MARIAGE Y'UBU ITEYE AMAKENGA MENSHI

  Рет қаралды 57,854

HUNGA ICAHA MINISTRY

HUNGA ICAHA MINISTRY

Жыл бұрын

#m. story.php?stor...

Пікірлер: 71
@nkundakirayijalos7711
@nkundakirayijalos7711 Жыл бұрын
Apôtre Isidore Mbayahaga, im so proud of your speech's. Ur'umukozi w'Imana nemera uvug'ukuri nyako kandi kutovuga bose kweli❤
@gilbertniyonzima7354
@gilbertniyonzima7354 Жыл бұрын
Izinyigisho za Apôtre Bayahaga zirahambaye nukuri Turagushimiye vyumwihariko Imana nyenamaho nikuzigame Amen Amen
@user-ce1ei8bt5f
@user-ce1ei8bt5f Жыл бұрын
Ndakunze izi nyigisho kabisa uruwambere 😅😅😅❤❤❤❤❤❤
@horimberepeace7376
@horimberepeace7376 Жыл бұрын
HALLELLUA HALLELLUA URAKOZE GOOOSEEE MUKOZI W IMANA👏👏👏👏😆😆😆😆🤗🤗🤗🎶🎶🎶🎸🎸📢📢📢📢
@miracleange1588
@miracleange1588 Жыл бұрын
Nukuri kubwirijambo riradufashije can iman ibakomeze kandi ibagure mumurimo wayo turabohoka muhezagigwe cane
@irenecimpaye3841
@irenecimpaye3841 Жыл бұрын
Abavyeyi nibarabe bahindure ivyo gutwikurura 🙏🙏🙏🙏🗣🗣🗣🙏🙏🙏
@AudaceNdayishimiye-mu1xo
@AudaceNdayishimiye-mu1xo 8 ай бұрын
amen, indivision nziza cane
@nicishatsemicheline9750
@nicishatsemicheline9750 Жыл бұрын
Murakoze caane! Hama nagomba mere nkuwunganira canke nkebura,si igihe cose umukobwa akiri isugi agize imibonano mpuza bitsina ava amaraso,biravana Nuko umubiri wiwe wubatse,ariko abagabo benshi iyo atabonye amaraso birabagora gutahura kko batabizi canke bazi ibitarivyo!
@abarezitrust8836
@abarezitrust8836 Жыл бұрын
Izonyigisho zo muri kamere ka twebwe kabantu ntahobihuriye ninyigisho ya mwuka wera. Ukuri ni wuka wera niyo wokutuyobora murivyose mungo nomubindi vyose numukubana nabandi. Yesu yabwiyi intumwa ati ndabatumye ati mugende mwigishe amahanga kwitondera amajambo jewe ndanawiye. Ikibazo nugusobanukirwa ico yesu yabwiye intumwa ziwe. Mubigishije ijambo ry Imana abantu ribahundura bakava muvyaha bagahinduka bakava muvyaha.bavuye muvyaha. Bahabwa mwuka wera ivyobindi vyose vyibibazo biva kuba tutagira mwuka wera wokutuyobora. kubera ko ata mwuka wera tugira. Rero Inyigisho za kamere zihoze mwigishe inyigisho za mwuka wera gusa ufise mwuka wera ibindi vyose vyose vyurira kuri mwuka wera.
@FredianeIrankunda
@FredianeIrankunda 2 ай бұрын
Wubahwe apôtre knd Imana ikwongerez amavuta warahezagiw
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 Жыл бұрын
Muhezagirwe, bantu b'Imana
@user-if9td5ec3i
@user-if9td5ec3i Жыл бұрын
Imana izogufashe utabarke waràbaye umuislam
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Жыл бұрын
Ako kantu kokuvirimbere niko kabi 😂😂😂😂😂😂😂😂😂muhezagirwe cane mukozi W'IMana ❤❤❤❤
@abarezitrust8836
@abarezitrust8836 Жыл бұрын
Nico rero rero ivyogutwikurura nivyisugi mamamaaaaaaa😂😂😂😂😂😂
@nduwayolobert2679
@nduwayolobert2679 Жыл бұрын
Mukozi w’IMANA uhezagigwe cane kunyigisho nziza kandi zukuri
@sishasaid6756
@sishasaid6756 Жыл бұрын
Utakoze cane pasta uhezagirwe
@IzerimanaHortance-eg5gn
@IzerimanaHortance-eg5gn Жыл бұрын
Uri papa nemera wo mumwuka kbs
@thaddeeniyontore1718
@thaddeeniyontore1718 Жыл бұрын
Erega abubu baritwikurura, gusa umuntu wimana aguye aravyuka akirinda kirazira
@nduwayolobert2679
@nduwayolobert2679 Жыл бұрын
Uhezagigwe mukozi w’IMANA
