Fabrice yazanye inzu y'igitangaza kuri 30 MILLION z'amarundi//Uko bigenda kugira tuyikwubakire

  Рет қаралды 46,825

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Fabrice yazanye inzu y'igitangaza kuri 30 MILLION z'amarundi//Uko bigenda kugira tuyikwubakire
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#fabhomes

Пікірлер: 218
@NtagungiraARemy
@NtagungiraARemy 7 ай бұрын
Fabrice ibintu uri gukora ni byiza cyane Kandi nibiciro twe hano mu rwanda tubona ibiciro Ari byiza cyaneee.dusabe imana iduhe amahoro mba numva nzagura inzu I burundi kuko ndahafite abavandimwe.
@ايفيتادوار
@ايفيتادوار 7 ай бұрын
Karibu muvandimwo ntamvuridahita vyose bizogendaneza
@NdayegamiyeFélix-o2t
@NdayegamiyeFélix-o2t Ай бұрын
Ni karibu muri Edeni😂😂
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 11 күн бұрын
Karibu iwacu ariko ndabasabe ntimuze kuba muburundi nkabanetsi ba FPR inkotanyi. Dushaka ko mwoza tukibanira nkabavandimwe.
@FerdinandNiyomfise
@FerdinandNiyomfise Күн бұрын
Imana ishimwe🙏
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 8 ай бұрын
Ubundi aba nibo barundi dukeneye long life and respect to u Fabrice
@queenieSamantha544
@queenieSamantha544 8 ай бұрын
BURUNDI 🇧🇮 COURAGE I APPRECIATE THE WONDERFUL HOUSES 🏘 🙏
@kabalisajeanpierre7583
@kabalisajeanpierre7583 7 ай бұрын
Ndabashimye wowe fabrice kunyubako nziza wazaniye abarundi , none wazatuzaniye murwanda izonzu ko twakugurira tuli benshi
@kevinndagijimana3144
@kevinndagijimana3144 7 ай бұрын
Respect vraiment!!! Abantu nkaba nibo tuba dukeney mu gihugu cacu c uburundi.
@honphilemonmuhizi4659
@honphilemonmuhizi4659 6 ай бұрын
Big up Fabrice ! Juste gael nawe uriko ubikora neza❤🎉
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 8 ай бұрын
Imana yakuduhaye ikudutungire. Reta ikwiye kumuha wa mugambi wo kwubakira abarundi. Aramaze kwerekana ko ashoboye. Trust him.
@ayshaysah6228
@ayshaysah6228 7 ай бұрын
Nukuri Imana ikomeze kukushoboza
@oscarharagakiza3922
@oscarharagakiza3922 7 ай бұрын
Courage muhungu wacu,IMANA IGUHE KURAMBANA UBUKOMEZI NUBWENGE BWINSHI
@pinyuradj1713
@pinyuradj1713 8 ай бұрын
Nukuri jewe. Sinobabesha ibiganiro vya @justegael sinigera ndabibamara . Ariko !! Ariko iyo hageze ibintu vyerekeye amazu Ewana👏🏾👏🏾🙌🏿. N'agaseconda n'akamwe ntikancika😂😂😅
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 7 ай бұрын
Najewe kweri
@Bikorokoro123
@Bikorokoro123 6 ай бұрын
@@hategekimanamariespeciose5701 ntabwo ari mwebwe gusa, twese turanezererwa iterambere ry'igihugu cacu, naryo rikaba rigizwe ahanini n'amazu meza
@ماريافيدال
@ماريافيدال Ай бұрын
Ndatwenz , imana igishoboz uzoronk naka VIp kamwe 😅
@SylvieBoba
@SylvieBoba 6 ай бұрын
Asante sana muze
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 8 ай бұрын
Wooooa mbega ivyiza ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥💪💪
@charleskwizera2358
@charleskwizera2358 8 ай бұрын
Imana ikutuzigair musaza
@bumweorrymugisha6697
@bumweorrymugisha6697 8 ай бұрын
courage Dear Brother Fabrice
