#kukayi

  Рет қаралды 7,263

PAM Channel TV

PAM Channel TV

Күн бұрын

Hamwe na Pasteur Christine,twige ongene two kinjika épinards neza zikaryoha.
#Kukayi #Burundi #InspireTheWorld #Epinards #Cuisine #Femme

Пікірлер: 24
@gasasiafabie6548
@gasasiafabie6548 9 ай бұрын
Mama ufite isuku mugikoni kbsa
@amoranews6017
@amoranews6017 9 ай бұрын
Uyu mu maman naramukunda cane nariyumviriye kumuha cadeau birananira arimbere yanj soit😂uratesa maman Christine ❤
@user-oc6dd7up8b
@user-oc6dd7up8b 7 күн бұрын
Muteke inkoko
@ndayizeyeclaudine8861
@ndayizeyeclaudine8861 9 ай бұрын
Merci beaucoup mu maman mwiza
@donnar3790
@donnar3790 8 ай бұрын
Murakoze cane, mwotubwira aho twogurira ivyo birungo?
@christaoleneagatoni4232
@christaoleneagatoni4232 9 ай бұрын
Merci bcp iy crème fraîche twoyigurira h ??
@kwizeraarianesolange3926
@kwizeraarianesolange3926 9 ай бұрын
Miamia merci
@Ekn-20
@Ekn-20 9 ай бұрын
😍😍😍
@msn-zv9oe
@msn-zv9oe 9 ай бұрын
Fruiticana ndazikuuuunda gushika
@ninyibutseeulalie4572
@ninyibutseeulalie4572 9 ай бұрын
Urashobora gukoresha bleu band mukibanza ca beurre
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 9 ай бұрын
Ego cane
@iriiriho5368
@iriiriho5368 9 ай бұрын
Iyo farine yitwa maizena
@alineuwimana3892
@alineuwimana3892 9 ай бұрын
yewee ga urarunga kurusha abahinde rekeraho bitazobatera ingwara zumutima
@anithandikumana7739
@anithandikumana7739 9 ай бұрын
Ibirungu vyishi yakoresheje biri naturel. Sauf magi na beurre gusa
@alidamugisha9480
@alidamugisha9480 9 ай бұрын
ukuntu zisa neza rero ziraryoshe c'est sûr
@ninyibutseeulalie4572
@ninyibutseeulalie4572 9 ай бұрын
Iyo marinade ni sauce béchamel ?
@christineniyonkuru3372
@christineniyonkuru3372 9 ай бұрын
Exactement
@gloriashima3097
@gloriashima3097 9 ай бұрын
Merci bien.iyo maggi iri liquide igurirwa he?
@ninyibutseeulalie4572
@ninyibutseeulalie4572 9 ай бұрын
Muma alimentations ni. Sauce magi
@gloriashima3097
@gloriashima3097 9 ай бұрын
Merci
@anithandikumana7739
@anithandikumana7739 9 ай бұрын
No muma soko ziruzuye cotebu ou kwa Siyoni
@christaoleneagatoni4232
@christaoleneagatoni4232 9 ай бұрын
Farine tuyikure h ??
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 9 ай бұрын
Ushobora gukoresha farine iyariyo yose azania par ex ,irya ww niyo akunda
@mjlk450
@mjlk450 9 ай бұрын
👏🫶
#kukayi : Menya uko bategura INYAMA Y'IGITIGU iryoshe cane.
23:10
PAM Channel TV
Рет қаралды 8 М.
Остановили аттракцион из-за дочки!
00:42
Victoria Portfolio
Рет қаралды 2,7 МЛН
小丑在游泳池做什么#short #angel #clown
00:13
Super Beauty team
Рет қаралды 36 МЛН
1ОШБ Да Вінчі навчання
00:14
AIRSOFT BALAN
Рет қаралды 6 МЛН
KUKAYI : Inguvu zo gushika ku ndoto zawe wozikura he?
32:22
PAM Channel TV
Рет қаралды 2,7 М.
#KuKAYI: IKIYAGO N'UMUHUZA W'ABARUNDI - Aimée Laurentine Kanyana
41:27
NAWE WA MUKOBWA WE UKIRI MUTO WIHANGANE , N'IMANA IHINDURA AMATEKA.
55:32
Christ Life Center
Рет қаралды 4,7 М.
Остановили аттракцион из-за дочки!
00:42
Victoria Portfolio
Рет қаралды 2,7 МЛН