Maraine wa Fanny lavine afashwe nishavu😡 Norasque na Libert boose nabana..|| Ntako ntaragira

  Рет қаралды 28,273

Isaac Tv

Isaac Tv

9 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 250
@raziarazia3277
@raziarazia3277 9 ай бұрын
Akakunda uyumu maman tumenyane
@DidiLeGrand
@DidiLeGrand 9 ай бұрын
Dodo wubahwe muvyeyi wiyubaha Uri mubambere mubadamu bakina film muburundi biyubaha atama story abaguma inyuma❤❤❤ndakwikundira disi
@najmahnana5598
@najmahnana5598 9 ай бұрын
Ipuuuuuu. Naje ndabivumye ipuuuuuuuu😂😂😂😂
@happy6376
@happy6376 9 ай бұрын
Dodo Akira amashugwe yawe nda❤❤❤❤
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 9 ай бұрын
Isaac we! Uzanye Umu Mama nkunda gooose! Terimbere maze🎉🎉🎉❤❤❤
@user-gj9yg8yb9d
@user-gj9yg8yb9d 9 ай бұрын
Oya pe fanny ivyiwe ntawutobivuma dodo ndamukunda❤❤
@arnurmonia9503
@arnurmonia9503 8 ай бұрын
Yewe 😂😢ni hatari kweli nanjye sintahura kweli ibyaribyo
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 9 ай бұрын
Ngo ipuuuu😂😂❤❤❤oya vrt dodo nukuri ndagukunda cne komeza wiyubahe mudamu mwiza❤❤❤❤
@lydi791
@lydi791 9 ай бұрын
Ikibajou nkunda Dodo❤❤❤
@naomieniyokwizera5005
@naomieniyokwizera5005 9 ай бұрын
Dodo We Love you ❤❤❤wishurana ubwenge uvuga neza mwizaaa courageee🎉
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 9 ай бұрын
Ababagore barahaze mugomba mwigire nkabanyagwanda birigwa mumatiku kuma camera 😢😢muba muhaze sha
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 9 ай бұрын
Shahu uvuze neza cane ❤❤🎉nibarabe ntibate umuco ndundi ngobamere nkabangagwanda vrt
@FannyFafaofficial
@FannyFafaofficial 9 ай бұрын
Dodo aragara yaranyimyee ikiganiro😢😢love from FANNY FAFA OFFICIAL 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 9 ай бұрын
Dodo uguma witwengera disi❤❤❤
@arleneininahazwe
@arleneininahazwe 9 ай бұрын
Ndagkunda Dodo ❤
@mutesiwasedarlene2236
@mutesiwasedarlene2236 9 ай бұрын
Ndagukunda maman knd cane❤❤
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 9 ай бұрын
Umumama mwiza cane ❤
@sandrinekwizera6422
@sandrinekwizera6422 9 ай бұрын
Dodo fashion ❤❤❤
@user-hz7yc2bh4r
@user-hz7yc2bh4r 9 ай бұрын
Ipuuuuu 😂😂😂dodo uranyohera itorer 🌷🌷🌷🌷
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 9 ай бұрын
Dodo courage ndabafana
@FANNY-oc4cb
@FANNY-oc4cb 8 ай бұрын
Dodo ndagukunda ❤❤❤
@stitore2388
@stitore2388 9 ай бұрын
Asaac dodo ndabakunda mwubahwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-ky6sz3bw1f
@user-ky6sz3bw1f Ай бұрын
Dodo niwirambire❤❤
@user-zh1vx8th2w
@user-zh1vx8th2w 9 ай бұрын
Dodo ndagukunda birenze ukuvyumva fanny ivyiwe twabihaze ntawutobivuma dodo ❤
@nakinteje7172
@nakinteje7172 9 ай бұрын
Mwese ndabi kundira ❤❤❤
@user-pk1kr4rb4z
@user-pk1kr4rb4z 9 ай бұрын
Dodo wubahw ❤❤❤
@liakatali9699
@liakatali9699 9 ай бұрын
Isaac kandi twari tugukumbuye urusaku utuzanira natwe kuri ombeya yooo kuri wifi tugumako😅😅😅😂😂😂❤❤❤
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w 9 ай бұрын
Oy yayaregej Fanny apuuuuu nagireyikebuk akwirany nuwomukobwa wiw dodo naridakwikuburiy ❤❤
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 9 ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉issaac n'a Dodo mwese ndabakundaa❤❤❤😊😊😊😊Fanny akunda ubwana kwl Norsque you reģletudi icambu ca Sammy
