingi ndakunda ingen bikenew uba très sérieux. Kandi uri intelligent vrt! Big up
@soniankengurutse6738
@soniankengurutse6738 3 жыл бұрын
Kigingi,t'es mon comédien vraiment mfana😂😂😂je t'adore 🥰🥰😍😍nt interview yaw norengana ntaravye oft uranryohereza umunsi iy ndavy mission yawe🤣🤣🤣🤣
@mireille2452
@mireille2452 3 жыл бұрын
Turi benshi😂😂😂😂
@soniankengurutse6738
@soniankengurutse6738 3 жыл бұрын
😀😀😀😀😀
@mrskabushemeye
@mrskabushemeye 3 жыл бұрын
Tura gukunda kinging watching from Canada 🇨🇦
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 3 жыл бұрын
Kigingi vrt😂😂😂😂 u're my fave always!
@DiasporaforChristpodcast
@DiasporaforChristpodcast 3 жыл бұрын
Kigingi and Hosy on top 🔥🔥🔥🔥🔥 love from Rwanda
@samiauwamahoro5019
@samiauwamahoro5019 3 жыл бұрын
Shaaa reka ndakirabe ryamye ntikincike kko introduction yikiganiro numva ari top
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
Kigigi nukuri jewe uraryohera cane 😂😂😂😂❤❤😂😂😂😂😂umugore agufise arangiriwe cane😂😂😂😂😂😂😂❤❤😂😂🎉🎉🎉
@manundayi2409
@manundayi2409 3 жыл бұрын
Kigiiiiiiiii turagukunda caaaaane uratuvura stress 😅😅❤️😘😍
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂❤❤😂😂❤❤❤😢😢🎉🎉😂vyari vyagucaze wewe kigigi wewe ego ♥️ 🎶 👌 😎 ❤️ ✨️ ♥️ 🎶 👌 😎 ❤️ ✨️ ♥️ 🎶 👌
@lemeciteriteka3960
@lemeciteriteka3960 3 жыл бұрын
Hosy🔥 KeepMakingThe Industry of journalism to the next level 🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮
@thierryirakinga1463
@thierryirakinga1463 3 жыл бұрын
#Kigingi ndamwemera arazi ikirundi vrt arasiguye ibintu bir pertinent nater'imbere nk'umuzinga.
@ntirabampaclaudieliesse1342
@ntirabampaclaudieliesse1342 3 жыл бұрын
Yoooo erega yoranda arashaje jew yanyigishije muwagatandatu 😂😂😂😂yubawe ahariri🇧🇮
@paolabizimana2099
@paolabizimana2099 3 жыл бұрын
😀😀😀😀😀ewe kigingi sha histoire yose uyvuga ukwiri
@loramatilde8285
@loramatilde8285 3 жыл бұрын
Uwanyigisha ikirundi namushima kweri. Muvugane neza numva muri abatesi
@kanekiki8852
@kanekiki8852 3 жыл бұрын
Mes côtes😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Yoooo Kigingi vrt😂😂😂😂😂😂😂😂😂ndagushimiy
@landryuwimana
@landryuwimana Жыл бұрын
kigingi vt sinahora nkwemera uyumunsi ndemeye🎉😅😅
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂utera uvyibuha uguma uwtenga cha
@cocotete2020
@cocotete2020 3 жыл бұрын
I love this guy. His an angel peeee
@lionelopromoter3343
@lionelopromoter3343 3 жыл бұрын
Kigingi mtu wangu wa nguvu🤣🤣🙌🙌
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
None kigigi jeww kochaka dakubone vyongeda gute canke Nogueira gute kuri fone❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉ego 💯 ✍ ♥️ 😀 😄 😉 💯 ✍
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 3 жыл бұрын
😃😃😃😃😃😃 Muranyishe nagatwengo ewe kigingi urumuti wamenyo😀😀😀😀😀😀😀😀
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
Ego nawme musasa neza cane😂😂😂❤❤❤❤😂🎉🎉🎉😂❤❤😂😂
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 Жыл бұрын
Hosy merci sana kuzana kigingi natwenz nahwerey
@kumusitv
@kumusitv 3 жыл бұрын
ewe Mr KAGINGI weee Love From IHURIRO TV
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ka frodoire ubu karakuze
@neza9665
@neza9665 3 жыл бұрын
Yooooooo 🥰🥰🥰🥰🥰🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😅😅nukur ndagagaye nangatwengo kigingi aranyishe nangatwego