@VickyErnesto
@VickyErnesto 7 ай бұрын
Big UP M'y Boss FAB 🎉🎉
@mazeybestdriver8952
@mazeybestdriver8952 7 ай бұрын
Uyo mujama vrt ari mukazi kose knd ariko arahoandur isura y igihugu....Big UP sana Fabrice
@alidaiz9578
@alidaiz9578 7 ай бұрын
Big up Fabrice salam zangu from France
@hassanjonas1491
@hassanjonas1491 7 ай бұрын
Nisawa nawe
@bosconduwimana-us8tg
@bosconduwimana-us8tg 8 ай бұрын
Fabrice courage ayomakaro ukurahanze gerageza uzihingurire ngaha iwacu
@MbonimbukaTheophile
@MbonimbukaTheophile 4 ай бұрын
Ukuntu ndagukunda fabrice nuwokugira president wobishobora
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 8 ай бұрын
Naje nzobaheza kabisa❤
@Allaboutmusiclyrics
@Allaboutmusiclyrics 7 ай бұрын
Fabrice keep working hard 🎉🎉🎉🎉!!!! Na Burj khalifa ntakibuza uzonayubaka ,👌‼️‼️‼️‼️
@julius875
@julius875 8 ай бұрын
Kabsa intwari nk'izi zirakenewe kubahwa cane
@muvunyijunior8327
@muvunyijunior8327 7 ай бұрын
Keep it up my brother Fabrice kalibu na Kigali....
@kazubakazuba
@kazubakazuba 6 ай бұрын
Magnifique ❤
@13mviews12
@13mviews12 7 ай бұрын
Well done This place is so superble Congs to this man Love from Rwanda ❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@aaliyah5950
@aaliyah5950 7 ай бұрын
Hei are this houses cheap than Rwandan houses
@jayavatar1577
@jayavatar1577 7 ай бұрын
​@@aaliyah5950Houses in Burundi are generally more expensive than houses in Rwanda, even when taking into account the currency exchange rate
@charlesuwizeye9838
@charlesuwizeye9838 5 ай бұрын
Very good courage
@niyomugabopascal8961
@niyomugabopascal8961 7 ай бұрын
mwazaje Kuba izo Inzu mu RWANDA
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 7 ай бұрын
Jewe uzonyubakira inyaza lac makamba ❤❤
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 7 ай бұрын
Fabrice Uguma untera umunoho uko bukeye uko beije,gusa❤❤❤❤
@maximendihokubwayo6223
@maximendihokubwayo6223 7 ай бұрын
Murakoze kuza muradushikiriza ibiriko bikorwa ariko nkabantu turikure ntavyotumenya kandi tuba tubikeneye zemurashira ama nimero yaterefonye tuze trabaronkeraho nkizo nzu barinkeyemwo imwe none ndatoragute tubwire ingene vyifashe
@audo7125
@audo7125 7 ай бұрын
Imana Ibakomeze ❤❤❤❤
@misigarodev
@misigarodev 7 ай бұрын
Confusion ngiye mfise ?! None izo nzu zigugwa angahe au final ?!
@NdayishimiyeGodefroid-np9wz
@NdayishimiyeGodefroid-np9wz Ай бұрын
Kabisa mubikora neza caane
@MussaEzekiel-jn8hj
@MussaEzekiel-jn8hj 7 ай бұрын
Ni sawa gose ndabakulikila
@jayavatar1577
@jayavatar1577 7 ай бұрын
He didn't explain how you will own the house and not the land! It's called lease-hold as opposed to freehold. Lease-hold isn't good, if you can afford it, buy land and ask them to build on your own land
@charlesuwizeye9838
@charlesuwizeye9838 5 ай бұрын
Komera muhungu wiwacu igatsinda
@KamiDidi-q7f
@KamiDidi-q7f 7 ай бұрын
Ni byiza cyane❤❤
@kevinblessing76
@kevinblessing76 8 ай бұрын
We do love you juste Gael
@MHT-li3ct
@MHT-li3ct 7 ай бұрын
iyi nzu irazimbutse cane rwose!