@user-mr3jc4pf9n
@user-mr3jc4pf9n 9 ай бұрын
Ngira nibobamutumy kobavugak ari frimasoni
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 9 ай бұрын
Ndondo, uvuze neza, cane💯🇧🇮
@duraduura3726
@duraduura3726 9 ай бұрын
😢😢😢😢😢 arihaye akamenyo fani
@elsielystiaor2032
@elsielystiaor2032 9 ай бұрын
Dodo urimwiza kndi ukina neza🥰
@MC_Malova_the_hitMaker
@MC_Malova_the_hitMaker 9 ай бұрын
Sha Norasque yitaye mumuriro atazi disi😂😂😂😢😢
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 9 ай бұрын
Umunyarusaku wacu turakwemera🤣🤣🥰🥰🥰🥰🥰
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 9 ай бұрын
Mureke ishari yemwe
@dadadarlene
@dadadarlene 9 ай бұрын
Oyaa kwanza Wewe nyene wari waragiye hehe Issac
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 9 ай бұрын
🥰🥰Dodo uri mwiza
@rohiciza7048
@rohiciza7048 9 ай бұрын
Water deja gisigura amazi. Si numv impamv umunt atoyoga
@nshimirimanaalexis
@nshimirimanaalexis 9 ай бұрын
Iconkunda murakuranwa mukuvugana 😮😮😮
@happy6376
@happy6376 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@jartininget773
@jartininget773 9 ай бұрын
Ariko Aisaac ubaza udu questions twururofa peeee
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 9 ай бұрын
Dodo ndakwikundira ntabwibone ufite❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@nduwimanadidjaaimee5964
@nduwimanadidjaaimee5964 9 ай бұрын
Wasirimutse mama neli usigay ukoresh you tube🤣🤣🤣🤣🤣
@user-qs2kp9go3n
@user-qs2kp9go3n 8 ай бұрын
Isaac wekwer uraduma pe wubahwe🙏🙏🙏
@RaissaNiyukuri-cc3my
@RaissaNiyukuri-cc3my 9 ай бұрын
Hhhh ep 3😅😅😅😅😅🥳🥳🥳🥳🥳
@bambonemahmoud4055
@bambonemahmoud4055 9 ай бұрын
Fanny akunda abana Ubu naho yafatanye nuwo 😅😅😅😅😅😅😅😅
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 9 ай бұрын
😂😂😂😂 Isaac kweri nawe uranyishe ngwatwereke ingene bakoresha kondomu😂😂😂😂😂❤❤❤❤ ndabakunda mwese. Nzoza kugura impuzu iwawe ./12/2023 ❤❤❤❤🇦🇺🇧🇮
@nitungamireille316
@nitungamireille316 9 ай бұрын
Hinge gatoy ndanje mpaze mez ikiganiro kiri hitotiv
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 5 ай бұрын
❤❤❤
@UwimanaSandrine-hu1fg
@UwimanaSandrine-hu1fg Ай бұрын
❤❤❤❤😂😂😂😂woth idayimoni
@IninahazweEvelyne-wz4fz
@IninahazweEvelyne-wz4fz 9 ай бұрын
Dodo ndagukunda cane uvyunv!hanur Fanny pee agabany akariro kuk niw yabitanguy iyo abik ibaga libert ntab arik avug ibiraho
@IsaMuhammad-ge2uu
@IsaMuhammad-ge2uu 9 ай бұрын
Mukorogo ku ntoke yaragupfubije🤣🤣🤣🤣🤣
@nadiamugisha2913
@nadiamugisha2913 9 ай бұрын
Dodo ndamukunda sana
@niwemugeni
@niwemugeni 9 ай бұрын
Isaac , Los Angeles nihe😅
@user-bd6ku6je1f
@user-bd6ku6je1f 9 ай бұрын
Hy
@user-ct7kx9qm3p
@user-ct7kx9qm3p 9 ай бұрын
Dodo wubahwe caneeee vrt uricitegererezo vrt Fanny yarakwiye kubiyegereza kuko urumuntu mukuru too
@user-un2ww4lu1h
@user-un2ww4lu1h 5 ай бұрын
Dod kuraj❤❤😂😂
@user-yu1ln8fx7h
@user-yu1ln8fx7h 5 ай бұрын
Harico mudatahura Isaac kuko les goûts sont partagés twese ntitwokunda bimwe cankengo twanke bimwe ninkuko nawene aho naho aboneka nka mwiza simwiza kuri bose
@afsamossi830
@afsamossi830 9 ай бұрын
Dodo urinkanje kwl ndankumugabo ankubita najewe.ngayo mashurwe yawe🎉🎉🎉
@user-ck3ym8gw3s
@user-ck3ym8gw3s 5 ай бұрын
mwubahwe
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 9 ай бұрын
Isaac naw arahageze episode kuyindii.
