Let’s talk about :Alvin Smith atanz umuco w'icatumye MONA ahitamw umutama//agater i poto ab Jeunes🫢

  Рет қаралды 12,275

Yaga Tech Tv

Yaga Tech Tv

Күн бұрын

‪@Semavumba‬ ‪@sirenvibestv‬ ‪@ISIMBITV‬‎@isaactv1725 ‪@gasoreismaelcomedy‬ ‎@NiyitegekaGratien ‪@CHiTAMAGIC7‬ ‎@hittoptv ‪@masharikitv‬ ‪@BujahitTv‬ ‎@bfaceofficial‪@alvinsmithofficial‬ ‎@lyricalemonade ‪@monia_fleur‬ ‎@mowkanzieofficial990 ‎@magazinejimbere7732 ‪@masharikitv‬‪@mvpvania‬

Пікірлер: 49
@chrisndikumana
@chrisndikumana 7 ай бұрын
None ingorane mufise ni iyihe? Ntimworeka abantu bakiberaho? Nimureke insaku.
@sabojanvierjaja2007
@sabojanvierjaja2007 7 ай бұрын
Muratubwira no kuri sporks twaherutse tubona invitation ariko ntitwabonye marige ahubwo twabonye umwana gusa yamaz kuvuka😂😂
@frednz-s7x
@frednz-s7x 7 ай бұрын
big congratulations to Mona Walda very pretty couple you wish a happy new life❤❤❤❤❤❤
@Userwhdbj
@Userwhdbj 6 ай бұрын
Nanje ndi mumihanda ndondera umusaza 😂😂😂monna aho wicay wikubite mugatuza ati suis génie 🥰🥰😂😂😂unsenger ndonke umusaza buriya nasanz dufite indoto zimw 🔥🔥
@Kenzog-yk4fo
@Kenzog-yk4fo 7 ай бұрын
Émission iratesa….muturonderere Amakuru yo mu mihanda udusongabugari tudufise hafi😂
@NizigiyimanaeloiEloi
@NizigiyimanaeloiEloi 7 ай бұрын
Abavug nibavuge sh umwe wes nivyiw bubake ingo zab ham Mona naw yubak gwiwe ntibazoza kumwubakira ahubw courage diiiii Mona muratesa ❤❤
@uwimana8584
@uwimana8584 7 ай бұрын
Uwomukobwa nani 😂ngwaraboneka kwashaj waramuvyaye urazi imyaka yiwe?abarundi murahubuka mukuvuga kweri!yobashaje ho mwebw vyobatwara iki nuwiwanyu?muraraba abagabo banyu nabagore banyu mureke kwinjira mubuzima bwabandi
@kellytatiana7984
@kellytatiana7984 7 ай бұрын
Basha don’t take it personally😭😩nimumbabarire basi ntashaje😂 it’s entertainment and we are happy for Monna😘🤗bisous mwesee
@AntonyBelloto-du2qe
@AntonyBelloto-du2qe 7 ай бұрын
Kelly Tatiana ngo *birabineka kwakuze* none mushaka atwagwe numu bébé😢😢😢😢😢
@loulumony8519
@loulumony8519 7 ай бұрын
Abahungu bakiribato wapi na babeshi umunt akuze Niwesawa Amenya kugufata neza
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 7 ай бұрын
None Mona abagizi iki? Mbega n umwana?komuvuga urya mugabo arakuze...nimumureke
@AurélieNiyonkuru
@AurélieNiyonkuru 7 ай бұрын
Iyo atwarwa n'a Drama T mwovuzngo atwaw numwana aruta.murayobeye ntakindi.muveko mumuh amahoro ni choix yiw namw turarindiriye abanyu.kirazira kwicara kumuntu yagiz choix yiw nziza.
@alaninalvittaavnin7505
@alaninalvittaavnin7505 7 ай бұрын
Jew monna ndamwemera kuko iyo arongorwa nabo ba jeune nari kubabara kwl
@garythebeast3056
@garythebeast3056 7 ай бұрын
Muvuga ivyomutazi konsumwana uburiko uramurinda ingwara nyinshi ukundumwana wawe ataburwayi ufise konsumwana nivyiza cane uzorabe uwonse nutonse amagara yabo samwe
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 7 ай бұрын
None mushaka aje kumuntu atamugaburira?
@MarieGorethMunezero-r2b
@MarieGorethMunezero-r2b 7 ай бұрын
Baraberanye
@axcellamuvyeyi9214
@axcellamuvyeyi9214 7 ай бұрын
Emission niya bien sna🤗
@garythebeast3056
@garythebeast3056 7 ай бұрын
Felicitation monna abakobwa bafise umbwenge araberetse ko abona kure yanseko yoja kubabarira murugo abobangana yobatwara he ?bazomuha urukundo sha nawe yibere mumunyenga
@graceniyonagize260
@graceniyonagize260 7 ай бұрын
Ariko uyo mutama ni mwiza😂😂😂😂😂 je mbona baberanye