@ferdinandnsengiyaremye
@ferdinandnsengiyaremye Жыл бұрын
Murakoze 🙏
@GffFff-ly1pf
@GffFff-ly1pf Жыл бұрын
Nihatari bieakomeye 😂😂😂😂
@edyssatuyikeze9154
@edyssatuyikeze9154 Жыл бұрын
Ivyirwa vyanyu biraduhimbara cane komeza muhanura
@sylviehabarugira
@sylviehabarugira Жыл бұрын
Muvyukuri nanje ndakunda uyu mukozi w'Imana ndagutera intege ngo vuga ukuri ntaco bizokugira kuko abandi bapasitori benshi mugihugu cacu nukwivugira udusakusaku gusa bagatinya kubivuga
@Rashinfo94
@Rashinfo94 8 ай бұрын
Nivyo ngira yaviriye imbere😂😂
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Жыл бұрын
Ukonukuri bacabongera nyana inkwano bongerakuvyabere ariko yarononye bamwereka koyonesheje gusa ntakindibamuha
@user-ce1ei8bt5f
@user-ce1ei8bt5f Жыл бұрын
😂😂 am from Zambia but I love this one 😂😂😂😂😂😂😅😅😅
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Amen Amen 🤭🥰😂🤣🤣
@ndashimyeedward5690
@ndashimyeedward5690 Жыл бұрын
Pastor Imana iguhe umugisha mu Rwanda turagukunda❤❤❤❤
@manirambonainnocent6459
@manirambonainnocent6459 Жыл бұрын
Ati boko haram😅🤣🤣🤣😅😅😅🤣🤣🤣🤣😅😅😅😅😅🤣🤣🤣😅😅🤣🤣😅😅🤣🤣
@user-jf9hb3fy7f
@user-jf9hb3fy7f Жыл бұрын
😂😂,ni kweli
@marriatabugerrard7432
@marriatabugerrard7432 Жыл бұрын
Jahiyo
@louiseniyuhire
@louiseniyuhire 11 ай бұрын
Baguhora kuvuga ukuri kwawe 👍💓🙏
@GghU1-zs3rw
@GghU1-zs3rw Жыл бұрын
❤❤❤❤❤ndakunze inyigishozawe past
@ChchaNkuru-cj2fw
@ChchaNkuru-cj2fw Жыл бұрын
Ngo yaviriy imbere😂😂😂😂ako kantu niko kabi.
@gilbertniyonzima7354
@gilbertniyonzima7354 Жыл бұрын
Uratwenza Wumugabowe ivyubu nakamuna
@ndayisengabalthazar678
@ndayisengabalthazar678 Жыл бұрын
Inyigisho ni nziza ariko abantu baragendagenda imbere y'umwigisha cyane
@horimberepeace7376
@horimberepeace7376 Жыл бұрын
HAHAHA HAHAHA HIHIHIHI 😂😂😂😂😂😂😂
@elisabethnisubire6369
@elisabethnisubire6369 5 ай бұрын
iwinyigisho ko zikaze zirakubita kabisa aravuga ukuri kwuzuye .
@NatachaIgirukwishaka-yd6xl
@NatachaIgirukwishaka-yd6xl 9 ай бұрын
Mariage zubu nugucura😂😂
@Kiirumba
@Kiirumba Жыл бұрын
Zifise igihe 🤣🤣🤣
@IrafashaChristella-wo3rs
@IrafashaChristella-wo3rs 21 күн бұрын
Amen
@reverienshyaka6012
@reverienshyaka6012 Жыл бұрын
Ariko uyu mugabo ajye aza no mu Rwanda pe afite impano ikomeye.
@nadeeneman
@nadeeneman Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉❤❤❤
@rehemaoman7777
@rehemaoman7777 Жыл бұрын
Ruguru haraho bakibigira
@DesireNziza-gp5pw
@DesireNziza-gp5pw Жыл бұрын
Yes
@didierbutoyi4718
@didierbutoyi4718 Жыл бұрын
Hémorragie interne 😄😄😄🥱
@jmvtwizeyimana8801
@jmvtwizeyimana8801 5 ай бұрын
Birakaze ngo yaviriye imbere.
@alinenzeyimana5987
@alinenzeyimana5987 Жыл бұрын
Naho mutama
@IzerimanaHortance-eg5gn
@IzerimanaHortance-eg5gn Жыл бұрын
Bokoharamua ,,🤣🤣🤣🤣🤣
@GffFff-ly1pf
@GffFff-ly1pf Жыл бұрын
Amena Amen
@mungumuwezavyote9831
@mungumuwezavyote9831 Жыл бұрын
Nuhitemo uwo ukorera imana canke reta kuko uriko utukisha imana
@ndagijimanasamuel9693
@ndagijimanasamuel9693 Жыл бұрын
Reta ni iki?Iyo mana yaw yandikwa n'urudome ruto (imana ) bayikorera gute?Reka guca imanza nyenevyo ariho.Ngira ubutumwa atanga usanga bukubangamira namba atakindi mufise mupfa.
@richardninganza2265
@richardninganza2265 Жыл бұрын
