Kurikirana ingene ibirori vyo kwinjiza imikangara ya promotion ya 50 muri ISCAM vyagenze.

  Рет қаралды 116,934

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi Mw'Ishure Kaminuza ry'Intwaramiheto #ISCAM habaye ibirori vyo kwinjiza imikangara ya promotion ya 50 hamwe no gushikiriza impapuro z'umutsindo intwazangabo za promotion ya 46. Ibirori vyari bihagarikiwe na Kizigenza mu nzego z'Umutekano no Kwivuna abansi, Umukuru w'Igihugu Evariste NDAYISHIMIYE. Kurikirana intango y'ivyo birori hamwe n'ingene iyo mikangara ya promotion ya 50 yakiriwe.

Пікірлер: 128
@bubulini645
@bubulini645 Жыл бұрын
🤣🤣🤣 president yagiye kureba NYAXON comedy
@habimanaaloys9647
@habimanaaloys9647 3 жыл бұрын
Sha nange nkibire mpise nseka nukuri nanditse iyi message ndiguseka peee!!!
@ntarejohn1843
@ntarejohn1843 3 жыл бұрын
Arikose mwabarundimwe Ubu Murabona iki gisoda cyanyu cyizabarinda umwanzi nimuterwa koko ndumiwe koko murabe uko U Rwanda ejo babigaragaje mu compare Yewe ndumiwe
@zahrahusain7203
@zahrahusain7203 Жыл бұрын
Ntumaramara urwanda ntimudusumvya igisirikare wibesha ntacuzi
@murwanashyakadieudonne1165
@murwanashyakadieudonne1165 3 жыл бұрын
Hahiye koko !!! Mbega igisoda na somalia ntago mwahetera pe
@patrickpancho6342
@patrickpancho6342 3 жыл бұрын
Sha niyompamvu abazungu batazatwubaha ntarimwe peeee ndebera Nukuri, Ibi ntabwo bisecyeje ahubwo biteye agahinda 🤔🤔🤔🤔 Jyenda Rwanda uri nziza 🇷🇼🇷🇼❤️
@xena6894
@xena6894 Жыл бұрын
You don't need to compare. Otherwsie you're doing the kongomani thing of being loudmouth. Let them do their soldier job. If no kind comment then keep quiet
@ngaboangel5301
@ngaboangel5301 3 жыл бұрын
Ariko mwogiye muraba igisoda ca Kagame uko kimeze kweri
@mugishamedia2632
@mugishamedia2632 3 жыл бұрын
@ Ntutangwe kuraba film nshasha ya Mugisha Movie Company BECAUSE OF LOVE, wirabire uko umwana w'imbeba azira urwanko rwa nyina.
@NdahiroJonathan
@NdahiroJonathan 4 ай бұрын
Ahaaaa ndumiwe koki😮
@mutaG250
@mutaG250 3 жыл бұрын
Mpise nseka 😂 ese bavukanyi habura iki?
@garvingaba5353
@garvingaba5353 3 жыл бұрын
Is this a National Soldiers or Imbonera Kure? Canke n’udukino two Gutwenza Bari Kwerekana?
@uwayomisago5694
@uwayomisago5694 Жыл бұрын
sukibeshya aba abemeze nkabanyerondo bomurwanda uburndi burihasi cyane pe
@maryamarya4161
@maryamarya4161 4 ай бұрын
Komeraburundinkunda
@mukitotv4070
@mukitotv4070 3 жыл бұрын
Mbega igisirikare we ndumiwe pe
@dream250tv9
@dream250tv9 3 жыл бұрын
Ndumiwe koko,
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 3 жыл бұрын
🤭🤭🤭🤭🤭
@SafariFaustin-rm8xd
@SafariFaustin-rm8xd 3 ай бұрын
Amakabutura mbega uBurundi wee ntankweto,ntamyenda puuu!😂😂
@beatriceingabire6169
@beatriceingabire6169 3 жыл бұрын
Yemwe muzihambire ku Imana igebarwanirira naho mwebwe ntakigenda kabisa ..wagira nho ni local difference...Muge muhora imbere y Imana ibabere imbaraga naho ubwanyu ntakigenda habe nagato ndakurahiye....ndumiwe koko novuga ntimubishoye kabi..Imana inabere maso..Ibabere imbàraga...