@Queen20838
@Queen20838 9 ай бұрын
😅😅😅😅😅kabisa épisode kuri épisode ntarungu batwicisha nico ndabakundira baguma baduha 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥courage mes amours ndabakunda mwese
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o 9 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣 dukomeza kumirwa 🙆🏃🏃🏃🏃🏃
@Nidivin
@Nidivin 9 ай бұрын
Izahake yoteranyumuntu nabantu nkeseri 😂🤞 mamawee
@user-th9on4sx9y
@user-th9on4sx9y 9 ай бұрын
Isaac wavyibushe kbx
@user-vw6vi6qv5i
@user-vw6vi6qv5i 8 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@user-wq4gp7pe8m
@user-wq4gp7pe8m 9 ай бұрын
Mwisi biragoye
@solomoh9186
@solomoh9186 9 ай бұрын
Si nka norasque yitesheje cycy ngwakweganye na fanny Ewe runyuzi weee ntavyawe witesheje uwugukunda uzopfuko😢😢
@claudinenkurunziza2137
@claudinenkurunziza2137 9 ай бұрын
Cycy uwahe? Duhe izo nkuru kandi ngira nakazi gusa ntibakundanye 😂😢😮😅
@IninahazweEvelyne-wz4fz
@IninahazweEvelyne-wz4fz 9 ай бұрын
Noé k Fanny yavuze k ntare ariwe yabahuj n Abel nihatar pee
@nduwayezuallyda6184
@nduwayezuallyda6184 9 ай бұрын
Narwa Isaac rwadoshe haaaa amahera nimeza,Dodo rr yirambire
@jartininget773
@jartininget773 9 ай бұрын
Kwavuga nka Fanny Lavine😅
@alphonsefofo-wr1fx
@alphonsefofo-wr1fx 9 ай бұрын
Oya Fanny twamukund Arik kukunt arikwaritwar bizotuma tumwank .oya nanje ndabivumy ipuuuuu😢😢😢
@Nidivin
@Nidivin 9 ай бұрын
Uzobusanzwe utamukunda nkawe nkivyo ntibikuraba weraba film nziza Gus ntabind cnk naho ubihebe
@AlinAlin-hp5wy
@AlinAlin-hp5wy 9 ай бұрын
Ivya fanny vyaramenyekany nkizir ijamwisoko😂😂😂😂😂🎉
@imberinkinzocherissa8473
@imberinkinzocherissa8473 9 ай бұрын
Dodo ♥️
@kram6499
@kram6499 9 ай бұрын
Fata kumafranga bambone tabiya kl😂😂😂😂❤
@evelynenduwimana129
@evelynenduwimana129 9 ай бұрын
😂😂igikoba nici nka.
@LEVY-OMY
@LEVY-OMY 9 ай бұрын
Barwita '' uruhu '' Isaac
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub 9 ай бұрын
Uruhu: ni canecane mu kinyarwanda Urukoba:mu Kirundi
@KamarizaDiane-ec2ww
@KamarizaDiane-ec2ww 9 ай бұрын
Ariko namwe none umuntu barikumwe nuwundi bisobanurako baba bakunda nye none mushak yigendanenkumurozi
@emelynetuyishime6968
@emelynetuyishime6968 9 ай бұрын
Ash rek twiriw show Fanny niw ya yitanz gus turaz kwar agakino
@kagendakaridoga9084
@kagendakaridoga9084 9 ай бұрын
Do ndamukunda cn avugukuri
@BelyseIrakoze-bo2om
@BelyseIrakoze-bo2om 9 ай бұрын
Sha nukuri Imana ikure agasuzuguro Fanny aba bagabo harico bamushakako muga nubwo bomucafuza Imana iriho
@user-gj9yg8yb9d
@user-gj9yg8yb9d 9 ай бұрын
🤣🤣agasuzuguro niwe yisuzuguza afise umubano mubi kk abantu bose bakorana nibabi
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 9 ай бұрын
Burya isaac uranyica 😂😂😂
@salimahasa-ur9zq
@salimahasa-ur9zq 9 ай бұрын
Ngo ipuuuu❤❤😂😂😂😂
@Kingsston-nx1bj
@Kingsston-nx1bj 9 ай бұрын
Nayimpe ndamuhe 5000
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 9 ай бұрын
Non Isaac mugomba mumuhe nde nn mwebwe mwifuza ko vyatey uruhagarara kwel?
