Iki ikiganiro twari kuriha kabisa Kigingi aranyishe mais à part kuntweza avuga ukuri, 👌👌👌👌😘😘😘
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza kabisa kandi cigisha ,ivyo kigingi yavuze nivyo kabisa,ntabubesto buhari hagati y’umuhungu n’umukobwa kuko bica bikwega vyinshi,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@sachayconsultinggroup1528 Жыл бұрын
Kigingi mon ami arayaga neza ndi prof eric
@leonidasbucumi6169 Жыл бұрын
Kigingi je suis totalement d'accord avec toi.ivyo bintu vy'aba besto wapi kabisa.
@TheLuasas Жыл бұрын
Nimba wumva ko kugira umu best friend of opposite sex uri married ari ibisanzwe, then you don't understand the principles of marriage!! The problem is that most people think of themselves instead of their partners first!! Imagine as a woman, finds out that your husband has a female best friend, and he one day inform you that, with his female best friend they're going on vacation for couple of days!? Or they're going out!!!??? And vice versa!!!!?? Reka ikibi citwe ikibi nicize citwe icize!! Ukuri kwitwe ukuri, nikinyoma citwe ikinyoma!!! I'm a living testimony!!!
@claudinendayikengurukiye440 Жыл бұрын
Mumbwirire kigingi ko ndamufan gooooose knd ndubwir felicitations👏murere ibikuraa
@yvettendorimana8310 Жыл бұрын
Hahaha ndatwenze ndakumbagaye kubera Kigingi weeee aga TIPE Claude
@kikikiki579 Жыл бұрын
Sha nanj ndi pour Kigingi 😂 ubugenzi entre umuhungu numukobwa wapi🙅🏽♀️
@nahayoemmanuel4869 Жыл бұрын
Urugo n babiri ntavyuwundi Ati besto hhhhh nimujane hiyo j sui pr kigingi
Kigingi ndamushigikiye,avuze ukuri ta meilleure amie est ta femme,ton meilleur ami est ton mari,ivyo by,aba besto ni ibikiKigingi avuze ngo ni ivyo abazungu,noon,non,jewe ndababamwo,ntibibaho,jkigingi ariko arabisigura neza,ni mumeumvirize
@nanananette031 Жыл бұрын
Kigeme🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 I couldn’t hold myself Ewe Kigingi sha🤣🤣🤣
@flowermoniqueniyonyishu2875 Жыл бұрын
Kigingi niwonkweeee Hama hosy Big up
@FlorenceBucedusenge-hx4ke5 ай бұрын
😂😂we kigingi n'abagabo hariho inkuru muvuga ugasanga abagore ntibari Interressé mugabo bagapfa kumviriza donc mukundana ni kumvirizana muri twose ugapfum wigirish basi du reste mrcii pour l'émission ndafashijwe😂😂😂
@katimanojustin9606 Жыл бұрын
Vrt interview ya bien sana ifise vibes yibisazi🥰🥰Kihingi uranryohereje umusi wallah m,siren vibe Kure cane
@chrisoreste8335 Жыл бұрын
Kigingi wwnmuraberany na Nikita iyo ukoresha ubushapu kera vous serez un couple jumeau. Be safe
@noiremamba Жыл бұрын
Kigingi uvuze neza ntamukobwa ashobora kugira umuhungu best friend
Que Dieu bénisse Hosy et son émission Siren Vives, avec sa collaboratrice Gretta
@miamixinbutoyi6389 Жыл бұрын
Kenshi umukobwa akubera umu best freind nuko au debut abayarakwanse hama akabigusigurira neza...si non je suis pour l'avis d Kigingi ntabu besto bwumuhungu numukobwa
@ornellairakoze3512 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣kigingi vrt🤣
@chezzoamam6811 Жыл бұрын
My next option is to marry a Burundian girl 🤣🤣🤩😍
@jacquesntabagara27026 ай бұрын
No no don't do it,only Burgundian. If you not please don't do it. Strictly for organics Burundia😂😂😂😂😂😂