@jeannshimiyimana7408
@jeannshimiyimana7408 3 жыл бұрын
Aho uribeshe cane biteguye nabi kumyambarire ariko kurugamba urwanda mwahasigara
@TukwatseMarion
@TukwatseMarion 8 ай бұрын
Barashekeje pee
@inzirayibihe2868
@inzirayibihe2868 3 жыл бұрын
Basirikare bigihugi cacu c'Uburundi turabakunda Kandi turabashigikiye
@salimramadhani740
@salimramadhani740 3 жыл бұрын
Thanks Thanks 👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@allananicet1496
@allananicet1496 3 жыл бұрын
Abasirikare baraha barasekeje. Bano bazaze i gako barebe
@victormutabazi1910
@victormutabazi1910 3 жыл бұрын
Ivyiwanyu isi yose imaz kubahinyura Ko mwubakiye kububeshi nuburyarya gusa 👎🏻
@xena6894
@xena6894 Жыл бұрын
​@@victormutabazi1910 Relax Mutabazi . Uravuga nk'interahamwe ziba zifise agenda.. Si vyiza izi comments ariko ni iz'abana batazi manners bahora kuri internet . Kuzishura ukwo ungana uzana twa tuntu tukwinyegejemwo navyo ni excessif. 😅
@theeyechannel8601
@theeyechannel8601 3 жыл бұрын
Are these National army or security guards?huh!!😅
@thomasntukamazina6561
@thomasntukamazina6561 3 жыл бұрын
Come one day,you will see what it is.
@ishimwealain1977
@ishimwealain1977 3 жыл бұрын
Both
@demeija7551
@demeija7551 Жыл бұрын
Comedians
@deevotoya693
@deevotoya693 3 жыл бұрын
Hano byifashe gute kombona comments ari izabanyarwanda gusa?
@salimramadhani740
@salimramadhani740 3 жыл бұрын
Burnudi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪💪👍👍👍👍👍👍❤️❤️❤️❤️
@dynanikiza7558
@dynanikiza7558 2 жыл бұрын
Burundi ntaburofa💪💪
@uwasenaome-rm3jf
@uwasenaome-rm3jf 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂proud to be Rwandan 🤣🤣🤣🤣 kbx yego mana Burundi 😮
@ThierryNIYONKOMEZI-ph4op
@ThierryNIYONKOMEZI-ph4op Жыл бұрын
Kabisa mbasabiye courage
@arthurdiego7423
@arthurdiego7423 3 жыл бұрын
Mbega cadet commander wumunebwe ndebera escort ya president carvatte na ecouteur yambaye noneho hermet abasoda bambaye zo numuti wamenyo ubanza nibuye ryayitobora uburundi buri nyuma pee😂😂
@xena6894
@xena6894 Жыл бұрын
Bavuga Cravate , Cya gifaransa gike cyawe kigigaragaje. Be kind and polite please
@demeija7551
@demeija7551 Жыл бұрын
Iam enjoying with this comedians 🤣🤣🤣🤣
@demeija7551
@demeija7551 Жыл бұрын
@anny leslie Uwineza 🤣🤣 my dear first focus on your country army not my language
@UbukireNyabwoTV
@UbukireNyabwoTV 3 жыл бұрын
Ese buriya ubutaha ntimwabambika bagakora ibirori bambaye? || Mukomeze mukurikire ibiganiro vyiza kuri channel UBUKIRE NYABWO TV
@thieryniyonkuru5023
@thieryniyonkuru5023 3 жыл бұрын
Miguu peku?? Murabica vraiement Igisoda ni noma😭😭
@abimanastar-b129
@abimanastar-b129 3 жыл бұрын
Xxxii DC
@abimanastar-b129
@abimanastar-b129 3 жыл бұрын
Sd
@abimanastar-b129
@abimanastar-b129 3 жыл бұрын
Xxxxcmm
@aliseblesing1084
@aliseblesing1084 3 жыл бұрын
Nihafiyantacyope ntagisirikarembonye
@jclaudendayizeye3405
@jclaudendayizeye3405 Жыл бұрын
Pronostics rwanda
@damourselemani5866
@damourselemani5866 3 жыл бұрын
,cyakoza aba nabenyerondo ntimubeshye nabasoda bameze gutya rwandaa genda urayoboye muribyose koko prezida aricara akareba Ino mabigibigi ngo nakarasisi
@aliseblesing1084
@aliseblesing1084 3 жыл бұрын
Kbsa
@ireneeniyonkuru42
@ireneeniyonkuru42 3 жыл бұрын
Ubunsi se n'izuba rya Bujumbura nzi Ubu ntibarimo gushya ibirenge?