@faustinrugamba6766
@faustinrugamba6766 7 ай бұрын
Well done
@akimanaprosper1192
@akimanaprosper1192 8 ай бұрын
Bravo bravo
@nshimirimanaolive4965
@nshimirimanaolive4965 7 ай бұрын
Hello fabehomes muraraba mubwake nama studio town kubera aba jeunes nabo bashaka aho bashikikira ikwiye kukabeyi keza kubera mubihugu biteye imbere studio ninyinshi canke appartement za 2 ou 3 chambres kuko sibose boronka amafranga yokugura inzu y’a 400 millions
@boboyann
@boboyann 7 ай бұрын
Murazitanga kuri mortgage???
@ManoOsvaldo
@ManoOsvaldo Ай бұрын
Sha niyubake nyishi twese tuzogura twibere aho nyene turakwemey
@mpozenzipeter4007
@mpozenzipeter4007 7 ай бұрын
Vizuri sana mnauza kwa Hera ya kijidikitari salafu ya pi netwerk ? Mutubwire
@angeirat
@angeirat 8 ай бұрын
Kuri 30milion ho tuzobarondera kweri
@SallmaXg
@SallmaXg 7 ай бұрын
Yooo nukuri nukubarondera nukuri nimak
@raphaeltuko
@raphaeltuko 7 ай бұрын
Natange i numero sha tuyamuhe vrt
@ibrahimrwasa6345
@ibrahimrwasa6345 7 ай бұрын
Naduhe Numero kuko ubu Hari abasuma benshi bariko baramwiyitirira muragaba
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 8 ай бұрын
Super.
@EmmaOfficial-uc2hq
@EmmaOfficial-uc2hq 7 ай бұрын
Wirambire fr
@hagumaronald6950
@hagumaronald6950 7 ай бұрын
Nkeneye nimero za fabrice
@tulizomusafiri310
@tulizomusafiri310 3 ай бұрын
kuberiki ndushira inamba zatelphune zabo?
@oswaldmajambere
@oswaldmajambere 8 ай бұрын
Iyo projet kugatumba iratesa sana
@fatumamuhozi8386
@fatumamuhozi8386 8 күн бұрын
Uzi numero ya Fabe mwoyiduha ico twomwibariza
@habonimanajeanj8113
@habonimanajeanj8113 7 ай бұрын
None izo nzu zaraheze KO Ari nziza cn?
@Hpol334
@Hpol334 7 ай бұрын
Iterambere iwacu 🇧🇮 🇧🇮
@josephndayike4490
@josephndayike4490 6 ай бұрын
Duhe numéro ya Fabrice
@SylvieBoba
@SylvieBoba 6 ай бұрын
Ibi bintu nivyiza cane ariko mwoza muraturungikira utu vidéo two mugi swahili
@AliFaxi-Mille
@AliFaxi-Mille 3 күн бұрын
Ndashak inzu gae ziracarih namajahe
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 5 ай бұрын
❤❤❤
@niyonkurufadhoulillah4916
@niyonkurufadhoulillah4916 8 ай бұрын
Gael kuronka nume yuwo mu Fabrice vyogenda gut ? Canke team yiwe?