@nenegash24
@nenegash24 3 жыл бұрын
Kigingi ndagusabe uzogire oooooopeeeeeen Baaaaaar
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 жыл бұрын
Kigingi ndakwemera murwanda yavyitwayemwo neza ntiyatetereje abarundi
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 😂😂😂❤😂😂ihaja wkijana😂😂❤😂😂🎉🎉😂❤❤
@ndayikejedjuma6687
@ndayikejedjuma6687 3 жыл бұрын
big up to chita TV and Kigingi hosy wew yiberey umu congolaise kwli
@demarcotv1431
@demarcotv1431 3 жыл бұрын
kigi najewe narakoz pipi mwishure hahahahaha. ndatahiye gashenyo yantey ifimbo mpaka ngiz pipiiiii
@konakunzeornella3164
@konakunzeornella3164 3 жыл бұрын
Waouh!!hosy urakoz kutuzanira kigingi👌👌
@cedricniyonkuru4436
@cedricniyonkuru4436 3 жыл бұрын
Bazozi copia mubuyenzi invitation bace baza😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@sylvaneirigizimana1062
@sylvaneirigizimana1062 3 жыл бұрын
nzoza nubwo utazontumira invitation tuzozironkera
@niyungekogedeon1631
@niyungekogedeon1631 3 жыл бұрын
L'homme et le femme Fans # fan Fanze# Fane Kiging arakarira amakosa vya danger
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂❤❤❤😅😅😅😅😢😢😢😂😂😂😂😂❤❤❤❤😅😊😊😅muranyica nukuri
@hamugish
@hamugish 3 жыл бұрын
Je vote pour l' idee de Hosy!!!👏👏🇧🇮🇧🇮
@prudencenzigamasabo5941
@prudencenzigamasabo5941 3 жыл бұрын
Nd uwambereee 🖐️🖐️😂😂
@nadegetuyisenge6649
@nadegetuyisenge6649 3 жыл бұрын
Oyaaa Kigingi wacu ubweng ntiburinde buyaga 😁tuzoza nyne hahah
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
😂😂😂❤😂😂😂😅😅😅😅😊dagukuda kigigi nukuri 😂😂😂😂😂😂😅😅😅😊😊😊😊😅😮😂❤❤ego 💯 ✍ ♥️
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
😂😂😂❤❤❤😂😢😢😢😢😂😮😅😅warigiye mukinyengero
@mugishaburundi3146
@mugishaburundi3146 3 жыл бұрын
Nanjempiseseka pee😃😃😃😂😃😂😃😂😃😂😃🤣🤣🤣🤣🤣🤣😅😃😃😃😅😃😅😃😅😃😅😃🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🥰🥰🥰😘❤😘❤😘❤❤ni mama lekekeeee na papa kekekeee🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤🇧🇮❤❤❤❤😘😘😘😘😃😘😃😅😅gusantubeshe batobatokenshi bafise umutima mubi😂😂😂😂😂🤣
@majorvibesifyouknowyouknow440
@majorvibesifyouknowyouknow440 3 жыл бұрын
Kigingi tumira S.E.H Major general papa neva na Maman Excellence
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 3 жыл бұрын
😄😄😄😄😄
@habonimanajeanine9403
@habonimanajeanine9403 3 жыл бұрын
Ewe kigingi mbavu Zang🔥🔥😂😂🇸🇦🇧🇮
@janvierkagisye9090
@janvierkagisye9090 3 жыл бұрын
Ikiganiro ca mbere kiryoshe Kigingi uracari uwa mbere
@nadegeizere2837
@nadegeizere2837 3 жыл бұрын
Yooo uranyibukijeee Yolande urwo ruhusha yaragwimana sanaaa😀😀
@donedgariragaba2973
@donedgariragaba2973 3 жыл бұрын
The girl was like "Junior" mucongereza🤔😂
@waslaywagtg8107
@waslaywagtg8107 3 жыл бұрын
Aha ndibaza ndaterama😁😁😁
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 3 жыл бұрын
Non kigingi murugo gwawe koko tuzoba gwifashe gut??? Imbavu zizomuvamwo kabisa njew njenyene urankuraho🤣🤣🤣
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 3 жыл бұрын
hosy avungishije ukuri pe aguhaye imitwe bikore nkabazungu sha bajiripiye
@niyongeregustave9201
@niyongeregustave9201 3 жыл бұрын
aba bashikibacu nihatari iyumviresha kigingi iyaba rosi ariwe mwagira mwubakane agaca aguhanura uko ubugeni bwogenda ukooo...... heuresement ahuye nawe uciye ubwenge si non barahubisha abantu gose .......