@DianeIrankunda-fo2ds
@DianeIrankunda-fo2ds 9 ай бұрын
Umuvyeyii mwiza yiyubaha
@ndimubansifelicien1068
@ndimubansifelicien1068 8 ай бұрын
Igikoba??Uruhu rw'umubiri
@Minain-nf6iy
@Minain-nf6iy 9 ай бұрын
Dodo jewe ndamukunda cane atandukanye na nzira yabose
@nakinteje7172
@nakinteje7172 9 ай бұрын
Ku beriki abamama beza batasha ka kwu baka?
@user-rc1lk9rc7o
@user-rc1lk9rc7o 9 ай бұрын
Isaac irambire umumama mwagiranye ikiganiro ciza muhezagirwe.
@nimpagaritsenadine7486
@nimpagaritsenadine7486 9 ай бұрын
Jew izishow ziratumye amaso amvyuka ngumangend kuruzi show aft show😂😂😂
@phostinendayitwayeko2545
@phostinendayitwayeko2545 9 ай бұрын
Ariko Fanny waragowe gusa ihangane Inama niyo mucanza
@JeannineNishimwe-kv7ec
@JeannineNishimwe-kv7ec 9 ай бұрын
😂😂 yihanganiki kd arinyen nkwezi yamarer b murek kumushigikira Fanny mumakosa
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 9 ай бұрын
Gusa vy'ukuri abobanyamakuru barateranya😂😂😂ngo dodo yavumye norasque
@madamechemba3720
@madamechemba3720 9 ай бұрын
Nihatari
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 9 ай бұрын
Isaacs ngo kondomu bayikoresh gut?😂😂😂😂 ngo step 3
@user-ww1uu9mq8v
@user-ww1uu9mq8v 9 ай бұрын
Dodo ndamukunda kubi afisutunwa twiza svp!
@mediamed1196
@mediamed1196 9 ай бұрын
Dodo ndamwikundira caneeeeeee ❤❤ ndakumbwira umuti wogupunguza ubuvyibuhe
@AliFaxi-Mille
@AliFaxi-Mille 9 ай бұрын
Wutubwire mabuja uzoba ukoze
@bernadettesakubu5186
@bernadettesakubu5186 8 ай бұрын
Ndangira uwo muti nubwo ntari dodo kubera naje birandembej
@niyokwizerayvette8532
@niyokwizerayvette8532 9 ай бұрын
izahaki jew aranyica nukuri
@KellyNikuze-kq9ff
@KellyNikuze-kq9ff 9 ай бұрын
Mwe mugume muduha show twirire😂😂😂
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 9 ай бұрын
😂😂😂😂turi maso
@KklKkl-hj5rw
@KklKkl-hj5rw 9 ай бұрын
Uruhu😂😂
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w 9 ай бұрын
Nn kuberiki abagor bez batubak ??
@FrancineTuyikeze-hp3be
@FrancineTuyikeze-hp3be 9 ай бұрын
Dodo arasa n'a Sandy bash
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 9 ай бұрын
Uwutamureze nuwuhe?
@protaisnsabimbona653
@protaisnsabimbona653 9 ай бұрын
Wapi kandi water 💧 amaze imisi arimwo ubucafu
@esperancenkunzimana3580
@esperancenkunzimana3580 8 ай бұрын
100 nivyinshi Dona!!!punguz'ibiro ma fille!!
@solomoh9186
@solomoh9186 9 ай бұрын
Si fanny si Runyuzinyene nindangare
@christabeb7503
@christabeb7503 9 ай бұрын
😂😂😂😂𝑛𝑔𝑜 𝑟𝑢𝑛𝑦𝑢𝑧𝑖😅😅
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 34 МЛН
Mama vs Son vs Daddy 😭🤣
00:13
DADDYSON SHOW
Рет қаралды 44 МЛН
Spot The Fake Animal For $10,000
00:40
MrBeast
Рет қаралды 178 МЛН
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 34 МЛН