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 7 ай бұрын
Mumpe numéro ya Fabrice
@frankhakizimana
@frankhakizimana 7 ай бұрын
Big up Brother muduhe ibintu bikomeye we like it👌 est ce que turafise garanti on dirait que c'est cheap 🙈
@jinamajody
@jinamajody 7 ай бұрын
Jewe nshaka iyo ya 30.000.000FBU bagaaaa Ndasavyeee Hanyuma FabHome ngusabe uzoje uha stages abana biga ivyo bintu muri kaminuza zo ngaho
@iranzizouzouzuriathiranzi8588
@iranzizouzouzuriathiranzi8588 7 ай бұрын
Nanj ndayishak sinzi umuntu yoyironka gute
@alphonsine122
@alphonsine122 6 ай бұрын
Nta numero ya Fabrice mutanga??
@Ngewe.214
@Ngewe.214 7 ай бұрын
this FABRICE arrived in Australia as a burundian refugee with his parents..he worked so hard, earned enough money then he went back to build his motherland. dear Burundians in the USA, Canada, Europe. your home is BURUNDI....PLEASE invest in your country.
@Diane-i4r
@Diane-i4r 8 ай бұрын
Good
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 8 ай бұрын
Wawuuu vyiza cane komera
@vuganeza547
@vuganeza547 7 ай бұрын
Ndabaramutsa! Hama umuntu yoronka contact zanyu gute kugira uwukene ico abaza abaronke?
@hollasegnor9209
@hollasegnor9209 6 ай бұрын
Muraraba barashirako contact muri video, cank kuri youtube channel yiwe
@kalumendosalomon-zt1sr
@kalumendosalomon-zt1sr 8 ай бұрын
Wow❤
@alphonsine122
@alphonsine122 7 ай бұрын
Mbega ivyiza waj nkinyishu kuba diaspora mwompa nero ya Fabrice
@nzeyimanasaidi1585
@nzeyimanasaidi1585 7 ай бұрын
Gaëlle ndasaba numéro de tel yuy mu ING tuvugane
@regis2324official
@regis2324official 7 ай бұрын
Visite iremewe?
@Kirisu
@Kirisu 8 ай бұрын
Wow
@ZeehShuku
@ZeehShuku 8 ай бұрын
Ndumva naj nzoshikirwa kbs
@cherissemugabekazi
@cherissemugabekazi 8 ай бұрын
Akabazo, None nk’inzu yumubanyi ihiye, ariho system ya alarm? Si non n’umugambi mwiza kabisa
@bukuruchristian8979
@bukuruchristian8979 7 ай бұрын
Noe izo muriko muratwereka zirikurangahe ??
@hollasegnor9209
@hollasegnor9209 6 ай бұрын
Inzu yonyene ni 30Million ariko ikibanza kitarimwo
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 8 ай бұрын
Fabrice hejuru
@manudiofficial
@manudiofficial 8 ай бұрын
Gael yibagiye zoro imwe kuri title
@hagumaronald6950
@hagumaronald6950 7 ай бұрын
Iyo mutweretse namahera angahe?
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 7 ай бұрын
Fabrice uriko uravuga igiciro mukirundi or English kuko bamwe ntituzi ikifaransa.
@N.therence
@N.therence 7 ай бұрын
Ni vyiza.gusa Gaël arashikuza. Ngo 300millions
@mpawenayobenigne
@mpawenayobenigne 7 ай бұрын
30 millions barihira rimwe canke umuntu yoriha kukwezi kukwezi mpa ka aheze muraduha umuco
@ماريافيدال
@ماريافيدال Ай бұрын
Gabric k numfashe ,25 cartons z kwayo makaro uzoba ukoze
@besttv6224
@besttv6224 8 ай бұрын
Kweri kabisa peee gusa sivyiza nagato pee
@OlybrunelleGacuti
@OlybrunelleGacuti 8 ай бұрын
Vyiza
@MarieGorethMujawayezu-f3l
@MarieGorethMujawayezu-f3l 7 ай бұрын
Inzu ya 30 millions? Ikoze mumahuba y,ibitoke?