@bjdjdd9339
@bjdjdd9339 3 жыл бұрын
Cool 👍
@ÉlianeAkimana-y2s
@ÉlianeAkimana-y2s Ай бұрын
Ivete arakwiye guhindura izina akitwa bandyatuyaga Ivete urabona ingene avyonga akarere ga basha???
@uwakristu4010
@uwakristu4010 3 жыл бұрын
Hahaha Kigingi urarenze 😂😂😂
@kekeclaire5177
@kekeclaire5177 3 жыл бұрын
Kigingi aranyishe peeee🤣🤣🤣 arik mana aweeee Kigingi
@ravindirikirirenza6597
@ravindirikirirenza6597 3 жыл бұрын
mpise numva ko yize kuri primaire mutanga Sud
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 3 жыл бұрын
😂😂😂😂enfin urahevy uramutuzanira
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 😢😢😢you 😢😢a great birababaje cha
@danfranklin1968
@danfranklin1968 3 жыл бұрын
Azoshireh ama stand😂😂yokurya ibe yambere
@arcy_marley
@arcy_marley 3 жыл бұрын
Hubw kigingi yibagiy vyasab abatumire bose uwifuza kuja mu mariage yiw bazoj mu misaa hanyum iheze bace batahe
@josiasigiraneza
@josiasigiraneza Жыл бұрын
Mwikomerere murateramish vy vrai
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
😅😅😅😅😂😂😂😅😅❤❤❤😂😂😂nihatari
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
Uruchinge 😂😂😂😂😂😂❤❤😢😢😢
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 2 жыл бұрын
👌👌👌👌👌
@niyiganzamoses7586
@niyiganzamoses7586 3 жыл бұрын
Kigingi uranyishe 😁💕💕🤣🤣
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢birababaje cha nukuri 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@jilu1095
@jilu1095 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣kigingi ndakwemeye umuco nukuwubahiriza
@arakazashabani3295
@arakazashabani3295 3 жыл бұрын
Kigingi turamukunda ,muze mukore urubanza Live nabari hanze tubibone.
@samyr9071
@samyr9071 3 жыл бұрын
RWA KIGINGI TURAGUKUNDA PE! UZAZE WIBERE MU RWANDA HHHHHH MBONA WADUFATANA IGIHUGU UZI KUGANIRA KWERI HHHH TURAGUKUNDA
@cromeo6716
@cromeo6716 3 жыл бұрын
hey je nashaka kuvuga gato kurico kigingi yavuze kuvyerekeye gu sponsorisa marriage yiwe nashaka juste mumenye ko ivyo ari ibintu bisanzwe ko ari pratique ikunzwe no gukoreshwa cane mubihigu biteye imbere et surtout en se qui concerne les stars la majorité ya bano ba star bakomeye tuzi kenshi usanga ama marriage yabo ari sponsorisé par exemple uga sanga umu traiteur ya sponsorije le marriage pour qu'à la fin agire publicité yinfugurwa aguriaha canke umu décorateur kugira agire publicité yama décoration yiwe et ainsi de suite...so tout cela juste pour dire que ubishatse nawe kigingi woshobora kugira marriage iri sponsorisé et d'ailleurs vyoba bina tesa kandi une grande star comme toi sinibaza ko vyokugora kuronka ama sponsor anyway kigingi turagukunda kandi tuna kwipfuriza iteramber uzona gire nimigisha hamwe nurubanza gwiza
@jilu1095
@jilu1095 3 жыл бұрын
Kigingi aranyishe nukuri🤣🤣🤣🤣🤣
@nadinnmugisha5168
@nadinnmugisha5168 3 жыл бұрын
Ikiganir carikirekir ariko nagikunze ewe kigingi 🥰🥰
@anickkanyamuneza1345
@anickkanyamuneza1345 3 жыл бұрын
Courageee nivyiza cneee rosi 💜❤💙💘💖👏👏👏
@niyeraarlette8390
@niyeraarlette8390 2 жыл бұрын
Kigingi shaa😂😂😂
@emilevenantndihokubwayo3267
@emilevenantndihokubwayo3267 3 жыл бұрын
Mr Kigingi Ndazi ko ata invitation yiwawe nzoronka,ariko nzoza kandi nzoza bazopfuma banyankira kwinjira muga nahashitse Naka enveloppe nza naramaze kugapfunga mwo Bif Ntakakwihereye ngafata nagafoto,ewana nzoca njagara
@shemachristian6200
@shemachristian6200 3 жыл бұрын
Hahahhaha my brother Chita Magic ngo azashake inzobe Hosy nawe rwose nturi umwana mwiza hahahhaha
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 жыл бұрын
😂😂tuzomuzanira Mukologo
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂❤❤😂😂😅😅😅😢😢😊😊😅😅😂😂❤❤zana turabe none😂😂❤😂
@noussaibalamar9684
@noussaibalamar9684 3 жыл бұрын
#Kigingi nta interview yiwe yoncika🥳 #Hosy merci kumutuzanira 🥰 After P ya marriage 🎉 tuzoza
@Ntare2012
@Ntare2012 3 жыл бұрын
Uwo mupadiri philemo aba muri France uaavuge tuguhe numéro ze
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 11 ай бұрын
😢😢😢😢😂😂😢😢😂😮😮😢vyaribihe yariwmo cha😢😢😢😂😂😂😮😮😮😢😂😂
@ndaboroheyekevin-bukuru5506
@ndaboroheyekevin-bukuru5506 3 жыл бұрын
Ikiganiro ni ciza hosy bandanya uturonderera bishasha.
