#Kukayi

  Рет қаралды 13,598

PAM Channel TV

PAM Channel TV

5 ай бұрын

Пікірлер: 111
@user-tw7jh1wr7v
@user-tw7jh1wr7v 3 күн бұрын
Murakoze kutuzanira uyo mutumire umuntu yahora yibaza aho yokura film ziwe kuri you tube
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 5 ай бұрын
Asha Naho hazohera imyaka ingana gute nzoguma ndakwita Maman Linda😂😂😂😂😂😂😂Ndamukunda sha Muhezagirwe sha❤️❤️❤️
@NestorHakizimana-ku5rh
@NestorHakizimana-ku5rh 18 күн бұрын
Daphrose twariganye yamye ari umugwneza uko nyene Imana iguhezagire .urakama unezerewe sha
@Micha_Igi
@Micha_Igi 5 ай бұрын
Uyu mu maman ndamuzi kndi vrm ameze neza😍😍😍ni na mwiza disi...araberanye n'umutware wiwe🥰🥰🥰Pamela merci pour cette belle emission😘
@WinSoulsOutreachMinistries
@WinSoulsOutreachMinistries 5 ай бұрын
❤ muraryoshe kwumviriza😂😂 mubandanye muhezagirwa mifise ingabire zidasanzwe
@nijimbereconcilie7896
@nijimbereconcilie7896 5 ай бұрын
Nanje ndamukunda cane.abantu bavyibushe bagira umutima mwiza
@user-lj4jw8gw5v
@user-lj4jw8gw5v 5 ай бұрын
N'umu dame mwiza caane, aguma yitwengere😂, atera inkuru caane, je ndamukunda caane kandi je turazinanyi caane. Imana Ibandanye Imuhezagira
@LyseAkimana-dn4ir
@LyseAkimana-dn4ir 5 ай бұрын
Yoooo ndamukunda uyo mu Maman Imana imuhezagire 😊😊
@aneelaa3486
@aneelaa3486 5 ай бұрын
Ndagukunda cane mama linda ❤❤
@Gogo_Irisa-fr8om.
@Gogo_Irisa-fr8om. 5 ай бұрын
Ukuntu Abarundi muvuga Biransetsa imbavu nkazibura😂😂! Ark ni byiza
@manundayi2409
@manundayi2409 5 ай бұрын
Utazi ngene jew nkunda ngene abanya Rwanda muvuga neza mba nshaka kuguma ndabunviriza. Muba mwivugira nka bantu babatesi caaaane🤣🤣🤣😍❤️
@alinebutoyi4983
@alinebutoyi4983 5 ай бұрын
Ivyo nivyo twipfuza vyigisha benshi abantu tumenyeko hari inkundo kwisi kk bavuga kwatarukundo nyakuri rubaho.Ndabakunze mwirambire couple nzinza❤
@mugishajoyeuse6538
@mugishajoyeuse6538 5 ай бұрын
Pameeeee ur ikiroriiiii pe! Ng nacakira hahahahah !so be blessed
@JoellaNishimwe-xf2ke
@JoellaNishimwe-xf2ke 5 ай бұрын
Woow ikiganiro cari kiryoshee trooop❤❤🥰🥰🥰merciiii Pame kubatumire watuzaniye🙏🙏
@JosianeHatungimana
@JosianeHatungimana 5 ай бұрын
Yooo! Ndakunda uyo mu maman akina neza cane! Ndanaryohew kubona uyomushingantahe wiwe sinarinzi kwaruyo! Aratuje sana❤❤
@user-wk9od1bs8n
@user-wk9od1bs8n 5 ай бұрын
Pame urababwira bagure audience yabo bige gukina nomuzindi ndimi kugira nabatumva ikirundi bashikirwe. Courage à Mme daphrose et son équipe
@user-rq4lw7mh7w
@user-rq4lw7mh7w Ай бұрын
Nanj ndamukundaaaa cane gooose yarakinye neza urya film areze umwana,nuko narimbayeho shaaaaa narayiraba nkaca nibuka ukombayeho
@user-lu6um2zl8p
@user-lu6um2zl8p 5 ай бұрын
Uyo ndamukunda caaaaan.nambwire ville ahakorera
@InesNinaNahigombeye
@InesNinaNahigombeye 5 ай бұрын
Ikiganiro ciza kiryoshe. Merci Pam
@manundayi2409
@manundayi2409 5 ай бұрын
Kukayi uyo mu maman ndamukunda caaane munsabire azoze kundamutsa mba Capetown Africa yepfo😅😅😂 ndamukunda caaane nikibajuu nigi cherie caaaane. Big hug to her❤
@stellakidasharira
@stellakidasharira 5 ай бұрын
Cousiiine wacuuu Dafooooo,turagukunda cane
@cyriaquebizimungu1001
@cyriaquebizimungu1001 5 ай бұрын
Ewe Misago Sha! NDIHO AGUMANE NA WE MUGENZI
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ turemeye ❤❤❤❤❤❤❤❤jewe nuko tazi wkadika 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉neza😊
@user-ns1xh7ir3k
@user-ns1xh7ir3k 5 ай бұрын
Pame ndagukunda cane,Mme Daphrose ntasanzwe,n'muntu wicitegererezo ciza
@musoLE123
@musoLE123 2 ай бұрын
ndamukunda nanje😂❤
@viovio8921
@viovio8921 5 ай бұрын
Warahezagiw muvyey WAC 🥰🥰🥰
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Baza baramusoma kumatama yawe😂😂😂😂😂😂❤❤❤😂😂
@esperanceniyongere8510
@esperanceniyongere8510 5 ай бұрын
uwo mudamu naje naramukunze cane ukuntu akina Imana imuhezagire
@beatricenkurunziza3136
@beatricenkurunziza3136 5 ай бұрын
Uhezagirwe cane uje imbere
