Kurikirana ingene mu ruganda TECOO Burundi bakora ama téléphone gushika bayashire kw'isoko

  Рет қаралды 15,582

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Bakunzi ba Mashariki TV twaraberetse uruganda TCOOOBurundi rukora amatelephone, riri muri komine Gihanga intara ya Bubanza. Uyu munsi Umuyobozi ajejwe ubuhinga muri urwo ruganda aratwiganira ingene bakora izo terefone gushika bazishire kwisoko. Kurikirana.

Пікірлер: 84
@abrahamndarurinze9906
@abrahamndarurinze9906 4 ай бұрын
Abo bakozi bose bategerezwa kuba bambaye ama gants de protection ya coton, yera kugira ivyo vyisuku bigume bimeze neza. Umuntu wese aragira indugumba muminwe. Ayo ma gants yobigabanya. Merci
@hakizimanasalvator1899
@hakizimanasalvator1899 4 ай бұрын
Burundi oyeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪 mumyaka Itanu5 Uburundi buzoba butangarirwa Ubwo budorari butubeshejeho Uko tudashaka Tubuveko
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 4 ай бұрын
😏
@tumukundejames5331
@tumukundejames5331 4 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣 courage
@Nsa-biyaremyeIsrael-ij3oq
@Nsa-biyaremyeIsrael-ij3oq 4 ай бұрын
Mmmmm man ubwenege sikirenga
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 4 ай бұрын
😂😂😂
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 23 күн бұрын
😮😮😮 Imana yacu ninziza😮😮❤❤.Burundi gihugu canje tera imbere❤❤
@salimramadhani740
@salimramadhani740 Ай бұрын
Viva africa Viva Burundi 🇧🇮 from Burundi Lives in cape Town ❤️ 👏 🫡🫡🫡🫡💪💪💪💪👏👏👏👏
@NdayizigaViateur-q7r
@NdayizigaViateur-q7r 4 ай бұрын
Jewe Ndabona Imana ubishatse tuzotera Imbere kuko nibi ntawabiziga.
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 4 ай бұрын
Kabisa nanje ndatangaye sinarindavyiteze ,biriko biraza imana idufashe
@gilbertbuba585
@gilbertbuba585 4 ай бұрын
My support is 100% . Umurundi wese yarakwiye kuyigura. Zigurwa angahe? Uwugura nuwugurisha. Mutange info zikenewe zose kugira tubashigikire.
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 ай бұрын
Burundi juu🎉🎉🎉❤
@Phageï-xu7sm
@Phageï-xu7sm 4 ай бұрын
Turikumwe twese birashoboka edeni hejuru can❤❤❤❤❤
@chadrackirakoze2750
@chadrackirakoze2750 Ай бұрын
Gihanga iwacu.Courage cane muter'imbere
@ozilbrown3604
@ozilbrown3604 Ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉Burundi ❤❤❤❤
@SabiyumvaEric-hn5zf
@SabiyumvaEric-hn5zf 4 ай бұрын
Courage igikogwa ciza muriko murakora.Raba mwigishe beshi ugwaruka nagwo ruronke occupation
@dejuniorthierry7074
@dejuniorthierry7074 4 ай бұрын
Imana iduhe amahoro numutekano mugihugu cacu ivyiza vyinshii tuzobigeraho
@Kaesvstriomphe
@Kaesvstriomphe 4 ай бұрын
Reta imenemwo amafaranga canke abakire baze binvestisse kugira bakore ama telephone yubwok bitandukanyb Kuber harakenew ama robo habeh no gukor nibind birenz gukor telephone gusaaa ❤
@gilbertbuba585
@gilbertbuba585 4 ай бұрын
EXCELLENT JOB!!! Kazoza ni keza.
