Imana ibahe umugisha chris uranyubatse nari nihebye nataye ukwizera ariko urampumurije ko ibyajye bihari Imana ihe umugisha na Piyo najye kunda uko asoma ubutumwa
@fillety78162 жыл бұрын
@Chris ndikumana vous êtes pas chris ndikuma je connais le numéro de l’émission de kanguka et Chris nous a déjà signalé qu’il a des escro qui utilise son Nom je vous conseille d’arrêter d’escroquer les gens heureusement moi je connais le numéro de kanguka que Dieu vous pardonne
Chris imana iguhumugisha.inyigishozawe.zirapfashicyan
@simpliceiradukunda2762 жыл бұрын
Imana Ihabwe, icubahiro, Tigume Dusengera This man of God. Ndingize Abarundi Bose aho bari Hose Dusengere Uburubdi, Kugirango Bugendegwe, Kandi imana Ihagurutse Abavavuga butumwa Bubushozi mupwemu Nka Mr.Chris muntara zose zu Burundi. Please Let pray genuinely for Burundi, As we pray for ourselves, our family and friends Let’s Pray for Burundi to prosper and Burundian. 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙌🏽
Ndafashijwe cane murikino gitondo, uko nukuri mukozi WIMANA
@NsabiyaremyeEmmanuel-b2u10 ай бұрын
Amen aman🙏🙏mwarahezagiw murafash imitima yabantu
@RGS-b3b2 жыл бұрын
Amen Imana ibahezagire
@egideniyokwizera59412 жыл бұрын
Igihe canje co kugenderwa kirageze Amen
@MichelineNshimirimana-p1y6 ай бұрын
Murakoze cane,Mukozi w'Imana, hezagirwa
@SedrickCeceКүн бұрын
Hallelujah hallelujah
@JfjJxjx-i9z Жыл бұрын
Amen. Icubahiro kibe icandiho❤😮😢
@NshimirimanaPacifique-t5w6 ай бұрын
Amen amen yesu abongere imigisha
@malachiendayizeye1432 жыл бұрын
Amen amen uhoraho aguhezagire mukozi w'Imana
@odreillemanirakiza3148 Жыл бұрын
Amen iman ihabwe icubahiro caneee
@irambonanadege15996 ай бұрын
Amen Amen nawaguhezagire cane
@jeaninendayishimiye87002 жыл бұрын
Amina ndafashijwe cane murakoze cane
@odetteciza74362 жыл бұрын
Urakoze mwigisha Wa yesu kinyigusho nziza
@hermanbadjiengui69632 жыл бұрын
Bonjour bonjour la famille je suis un gabonais vivant au gabon,jai besion de vote priere car je refuse de eritiet de cette maladie Diabete
@user-cedro Жыл бұрын
Amen amen Imana iguhe umugisha.
@ntagwabiraregina83352 жыл бұрын
Amen 🙏 turagukunda cyane mukozi wimana
@kezaqueen45462 жыл бұрын
@Chris ndikumana Que Dieu te localisé et te pardonner tes pêche car chez Chris Ndikumana on demande jamais l'argent en plus on a pas l'orphelinat au Nigeria. va chercher du travail car tu auras pas l'argent gratuit. soit conduit par l'esprit de Dieu.
Amiiiiinnnaaaaa.❤❤merciii seigneur❤l,histoire de Joseph ca me donne beaucoup d,effort.merci pasteur❤🎉🎉Amiiiiina jesus christ.pays de promesse c,est tres dangereux😢😢.