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 7 ай бұрын
Mbega ayo mabere yoba yayamereye iki? Yoba ashaka agume ahagaze kugire bande bayashime? Ntitwemeranya n'uwuvuga ngo c'est son corps. Utazokomsa umwana ureka kuvyara niko ndavyumva. Ahandiho nta sens bigira kuvyara umwana ukanka kumwonsa ngo ryogwa!! None ugire ntaźorinda arwa
@frednz-s7x
@frednz-s7x 7 ай бұрын
love is something stronger and more beautiful❤❤❤❤❤❤❤
@galaxytechnologycenterelec268
@galaxytechnologycenterelec268 7 ай бұрын
Avoir des cheveux blancs ne veut pas dire vieillir Harabagirimvi même à 5 ans. Harabagirimvi kubera stress. Kandi baraberanye kbx mubareke
@MuhozaCindyLopez
@MuhozaCindyLopez 7 ай бұрын
Let’s talk means reka tuvuge I think?not tubivuge
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 7 ай бұрын
Abatama nkaba nibo batanga ivyishimo nanje ndamubonye sinomugisha da😂
@Karol97875
@Karol97875 7 ай бұрын
Nimureke Mona c'est son choix
@orafu-g5l
@orafu-g5l 7 ай бұрын
La vache Asigaye atanga ivyishimo kweri ❤️❤️❤️❤️❤️
@CynthiaNikuze-y8f
@CynthiaNikuze-y8f 7 ай бұрын
Umw wese ni choix yiw kand urukund ntirurab imyaka
@AliceKamikazi-q9f
@AliceKamikazi-q9f 7 ай бұрын
Yoooo alvin nciye numva ndagukunze uri umu freind wa bien uhagarara kukuri
@paolabizimana2099
@paolabizimana2099 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂Ewe Alvin sha
@BONGANIMO
@BONGANIMO 7 ай бұрын
Azishee
@KubwimanaJoseph-k7k
@KubwimanaJoseph-k7k 7 ай бұрын
❤❤❤
@Userwhdbj
@Userwhdbj 6 ай бұрын
Insaku zirarwira da🤦🏼🤦🏼🤦🏼
@dusabeinnocent5025
@dusabeinnocent5025 7 ай бұрын
Reka kuba muvuga kunguvu zinoti mbe ninde wokwanka kurongorwa ninoti nabandi bazogenda
@JanetAhmad-v3h
@JanetAhmad-v3h 7 ай бұрын
Jewe simbona kurya muhungu ashaje burya umutama nurya mwoba mubona jewe mbona arisawa kuko abahungu bakiri bato ni stress gusa
@larissanininahazwe8897
@larissanininahazwe8897 7 ай бұрын
La vache kumusaga hasigaye ari mubiti naho?
@AliceIrambona-p7f
@AliceIrambona-p7f 7 ай бұрын
Gabanya insaku n'ishari,mirabane nibibaraba😅
@emilien2298
@emilien2298 7 ай бұрын
On dit " il n' y a pas de fumée sans feu"
@Niyukurieri-tf5ii
@Niyukurieri-tf5ii 4 ай бұрын
Eeeee
@queenieSamantha544
@queenieSamantha544 7 ай бұрын
✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
@niyongabolaurent1575
@niyongabolaurent1575 7 ай бұрын
Urya mugabo wa Mona bakorana na dumba. Baca ibiti bose
@Meltrader18
@Meltrader18 4 ай бұрын
😂😂😂😂
@AudreyÉlève
@AudreyÉlève 7 ай бұрын
Nimumurek amahitamwo nayiw uwo mukobwa naw nac mak arek kuvuga kuko ntazibimuraririy😮
@evelynenduwimana129
@evelynenduwimana129 7 ай бұрын
😂😂😂ivyatsi vyomu butrere
@Floribert21622
@Floribert21622 7 ай бұрын
⚠️
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 7 ай бұрын
😂😂😂😂❤❤
@YagaTech208
@YagaTech208 7 ай бұрын
😂😂😂😂
@Userwhdbj
@Userwhdbj 6 ай бұрын
Nanje ndi mumihanda ndondera umusaza 😂😂😂monna aho wicay wikubite mugatuza ati suis génie 🥰🥰😂😂😂unsenger ndonke umusaza buriya nasanz dufite indoto zimw 🔥🔥
@axcellamuvyeyi9214
@axcellamuvyeyi9214 7 ай бұрын
Emission niya bien sna🤗
@Userwhdbj
@Userwhdbj 6 ай бұрын
Insaku zirarwira da🤦🏼🤦🏼🤦🏼
How To Get Married:   #short
00:22
Jin and Hattie
Рет қаралды 28 МЛН
Top 10 yabaririvyi Bazi gupafominga neza🇧🇮
4:06
Mvura Jb
Рет қаралды 5 М.
How To Get Married:   #short
00:22
Jin and Hattie
Рет қаралды 28 МЛН