@CyriosEtoile
@CyriosEtoile 4 ай бұрын
Ibi nivyo tugomba Uburundi hejuru cane❤
@amolam97
@amolam97 4 ай бұрын
Hahangame abarundi(kazi) bagifise imutima wogukunda igihugu courage cane muzishire kwisoko kabisa tuzazigura
@AmamMdmd-l8k
@AmamMdmd-l8k 2 ай бұрын
Wow wow Burundi 🇧🇮🇧🇮🤝🤝🤝
@prudencensaguye3374
@prudencensaguye3374 4 ай бұрын
C'est bon. Kumbe twatangiye gutera imbere
@kahindoheritier4688
@kahindoheritier4688 2 ай бұрын
Félicitations 🎉
@adellebarakamfitiye658
@adellebarakamfitiye658 4 ай бұрын
Mukomerezaho yambino yaratanguye ❤🙏🏾
@MvukabankaDonatien-bd8xl
@MvukabankaDonatien-bd8xl 2 ай бұрын
Nkune uburundi ❤❤100%
@ericksamsoni889
@ericksamsoni889 4 ай бұрын
Urworuganda ndarwemey ongeza inguvu nabakozi nivyangombwa mukore smartphone izontonto zicirukirwa can
@chimamandamosesoffice8109
@chimamandamosesoffice8109 4 ай бұрын
I love this
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 2 ай бұрын
Wemeye nawe
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 ай бұрын
❤😊
@bigirimanafiacre4929
@bigirimanafiacre4929 4 ай бұрын
@gilbertbuba585 good jobe Kabisa, none muratanga ama formation ?
@niyondikoemile4018
@niyondikoemile4018 4 ай бұрын
Burundi terimbere cane❤
@charlesuwizeye9838
@charlesuwizeye9838 4 ай бұрын
Very good
@GabrielSozi
@GabrielSozi Ай бұрын
Bite bit umuntu akeneye komumwigisha ,vyokunda? Bisabik?
@ViannynambazimanaViannyNambazi
@ViannynambazimanaViannyNambazi 2 ай бұрын
Mbe mbazikibazo kimwe. pièce yose ihingurigwa ngaha?
@AnglaisFrancais257
@AnglaisFrancais257 4 ай бұрын
Allez mon pays🇧🇮
@Ndereyimanaa
@Ndereyimanaa 2 ай бұрын
Hari abantu bazi vyishi bakishima Buhoro. Ndabakunze pe
@PascalNimbona-c6o
@PascalNimbona-c6o 11 күн бұрын
None Aho niho téléphone izimbuka gusumba Aho twoyigurira hanze akarusho nakahe
@PierreScottgasly.s
@PierreScottgasly.s 4 ай бұрын
Courage
@MoseSolongo-n8d
@MoseSolongo-n8d 4 ай бұрын
Wow.
@eliasndayisaba4120
@eliasndayisaba4120 4 ай бұрын
Hejuru caane Alexis
@KevinNdayisenga-b3t
@KevinNdayisenga-b3t Ай бұрын
Ntabwo muriko mukora Telephone ahubwo muriko muteranya telephone mureke kwitiranya ibintu
@boscosibomana28
@boscosibomana28 4 ай бұрын
courage
@MtHey-sm5jk
@MtHey-sm5jk 2 ай бұрын
Ikibazo nuko mukoresha intoki zigaragra iyi video nkumuzungu ayiraba ntiba iboneka neza
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 2 ай бұрын
Mbega mwarabuze udukingizo two kumaboko mwararamvye
@IrangabiyeSamuel-j6u
@IrangabiyeSamuel-j6u Ай бұрын
Burundi mbwacu
@Twese.01
@Twese.01 2 ай бұрын
Jewe mbona biriko biraza dukwiye abantu nkaba baja baravuga ibigenda neza ibitagenda neza bikaba bike
@midelnouma8896
@midelnouma8896 2 ай бұрын
Kutashizeko terefon za fek.Kandi ntibakora baba buziteranye
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 4 ай бұрын
❤❤
@SamuelTembo-r5n
@SamuelTembo-r5n 4 ай бұрын
Okay
@icongerezacoroshe257
@icongerezacoroshe257 4 ай бұрын
Ababona ko mu Burundi ibintu biriko bifata iyindi ntambwe mpa izo subscriptions kuri ino chaîne yanje
@julius875
@julius875 4 ай бұрын
Vyiza cane
@miraboss-empire
@miraboss-empire 4 ай бұрын
Waouh good ❤❤❤❤
@PacifiqueBigirindavyi
@PacifiqueBigirindavyi 4 ай бұрын
Nibaduh akazi uburundi bugire butere imbere
@tungaaaron7570
@tungaaaron7570 Ай бұрын
Murakora canke murateramya? Assamblage , fabrication biratandukanye bandugu , na code bar ntimukorako
@MvukabankaDonatien-bd8xl
@MvukabankaDonatien-bd8xl 2 ай бұрын
Zigugwa gute?