@emeritheineza6753
@emeritheineza6753 3 жыл бұрын
Muzongere mutumire yaxu comedy
@esperancendayishimiye2273
@esperancendayishimiye2273 3 жыл бұрын
They need to do more push up, because the chest not big enough ikindi naco abasoda bashasha bakambika iduhuzu, kubaza barigusa ntabwo bitanga isura nziza. Congratulations to my beautiful country
@manirakizaeric7947
@manirakizaeric7947 3 жыл бұрын
Ivyo vyukuba batambaye impuzu ni international kandi ntuzoze urita muvyubonye vyose ivyo ntibikura birafise babenevyo
@esperancendayishimiye2273
@esperancendayishimiye2273 3 жыл бұрын
Nibazako utantahuye nyakubahwa ibintu vya international twebwe abarundi sivyo tugirako, twipfuza kutangaza international. Ntiturabe international ivyo bakoze natwe abarivyo dukora ahubwo international bakore ivyo twebwe twakoze.
@hitayezuanselme9112
@hitayezuanselme9112 3 жыл бұрын
Imyabarire n'imikorere biratandukanye
@jclaudendayizeye3405
@jclaudendayizeye3405 Жыл бұрын
Ubusambanyi
@twirwanehotv2513
@twirwanehotv2513 3 жыл бұрын
Abadoda bambara ubusa, abahutu murananiwe muje kudya imbeba nico mushoboye
@muvunyisteven4716
@muvunyisteven4716 3 жыл бұрын
mbonye igisirikare kirutwa nicya DRC kwa gisegeti hhhhhhhhh
@bizashira2108
@bizashira2108 2 жыл бұрын
😂😂😂🤣🤣
@bizashira2108
@bizashira2108 2 жыл бұрын
Ni abanyerondo
@yttyyytt6639
@yttyyytt6639 3 жыл бұрын
👏👏👏👏👏🙏🙏🙏👍👍👍
@asetv
@asetv 3 жыл бұрын
DID ANYONE SEEN THOSE SIX PACKS?💪BURUNDI POWER💪
@uramyealexis2616
@uramyealexis2616 3 жыл бұрын
Ndumiwe kweri hhhh!
@bjabdi6582
@bjabdi6582 3 жыл бұрын
Wumiwe niki?
@musabendeclementine4646
@musabendeclementine4646 3 жыл бұрын
Ndumiwe Koko
@aliseblesing1084
@aliseblesing1084 3 жыл бұрын
Wumijwenikise
@musabendeclementine4646
@musabendeclementine4646 3 жыл бұрын
Nubwambere mbonye bamwanakosi bakoraikosi bambaye gutya
@monkodyna682
@monkodyna682 3 жыл бұрын
Igihe so yasweraga nyoko ureba ko utumiwe se?