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 5 ай бұрын
Imana ikomeze kububakira cari kiryosh ikiganiro
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤isezerano danyizi cane benga yaraheze
@anithahavyarimana1107
@anithahavyarimana1107 4 ай бұрын
Ndashaka muzontimire nanje
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 5 ай бұрын
Muhezagirwe cane❤
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 5 ай бұрын
Ewe pamella sh ng moduuuu😂😂😂😂ngo ni gut😂😂 Hoti izi hotii😁🔥🔥
@SANDRINEKangeyo-ql2ni
@SANDRINEKangeyo-ql2ni 5 ай бұрын
Daphrose ndagukunda cane bambwirire nanje ndakina film bavugango ndumusazi
@evelynegakima5780
@evelynegakima5780 5 ай бұрын
Basha ndakunda madame Dafo,nn paella nawe ndagukunze caane
@alinebutoyi4983
@alinebutoyi4983 5 ай бұрын
Vya vrai uyu mumama ndamukunda knd naherutse kuduhe izindi nyigisho biciye mugakino bakina burya biradufasha caaaane knd sinarinzi kuyo mupapa ari mugabo wiwe knd nawe akina neza cane aranatekereje film zanyu ziratwubaka rwose.Murakoze
@niyonkuruconsolee7820
@niyonkuruconsolee7820 5 ай бұрын
Akina neza Mme Daphrose
@ntakarutimanaadeline9639
@ntakarutimanaadeline9639 5 ай бұрын
Oooo....muratesa
@AntoinetteMPAWENAYO-oe1ed
@AntoinetteMPAWENAYO-oe1ed 5 ай бұрын
Courage turagukunda
@kamarizasandrine9487
@kamarizasandrine9487 5 ай бұрын
Courage madame ❤
@user-rw2td7py9x
@user-rw2td7py9x 5 ай бұрын
Ndabanrzererewe muryango mwiza. Gusa Mme dapho film yakinye akaze nari namutinye ko ariko ameze,munyuma nja gusanga ari inyigisho
@meddyrachelmugiraneza5601
@meddyrachelmugiraneza5601 5 ай бұрын
Courage madame
@user-lj4jw8gw5v
@user-lj4jw8gw5v 5 ай бұрын
Mumbarze Mme Daphrose , umuntu kugira ngo aze gukina yobigenza gute?je ndabikunda caane.merci
@divinedinah3848
@divinedinah3848 5 ай бұрын
Nukuri nanje dafrose ndamukunda cane kandi nta film nimwe yiwe ntaraba,niba acakira abakinyi nanje ndavyipfuza
@viovio8921
@viovio8921 5 ай бұрын
Wow
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤warakoze cane baraduhanura cane
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Jewe damuchaka tuguma tumuraba cha❤❤❤❤❤❤❤❤😢😢😢
@speciosenduwayezu1863
@speciosenduwayezu1863 5 ай бұрын
Turamukunda cane ariko hari film bataye mu nzira Aho uwo mushingantahe wiwe ari umukwe wiwe. Uyo mugabonawe akina neza n'ijwi ryiza rituje. Ndabifurije kutera muja imbere murigisha.
@irashoboyeamielleberaca1819
@irashoboyeamielleberaca1819 5 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣iki kiganiro depuis le début ngum ntwenga🤣🤣 ndahwerey imbavu🤣🤣
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 5 ай бұрын
😂😂😂 biranezerey
@nadegen.7850
@nadegen.7850 27 күн бұрын
Nanje nuko..@Pam izo vibes uzikura hehe😂 nzoza kukuramutsa ndagukunda cane❤
@user-vy9my1im8u
@user-vy9my1im8u 4 ай бұрын
Yoo uyo n'umutware wa daphrose!! Ndaryohewe goose
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Umumaranyika ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😅😅
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 5 ай бұрын
Oya vraiment urumukenyezi mwiza kumubiri no kumutima
@jeannettendayishimiye8996
@jeannettendayishimiye8996 5 ай бұрын
WAOUH NAJE NI ORANGE❤
@mugishajoyeuse6538
@mugishajoyeuse6538 5 ай бұрын
Daphrose courage can
@KamarizaCiella-zh7yh
@KamarizaCiella-zh7yh 5 ай бұрын
❤❤❤❤
@esperancendayishimiye
@esperancendayishimiye 5 ай бұрын
nice couple and nice emission
@christabellainakaneza7783
@christabellainakaneza7783 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@amandineakimanatrre3ee902
@amandineakimanatrre3ee902 5 ай бұрын
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 5 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Waba wamukubuye cane Navasota tiyakuryamika 😢😢😢😢❤❤😂😂❤😂❤😂😂
@EmmanuelGakiza
@EmmanuelGakiza 5 ай бұрын
Amareresi yakinye twoyabona gute? Nta kuntu mwoduha ama titres?