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 2 ай бұрын
Ahubwo nimwe muhingura gutera naje ndabizi
@NiyomutabaziErica
@NiyomutabaziErica 3 ай бұрын
Turafise abafundi bafise ubunararibony muvyama fone,nibahe ubuzi.
@Vlalochkove00199
@Vlalochkove00199 4 ай бұрын
Coulage kabsa
@silasbagou2805
@silasbagou2805 4 ай бұрын
Ibi n'ivyo tugomba mu Burundi
@ApollonNDAYISABA
@ApollonNDAYISABA 4 ай бұрын
Igikorwa ciza muhungu wacu
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 4 ай бұрын
Ntibakora ahubwo numva bateranyaa
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 4 ай бұрын
Intango yama igoye harigihe tuzozikora twebwe nyebe ubutaka turafise canke tuzobukure i Congo
@MrAslan47
@MrAslan47 4 ай бұрын
hejur cane
@NiyomutabaziErica
@NiyomutabaziErica 3 ай бұрын
Courrage
@etiennenahimana-gn8gd
@etiennenahimana-gn8gd 4 ай бұрын
ubwo buzi bwose bakora ndabukora ndi jenyene .mumpe akaz rero .
@amolam97
@amolam97 4 ай бұрын
Vyiza cane uragenda wishikire kukigo ubisabireyo muta ivya reseau social vyo ntacovamwo
@MvukabankaDonatien-bd8xl
@MvukabankaDonatien-bd8xl 2 ай бұрын
Nukuri sinarinzi ko bibaho kuko bunra sinkunda gukoresa you tube. Sinzi uko imana inkatishije niho nkibona ko hariho abantu banka uburundi
@munyanezaadrien780
@munyanezaadrien780 4 ай бұрын
uyu muntu asobanura ibyiwe ea
@jacksonmanirankunda369
@jacksonmanirankunda369 4 ай бұрын
N bkbk bizoza
@Ssssssssss-k8n
@Ssssssssss-k8n 4 ай бұрын
Abandi barakora Smart phone 📱 mwebwe Muracyari kuri matushe😢😂😂😂😂😂
@amolam97
@amolam97 4 ай бұрын
Birakubabaje se?kamunyaru?iyo niyo nzir1 dogo
@Bagenzi4life
@Bagenzi4life 4 ай бұрын
Iyi niyo comment nariko ndarondera 😂😂😂😂😂😂
@hosewebtv77
@hosewebtv77 4 ай бұрын
Uwo numujiny wimipak😂😂😂
@lostboy2608
@lostboy2608 4 ай бұрын
Nawe yerekane izo bakora iwabo turabe
@ProudB719
@ProudB719 4 ай бұрын
None abatanguye gukora smart phone bahereye kuyihe? Wewe uko ungana niko wavutse? No sense.
@AmosNkunzimana
@AmosNkunzimana 4 ай бұрын
Mukoresha abakozi benshi aho bituma telephone kwisoko iza izimvye murabe mukoreshe des robots.
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 4 ай бұрын
Open your own company and bring in ama robots
@NdohoAud
@NdohoAud 4 ай бұрын
​@@cedrickbudrick5679nivyo umubwiye ukur dukwiy gushim aho bigeze kuko nubu ntafone izimbutse nkizo bakora zirazimbuts cane
@amolam97
@amolam97 4 ай бұрын
Abantu twuzuye ivyiyumviro bitandukanye kabisa 🤣🤣🤣
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 4 ай бұрын
Muribuka kwandikako Made in Burundi ❤❤😂mumyaka mikeya Uburundi bazobutangarira
@alidaiz9578
@alidaiz9578 4 ай бұрын
courage
Миллионер | 1 - серия
34:31
Million Show
Рет қаралды 2,4 МЛН
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
Роман Magic
Рет қаралды 29 МЛН
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 15 МЛН
Hotel Rumonge
1:02
TODi Company
Рет қаралды 10 М.
Миллионер | 1 - серия
34:31
Million Show
Рет қаралды 2,4 МЛН