@egideniyonkuru9705
@egideniyonkuru9705 3 жыл бұрын
@@musabendeclementine4646 uburundi ntubugaye burikwije
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 3 жыл бұрын
@@egideniyonkuru9705 bwikwije mubiki utwo dukabutura twabana biyanbere
@s.konyine1469
@s.konyine1469 3 жыл бұрын
Muze Commonwealth Mutere imbere
@EmelyneHabonimana
@EmelyneHabonimana 5 ай бұрын
Uzobabonera kurugamb abantibakina
@jeannshimiyimana7408
@jeannshimiyimana7408 3 жыл бұрын
Abanyarwanda mwihutira kuvuga kabisa barimbwabare kuko nabandi barambaye nuke babiteguye murabe ivyanyu
@xena6894
@xena6894 Жыл бұрын
Ubababarire on our behalf. Abo ni abana batazi les manieres
@sebastienkatwali5603
@sebastienkatwali5603 8 ай бұрын
Mwomenyera bagikwiye
@twirwanehotv2513
@twirwanehotv2513 3 жыл бұрын
Uburundi ntagisoda na president wenyine ntazi ibyo arimo igihugu gipfuye
@victormutabazi1910
@victormutabazi1910 3 жыл бұрын
Hapfuye wew nigihugu cawe kirangwa nubugambanyi gusa 👎🏻
@nkusibruno5450
@nkusibruno5450 3 жыл бұрын
Uuuuuuuu nimurabe different yi gisirikare kbsa murabe Rwanda ico yaraye ikoze hama murabe namwebwe nuko mwambaye murabe ninkoho zonyene bakoresheje hamwe nuko bambaye nuko bagenda
@nkusibruno5450
@nkusibruno5450 3 жыл бұрын
Muzoze murigira kubandi ingene bategura ibirori
@pierrecelestinkorine7538
@pierrecelestinkorine7538 3 жыл бұрын
Vuka Kanyaru tuone
@godsisgood1864
@godsisgood1864 3 жыл бұрын
@@nkusibruno5450 vrmnt iki igisoda kweri
@monkodyna682
@monkodyna682 3 жыл бұрын
Ikintu gitangaje hano ni ukubona abanyarwanda aribo bigize inshyomotsi batanga comments z'ubugoryi ku bireba abarundi nta soni ubwo muba mufite iyo mubona mutuka abarundi ntibabasubize? Muba mvumva mutari ibigoryi mwese mwo karye ubushino bwa ba nyoko. Mujye muvana ubwiyemezi n'ubuswa kuri social media.
@ngendahimanagervais934
@ngendahimanagervais934 3 жыл бұрын
Hhhhhhhhhhh kutukana biraha
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 3 жыл бұрын
Mukomere kumuheto
@elienteziryayo3767
@elienteziryayo3767 3 жыл бұрын
Mbega igisirikare cya feke? Mwambika abantu ubusa
@trecymukunda5480
@trecymukunda5480 3 жыл бұрын
Burigihugu numucowabo nawe ntugapfobye ibyabandi, abacu bambarasebo bamaziki sabokwirirwa barasa inyoni nubishwi
@ntarejohn1843
@ntarejohn1843 3 жыл бұрын
Kombona ntarutege not fit
@stevemana9724
@stevemana9724 3 жыл бұрын
Genda ubitege babanze bawukuvugutire
@carlosnyayo7223
@carlosnyayo7223 3 жыл бұрын
hahahah
@ntarejohn1843
@ntarejohn1843 3 жыл бұрын
@@stevemana9724 Hhh Sha bano ba soda Wapi kbsa wagirango nabarinzi bibipangu
@trecymukunda5480
@trecymukunda5480 3 жыл бұрын
@@ntarejohn1843 wowe urinze iki, urinze irimbi ?
@ntarejohn1843
@ntarejohn1843 3 жыл бұрын
@@trecymukunda5480 Urikijuju kimwe Nabo basoda Ba fake Ubwo ndinze Irimbi rya nyoko naso
@carlosnyayo7223
@carlosnyayo7223 3 жыл бұрын
hhahahahahahahah
@nkotanyi2015
@nkotanyi2015 3 жыл бұрын
ndasetse gusa ndumiwe
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 3 жыл бұрын
Uburundi bwarikuiye ntibutegereza ivyo agatsiko gakora canke ngo bakopere za karasisis za corea
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 3 жыл бұрын
Urwanda mwigira bakibirengeye ubukene buri mukubica.