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
BirMubereye cane😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤😂😂😂😊😊😊😊
@user-rf6lu3oq9l
@user-rf6lu3oq9l 5 ай бұрын
Love you so sooooooooo much❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Jewe chaka nimero❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😅😅😅
@IRAKOZEFrancine-ii3fg
@IRAKOZEFrancine-ii3fg 5 ай бұрын
Courage
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 5 ай бұрын
Murakoze ntababesha narinumvise ngo dafrose numu pfakazi
@dorlymuco8948
@dorlymuco8948 5 ай бұрын
Pamela 😍🤩
@ornellaizere5362
@ornellaizere5362 5 ай бұрын
Mwarahise na pam Nawe aje mubikino
@nicolendabateze6307
@nicolendabateze6307 5 ай бұрын
Muraryoshe gushika , murantwengeje 🤣
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Baramumaze nico waguma wyiyuvira😂😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢😢😢
@user-ww1uu9mq8v
@user-ww1uu9mq8v 5 ай бұрын
Uyomudame ndamukunda pe yubahwe nukuri kandi arubaha umugabo wiwe✍️Hama nta bishasha baherutse kuduha nari nsimbiye kubiraba kwirya tv yabo ntabishasha baherutse kuduha nibakwakwanye
@nadegekaneza3731
@nadegekaneza3731 5 ай бұрын
Naj ndamukunda
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Zana nimero none❤❤❤❤❤dafo
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯
@mattathiasnimubona1112
@mattathiasnimubona1112 5 ай бұрын
Terimbere nkumuzinga mukobwa wacu ibukurira
@DesireHarerimana-ef9cq
@DesireHarerimana-ef9cq 5 ай бұрын
Asha aze nyaruka nitw michaël je suis l'enfant mba munyakabinga 3 quartier 5 numéro 26
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍
@nirenganira8433
@nirenganira8433 5 ай бұрын
Nkunda ikirundi cawe guko kiruzuye
@bernicemugisha9318
@bernicemugisha9318 5 ай бұрын
Émission yarı iryosheee caneeeee , que Dieu benissse ce couple, barambeeeee caneee barambaneeee
@alinegahimbare1046
@alinegahimbare1046 5 ай бұрын
Daphrose ❤❤❤❤
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 5 ай бұрын
Nne uwo mushingatahe arakijijwe?
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢😢😢
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
😢😢😢😢😅😅😅😅😂😂😂😂❤❤❤muroranye
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 5 ай бұрын
Uwo mugabo arabeshe ahoyamuhagarika yari yapfushe 😂😂😂😂
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤
@milithiakanyamuneza5307
@milithiakanyamuneza5307 5 ай бұрын
Gusa ivyo gutanguza gukina muma Eglise sivyo da ishwiiii,muraberewe
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢yooooooooooooego 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢😢🎉🎉🎉🎉
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😂❤❤😂😂😂
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤😂😂😂😅😅
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Numuwe wadaforoza
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ ❤❤😂😂😂❤😂😂❤😂😂😂😂😂😂😂😂turabakuda
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢😅😅
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Naje vuka ingitenga rega
@munyemanainnocent4070
@munyemanainnocent4070 5 ай бұрын
Huuuum présentation yuwumusi yuzuye ubwishime bwinshi ipuuuu
@kalyka4107
@kalyka4107 5 ай бұрын
Mpore
@kaburawitness1731
@kaburawitness1731 5 ай бұрын
Mutubwire channel yabo kugirango tuzohore tubakurikirana
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@aimableruduri1975
@aimableruduri1975 5 ай бұрын
Cool
Housing | PODCAST SESA UBUFU EP1
1:10:22
StraightThrough
Рет қаралды 8 М.
마시멜로우로 체감되는 요즘 물가
00:20
진영민yeongmin
Рет қаралды 32 МЛН
Cat Corn?! 🙀 #cat #cute #catlover
00:54
Stocat
Рет қаралды 16 МЛН
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 16 МЛН
#KuKAYI : Abavukana  bokorana business? / MONNA WALDA & ERWAN
37:11
PAM Channel TV
Рет қаралды 42 М.
#KuKAYI : Harya ngo Telephone muri couple ni nka Grenade?
41:01
PAM Channel TV
Рет қаралды 15 М.
마시멜로우로 체감되는 요즘 물가
00:20
진영민yeongmin
Рет қаралды 32 МЛН