Kuryoherwa mumabanga mpuzabitsina ( BE TV Burundi )

  Рет қаралды 35,191

BE TV Burundi

BE TV Burundi

Күн бұрын

Пікірлер: 62
@anithagahimbare2734
@anithagahimbare2734 5 жыл бұрын
C'est bon vrt.kubona kwabarundi barikobaragera kurwego rwokuguruka bakigisha inyigisho nkizo.birahimbaye.
@nadegendayizeye-kv7oh
@nadegendayizeye-kv7oh Жыл бұрын
Courage.merci
@mahundoevary5967
@mahundoevary5967 5 жыл бұрын
Uwo mugabo avuze ukuri pe .ikiganiro cyanyu cari kiryoshe.hano i Bordeaux France turabakurikira murakoze
@celestinnduwayo6712
@celestinnduwayo6712 Жыл бұрын
Gusa uwomwigeme nibibazo vyaheze kubera yamwinjij mwico gikorwa adaciy kuruhand
@annickkaneza2061
@annickkaneza2061 3 жыл бұрын
Umutumire uri parain,uri maraine,uri umuvyeyi.........numva mbuze uko ndakwita pe,uri umuhanuzi mwiza.mwese.murakoze cane murigisha
@chanellekanyambo5441
@chanellekanyambo5441 5 жыл бұрын
Murakoze ku mpanuro mais nagire nsabe uwo mukobwa agirisha ikiganiro, aze aramvuga abagabo cnk abagore pas ngo aba maman ou ba papa kuko hari abubatse mais batararonka abana,none baca baba exclu murico kiganiro,murakoze
@clementkankundiye6896
@clementkankundiye6896 5 жыл бұрын
Courage vrema intambwe nziza tugezeko muburundi
@CetribeaBurundibwiza-tz5le
@CetribeaBurundibwiza-tz5le 6 жыл бұрын
Bukebuke nirwo rugendo. Abarundi dutera twuguruka muvyurukundo. Mumyaka yaheze amajambo nkaya ntiyavugirwa ahagaragara. Ariko nezerejwe nuko batanguye kubigaragaza.
@uwimanachristella7212
@uwimanachristella7212 6 жыл бұрын
yoooh ndabakuuunze ga yemwe beny nukuri ntubaho ndi murwanda nagusavye umpe numero yawe nanje nd ,umurundikazi wo mukirundo nabakunze kubwimpanuro nimukomereze ngaho
@nshimirimanafelix8640
@nshimirimanafelix8640 5 жыл бұрын
benit nukur ndamwemera yaranyigishij inigish za marige kur sait mechel
@niyonkurujonas6783
@niyonkurujonas6783 5 жыл бұрын
75265526
@leopoldminani1587
@leopoldminani1587 6 жыл бұрын
Muzoze muvuga ikirundi gusa apana kuvanga nigifaransa kk hariho ababakurikira si bose batahura ikirundi kivanze
@guillaumerusengo9371
@guillaumerusengo9371 6 жыл бұрын
Apana!
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 6 жыл бұрын
Backbencher ntiwiz ww?
@leopoldminani1587
@leopoldminani1587 6 жыл бұрын
msg ntiraba abatize gusa ,umuntu yoshobora no gukoresha ako kavideo akagaha abatazi igifaransa,kugira biyubake.
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 6 жыл бұрын
@@leopoldminani1587 oya nuko wariko uvuga ngo bareke kuza barashiramwo igi faransa
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 6 жыл бұрын
@@leopoldminani1587 nyimba hari umuntu adatahuye arabaza
@twitehoivyiwacuburundi4631
@twitehoivyiwacuburundi4631 5 жыл бұрын
Uvuze ukuri cher invité
@egidentibazondererangoziga7197
@egidentibazondererangoziga7197 5 жыл бұрын
Vyiza vraiment
@divinemugisha1638
@divinemugisha1638 5 жыл бұрын
Iki kiganiro ntikize gihagarare . Kiraryoshe
@guymarcelirema9326
@guymarcelirema9326 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂 uwo mutumire niwe vraiment avuga ibintu vyubaka gusa
@bienfaitnkurunziza6941
@bienfaitnkurunziza6941 6 жыл бұрын
ooh wow.....
@D-MP
@D-MP 2 жыл бұрын
7:16 😲😱🙉🙀🤯💣💥
@Miss_Gicanda
@Miss_Gicanda 6 жыл бұрын
Uko nukuri
@jimmynduwayezu9357
@jimmynduwayezu9357 4 жыл бұрын
Good teacher
@marcntwari4012
@marcntwari4012 3 жыл бұрын
Babwire sha
@ndabagezesecond6296
@ndabagezesecond6296 5 жыл бұрын
Azi kubikora! Ni ibiki
@nahimanaalain7469
@nahimanaalain7469 5 жыл бұрын
Ikikiganiro kije gusubirira nomukurahe umugenzi wukuri
@chadryarcelkarire9232
@chadryarcelkarire9232 6 жыл бұрын
Big Up xn ✔✔
@fazandayi3469
@fazandayi3469 5 жыл бұрын
Komera Beny uvuga ukuri
@nkeshimanaemmanuel5031
@nkeshimanaemmanuel5031 6 жыл бұрын
iyo nzu muvugiramwo ivyo bintu irimwo umwanda mwinshi