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 3 жыл бұрын
Ubu ho murarusohoye ko mbona mwirirwa muraniganwa amashuko mubusho ,nogusura ntimusure. Agatsiko kugaruriye igigugu ubu mukaba mukota nagakondo
@xena6894
@xena6894 Жыл бұрын
Delete your comment, please . It's not polite to your good neigbours . Have manners
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
👍👍👍💪💪💪
@umunyabyinshiwokwakanene1813
@umunyabyinshiwokwakanene1813 3 жыл бұрын
Is this army or Dasso????Burundi wee ndumiwe
@pacifiquemazimpaka4880
@pacifiquemazimpaka4880 3 жыл бұрын
😃😂 Ikintagisoda kirimo fake sana
@victormutabazi1910
@victormutabazi1910 3 жыл бұрын
Wew civilian ntakintu nakimwe umaz atar ubugambo bupfuye
@monkodyna682
@monkodyna682 3 жыл бұрын
Ushatse kuvuga iki ubwo?
@allananicet1496
@allananicet1496 3 жыл бұрын
Hhhhhhh udukabutura
@emmanuelrugambwa588
@emmanuelrugambwa588 3 жыл бұрын
Comedy!!
@ko-zo2mk
@ko-zo2mk 3 жыл бұрын
Try to learn English or kiswahili please us African community
@Kigaliupdate-s5t
@Kigaliupdate-s5t 4 ай бұрын
Comedy 😂😂😂😂😂
@hitimanathomas766
@hitimanathomas766 3 жыл бұрын
Igikurutu! Ntakigenda! Puuu!!?
@niyihozajudith1109
@niyihozajudith1109 3 ай бұрын
😅😅😅😅
@mfalmepatrick5787
@mfalmepatrick5787 3 жыл бұрын
arikondumire kabisa abasirikare bambayubusa koko ntagobarebaho isi geze koko.muzahindure kbs bajyebambara,
@stevemana9724
@stevemana9724 3 жыл бұрын
Ba muvuga ivyo muzi. Utazi gusoma amateka, vyiza wokwinumira
@mfalmepatrick5787
@mfalmepatrick5787 3 жыл бұрын
Steve Mana mwigiterambere murinyuma 😂😂😂😂😂😂
@trecymukunda5480
@trecymukunda5480 3 жыл бұрын
@@mfalmepatrick5787 twebwe turifite twagezekuki iterambere nicyo kizica abanyarwanda muta imico yiwanyu mwirirwa mwiruka inyuma yibyabazungu arinabyo byabagejeje mukumarana mwigize indabiziiiii kungufu muziki mwakwinumiye ko icyoturusha abandi arinzara wakwinumiye ukareka ibyabandi africa yoseko turikimwe
@angendayambaje3068
@angendayambaje3068 3 жыл бұрын
Abo basirikare ko bameze nkabakina filme ya sagatwa hhhhh
@mfalmepatrick5787
@mfalmepatrick5787 3 жыл бұрын
Sandra Umuhoza 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 niko kobyahereye iwanyu ra kotubizi komwamaranye kurusha murwanda.
@kalisabyiringiro8384
@kalisabyiringiro8384 3 жыл бұрын
Ark se abo bazungu bicayeho bajejwe iki
@aliseblesing1084
@aliseblesing1084 3 жыл бұрын
😂😂😂abambayubusasenaba Sirekarecyagwanipfungwa igisiri Karecyiburundinifekekabsa urwandaruzabigishi murabanyuma Murutwanabanyerondobomurwanda.
@egideniyonkuru9705
@egideniyonkuru9705 3 жыл бұрын
Urwanda gwahe gahemwe uruntu rutagira nindongozi kagome arihe kwanza
@mumararunguyves935
@mumararunguyves935 Жыл бұрын
hhhhhhhhhhhhhhhhhh
@hesii6295
@hesii6295 3 жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@jerdinkabega7388
@jerdinkabega7388 3 жыл бұрын
hhahahahahahahhhhh
@mumararunguyves935
@mumararunguyves935 3 жыл бұрын
hhhhhhhhhhhhhhhhhhhh
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 19 МЛН
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 14 МЛН
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
Spongebob ate Michael Jackson 😱 #meme #spongebob #gmod
00:14
Mr. LoLo
Рет қаралды 10 МЛН
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 19 МЛН