@BellaJayden-hc6sf
@BellaJayden-hc6sf 7 ай бұрын
Duhe numero yumuntu yoduha i numero zabantu bazigurisha
@mwenentare2930
@mwenentare2930 8 ай бұрын
Fabrice n'umugabo akunda igihugu si babandi bageze hanze baca batangura gutuka igihugu cabibarutse. Hama Gaël uramutubwirira no muri Nord ya Mairie azohashire i village itazimvye cane. Côté Kamenge, Carama, Gasenyi. Vyoba vyiza
@aliceakimana1547
@aliceakimana1547 8 ай бұрын
Izonzu zirihe?
@CécileNzeyimana-w3e
@CécileNzeyimana-w3e 8 ай бұрын
Nne iyonzu bangahe?
@one7933
@one7933 3 ай бұрын
Birambe mbone twizere kozubatse neza zikomeye mumyaka mike tutazoca tubona zitanguye kubomoka!
@NtirampebaBosco-y2o
@NtirampebaBosco-y2o 8 ай бұрын
Gaël kuva ugiye kurongora usigaye ufise inzobe.urahushura umuhushuro hushura none 😅😅😅 ngomba ndongore nukuri
@jimmycarteur
@jimmycarteur 8 ай бұрын
Ntanzu ya 30M ibaho ipuuu reke kubesha
@tresorarmelndayumuhutu8705
@tresorarmelndayumuhutu8705 8 ай бұрын
@jimmycarteur woca uyigura 🤣🤣🤣🤣🤣
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 8 ай бұрын
Ahubwo ndumiwe nukurip
@nimpagaritsesheilla1940
@nimpagaritsesheilla1940 7 ай бұрын
Ikobanza ntikirimwo yabivuz
@NATHANBANDA-l9l
@NATHANBANDA-l9l 7 ай бұрын
Burashimishije can
@AmisoMuyohira
@AmisoMuyohira 8 ай бұрын
Salut keep moving my freind
@jilu1095
@jilu1095 8 ай бұрын
izu yimilion 30 irabaho muyitwereke
@LinNsengiyumva
@LinNsengiyumva 7 ай бұрын
Ndatanze mwiriwe nashaka muzombarize Fabrice ko abantu twese tutangana mumifuko arazokora urundi rutonde rwabantu batoyi bohera 10 kumillions zamarundi natwe tube muvyiza nkabandi
@jonasnduwimana778
@jonasnduwimana778 7 ай бұрын
@lilpblackofficial9950
@lilpblackofficial9950 7 ай бұрын
Nn umuntu amuronka gut?
@besttv6224
@besttv6224 8 ай бұрын
Mamamamamamamama Juste Gael mutubwira 30M munyandiko hanyuma mumvugo mukatubwira 400M
@jimmycarteur
@jimmycarteur 8 ай бұрын
Yashatse ko tumara video yose🤣🤣🤣
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 8 ай бұрын
Si vyiza.
@ZeehShuku
@ZeehShuku 8 ай бұрын
Mutwubakire mukabezi 25million natwe dushikirw
Officer Rabbit is so bad. He made Luffy deaf. #funny #supersiblings #comedy
00:18
Funny superhero siblings
Рет қаралды 14 МЛН
Миллионер | 1 - серия
34:31
Million Show
Рет қаралды 2,2 МЛН
iPhone or Chocolate??
00:16
Hungry FAM
Рет қаралды 46 МЛН
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
1:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3 МЛН
😂😂😂 #humor #прикол #юмор
0:22
trilimon
Рет қаралды 1,9 МЛН
ОТ НЕЕ НЕ СКРЫТЬ😂😂
0:43
СЕМЬЯ СТАРОВОЙТОВЫХ 💖 Starovoitov.family
Рет қаралды 4,4 МЛН
СОБРИМЕННЫЙ ТУАЛЕТ😂
0:31
ОТАНТАЙ
Рет қаралды 839 М.
Придумайте название 🤣🐓❤️
0:29
Dragon Нургелды 🐉
Рет қаралды 2,9 МЛН