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 6 жыл бұрын
Hm!!!!! Harumwanda wayibonyemwo ko ariko arigisha ibintu vyo???
@munakabebe
@munakabebe 5 жыл бұрын
Ew Emmanuel warapfuygenda. Umwanda urihe
@milomediatv
@milomediatv 4 жыл бұрын
Murasarishije kuri incrustation !
@esther8032
@esther8032 3 жыл бұрын
Nic
@billnemess9369
@billnemess9369 5 жыл бұрын
Turabakunda ariko nimuze muravuga ikirundi conyene kuko hariho abatumva igifaransa! Kuko ino channel sabarundi bo muburundi gusa bayi kurikirana! Natwe abohanze turayikurikirana kandi twumva icongereza nikirundi😂😂😂👊
@اااا-ج3ك8ذ
@اااا-ج3ك8ذ 3 жыл бұрын
Nivyo nibavugikirundi
@boashamah3642
@boashamah3642 5 жыл бұрын
100% pure talking , But do u have Facebook so that we can share it to our brothers and sisters? , thanks
@quieenshakira8364
@quieenshakira8364 6 жыл бұрын
Murakoz
@عليالشهراني-ل8م
@عليالشهراني-ل8م 6 жыл бұрын
Murakoze kumpa umucyo kukibaz nabajije
@justinnshimiyimana3373
@justinnshimiyimana3373 6 жыл бұрын
That’s nice
@DesireK89
@DesireK89 3 жыл бұрын
Uyo mutumire arabeshe numuhimbiri, jewe naramaze 3ans ntasiba kiretse cagihe ca regles kandi nubu turi urwembe ntidusiba kuva 2005
@nkeshimanaemmanuel5031
@nkeshimanaemmanuel5031 6 жыл бұрын
Kuki uwo mugabo yigira karuhatiwe ?
@jeandedieuhakuziyaremye8623
@jeandedieuhakuziyaremye8623 5 жыл бұрын
Umutumire yavuzenezacane.ariko ngonokwongerako ikintu cokutaryoherwa namabanga mpuzabitsina mungo akenshi biterwa nisoni abagore bagira Imbere yabagabo babo hamwe nokudebukirwa kwitaho isuku ryumuburi wabo mukwitwazako batagishimwa bahejeje gushimwa.burya nico abakobwa nabagore bindaya basumvya abagore bomungo bitaho isukucane niryorishitura abagabo ikindi mukubikora ntasoni iba action reciproque(kurongorana)
@kai-alpha8091
@kai-alpha8091 6 жыл бұрын
Beny , uvuga vyo gusa. hama ko mbona musa nuwo munyamakuru ntaho mwoba muvukana?
@bsderrick
@bsderrick 5 жыл бұрын
12:19 😂😂
@ndabagezesecond6296
@ndabagezesecond6296 5 жыл бұрын
Ivyo bakora ni ibiki?
@اااا-ج3ك8ذ
@اااا-ج3ك8ذ 3 жыл бұрын
🤣🤣
@manirabonayvanfleury1161
@manirabonayvanfleury1161 5 жыл бұрын
Ben desole on n a pas coupe Hahaha
@enockado9040
@enockado9040 5 жыл бұрын
Ico kiganiro cuzuy amajambo yukuri knd yubaka kubayumviriza
@nkeshimanaemmanuel5031
@nkeshimanaemmanuel5031 6 жыл бұрын
Azobikora, azobigira....ni ibiki ? bitubwire tubimenye.
@lazzR1935
@lazzR1935 5 жыл бұрын
Jew ngomba nkosore aho muri education sexual nta mugabo canke umugore adakunda utugenegene mugihe cogushuhanya mubushake bwavyo iyo umuntu atabizi usanga muribo hari widoga cacane abagabo bashaka ubugenehene cane gusumba abagore kubera bo nti babigirira ubushakashatsi kubera iyo mico yacu y ikirundi ubwo rero ukaca usanga rero batabaha ububasha abagore kubera iyo mico irimwo akarimbi ariko no babwira ukuryoherwa mumabanga yabubatse nta karimbi bitegerezwa kujamwo kuko muruwo mwanya ntawutegerezwa gushavura kuko ushavuye uca uta akayabagu .
@atchannelblife3670
@atchannelblife3670 4 жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/n2Osp2iKZpxsgJI Twibuke n'uko ubuzima bukenewe uyu musi
@chadrackniyonkuru8168
@chadrackniyonkuru8168 5 жыл бұрын
aliette uraduha grup whtppp +25768336430
@fabriceg8638
@fabriceg8638 4 жыл бұрын
Médicalement prostate et éjaculation umengo ntangorane bifitaniye !!!
@JeanberchimasNdimugahing-en8ih
@JeanberchimasNdimugahing-en8ih 10 ай бұрын
Babwire sha
小丑教训坏蛋 #小丑 #天使 #shorts
00:49
好人小丑
Рет қаралды 54 МЛН
#KuKAYI : Kuja kwubaka urugo/ Umwigeme yokwitegura gute?
45:32
PAM Channel TV
Рет қаралды 9 М.
Général Alain Guillaume Bunyoni  ibi nivyo yagirizwa
10:07
Indundi TV
Рет қаралды 32 М.
IMIBONANO MPUZABITSINA, N'INKINGI Y'URUGO
1:18:50
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 201 М.
小丑教训坏蛋 #小丑 #天使 #shorts
00:49
好人小丑
Рет қаралды 54 МЛН