@alexandrenimbona6150
@alexandrenimbona6150 3 жыл бұрын
Kigingi wubahwe ✌️
@ntclassic1878
@ntclassic1878 3 жыл бұрын
Murarenze🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@hakizimanageorges8753
@hakizimanageorges8753 3 жыл бұрын
Nukuri ndabonako nzaguhez ikiganiro navunits imbavu
@niyonkurujbosco884
@niyonkurujbosco884 2 жыл бұрын
Ariko we Kigingi ngo abasore ba banyarwanda ngo nutuntu duto duto weho ntabanyarwanda bakurusha ubusore wowe none aho mu burundi nta basore bonze bahaba toka kure wa muswa urumva ukuntu udusebeje ngo nudusore duto duto hari nabagukubye ga 6 mubusore wa muswa we ese ubundi ubuje gukora iki mu Rwanda ubugambo bubi gusa
@willyndabaniwe2533
@willyndabaniwe2533 3 жыл бұрын
😄😄😄😄 Uyo muntu ava BRB nikaruvati akaja kwinwa arankuyeho OMG 🤭
@alexisbishaka335
@alexisbishaka335 3 жыл бұрын
Eweeeee Kigingi shaaaaaa
@isaacbintu5871
@isaacbintu5871 3 жыл бұрын
Kigingi ndkee🙉🙈🙈
@jacquesntabagara3682
@jacquesntabagara3682 3 жыл бұрын
Siren is the vibration of the nation✌🏿❤️
@ThaddéeHamenyimana
@ThaddéeHamenyimana 8 ай бұрын
Rek nicare ndabumviriz
@egidenkuriyingoma8995
@egidenkuriyingoma8995 3 жыл бұрын
Kigingi vyaramucanze 😂😂😂😂😂😂
@jilu1095
@jilu1095 3 жыл бұрын
Boguhishano kigingi uwugukunda uramuhe ecocach yaww
@lionnelmugisha7003
@lionnelmugisha7003 3 жыл бұрын
Turagukunda Kigingi
@niyonzimasolange5320
@niyonzimasolange5320 3 жыл бұрын
Nibakurek diii kigingi wacu tuzoguterer ham ab bashak kubibona tuzobiboner ngah kw hosy cnk ahandi cnk mutugirir live tubibon en direct
@aishairakoze2133
@aishairakoze2133 3 жыл бұрын
Merci nimeterema na kigingi
@jilu1095
@jilu1095 3 жыл бұрын
Uranyishe agaki yesu wanje uti ntikaribwakure
@kanezanadegenana4832
@kanezanadegenana4832 3 жыл бұрын
Aho rer hagusoba😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
УНО Реверс в Амонг Ас : игра на выбывание
0:19
Фани Хани
Рет қаралды 1,3 МЛН
UFC 287 : Перейра VS Адесанья 2
6:02
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 486 М.
#kukayi : Menya ineza yo KWONSA UMWANA kugeza ku mezi atandatu (6)
41:50
IBARA RY'URUKUNDO S2 EP2 (Mbega amahano 😭😭😭😭)
21:16
KIGALI YOUTH TALENT.
Рет қаралды 1,5 М.
УНО Реверс в Амонг Ас : игра на выбывание
0:19
Фани Хани
Рет қаралды 1,3 МЛН