Ku nama: Ni iki gituma umurwi w'abitwaje ibirwanisho witwa Red Tabara uguma utera Uburundi?

  Рет қаралды 12,789

Isanganiro

Isanganiro

4 ай бұрын

Uwo murwi bivugwa ko uva mu bihugu bibanyi kandi mu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko EAC. Waremanze ibitero vyabaye mu ntara ya Bujumbura na Bubanza mu minsi iheze. None ni uruhe ruhara rw’ibihugu abo barwanyi bavamwo? Mbega itegeko ry‘umuryango wa Afrika y’ubuseruko rivuga iki kuri iyo nyifato? Mbega ni gute ubwo bwicanyi bwohagarara? Ivyo nivyo bibazo bikurubikuru abatumire baza kuyagako.

Пікірлер: 19
@chales08
@chales08 4 ай бұрын
Déo yashaje, aribagira n'ibibazo abazwa!!!
@Janvierhabimana332
@Janvierhabimana332 4 ай бұрын
Deo ashaje nabi rwose
@ismangirabakunzi519
@ismangirabakunzi519 4 ай бұрын
none se uwo musaza Deo baramubaza red tabara yabarundi akavuga ibya congo byo gushinga leta yigenga ubwo arumva bihuriyehe umunyamakuru yagerageje ariko ntabwo yaba challenge nimpamvu ki abasirikare babarundi badakora operation kuri red tabara ahubwo bakajya kurwana na m23 ikgaragara rero red tabara babiziranye na cndd rwose uburyo batera igihugu ntihagire numwe bafata
@bizimanaezeckias9515
@bizimanaezeckias9515 4 ай бұрын
Abatumire Bo ku Nama turabakeje cane ku biganiro mutanze. Ese iyaba abarundi Bose Boba bakurikiranye inyishu ku bibazo vy'uyu munyamakuru vyogize ico bihinduye mu mitima yacu. Bibwirwa benshi bikumvwa n'a bene vyo. Ahari abagabo ntiharwa ibara. Turakeje ikiganiro.
@RUKWAVU
@RUKWAVU 4 ай бұрын
Turakeneye cane ko iyi mboneshakure muyishira online kuburyo twobakurikra live canke mukayikorera application.
@chales08
@chales08 4 ай бұрын
Déo yashaje, ntakimenya kwishura ivyo abajijwe!!! Kandi avugira CNDD FDD !!!
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 4 ай бұрын
Isanganiro tuyisavye gutunganya ibiganiro bihuza impande 2, ubundi ibi n'uguhengamira ku butegetsi buhari. Isanganiro yabaye nzisabira .
@victorg7280
@victorg7280 4 ай бұрын
Impande zibiri ? Uruhe n,uruhe?
@chrishima9203
@chrishima9203 4 ай бұрын
Kugira ibibazo bihera nuko Reta yovuyaga naba tera uburundi bakareka ubu ryarya mais uyo mzee ndabona ivyibiganiro ntiyumva kandi arek kuzana ivya congo nu Rwanda. Accord D'Arusha yari nzinza mais yarabe viole
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 4 ай бұрын
Kbs
@richard-py2ev
@richard-py2ev 4 ай бұрын
Ushaje ubesha mugabo
@DIEUMERCI4349
@DIEUMERCI4349 4 ай бұрын
Red tabara songambere 💪
@aloysdegonzagueniyoyita1974
@aloysdegonzagueniyoyita1974 4 ай бұрын
L'analyse du prof reflete la ligne editoriale Inama Isumba Ingimba de la radio dont j'ai preside l'association qui la gere pendant 4 ans. Deux mandats donc. Iya ga 3 naciye nsubiza....😂 suivez mon regard.
@user-dr2ek5mv8u
@user-dr2ek5mv8u 4 ай бұрын
Ubwo uyu musaza urabona yavuga ukuri ? Ibyanyu byarabananiye ngo murakemura ibya karere muri imbonerakure mufite ingengabitekerezo nkizi nterahamwe ntakintu kiza muvuga
@simeonkubwi1968
@simeonkubwi1968 4 ай бұрын
ko baguma bakwepa ikibazo cerekeye uburundi
@user-be9yz8jh2d
@user-be9yz8jh2d 4 ай бұрын
Ariko murabona muburundi Politike ihari itanga umwidegemvyo kubanyepolitike bari muri Opposition ngo bakore ibikorwa vyabo ?none Aho hantu ntihariho agahaze ?
@user-ex7ll9un2t
@user-ex7ll9un2t 4 ай бұрын
bashiga ntahe na bafasoni intambara zomukarere kuribu ziterwa na kagame umukuru wigihugu c,urwanda zizohera niyahava canke apfuye iyo niyo nyishu
@user-fh1zx5be3u
@user-fh1zx5be3u 4 ай бұрын
Kagame ni cancer mukarere
@user-np8mr9zo2f
@user-np8mr9zo2f 4 ай бұрын
😂
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 24 Mukakaro 2024
13:07
Isanganiro
Рет қаралды 3,1 М.
마시멜로우로 체감되는 요즘 물가
00:20
진영민yeongmin
Рет қаралды 32 МЛН
Задержи дыхание дольше всех!
00:42
Аришнев
Рет қаралды 1,9 МЛН
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 59 МЛН
Ifaranga rimwe muri EAC : ryari ?
5:31
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,7 М.
"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"
8:06
Yaga Burundi
Рет қаралды 9 М.
Uburundi mu gikombe c'isi : birashoboka ?
7:29
Yaga Burundi
Рет қаралды 8 М.
HAIDHURU KWANGU HUKO CHINI by Nzabakiza Patrick (Official Video 2023)
18:53
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 23 Mukakaro 2024
16:08
Isanganiro
Рет қаралды 1,7 М.
ВОТ как ЖЕНИХ выбирает СЕБЕ невесту 😱 #shorts
1:00
Лаборатория Разрушителя
Рет қаралды 8 МЛН
And who would you choose?👇
0:20
Kitty Power
Рет қаралды 6 МЛН
ЧУТЬ НЕ УТОНУЛ #shorts
0:27
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН