Uburundi mu gikombe c'isi : birashoboka ?

  Рет қаралды 8,617

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

⚽ Wokwiyumva gute Intamba zishitse mu gikombe c’isi ca 2026 ?
😉 Ng'uku uko vyogenda kugira iyo ndoto ikunde.
Muri "mairie" ya Bujumbura haje bishasha mu gutanga impapuro zimwe zimwe. Ayo n'ayandi ni mu nkuru y'uno musi 👇🏾
#KuMusi
#inkino

Пікірлер: 32
@NzoyisabaJean
@NzoyisabaJean 25 күн бұрын
Birashobok❤👍👍👍👍
@mackofficial96
@mackofficial96 3 ай бұрын
Ikiganiro cyiza rwose, much respect from 🇷🇼
@Maniragabalievin
@Maniragabalievin 3 ай бұрын
Imana imbere .dusenga dukora ,,,dukora dusenga
@ElodieDiaz
@ElodieDiaz 4 ай бұрын
Amahoro Davy. Uzorabe uvuge no kuri football féminin, harimwo abigeme n'abakenyezi bakina neza biteye igomwe. Mbese nkubu hari match ziriko zikinwa zo kuja muri coupe du monde des U17, Intamba z'abigeme bageze kure, kandi nabo gushigikirwa.
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 3 ай бұрын
Nikimwe bakinira ku musenyi uriko uvuga?
@MichelineBucutibwImana
@MichelineBucutibwImana 3 ай бұрын
Wosanga UBurundi bugitahanye kuko ibintu vyose bifise igihe cavyo
@dieudonneNd
@dieudonneNd 4 ай бұрын
nibagerageze kwer.. Biragoye gushika kuri wrld cup.. but we have faith🇧🇮🙏
@kanyanasandra1817
@kanyanasandra1817 4 ай бұрын
Biragoyemuvandimwe
@imanipierre6449
@imanipierre6449 3 ай бұрын
Birashoka!!!
@Alkebulanhandsomeboy
@Alkebulanhandsomeboy 4 ай бұрын
Ntibishoboka
@MazaFabrice
@MazaFabrice 4 ай бұрын
Vyose bishoboka mugihe Leta itovyivangamwo bategeke abakina nabadatangura mukibuga
@AllahHildebrand-bx8ry
@AllahHildebrand-bx8ry 4 ай бұрын
Impossible
@Pasteur-ln5cj
@Pasteur-ln5cj 3 ай бұрын
Reka nindoto😊
@langsonnjobvu7424
@langsonnjobvu7424 4 ай бұрын
Kalebe arihehe kontamubona afise imvune
@NuwagabaClever-o3v
@NuwagabaClever-o3v 4 ай бұрын
Uganda turabakwirikirana
@KinaniBwoy-iw5qf
@KinaniBwoy-iw5qf 4 ай бұрын
Ego
@MvutsembabaziGrauls
@MvutsembabaziGrauls 4 ай бұрын
Birashobok kk ntac twacumuy Ku mana
@princo-yu8fj
@princo-yu8fj 4 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮💥
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 4 ай бұрын
Neww ivyo ibi kurah
@ManirambonaRodrigue
@ManirambonaRodrigue 4 ай бұрын
Twarishimy hino muri malawi kuba twaranganiz
@salehalghedaid730
@salehalghedaid730 4 ай бұрын
Abo bazoc banyika baburigwe irengero
@ismaelntare3850
@ismaelntare3850 4 ай бұрын
Uburundi bugakina mondial nzocantanga agaparasera canje ndakagabire intamba murugamba
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 4 ай бұрын
😂😂😂😂 reka ntwenge
@flashlightstudio5399
@flashlightstudio5399 4 ай бұрын
Ivyo bavyita kwikinisha
@habimanaignace7235
@habimanaignace7235 4 ай бұрын
Muribibwa gusa ubwo se mwajyana abahe bakinnyi
@mugishagerard8241
@mugishagerard8241 4 ай бұрын
Na Can ntimunyara gushikayo
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 3 ай бұрын
nta mondial twojamwo kubera nta championat tugira niyanyuma mukarere nta mahera bashiramwo
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 4 ай бұрын
Batsinze Seychelles ariko urukino rwari rubi... dufise défense n'a milieu bijogajoga
@CyriaqueHatungimana-k2n
@CyriaqueHatungimana-k2n 3 ай бұрын
Bro gabanya cocaïne muta ivyontibishoboka
@kagabopaul3126
@kagabopaul3126 4 ай бұрын
Shan natwe u Rwanda nta cyizere dufite kabisa
@Bihomebuja
@Bihomebuja 4 ай бұрын
Gusa wewe sinari ndakuzi. Ariko uvuga neza amakuru. Ibindi navyo vyokuja muri coup du monde bshimye kugumya ibanga.
#INKOTANYI_ZISUBIYE IKIGALI#NOBLE_ABAMENNYE AMABANGA,ZADAGAZWE!
30:08
NYUMVA, NKUMVE.
Рет қаралды 19 М.
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
火影忍者一家
Рет қаралды 122 МЛН
Who’s the Real Dad Doll Squid? Can You Guess in 60 Seconds? | Roblox 3D
00:34
How I Turned a Lolipop Into A New One 🤯🍭
00:19
Wian
Рет қаралды 10 МЛН
когда не обедаешь в школе // EVA mash
00:51
EVA mash
Рет қаралды 4,4 МЛН
KENYA || uko abanya KENYA BIYUMVIRA UBURUNDI
17:19
Shema Online Media
Рет қаралды 2,5 М.
Ifaranga rimwe muri EAC : ryari ?
5:31
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,9 М.
Trump na Kamala Harris, hazotsinda nde ?
6:08
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,4 М.
RUMAGA UMUGORE SI UMUNTU  | BEATA AZABATSINDA KAGAME
14:35
THE QUICKTIMES NEWS
Рет қаралды 28 М.
Domitien Ndayizeye ni muntu ki ?
5:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,2 М.
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
火影忍者一家
Рет қаралды 122 МЛН