Kuba umukozi wa ndiho si ukwigira ikijuju
@JonasManirakiza-gw2yr
@JonasManirakiza-gw2yr Жыл бұрын
Izinyigisho nizop
@ck8137
@ck8137 Жыл бұрын
Nyakwubahwa pasitori nimba mwaraciye mwishure mumenyeko ubusugi butarangwa no kuva amaraso.wihenda abantu babagabo ngo baze bate icizere ku bagore babo mu gihe ayo maraso atavuye.bibaho kandi umwigeme atigeze abonana n'umuhungu na mba.
@nkurunzizaemelyne
@nkurunzizaemelyne 6 ай бұрын
7:30 7:31
@ALSADeskya
@ALSADeskya Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂❤
@elijahragisjean3131
@elijahragisjean3131 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂Ndakunda iyi nyigisho vrt kandi cane gose
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
😂😂😂😂❤
@user-xr5jc2gt9s
@user-xr5jc2gt9s 5 ай бұрын
Komera cane mutama
@nkundakirayijalos7711
@nkundakirayijalos7711 Жыл бұрын
Ahhhhhhh Boko Haram
@GffFff-ly1pf
@GffFff-ly1pf Жыл бұрын
Uzikobikaze 😂😂😂😂😂
@mungumuwezavyote9831
@mungumuwezavyote9831 Жыл бұрын
Mbega urumukozi wimana Koko? Nukuki ukorera abami babiri? ukorera amaronko yisi ninyigisho zawe waravangiwe warataye umurongo wimana niwisunzume urebe yuko uri kumuronko wimana ntugakorere ubusa ejo imana ntikubwire ngenda sindakuzi
@nahishakiyewilliam6225
@nahishakiyewilliam6225 Жыл бұрын
ese uvuze uyu mukozi canke nuwundi?? tanga umuco ninde akorera abami babiri???
@audacenizigiymana6013
@audacenizigiymana6013 Жыл бұрын
uraraba neza ko atari we wavangiwe ncuti yanj
@ndagijimanasamuel9693
@ndagijimanasamuel9693 Жыл бұрын
None wew ubwo bubasha bwo gucira imanza abantu bagihema ni Imana yabuguhaye canke niwe wabwihaye?Mbe weho urazi urwo uzocirirwa.Wewe wiyumvirako uhagaz wiyubare nturwe.Kuki utosora ikigiga kiri mujisho rya mugenza we utaravye ikiri muryawe?Rwana n'iherezo ryawe ,urekane n'iry'ivyabandi niho uzobaho amahoro.
@YejdhjUebcvn-mz2ir
@YejdhjUebcvn-mz2ir Жыл бұрын
​@@ndagijimanasamuel9693 ningorane e😅😅😅😅
@indirimbotv59
@indirimbotv59 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂wavangiwe ni mama
@alicenizigiyimana5174
@alicenizigiyimana5174 Жыл бұрын
Amen
BOOSE BARUMIWE UKURI NKUNKU NTAKO BARIBWUMVE
1:00:22
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 17 М.
50 YouTubers Fight For $1,000,000
41:27
MrBeast
Рет қаралды 199 МЛН
Stay on your way 🛤️✨
00:34
A4
Рет қаралды 12 МЛН
БАБУШКИН КОМПОТ В СОЛО
00:23
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 15 МЛН
ubutumwa bwa Musenyeri Gervais Banshimiyubusa
5:45
Kugihe News
Рет қаралды 8 М.
IYABA UVYIBUKA NTUBA USUZUGURA ABANDI
1:05:42
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 31 М.
KIGINGI - ImbonezaTalkShowEp8
36:43
Dieudonné Nahimana
Рет қаралды 57 М.
NDABIZI NAWEWE AMAKURU Y'IY'IMPONGO NTAYO WARIBWUMVE. IMANA N'UMUHANGA
1:31:17
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 36 М.
La emociones de Bluey #歌ってみた #bluey #burrikiki
0:13
Bluey y BurriKiKi
Рет қаралды 33 МЛН
EVOLUTION OF ICE CREAM 😱 #shorts
0:11
Savage Vlogs
Рет қаралды 3,6 МЛН
МЫ ПОХОДУ ЧТО-ТО НАПУТАЛИ
0:20
МАКАРОН
Рет қаралды 8 МЛН
ПОМОГИ РАЗБУДИТЬ ПИЛОТА 😱😱
0:16
ДЭВИД ЛАВА
Рет қаралды 3,4 МЛН
Rabbit doesn't know who hit her#Short #Officer Rabbit #angel
0:46
兔子警官
Рет қаралды 17 МЛН