No video

Ku nama yo ku wa 13/9/2020 : kazoza k'amasezerano y'i Arusha ni akahe ?

  Рет қаралды 13,437

Isanganiro

Isanganiro

Күн бұрын

Imyaka 20 irarangiye amasezerano y'i Arusha ashizweko igikumu. Mbega yoba yarashizwe mu ngiro ? Mbega hari intambamyi yagize ? Kazoza kayo ko ni akahe ?
Ngivyo ibibazo abanyepolitike baca irya n'ino muri kino kiyago co ku nama.

Пікірлер: 12
@jeanmarievianneynshimirima1079
@jeanmarievianneynshimirima1079 3 жыл бұрын
Jerôme, urongora neza ibiganiro. Ndakunda ukuntu ugira équilibre dans les débats
@A-2_A
@A-2_A 10 ай бұрын
Leonce ngendakumana merci beaucoup mutama
@mrtrump8747
@mrtrump8747 4 жыл бұрын
Iki kiganiro cari gishushe, merci Isanganiro kubatumire.
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 4 жыл бұрын
😍😍😍😅😅😅😅😄😄🤓🤓🤓 Mukomere cane mwese. Bwana Jérôme, wakoze cane ku batumire watuzaniye. Mukomere cane.
@Rubuka264
@Rubuka264 4 жыл бұрын
Mushingantahe mumenyeshamakuru, aba bitwa abanyepolitike bacu ni bansumirinda gusa. Kumva umuntu yagiye mur'ayo masezerano, akubahuka kuvuga ngo nta bantu yaserukira, kandi ayo masezerano yarakoreshejwe, kubera ko ashaka inyungu ziwe gusa, agaca agomba kuyasuzugura, n'akamaramaza. Nta banyapolitike dufise ni ba nsumirinda gusa. Vyerekana ko ivyo bakora nabo ubwabo batavyemera, nka kumwe muri 2015 bavuga ngo umukuru w'igihugu, kubera atatowe n'abanyagihugu, ngo ikiringo nticemewe. Kubera bashaka inyungu zabo gusa. Nta politique ikorwa mu Burundi.
@thierrykubwimana5806
@thierrykubwimana5806 3 жыл бұрын
bien
@donatienbest6043
@donatienbest6043 4 жыл бұрын
Mwongere amasaha muzoba mukoze
@zacksmazaba1185
@zacksmazaba1185 4 жыл бұрын
Ndafise utubazo mwotuabariza Mutabazi nabandi basangiye ivyiyumviro vya politique.
@ericngabonzima1479
@ericngabonzima1479 2 жыл бұрын
Jérôme na kubali
@zacksmazaba1185
@zacksmazaba1185 4 жыл бұрын
Mbe gufata ubutegetsi kunguvu muburundi vyoba vyarahavuye canke vyoba vyarahinduye isura?
@zacksmazaba1185
@zacksmazaba1185 4 жыл бұрын
Ikumira muburundi mwotubariza KO rihari nuko ritahari? Par ex': Les commissaires provinciales et comminales . Les DEpeae les Directeurs les ADG les GV et les admcoms. Les chef de quartiers les les chef de zone . Bose baba DD kandi nivyubwoko nukubiraba no mugisoda les comandats des camps etccc
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 13 М.
WILL IT BURST?
00:31
Natan por Aí
Рет қаралды 17 МЛН
Мы сделали гигантские сухарики!  #большаяеда
00:44
Magic trick 🪄😁
00:13
Andrey Grechka
Рет қаралды 51 МЛН
#Burundi: Mbega ''Ubumwe bw'Abarundi'' bwifashe gute uyu munsi?
2:54:16
Kuva mu mwaka wa 2015, Uburundi bugeze he?
1:08:53
Isanganiro
Рет қаралды 16 М.
Ku nama: Urubuga rwa poritike rwifashe gute?
1:10:50
Isanganiro
Рет қаралды 3 М.
Ku nama yo ku wa 18/10/2020 : iragi rya perezida Melchior Ndadaye
1:11:09
PARCEM iratera akamo leta y’Uburundi ku bukene bwugarije igihugu
9:42
Tele Renaissance
Рет қаралды 1,4 М.